Inyuma Ya Nikobiri Siyoni, Petero NKURIKIYE Aguze Imitahe 10 Muri wa Mugambi Wo Kwubaka Isoko Nkuru
HTML-код
- Опубликовано: 3 окт 2024
- #pierrenkurikiye #fabliceManirakiza #kuzikotv #ubutunzi
Inyuma Ya Sikobiri Siyoni, Petero NKURIKIYE Aguze Imitahe 10 Muri wa Mugambi Wo Kwubaka Isoko Nkuru
Ukaba wifuza kutwandikira woca hano
---------------------------------------------------------------
isokoryiterambere @gmail.com
wts +971 52 243 6775
Hezagirwa Hezagirwa Burundi bwacu Imana yakunduhaye ikutuzigamire. Fabrise Manirakiza turagushigikiye komereza aho Imana ukomeze kuguha ubwenge nka Salomo 👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
Nyabuna,abatara abarundi muratwibuka!! Nkeneye imitahe 20 nukuri muramperako nde hepfo gatoyi muri Marawi
@@MitimidacyaMitimidacya egooo cane nibaza kwarivyabanyafurika bose tuguhay ikaze cane ntimwibagir gukora subscribe ngo mwame mamba amakuru kuri business investment nibindi vyinshi can
None ikirundi wakimenye gute?
Uraja kuri site one nation fund naratanze nr ya bank n ukuntu ishobora kurungika amahera yawe
Ooooohhh,Aho wihenze gatoyi ntabwo bafasha Fabrice kuko numugambi wungukira buri wese Uzi gushora ahunguka!!!
@@MitimidacyaMitimidacya merci cane kuduha umuco kandi uvuze vyo nukuri urakoze cane muguman natw mukugir subscribe
uramukosoye , si vyafabrise ni vyabafisemwo imitahe, urarikocoye
Mumps link nanje ndiphuza kugura imitahe
Komera❤
Abarundi mwaranyegewe n umutima mubi. Isoko n umugambwe n ibintu bibiri bitandukanye. Umugambi n umugambwe niba uri umurundi biratandukanye
nta mugambwe navuze hano mugenzi
Jew mvuga kuri business
Safi sanaaa jeff
Turabashimira cane kumugambi mwiza w iteralbere ry igihugu,none twebwe abarikure ya ya Bujumbura tumaze kuriha umutahe ko turi Kure muzotumenya gute?
@@francoisnsengiyumva1175 no mwiza pe murakoze cane mukore subscribe mugumane natze murakoze cane
Aho n saw
Natwe turashima gushiramwo imitahe ino ingozi
@@NdayizeyeCharlo turabashimiye cane mukore subscribe like mubisangizenabandi turashimye vyimvamutima
Edeni irabayeyedeni icumuntu yiyaturirakonicokimubako 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
😂😂😂😂😂😂😂 kagire inkuru ngo ngwiki ? Isoko itumye haba edeni? Mbe Abarundi munwa ibiki koko ??😂😂😂
🎉🎉🎉❤❤❤
Siyoni yitwa Nikobiri si Sikobiri
Murakoze cane Imana ibahezagire
❤❤❤
ICA INVESTMENT FUND
Natwe abafundituzohubaka mudusigir imitah tuzogura
Caane
Imitahe 10?
Umutahe ni 100.000fbu
None imitahe 10 si 100.000fbu× 10= 1.000.000fbu, ayo ni menshi?
Simake mon frere!
None $ 103.00 yunguka gute ku mezi atatu?
Imitahe yunguka ku mwaka. Ntiharurirwa ku mezi.
Igitigiri c'inyungu (%) ntikirashingwa ...
Iyi investment ntabwo ari nka birya mwamenyereye ko muronka inyungu fixé. Ni investment à longue terme! Donc, ni ukugura imitahe yo kubaka projets hama izo projets zizokora urudandazwa. Inyungu niyo abaguze imitahe bazoza bagabura buri kwezi soit trimetriel! Gusa kubera bikiri mu ntango bizotwara igihe kugira batangure kuronka inyungu! Niyo mpamvu Fablice yavuze ko ari nk'imyaka 8!
Mmmmmmm narababwiye ko uwo ari umugambi wa CNDD FDD!! Nimurindire gato igihe hazoba rusasuma ry'abafise imitahe muriryo Soko muzomenya CNDD Icarico