UBUKURU BW'UBUNTU BW'IMANA PART 2
HTML-код
- Опубликовано: 7 ноя 2024
- Ino nyigisho ni igiice ca Kabiri...ukaba utaravye icambere,kirabe kugira utahure neza Ubuntu bw'Imana icarico,ico bukora kubakiriye Yesu n'ingene dukwiye kubugenderamwo.
Benshi bibwira canke babwirwa ko inyigisho z'Ubuntu bw'Imana ari ikinyoma ariko sivyo Bibiliya yigisha.Ni igikoresho satani akoresha kugira abatu bagume baboshwe.
Mufashwe!