Bunyoni atanze amazina yabishe Adolphe nshimirimana abarundi baruniwe CNDD F nabicanyi Neva muyabira

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 3 окт 2024
  • Amakuru#burundi#shiramatsikotv

Комментарии • 47

  • @NayabagaboEloi
    @NayabagaboEloi 4 месяца назад +11

    Uwishe kizito Mihigo we komutamuvuga.namwe ayo yarabananiye gutohoza?

  • @IssaNahayo-k8d
    @IssaNahayo-k8d 3 часа назад

    Amakur 2024

  • @KavumaJuma-l6c
    @KavumaJuma-l6c Месяц назад +1

    Uyo numushenzi za murek kumwumviriza naze aravuga ibyo murwanda iwabo

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 месяца назад +2

    Ngo Valentine Bagorikunda, abanyarwanda ko mumeze nabi?

  • @JEANCLAUDEMAZIMPAKA
    @JEANCLAUDEMAZIMPAKA 4 месяца назад +1

    Abishe abobategetsi ubutungane nibareke bukore.abakoze ivyaha bahanwe hisunzwe amategeko

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 месяца назад +1

    Ngo Athanase Karazura.
    Abanyarwanda ,kuki mumeze uko?

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 27 дней назад

    Bamwishe nimubona bankakoyobi vuga niweyarabizi nukonabamwishe bamwe bamusanzeyo nabobazomu sangayo nibaryebari menge ugwisheyanka ruracayirimwo

  • @EddyKavana
    @EddyKavana 3 месяца назад +1

    Gute mpanone pron

  • @OmanOmanii-w1e
    @OmanOmanii-w1e 2 месяца назад

    Ahubwo nyene Kizito MIHIGO arihe batavuga uwamwishe bakaza kuvuga ayuburundi Je barantwenza ntawitosora akabangp komucisho rye aguma atosora bagenzibe

  • @NshimirimanaZainabu-v8t
    @NshimirimanaZainabu-v8t Месяц назад

    Wewe URI muburundi wakirofawe?

  • @KavumaJuma-l6c
    @KavumaJuma-l6c Месяц назад

    Uyo numushenzi arimwo arabesha umuntu ndayishiye president atari president none yarikumwica gute nareke guswaganyira hiyo

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 27 дней назад

    Nokobapfunze abatamwishe babahorubusa bamazimya ingahe bazirubusa bizigendagute kobiyorobeka aribobabamaze

  • @EmmanuelSibomana-r4i
    @EmmanuelSibomana-r4i 4 месяца назад

    Mbega ko muharira ivyo Bunyoni yavuze ? General Nshimirimana, Général Kararuza, Abagwizatunga Ntafatiro na Kirahwata, Hafsa n'abandi, n'abandi... mugomba kuvuga ko ata wabishe? Ah0 mutukagura uyo mu yarwanda ?

  • @adriennsengiyumva3712
    @adriennsengiyumva3712 Месяц назад

    None ibi ubivuze ninde mubarundi arara ahaze ngo watubwiye amakuru!Tekana ureke kutumarira Ama méga!!!!

  • @AmidaIradukunda
    @AmidaIradukunda 2 месяца назад

    Uwapfuye uyufinzwe Bose nabicanyi gusa suwutwara nawene nibamwe

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 месяца назад

    Kuki utavuga uwishe Karegeya?
    Kuki utavuga uwishe Niyomugabo?

  • @AventinNshimirimana
    @AventinNshimirimana 4 месяца назад

    Ni Général KARARUZA si Karazure

  • @KhaillaBizabishaka
    @KhaillaBizabishaka 3 месяца назад +2

    😊

  • @NtakirutimanaDeborah
    @NtakirutimanaDeborah 4 месяца назад +3

    Ngaho abanyarwanda babagoreweho

  • @ShabaniNduwumwami
    @ShabaniNduwumwami 4 месяца назад

    Kuma wew urumunyarwanda none kuteranya uburundi ntiwumva kurumusazi

  • @AliceNiyikigongwe-d4v
    @AliceNiyikigongwe-d4v 3 месяца назад

    Abanyagwanda muragow kwr mwananiw nivyanyu nn mushaka guteranya abakunday???? ABa🇧🇮🇧🇮 mutuvinyuma

  • @WilsonNdihokubwayo-pf9zp
    @WilsonNdihokubwayo-pf9zp 3 месяца назад

    Kumbe burya abanyarwanda ntimuzi kwigana ikirundi ndak.wagirangurakana karimwo kiga kuvuga

  • @ReverienBANGIRICENGE
    @ReverienBANGIRICENGE 3 месяца назад

    Mwese mubifisemwo uruhara muzi ico muharanira ubundi bwobwo akaguruka ntikoriye akandi twese twari abarundi uretse ko ababikora bagomba gusubiza uburundi mukaga

  • @NiyonsabaSalomon
    @NiyonsabaSalomon 29 дней назад

    😅😅😅😅

  • @emmanuelficin2321
    @emmanuelficin2321 4 месяца назад

    Ni général Kararuza

  • @ShabaniNduwumwami
    @ShabaniNduwumwami 4 месяца назад

    Aya mavyi yagomba kwinyegeza ngo numurundi nagigire nyina mbe abahutu babahora iki ko bapfuye bangara ntiyovuga ivyabo

  • @GakiraGonzague
    @GakiraGonzague 4 месяца назад

    None mwebwe muzoheba kuvuga ikinyoma ryari mwama muvuga ibibaje mumutwe

  • @KwizeraAdeline-xt6tl
    @KwizeraAdeline-xt6tl 4 месяца назад

    Sabbas burundi

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx 3 месяца назад

    Kazibe wagi cyucyuwe abanyarwanda ntamutima mugira

  • @NestorBigirimana-rt2sb
    @NestorBigirimana-rt2sb 3 месяца назад

    Abatunzi bambere muriafrika

  • @KelvinIradukunda
    @KelvinIradukunda 4 месяца назад

    J'ai gusarira hiyo mwambwamwe

  • @DonchretienMrsiko
    @DonchretienMrsiko 4 месяца назад

    Murimbwa gusa muzokwicuza

  • @RamazaniHery
    @RamazaniHery Месяц назад

    Kwatabivuze hakiri kare

  • @NtakiyirutaAnanias
    @NtakiyirutaAnanias 2 месяца назад

    😂!!!!!!

  • @EmmanuelSibomana-r4i
    @EmmanuelSibomana-r4i 4 месяца назад

    Peter Nkurikiye n'Umwicanyi ari mubishe abo bantu booose!!!!

  • @TharcisseMab
    @TharcisseMab 3 месяца назад

    Rpa

  • @DonchretienMrsiko
    @DonchretienMrsiko 4 месяца назад

    Ivyo mwe mukora mwanka uburundi nabarundi ntimugire ngontibifise iherezo kandi niribi uzompinyuze

    • @gakubaleon
      @gakubaleon 4 месяца назад

      Ubwo se nabanyaRwanda bishe abo bantu abicanyi gusa

    • @MasengeshoCyprie
      @MasengeshoCyprie 3 месяца назад

      Ukonukur

  • @SharutiyeriNimbona-d5b
    @SharutiyeriNimbona-d5b Месяц назад

    Xxx

  • @LionelNizigiyimana-c7x
    @LionelNizigiyimana-c7x 4 месяца назад

    Wayatumwe nande ayaha vyarimana nayo ntaryamira nabamwe muba jenro baba nyarwanda canke watumwe ibujumbura