Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Kubita wegeze inyuma izonyanka Burundi 🇧🇮 ntaho wimiriwe mutama wacu birababaje gusohora inoti zitazwi ico zirigukora nkubu bakabaye bari muri gereza uri serugo nta chambre nimwe utinjira kuvubu injira na nyumba10 umubaze uko abenegihugu atwara bamerewe ,,we love you president ❤❤❤❤🎉🎉
Aha nashaka nkebure gato, leta irakwiye kuza irategura uko aba batumire batumba ururimi kuza barasigurirwa
Ewe Burundi wararamba
Never nawe vyaragucanze,uriko uragisha droit public?
Hello fatafaka turawamaganye😂😂😂😂 😢😢😢😢😢
Kera narashigikira indongozi muburundi mugabo ubu narifashe kuko ntaba technician muri economy mufite
Muduhe ikiganiro cose kiri hamwe
ABANSI Bose b'igihugu prezida YARAMAZE kubatubwira none arindiyiki kubirukana Bose,abo bagagaza ntaco batumariye.LETA NTIBA IBUZE AMAHINGURIRO NKA 200 AHO IBISHOMERI VYOSE VYOBA BIRONSE AKAZI
Kwel❤