UKURI KUBOHORA
UKURI KUBOHORA
  • Видео 217
  • Просмотров 45 360
Dr.Andrew Farley talks about Grace,Tithing,Union with Christ,Calvinism and more#GraceChronicles
In this must watch podcast interview,Dr.Andrew Farley talks about Grace,how tithing is not for the New Covenant believer,Calvinism,election,predestination and how believers should rest in Christ.
If you watch it,I know that you will not remain the same.
Enjoy and Grow in Grace and in the knowledge of Christ (2 Peter 3:18).
Просмотров: 40

Видео

ISENGESHO RYANYUMA RY’UMWAMI YESU-Yohani 17 #Ukurikubohora #Ange-Michel Muhayimana #ubuntu
Просмотров 10921 день назад
Muri ino nyigisho,Ange-Michel Muhayimana,Eloge Bitariho,Senga Emmanuel na Bernard Munyeshuri narasigura ISENGESHO rya Yesu riri muri Yohana 17 aho Yesu Yisengera,Agasengera intumwa akongera akarusengera twebwe abazokwizera munyuma. Muri ino nyigisho murasobanyrirwa ubugingo budashira ico ari co,kwezwa,kugororoka eka mbere meishurwe ibibazo bitandukanye harimwo n’ivyo abantu babajije. Mukurikire...
Mpwemu Yera ni Nde?
Просмотров 1332 месяца назад
Muri ino nyigisho,Ange-Michel Muhayimana Arasobanura Mpwemu Yera ingene abantu benshi bamwihendako bakamwita ikintu canke bakumva umenga ni ubushobozi gusa aho kumenya neza ko Mpwemu Yera Ari Imana kandi ari Yesu ubwiwe. Muri kino cirwa uramenya neza ico Mpwemu Yera ari,ico akora mubizeye n'ingene wogendana na We. Hariho kandi umwanya w'ibibazo n'inyishu.
IVYO TWIBAZA K’UBUNTU BW’IMANA #Ukurikubohora #Sengaemmanuelofficial
Просмотров 1,9 тыс.4 месяца назад
Abantu benshi iyo bumvise ijjambo “Ubuntu” bagira inyifato zitandukanye.Hari abanezerwa,ariko benshi na cane cane mubakizwa baca bumva umenga babwiwe gukora ivyaha. Iyo bumvise umuntu ariko arigisha k’Ubuntu bw’Imana kenshi baca bamwirinda eka mbere bakamwagiriza ko Yigisha ibinyoma kandi azimiza abantu. Muri kino kiganiro,Ange-Michel MUHAYIMANA na Emmanuel Nsenga barishura ibiibazo benshi biba...
URUKUNDO RURUTA VYOSE #Ukurikubohora
Просмотров 1666 месяцев назад
Kenshi abakristo turavuga cane ku Mana,gukizwa,kwezwa no kugororoka Ariko tukibagira ko VYOSE. vyubakiye ku Rukundo(Imana Idukunda n’urwo Dukunda abandi). Iyo nyigisho iguhishurire urukundo rw’Imana icarico n’ingene twotugenderamwo. Murakoze!
UKURI KUVYEREKEYE ABAVYEYI BO MU MPWEMU-Part 3
Просмотров 1457 месяцев назад
Woba ugise ibibazo kuvyerekeye abavyeyi no mu Mpwemu?Mbega Bibiliya yoba yemera ko umuntu yitwa Daddy canke Mammy?Mbega Bibiliya iremera ko umuntu avyara uwundi mu Mpwemu? Umviriza wongere uyihe abandi!
UKURI KUVYEREKEYE ABAVYEYI BO MU MPWEMU-Part 4
Просмотров 1237 месяцев назад
Inyigisho y’abavyeyi bo mu Mpwemu (Daddy na Mammy) iriko iremerwa cane Ariko usizumye Bibiliya nkuko twabibonye mu bindi vyirwa,usanga ari inyigisho itariyo. Umviriza inyigisho uko ari 4,Hama usuzume natwe ivyo twigishije ko ari ukuri canke atari ukuri. Mufashwe mwongere muzihe abandi. Murakoze!
UKURI KUVYEREKEYE ABAVYEYI BO MU MPWEMU-Part 2
Просмотров 588 месяцев назад
Abarongozi benshi b’amashengero y’abakizwa baraharaye cane gusaba abayoboke babo kubita Daddy na Mammy kubera ngo ari abavyeyi babo Bo mu Mpwemu…ikibazo nuko usuzumye Bible usanga ari Inyigisho y’ikinyoma. Umviriza Hama ufashwe!
UKURI KUVYEREKEYE ABAVYEYI B’IMPWEMU-Part 1
Просмотров 1048 месяцев назад
Hari inyigisho igezweho yigisha ko umukristo wese ategerezwa kugira ‘Umuvyeyi w’impwemu/wo mu mpwemu”,hari n’abigisha ko utegerezwa kubita Daddy canke Mamy…None Bible yoba ibivugako iki?Hoba hari umuntu tempered kuvyara uwundi mu Mpwemu? Umviriza video ufashwe!
MBEGA IMANA YOBA IDUSIGA KABIRI (Double onction/Portion)?#UKURIKUBOHORA
Просмотров 948 месяцев назад
Abizera Yesu benshi hari imvugo bakoresha imenyerewe cane Ariko itari muvyo Bibiliya Yigisha…Benshi baravuga ngo:Imana Igusige kabiri,Ikuvugutire kabiri,ikwongere amavuta,everything is double double…none ivyo vyoba ari ukuri?Bibiliya yoba ibivugako iki? Umviriza inyigisho Hama ufashwe!
NTA MUVUGA BUTUMWA N’UMWE ATANGA AMAVUTA KIRETSE YESU
Просмотров 1508 месяцев назад
Abakristo benshi barabwirwa ngo kugira baronke amavuta bakwiye gukorera (to serve) amavuta (Umuvugabutumwa),Kwubaha amavuta(to submit) hamwe no kubiba mu mavuta ( to sow) canke gutanga amahera…ivyo sivyo Bibliya yigisha ni inyigisho z’abantu bashaka kubagira abaja babo. Umviriza ufashwe!
UKURI KUVYEREKEYE KUVUGA MU NDIMI #Ukurikubohora #ubuntu
Просмотров 589Год назад
Abakristo benshi barafise ibibazo bitandukanye kuvyerekeye kuvuga mu ndimi kuburyo hari abavuga ko vyaheranye n'Ishengero rya mbere (ry'intumwa) abandi bakavuga bati ziracavurwa kandi uwizera Yesu wese atazivuga ntarakira Mpwemu Yera. HAri abigisha ko mumakoraniro bovuga indimi eka mbere bakanahamagara ubutunzi bakoresheje indimi...hari ibibazo vyinshi twibaza ariko muri ino nyigisho turaza kur...
Pastor Arthur ati Abapasitori duhagarike gutoza ibigiracumi#ubuntu
Просмотров 41Год назад
Inyigisho y’IKIGIRACUMI iratera ubwoba abizera benshi kuburyo abakuru b’amadini ugikozeko mubipfa. PST Arthur aravuze ko icacumi cari ica Israel gusa. Kurikira wumve ico a ivuga Ko!
INYISHU Z'IBIBAZO K'UBUNTU BW'IMANA PART 1 #Ukurikubohora
Просмотров 2282 года назад
INYISHU Z'IBIBAZO K'UBUNTU BW'IMANA PART 1 #Ukurikubohora
UBUZIMA BWO MURI KRISTO PART 2
Просмотров 442 года назад
UBUZIMA BWO MURI KRISTO PART 2
UBUZIMA BWO MURI KISTO PART 1
Просмотров 1262 года назад
UBUZIMA BWO MURI KISTO PART 1
UBUKURU BW'UBUNTU BW'IMANA PART 3
Просмотров 812 года назад
UBUKURU BW'UBUNTU BW'IMANA PART 3
UBUKURU BW'UBUNTU BW'IMANA PART 2
Просмотров 1582 года назад
UBUKURU BW'UBUNTU BW'IMANA PART 2
UBUKURU BW'UBUNTU BW'IMANA PART 1
Просмотров 2952 года назад
UBUKURU BW'UBUNTU BW'IMANA PART 1
ICACUMI NTIKIGURA IJURU #Ikigiracumi
Просмотров 1892 года назад
ICACUMI NTIKIGURA IJURU #Ikigiracumi
NI GUTE TWICA IBIKORWA VYA KAMEREMERE?
Просмотров 3342 года назад
NI GUTE TWICA IBIKORWA VYA KAMEREMERE?
NTUBE UMUJA WO GUSHIMISHA ABANTU #UKURIKUBOHORA
Просмотров 502 года назад
NTUBE UMUJA WO GUSHIMISHA ABANTU #UKURIKUBOHORA
MBEGA TURAKWIYE GUTUMA BIKIRA MARIYA KUDUSABIRA KU MANA?#UKURIKUBOHORA
Просмотров 1172 года назад
MBEGA TURAKWIYE GUTUMA BIKIRA MARIYA KUDUSABIRA KU MANA?#UKURIKUBOHORA
AMAZINA Y’ABANDI BANA ‘BIKIRA’ MARIYA YAVYAYE #UKURIKUBOHORA
Просмотров 2022 года назад
AMAZINA Y’ABANDI BANA ‘BIKIRA’ MARIYA YAVYAYE #UKURIKUBOHORA
RACISM IS A SPIRIT
Просмотров 452 года назад
RACISM IS A SPIRIT
YESU NI WE BUZIMA BUDASHIRA
Просмотров 782 года назад
YESU NI WE BUZIMA BUDASHIRA
MWIRINDE ABIGIRA ABAVUGISHWA
Просмотров 432 года назад
MWIRINDE ABIGIRA ABAVUGISHWA
'COMMITMENT' ACCORDING TO THE GOSPEL
Просмотров 662 года назад
'COMMITMENT' ACCORDING TO THE GOSPEL
MBEGA ABAVUGISHWA BARACABAHO MW'ISEZERANO RISHASHA +Q&R
Просмотров 4272 года назад
MBEGA ABAVUGISHWA BARACABAHO MW'ISEZERANO RISHASHA Q&R
Mbega mouvement y'abavugishwa yarwiriye mu Burundi yoba iva kuki?
Просмотров 652 года назад
Mbega mouvement y'abavugishwa yarwiriye mu Burundi yoba iva kuki?

Комментарии

  • @djafarnyandwi6912
    @djafarnyandwi6912 9 дней назад

    Nukuri turabashimiye Mukomerezaho ukwonukuri

  • @MURERWAAgrippine-ty5se
    @MURERWAAgrippine-ty5se 17 дней назад

    Imana igukomereze mw'ijambo ryayo

  • @MURERWAAgrippine-ty5se
    @MURERWAAgrippine-ty5se 17 дней назад

    Keep up postor! Imana iyaba ariyo idusaba ntiyodusavye ikigiracumi yari kudusaba vyose kuko ivyo dufise vyose ni ivyayo. Mubisanzwe umuntu atanga ibingana n'urukundo akunda Imana n'abantu bayo

  • @nadinekanyana2976
    @nadinekanyana2976 27 дней назад

    Ndakunzwe kndi ndakundits...Alléluiaaa

  • @NiyokwizigirwaCorneille
    @NiyokwizigirwaCorneille Месяц назад

    Murakoze caaaane Imana Idufashe Ihaguruts abakoz bayo batahuy ubutumwa bwiza nkuk mwabutahuy❤

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora Месяц назад

      Urakoze cane. Imana Iriko Irabahagututsa kandi ni benshi. Mukomeze kudusengera!

  • @elogebitariho5878
    @elogebitariho5878 2 месяца назад

    Inyigisho nziza iteguye neza bless you Pastor Ange Michel.

  • @chantalbora908
    @chantalbora908 2 месяца назад

    Ikiganirocyiza❤

  • @chretienmasengesho4887
    @chretienmasengesho4887 4 месяца назад

    Merci Pasteur Muhayimana Ange Michel uradufasha cane

  • @nivyayothierry4929
    @nivyayothierry4929 4 месяца назад

    Pastor Ange Michel Merci kubwa msg

  • @nivyayothierry4929
    @nivyayothierry4929 4 месяца назад

    Mbega ikiganiro !!! Ikirenze mutuzaniye mon frère Thierry q j'aime bcp Ese isi yose yokumva iyi message

  • @vugukuritv110
    @vugukuritv110 4 месяца назад

    Murakoze cane ku kiganiro, iyaba vyokunze tukaganira har'utubazo nobabajije kugira ngo ntahure kurushaho.

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora 4 месяца назад

      +12074159157 Niyo number ya ministry.Uranyandikira tuyage.

  • @RichardNkeshimana-hz6ob
    @RichardNkeshimana-hz6ob 4 месяца назад

    Amen 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @ishimwefranck2723
    @ishimwefranck2723 4 месяца назад

    Murakoze caaane kukiganiro ciza

  • @patopaty1644
    @patopaty1644 4 месяца назад

    Ooh mbega amagambo meza❤

  • @AimableNasriNgabire
    @AimableNasriNgabire 4 месяца назад

    Ndanyuzwe cane kandi ndatsinzwe!!!

  • @jeanpierredufatanye3414
    @jeanpierredufatanye3414 4 месяца назад

    Amen amen

  • @nshizejames5240
    @nshizejames5240 4 месяца назад

    Imanishimwe kubwanyu kristo akomeze iryo hishurirwa ryayo muri mwe bavandimwe benedata

  • @anithandasienga7773
    @anithandasienga7773 4 месяца назад

    Ndanyuzwe niki kiganiro ,Ndiho nakomeze kuduhishurira Ubuntu twagiriwe.

  • @emmachauvet9827
    @emmachauvet9827 4 месяца назад

    Amen 🙌🙌 biratahuritse merci

  • @elogebitariho5878
    @elogebitariho5878 4 месяца назад

    Mbega ikiganiro ciza kirimwo inyigigisho nziza muri umugisha kwi ishengero rya Kristo. ❤

  • @elishalameck4829
    @elishalameck4829 4 месяца назад

    Muhezagirwe cane Murampezagiye

  • @damasmutsinzi224
    @damasmutsinzi224 4 месяца назад

    Pastor Nsenga nawe turamubuze Kabisa. Ahindutse gute koko? Imana imutigarurire.

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora 4 месяца назад

      Umviriza ikiganiro cose ncuti nawe umere nka twese,wumve uburyohe bwa Yesu bushitse.Ntiwamubuze ahubwo uwo ni we Yesu Yishimiye 100%.

    • @ntibaziyaremyejeanchrysost6826
      @ntibaziyaremyejeanchrysost6826 4 месяца назад

      Mu rukundo uri mu mwijima (kurimbuka,gucirwaho iteka) niwe ukwiye guhindukira akaza mu mucyo,ntekerezako Nsenga ari mu ba pastor bagerageje kuba n'umutima we wose mubyo ushaka kumusubizamo 😅 kdi ntibukunda iyo wahuye n'umucyo wa kristo,mureke ndabizi ni umuhanga ntahubuka.

    • @alichouofficial4444
      @alichouofficial4444 4 месяца назад

      😂😂Ubwo nawe uzadusanga mwuyu munezero wagakiza pee Ahubwo uransekej😅

    • @alichouofficial4444
      @alichouofficial4444 4 месяца назад

      ​@@ukurikubohora🎉🎉❤❤

  • @bernardmunyeshuri4659
    @bernardmunyeshuri4659 4 месяца назад

    Amen Amen!

  • @JeanBoscoSibomana-n5f
    @JeanBoscoSibomana-n5f 5 месяцев назад

    Uko n ukuri,Ikanguro rigiye kuza rizokoreramwo abafise ukwo kuri gusa

  • @scholastiquemukambabazi3819
    @scholastiquemukambabazi3819 5 месяцев назад

    Allô PST Ange Michel !!!

  • @NgenziInnocent-b4r
    @NgenziInnocent-b4r 5 месяцев назад

    Icacumi kugitanga sitegeko babihatirizabantu ko aritegeko kuberinda zabo kandi nabo bataryubahiriza nyategeko nawewe ubwiwawe ntaryo wubahiriza uriyizi ntanuwugitanga uko bikwiriye nimitego bababohesha namwebwe mukiboha

  • @mushimiyimanamarie4533
    @mushimiyimanamarie4533 5 месяцев назад

    Twarabisenjyeye turasubizwa ni ngombwa icyacumi muri maraki yumve ngo nzahanindyanyi mbega bivuga ibihano mwanyimye umugabane wa cyimwe mu icumi n'amaturo ,muravumwa wa muvumo😮..... ahaaaaa ubu koko😢

  • @mushimiyimanamarie4533
    @mushimiyimanamarie4533 5 месяцев назад

    Niba kuriwe abonatari ngombwa,nabireke,ark ye kugandisha abandi oya uri umunyabinyoma pe sindi pst ndi umuklisto usanzwe ark kucyireka lmana iragukubita ugahomba ukarwaragurika ...... nabiceceke

  • @mushimiyimanamarie4533
    @mushimiyimanamarie4533 5 месяцев назад

    Um um um um ari muri bamwe barwanya iby'lmana kuko icyo lmana yavuze,ntijyihindura ntabwo lmana ikora gutyo ihindagurika?!! Oya oya

  • @alphonsengarambe4276
    @alphonsengarambe4276 5 месяцев назад

    1/10 nitegeko nshuti

  • @Manishimweevariste-y7j
    @Manishimweevariste-y7j 6 месяцев назад

    Saw hezagirwa

  • @elvismunezero7881
    @elvismunezero7881 6 месяцев назад

    Pasteur Imana izogukubita Iyaba warahawe mpwemu yera ntuba uriko uvuga uko sindabivuze kugira ngo uvyemere vyumve gusa

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora 6 месяцев назад

      😂😂Izokubita abaguma babiba bakoresheje Bibiliya…jewe ndazi ico ndi nico Imana iri kuri Jewe:Papa!🙏🏾

  • @trophywilson7211
    @trophywilson7211 6 месяцев назад

    mmmh Dunia kwisha

  • @MukaruzigaSaidati
    @MukaruzigaSaidati 6 месяцев назад

    Ndakubwiza ukuri icyacumi Imana igikuyeho amatorore yafunga aba apostle naba bishop bose babivamwo burundu abakorera Imana byukuri byagaragara

  • @kabagambemoses-uw1xq
    @kabagambemoses-uw1xq 6 месяцев назад

    Have abundant blessings journalist and pastor

  • @emmanuelvoicetv
    @emmanuelvoicetv 6 месяцев назад

    Nibwo bwa mbere nabona umupasiteri w'uminyakuri utishakira indamu pe.Imana iguhe umugisha

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora 6 месяцев назад

      Urakoze cane ncuti.Burya hariho abandi batunamiye bayali.si benshi Ariko bariho. Yihe abandi babohoke nabo!

  • @graceb2398
    @graceb2398 6 месяцев назад

    Ofcourse gutanga ikigirachumi si itegeko but n’urukundo ukund’imana yawe. It is all about the measure of love, the love to your Lord. Lundi sha uwiteka n’umutima wawe wose, n’ubutunzi bwawe bwose (vertical love between man to God) there is also what we call Horizontal love (penda jirani yako) love between man to man.

  • @felixbarisesa6780
    @felixbarisesa6780 6 месяцев назад

    Ange merci bcp

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora 6 месяцев назад

      Urakoze cane mugenzi. Yihe abandi nabo bafashwe

  • @KayitesiAline-qs8ct
    @KayitesiAline-qs8ct 6 месяцев назад

    Ni itegeko ahubwo banza ukiranuke nabi ufite imyenda

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora 6 месяцев назад

      Ntakibazo ncuti…ibandanirize mumategeko niwaruha Yesu Arahari

  • @umutonisophie2332
    @umutonisophie2332 6 месяцев назад

    Ark wowe uturutse hehe non eho! Malaki 3 havuga gwiki! Ijambo uri kuvuga niryawe si iry Imana ! Wishuka abantu b Imana. Gutanga icyacumi nitegeko cyane!

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora 6 месяцев назад

      Imana Ikuje imbere uzotange ubwoko bwose Bibiliya Yigisha uko ari 4…umviriza videos zose ureke kwihuta kuvuga nabi…

  • @ngogaenock2791
    @ngogaenock2791 6 месяцев назад

    Amen!!!!

  • @Antoinetteumurerwa
    @Antoinetteumurerwa 7 месяцев назад

    Amen

  • @Kevinones59
    @Kevinones59 7 месяцев назад

    Mpaye mbaza nitworeka gushikana nkuko, mutubaliye Mucungagi cange ,Ishengero ryokwishugwa iki? Gushikana niyviza kbs wowe uzosome neza wigarure

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora 7 месяцев назад

      Izo shengero Yesu hari uwo yatumye kuzubaka?Ba Paul na Petero bubatse zingahe?barigeze batoza ivyacumi?

    • @steveigiraneza-vp4mc
      @steveigiraneza-vp4mc 6 месяцев назад

      Amaturo akoriki?

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora 6 месяцев назад

      @steveigiraneza-vp4mc Nayo gufasha abakene,impfuvyi,abapfakazi,kujana ubutumwa bwiza kure hamwe no gushigikira abigisha UKURI atari abo babesha bakaniba abana b’Imana!

  • @fleuryhervenduwayo9211
    @fleuryhervenduwayo9211 7 месяцев назад

    Mercii Muhayimana

  • @kingstonontariotravailazed8141
    @kingstonontariotravailazed8141 7 месяцев назад

    Amen amen 🙏

  • @divinesindayihebura5177
    @divinesindayihebura5177 8 месяцев назад

    👍🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾 Merci Ange Michel parce que peu de personnes osent dire ça !

  • @nivyayothierry4929
    @nivyayothierry4929 9 месяцев назад

    Oooooohhh mbegumugisha I wish I could be in that place Ana urugo rwiza

  • @yanartmel
    @yanartmel 11 месяцев назад

    Tuvuga ururimi rumwe!!!! Glory to Adonai🙌🙌🙌

  • @only_Jesus1
    @only_Jesus1 Год назад

    Shalom, Mumbarize pasteur: KWUBAKA INSENGERO MW'ISEZERANO RISHASHA COBA ARI ICAHA? MBEGA DUKWIYE GUSENGERA MUSI Y'IBITI NONE KO YIGISHIJE ATI:"INSENGERO NI IMIBIRI YACU."?

    • @yanartmel
      @yanartmel 11 месяцев назад

      Harya ni aho kwikinga izuba!! Hahinduka ingoro y’Imana aruko abana b’IMANA bahari!

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora 6 месяцев назад

      Imana ntiba mu mazu yubatswe n’intoke z’abantu…hama aho wosengera hose Imana Irakwumva!

    • @MukaruzigaSaidati
      @MukaruzigaSaidati 6 месяцев назад

      Isinagogi niki?

  • @NzabampemaAudace
    @NzabampemaAudace Год назад

    Ndafatanije Na Ange Michele hamwe nabakozi b' Uhoraho bose bahamagariwe kwerekana ukuri. Nanje niko Nvuga ndi Evengeliste Missionaire Audace Nzabampema . NDAKUNDA INVUGA KURI, NDAKUNDA ABAGENDERA KURI, KANDI NDAKUNDA CAAANE ABAHINDUKIRIRA UKURI BAKAVA MUMIGENZO YABANTU CANKE YAMADINI.UHORAHO IMANA NZIMA UMUREMYI WA VYOSE ADUHANE AMAHORO NUMUGISHA BIZANWA NO KUMEYA NO KUKUGUSHINGIRINTAHE.