MKOMBOZI n'UMUGORE wiwe babishize ahabona//nari narakomeretse m'urukundo//Ico namukundiye/Iyo tugana
HTML-код
- Опубликовано: 4 окт 2023
- MKOMBOZI n'UMUGORE wiwe babishize ahabona//nari narakomeretse m'urukundo//Ico namukundiye/Iyo tugana
@MkomboziLucifer @bigfizzoofficial
#urukundo Развлечения
Uyo mu star afise ubuntu
Sage par excellence!
Mbega couple nziza we wawww
Mukombozi congratulations na madam ❤❤🎉
Irambir bwana mukombozi
Mkombozi Hasta Lavictoria siempre ❤❤❤ nakufata kbx
Mr lucifer nakubali sana
Nkunda mukombonzi kwer ufise ikirundi gitomoye ❤❤😂😂🎉🎉
Mukombozi uranyishe imbavu❤❤❤
Ego papa makamba wanj
Mukomere mufise ivyiyumviro vyiza Imana ibaze imbere
WOW couple nziza cane Felicitation muzosubireyo ntamahwa ariyo
Madame mukombozi aratekerej❤❤❤❤
Mnapendezana hasta kwl ni chaguo lako mungu awawezeshe penzi lenu liwe milele
uwomutama ndamwemera
😂😂😂😂yoo afise umugor yitekaniy sh
🎉🎉❤❤❤
Muranyigishije vraiment
Mkombozi yoba motivation speaker😂😂 ariko mukirundi cuzuyeeee
Mukombozi umenichekesha😍❤
mukombozi mukombozine muratesa❤❤❤❤
🤣😂😂😂guys this my first time to hear this interview.it's so amazing story.i really enjoyed it and it is teachable .
Powa baba,turasha aka mariage nako boff
Ndakeneye uwomupira. Nangahe nimwiza Can
Ham mwubahwe mukombozi .na mukombozine
Ndabakunda can
Hejuru caane Mr umukubito 🔥🔥
Hongera kwa kupata mtoto
🔥🔥🥰
Iyo mwandika ati "burundian boy,and burundian girl so mwubahwe kbx
Murakoze kuntwenz wallah couple itesa 😂❤
Nice couple! 👌❤️
Mukombozi ni mwiza kweli😂😂😂😂😂
Baraberanye kabisa turamwubaha kabisa
Mukombozi araryosha inkuru, he is a wise man
Woau beautiful couple ndabikundiye❤️🇧🇮🇺🇲
Mkombozi wubahwe ndakund indirimbo zawe❤❤
Mwakoze mukobonz kumpantur 👏👏👏
Kumbe wari wamupfiriye wa Mudemu wo muri Australia pole sana pe.
Rugume rusosa musaza❤❤❤
Afise umugore💋💋
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Nice couple muratesa vrt 🥰🥳
Mkombozi nimeipenda interview yako mm mwenyew imenifurahisha Sana
Mukombozi na mukombozine ndabakeje simbimanga muze mwubake rugume imana ibaje hagati. Mukombozi amajambo yawe ararerenze ngomwagize isanganya ngundabe !😂😂😂😂😂
Imana ibaje imbere bantu banje
Burya mkombozi n'ubutuzi canke novuga itara ririko rirazima kubera ko ivyiyumviro vyiwe uko bisanzwe biri muriwe siko abiserura. Ashiremwo amafire menshi koko nuvuga ko iyo Uri mwibarabara ririmwo ibinogo vyishi bisaba ko ugenda bukebuke. Mkombozi ndakwifurije urugendo gwiza murukundo, urugo gwiza, mbere n'iterambere mûri rusagi....
You’re so right
🤣🤣🤣🤣🤣muratwenz
Wooooa barabure ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Salut ndemera mukombozi ndumu fans wiwe
Nice
Congratulations
😂😂😂ewe Mkombozi uranyish niseko
🔥🔥🔥
🥳🥳🥳🥳🥳🥳abo ndabafana
Love from CyCy Vyuka
Vyiza can kd biranryohera ❤️❤️❤️
MUKOMBOZI NA MUKOMBOZINE ❤💪
Nana nayeyeyo uratuje nukuri ♥️♥️♥️♥️♥️
Kkkkkkk muranyish ewe mukombozi
Mukombozi na mukombozine mwirambire
Mkombizi ❤❤❤❤❤❤
🔥
❤❤❤
Abandi bana sha😂😂😂
Umwana w.inyabigina Nyanza lac kwetu
Uyumusi nduwambere mumpe like
Simbizi yozituritsa😂😂😂
😮😮😮 bruh! BurundiBoy
❤❤❤❤
❤❤
Neza sha ufisumugore yitonda
Ikiganiro ciza
Utwo dupira twoturonka gut?
🥰🥰🥰
Kabisa mkombozi n'a mkombozine
😂😂😂😂inkuru z imitima basi😂
Imbata ngo zirabwirana uranyishe ndakwikundira
Mkombozi imigani yiwe ntihera vt
Mukomboz :"impene imbata muri toillett aya gambo atunyumya pe! Hano uganda
Icombonye kimw mukombozi azorangira abaye paster. Komera bantu b'lmana mugume mubuntu bwayo. Sinarinziko harumuririmvyi aciye bugufi gutyo nahora mbona ababandi gusa 😂
Iyo tricot ndayishaka mkbozi yambaye plz🙏🙏noyibona gt?
Mukomere
Aresha nkabasoda
Ndakeneye kumenya izo Ticket Ayo zigugwa
Umurapa wumwaka 👊
Oe mkombozine yitwa gt???
Mwubahw
Umukubito mwubahwe
😂😂
Ikintu ngomba kubaza mkombozi,uw mugore waw k yar akijijwe,wasanze ari isugi?
Ewe Simbizi waratsinzamatora,ariko iryo solo woritsindira
Umuntu akunda inzoga cane nka SIMBIZI
Mbe Mkombozi yoba asigaye anwa itabi? Mumumbarize.
Kwl umu Petecote nivyo biboro?
😅😅😅😅😅😅
Jama ngo lucifer😢 sometimes philosophy zabasani ziba zisa niz'abasazi.
lucifer nizina bro kandi risigura neza ja gusoma bibilia niho ubibona
❤❤❤❤💞🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Umu rappeur avugir twembi,Ku nzoga n'ibitoro,,,,,,,lucifer
Powa baba,turasha aka mariage nako boff
Mukombozi 👌🏼👌🏼👌🏼
Jama ngo lucifer😢 sometimes philosophy zabasani ziba zisa niz'abasazi.