UKURI KUVYEREKEYE KUVUGA MU NDIMI

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 ноя 2024
  • Abakristo benshi barafise ibibazo bitandukanye kuvyerekeye kuvuga mu ndimi kuburyo hari abavuga ko vyaheranye n'Ishengero rya mbere (ry'intumwa) abandi bakavuga bati ziracavurwa kandi uwizera Yesu wese atazivuga ntarakira Mpwemu Yera.
    HAri abigisha ko mumakoraniro bovuga indimi eka mbere bakanahamagara ubutunzi bakoresheje indimi...hari ibibazo vyinshi twibaza ariko muri ino nyigisho turaza kuraba ico Bibiliya yigisha kuvyerekeye indimi,kuzivuga mumakoraniro atawusobanura eka tunarabe kumbure ko indimi zivurwa ari izo mw'ijuru canke izisanzw zivurwa kw'isi.
    Twizere ko mufashwa.

Комментарии • 5