Mrciii kukiganiro courage hma sinz ko ataco bitway gutanga sujet muze mudukorere ikiganiro caba ex nivyiza ko mubwirana aba ex ko harigih bizana intambamyi muhuy ukaza wumv ng nguyo karavyuts nutundi tuntu ataco tumaz ndabivuz ukwo sukuvuga nta confiance aba agufitiy oya nibimw ng aho kaciy ntigahera noe umuntu yobigira gut mrciii
ikiyago caha nama ndagikunda canee kugeza ubu ntimurampemukira(ku ndeceva_de decevoir).nukuri nagatera soni kkwisuko z'inyubako rusangi(lieux publics),umenga hemwe haruwo wahaye uwo murimo wogukura uwo mwanda ukanabihembera.rero umwe wese yitwararike_iyi ntahe ya dada je yama yanshikiy ngwako ka jama nibiko ko kimomora niko ni de quatier?kwisuku ry'umubiri ndabura amahoro(tres allergique )kwisuku kugeza naho _ariko rero challenges usanga umenga ibintu vyisi ni urudubi ucuhura numunyamwanda n'akajagari gahebuj kuburyo gu combla bigora ugahakwa guheberana vyose....merciii pour ce debat aussi riche que noble a jamais
Oya ico kintu cukutamwa ng uragir isuku sindagishigikiy kuko iyo ugiy mur toilette hasigarayo des gouttelettes des urines mugih bishitse ukagend ahantu ukabura amazi y kwitawaza kd plus ukoresh des papiers de toilette Navy nivy bizan izo infections. Fo y kugabany
I like the way Nikita avuga ibintu , ari very direct, nice Nikita , cadeau from Sweden 🇸🇪👐🙌
Woooouh Hosy umugenzi wanje wakera...ndagukeje gose first kubwibikorwa vyiza ukora secondly ndagushimiy for this good debate sha...Ndifuza ko bobibona aribenshi bakabishira mungiro...ivyo kwihagarika mwibarabara noguta ibintu mwibarabara vrmnt birambabaza nanj kubabikora nukuri
Ndabakunda cyane mubiganiro vyanyu dada mazina hello naku missi mazina dada
Linda amengengwa ?iyo terme ni nshasha urakoze
Murakozee abatumirwa, Hosy, Dada👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kungira isuk nimba ufise akamot kabi kubakobwa fata ibarafu uhejej gufata douche ufate iyo barafu uhoze neza 🔥🔥🔥
Si seulement tout le monde pouvait réflechir comme vous.bref je vous admire bcp continuez comme ça
Merciii mille fois pour cette émission!!!biraryoshe kubona ko hari abantu bafise ama idées ya grave nkayo!!
Lmao
Mm k
A very interesting topic thank you guys ,we love you here from Rwanda
Thank you guys we love u
Mwaje hagez
Thanks Siren Vibes for the topic, very well informative and interesting...
Mubisanzwe umukobwa wisuku ahindura kaleson 3par jrs kuwo vyokndira usanga atabintu vyakamoto kabi ukanitawaza ukanihanagura kugitsina noguhindura cotex nka 3par jrs ndakurahiye uzobusezeye akamoto kabi ikindi naco kutararana ikareso mwijoro hama harabasohoka gusoba mwijoro Nahonyen ukitawaza nukur uzobumbwira
Nivyo agaciro canee ivyo vyiyumviro mushikirije👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Islam yigisha isuku depuis l'enfance ke ça soit umuhungu cnk uukobwa..ntiwonasenga utisukuye..c'est dans les principes..
Ndakesera🙋🙋🙋🤝🤝🤝🔥🔥🔥🔥
Ikigniro ciza..jew naravyiboney umukecuru umw yahagarits umntu ataye igipapuro ati gitore kndi yaragitoy...arko si burundi j étais dans un autr pays...ni exmpl nziza kugirira isuku aho tuba...
Mrciii kukiganiro courage hma sinz ko ataco bitway gutanga sujet muze mudukorere ikiganiro caba ex nivyiza ko mubwirana aba ex ko harigih bizana intambamyi muhuy ukaza wumv ng nguyo karavyuts nutundi tuntu ataco tumaz ndabivuz ukwo sukuvuga nta confiance aba agufitiy oya nibimw ng aho kaciy ntigahera noe umuntu yobigira gut mrciii
Les invités Nikita na Rasko ndabakunda cane muryosha ama émissions kandi mufise de bonnes idées cane.Komera....Hosy na Dada namwe ntaco mvuze mukora akazi neza sanaaaa! CANADA
Merci bcp 🙏🙏🙏
Wow ikiganiro kiza from Uganda....we love you!
Abatumire👍ikiganiro👍
Muratesann y'all so funny , Tres Educatifs, Merci Lero, Mukomere!
Korineza Clovis hahahaha waragafash
Ivyo muvuga nivyo nanje ndabashigikiye !! Ahubwo ababikora ntabwo bakunda igihugu!!
Ikiganiro ciza caaaaane.
Ico noterera nuko ico kiganiro cisuku mur town nuko rikeney cane.
Nimuvuge caaaaane kugira hajeho toilettes public kugira basi umuntu afis umusonga yihangane gushika aho iri.
Dukwiragize ama poubelle mugisagara.
Big up
Hhhh hosy hg up sana
Siren Vibes vraiment ivyobiganiro ni vyiza kuri sociyete Ndundi. komereza aho!
Nikita niwe abiryosha.....!!!!
Ati Iki ga Niki?? Gu suenta yoooo😂🤣🤣🤣🤣🤦anyway merciii pr l émission👌
Hosy tbx for choosing a good debate with some good skilled team.big up.....
God bless you guys kko muratwigishij bikwiye ego Abarundi tugomba kwisubirako kko nahandi isuku turarikora bagomba kuvyishiramwo nokubimenyera no gukunda igihugu🥰🥰
Aka nukx😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ivyo vyisuku mugisagara cabujumbura nuko umukuru wigihugu yotanga itegeko yuko uwo bazofata azoc atanga amande nukuri vyohera kabisa.
waouuuh uyo muntu apanga neza utwiwe nico ciza kuk hagez ko wambar ucumenya ingen ujanisha impuzu zaw
Nukuri mwavuze vyinshi kandi vyiza cane ariko mushoje nabi ngo nukwi relacha ikareso ntiyambagwe 🤭🤭 LASCO yabivuze ko urwo rugo rwobamwo UMUGORE n,umugabo gusa ari 2
Très intéressant 👏🏾✅
Good topic murakoze can
Pu. Murerura. Mwambarizomuhenerabantu. Murakihana
Ivyo uvuze Dada nivyo,indero ihera hasi,umwana azokura ashatse pipi ukamubwira ngo ngira aho kwibarabara umwana azokura azi ko aho ushakiy gu pissa uhagarara ahonyene😒! Twikebuke igisha umwana akure azi ko ukwihagarika ari igikorwa gikorerwa ahovyagenewe mukazu ka sugumwe!
Asha iyo top pic irakomeye nukur, kuko ivyo bihanze abantu benshi cane
Mwakoze
Meategerezwa kubanza presentation
Hosy, wararonse abakurusha umunwa kweri, ariko ni bon muriko muvuga ibintu bizima komerezaho
ikiyago caha nama ndagikunda canee kugeza ubu ntimurampemukira(ku ndeceva_de decevoir).nukuri nagatera soni kkwisuko z'inyubako rusangi(lieux publics),umenga hemwe haruwo wahaye uwo murimo wogukura uwo mwanda ukanabihembera.rero umwe wese yitwararike_iyi ntahe ya dada je yama yanshikiy ngwako ka jama nibiko ko kimomora niko ni de quatier?kwisuku ry'umubiri ndabura amahoro(tres allergique )kwisuku kugeza naho _ariko rero challenges usanga umenga ibintu vyisi ni urudubi ucuhura numunyamwanda n'akajagari gahebuj kuburyo gu combla bigora ugahakwa guheberana vyose....merciii pour ce debat aussi riche que noble a jamais
Uravuze ikintu ciza nomuri Cartier bazidushirireho kbsa vyoba vyiza cane kd vyogabanya umwanda
Karabaye😢😢😢
Nimubivuge nyene Kuko sibenshi bubahuka kubivuga kandi bikenewe
Ikiganiro ciza cane qui mérite d'être vu par tout Burundais,
Mwubahwee
Bon débat👌
nice work
Siren vibes vraiment murazi akazii kuko murakoraa ku buzima bwa misi yose abntu batinya kuvuga nukuri turi inyuma yanyu nukuri muter'imbere mufashe abndii
Debut nziza caane ndabakunda mwubahwe kabisa nimukomeze mutuzanire nibindi bijanye numubiri mukomeze kwumvishabantu gukoreshamazi muri wc vrma nisuku ryingenzi caane kubihimba vyacu (kwitawaza ) hari benshi babipinga
Murakoze ku kiganiro ciza. Mwavuze ibintu bikomeye, vy'agaciro.
Gusa Aho tudahurije n'aho muhanuye aba dame gukura Ama sous vêtements mu Bureau canke mu modoka.
Abakeneye guhemesha ibihimba vyabo barabikora mw'ijoro canke igihe Bari muhira. Ubundi bwo ntaho noba batandukanye n'ukuba gusa
Asha ico , iwanje wapi singishigikiye
Abanuka ibirenge! Koresha levur chimique uhejeje kwoga no kwihanagura. Hama uhindure ishesheti buri munsi, vyiza koreaha iya cotton 100%
mrciii
Hosy mwubahwe mwaraye mumpaye umuti wogusig indimu mukwah Ubu ndi class vrt .kumb indimu irakoraaaa ndumiwe
Nikita ati "Aswentaa.."
Mbega ikiganiro ngira kamaro🙏🙏👏👏👏 Iki kiganiro coshobora kuba diffuse ku ma radio yose yi Burundi??🙏🙏🙏
Ahuiiiiiiiiiiiiiiiiiiiîiîiiiî
Umva ndabakunda gusa ntakindi 🥰♥️
Thx Hosy nabashitsi kuri Topic,muraba grave, nanje narashikiwe nigisanga Kampala knd nabikoze juste KO twaritwarishizemwo ngo nigihugu gicafuye,et pourtant j'ai vu le contraire kubaganda benigihugu. Sérieux thx faut twumveko ariwacu hose
👌👌👌
Ivyisuku nimubihagurukire kweri biteyisoni
Amengengwa....
Ikiyago cizacane ndabakunze kabisa mukomeze mutwigisha
Ndatwenze ndakumbagay mana m urakoze can😂😂😂😂😂😂😂🇵🇸
Nkuko nama ndabuvug ndabakund san hama ndakund ukunt muhanuran ndamukirinz nikita
Wow nimwe muma debat nkunze.
Muze mugire debat sur ukuntu abantu biteguriye marriage ataburyo, ugasanga comittée bayikozeko nk' infashanyo ugasanga amahera yose y'urubanza niho avuye!
Merci bcp Hosy kuriyo débat j’espère k izofasha benshi muhezagirw ❤️❤️❤️much love ndakund uko mwitab ivy abanywanyi babasaba 💃🏻💃🏻💃🏻💃🏻👌
😂oya mwe murakabije hari uwokwiza 20 ans atamwa 😂?nimba yoba ashaka drede nka bob Marley😂😂
Ico kiganiro coguma kigaruka boteba bakihanura!dufise town nziza ariko twayifashe nabi!!! Nibashireho amategeko n' ibihano! Ibisagara vyose maze gucamwo Bujumbura niyo i acafuye !
Akanux😁😁
😹😹😹Nunu 🇧🇪🇧🇮
Akanux👌
Vrmnt muraryohey peee muvuze neza
Bonjour ,
Ikiganiro c'isuku kirakenewe mu bice vyaco vyose. Na débats ni nziza cane. Mbega none mwogira ibiganiro muhana ijambo . Vyokunda ko mubiganiro/débats mutumira abahinga ?
egooo iciyumviro ciza caneee gose
Uvuze ukuri Rasko
Harakeneye discipline mubanyagihunu. Nukuri
OMG I love my country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
SVP nimugire ishirahamwe ryogufasha ihinduka ryinyifato itabereye sha Dada abo bakubwiye ngobtao wobona barateye isoni kandi ntucike intege eka n'a Lasko numviseko muvyumva kumwe nimuhaguruke mwebwe nyene abo muvyumvakumwe bazobakurikira najewe ndimwo. Twebwe tuba hanze tukirenga ikibuga cindege ça BUJUMBURA twari tuziko atanogucira hasi kandi niko twabisanze kuki tutobikora niwacu. Murakoze cane kumpanuro muduha ninkebuzo zanyu
Good
Ndabashimiye nutu blagues mwacishijemwo tugatwenga😂🤣🤣🤣
Nibazako kwambara impuzu 2 canke 3 bivana nuko ufise isuku ry ' umubiri. Jewe ndambara impuzu incuro 3 ikaguma Isa neza
Oyaha reka woyirirwamwo 3jour kwer?
HOsie yabaye dominated
Abatumire ba SI... They ve hijacked your Show😊
Bavyita gu "sweatinga"....!!(to sweat)....krrexion..
"Suinter"c'est un verbe français qui signifie "sortir goutte à goutte" ou"s'écouler très lentement".nigifaransa ntabwo ari to "sweat"
Ikikiganiro ninkora muti gusa muburundi turafise négligence akarorero nkubu poubelle zomuma bus harizo muherutse kubona?
😂😂😂ngo canke murajugumiza
Ikiganiro ni 🔥🔥🔥🔥
Hosy Marie uti yambu🙋😂 Nikita uti ufise voice ya bien ndamwibuk kur buja FM 👌gusa urahatswe kutwerek mur Suisse 😂😂😂🙈
😂😂😂😂😂😂😂😂
😀😀ewe sha Malick ntiwihisha nguhaswe kubona iki kwa nickitta😀😀🤭
Ati muvyumba
Ikiganiro ciza. Rasko ati " nta sato ibura mu mwonga" ikindi gihe azohubure agire ati" nta mwonga ubura isato ..."
None wogirisuku utamoye urumukobwa ucawambara cotex gt ntugiringaruka?
Ikiganiro ciza cane!! Gikwiye gufasha buri wese.
Erega Umukur wacu wiguhugu cuburundi afashe agatanga itegeko akavugati uwofatwa ariko arata ibintu mwibabarabara canke gucira mwibarabara azocirwa amande kandi akagira nkakarorero nkokubantu babikoze nukur igihugu cacu coba ciza cane mais uburundi na barundi dufise négligence kbsa
Andnoppi
Dada urantesa vrt ufis ivyiyumvra gt
Unva ndababwire mwabantu bacu jewe ndi m Canada hano hariho ama parc ukabona abandi boooose baja toilette abiwacu ukabona arihengetse Iruhande y igiti umuvugishije ngo ntazomera nn mwunva iyo ndero y iwacu mwoyita gte ????
Bakoreshakumomoziiminwe
Naheruka ngaha kera mumpe karibu ubu ngiye kubana namwe
Murigishakwel
Nukur ik kiganir niciza ariko ntimuz mwonger kuzan ivyamatwarete y'amashure 🙄🙄🙏🙏
Ubwigobeko😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
ico kiganiro ni ciza cane pe mukwaha nigukoresha lemon Green
Zamurahanura kbx turwanye umwanda
Oya ico kintu cukutamwa ng uragir isuku sindagishigikiy kuko iyo ugiy mur toilette hasigarayo des gouttelettes des urines mugih bishitse ukagend ahantu ukabura amazi y kwitawaza kd plus ukoresh des papiers de toilette Navy nivy bizan izo infections. Fo y kugabany