Magic TV murakwiye agashimwe vrma...imbavu ngaha ndiko ndakanda kabisa... Big up sana muranryohera..Ange Minouche Imana iguhe ivyo ushaka vrma hari vyinshi ushobora guhindura muri entertainment y'Uburundi kandi utabizi...ukora akazi neza cane.. Compliment to you Ange with the whole team Magic TV.
Nukuri ndanezerew cane kubwiyi interview mwakoze kuba mwatuzaniye ababatumirwa beza. Mimi et Bella mrc bcp B face and Tom umukama abatuzigamire bana bi burundi 🇧🇮💖♥
Icambere félicitations @Minouche ikiganiro kirakwiriye iminota Hama congrats to these guys indirimbo yarimwo ubutumwa bwiza buhanura ahubwo barakeneye views kuriyi ndirimbo. It was good interview. Be Blessed fam!!!!!!!!
Mwubahwe vraiment ni Afande Senga jewe ahongeza nukuri ndabakunda abaririmvyi mukoribikorinka nukuri. Ntatabi ntarumigi ntanzoga sha Imana ibahe gushika Kure 🙏🙏🙏
Ange minouche wakoze kutuzanira abagabo ndabakunda b face n'a mkombozi bahuye harashape 🔥🔥🔥🔥🔥
B face aza yaronka uwumushobora!!gus mkombozi yaremew gutwenza abantu kbx mnouche keep it up
Rwanda on Vous aimez trop💞💞💞💞💞Rwanda 🇷🇼 and Burundi🇧🇮...B face and Mkombozi..Kwa kweliiii.. legend never dies...hip hop songa mbele...
Abaguma basubiramwo kuyiraba tumenyane🔥🔥
Waaooh waaooh ! Izi nizo bita interview zituma duterama tugatwenga.
Vraiment harimwo aga professionnalisme. Courage les filles.
B face wararose mukombozi gusa muramvuna imbavu ndatwenga nkeguka
Much love b face and mukombozi bug UP sana
Je nukur iyindwi iheze ndumuri mudu yahatare🤣🤣🤣kubwa bagabo 🥰🥰muratesa🎵🎵🎧❤️❤️❤️
Ababasore nibubahwe nimtez'imbere umaiki w'uburundi congratulleshen👏👏👏👏i'love music of brnd🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Murarenze.mwubahwe basaza.Minouche merci sana
Big up sana Mukombozi with B-Face , ariko ico novuga kukuba aba Stars biwacu batuzuza stadium, dufise abantu bake ariko nabo bake aba Stars mugaca mutugabura kuri show biz ataco zimaze , bigatuma haba umu star Ari favorite kumuntu ariko bigaca Biba nkaho urya wundi nziko adahuza nawamuntu nshigikiye sinonavuza indirimbo yiwe , sinoyitaba ibiteramo vyiwe, Kandi bitew naba Stars😥 ariko iyaba hari ubumwe muba Stars, naba fans ntacobuza kudakunda ivyiwacu!!!
Abant banj nemer sana B face &mkombozi 🇧🇮🇧🇮Tonto ndabakund sana
iyi interview ndayimaze, wow.
un constat, abarundi nitwebwe ba consommateurs bambere des produits locaux, BRARUDI nayandi ma entreprises ntagasubire guha ama millioni abanyamahanga, amahera tubaha mukugura ibintu vyabo nabo nibayahe abaririmvyi bigihugu
Abafana natwe, benshi turakenye, kwama muma concert yanyu vyotugora, ariko abarundi twigore turabe videos zabo kuri youtube, ... akamaro naka, Equipe za RUclips zikorera kuma video ariko arabwa cane, uzosanga video ikwije ama vues menshi mumwanya muto ikwiye isi yose, ivyo rero bizotuma uBURUNDI bumenyekana, vraiment intererano yambere twobaha kandi tuyiha nuburundi biciye mumuziki, nukwo umurundi wese akoresha RUclips yokwiyabonna kubaririmvyi bacu, indirimbo igisohoka tugahita tuyiraba. 30 secondes zirakwiye kugira ibe vue accordee
Abaririmvyi namwe, turabakunda, kandi turatahura komuririmbira abarundi, so MUKIRUNDI. Ariko, mwokwigora mukavanga nicongereza nigifaransa cumvikana bizofasha, le systeme google ariyo ama social medias yose akoresha atahura cane izo ndimi kurusha ikirundi, muvyo bita algorithm of keywords canke les mots cles,
Kuririmba icongereza wanasha bizagura fan base yanyu, aho muja hose muhasanga ababakunda, namwe batangira kubatumako hanze hose
Murashobora kuvyibonera nkomwizi ndirimbo
Sat B Beautiful ruclips.net/video/q1_lKXtF0rU/видео.html
Chris MB Nyemeza ruclips.net/video/iSvJCKtnkTE/видео.html
Usomye commentaire zabanyamahanga, ahuri uca wumva uryohewe tu
IMANA IDUHEZAGIRE
Wubahwe kbx boss
🔥🔥
Ndakwemeye
B face na Mkombozi jewe baranyica 😂😂😂😂 vraiment 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Magic TV murakwiye agashimwe vrma...imbavu ngaha ndiko ndakanda kabisa...
Big up sana muranryohera..Ange Minouche Imana iguhe ivyo ushaka vrma hari vyinshi ushobora guhindura muri entertainment y'Uburundi kandi utabizi...ukora akazi neza cane..
Compliment to you Ange with the whole team Magic TV.
Merci Minouche mwatuzaniy abashitsi twari dukeney.Magic tv on the top🔥🔥
Wihangane kuba ushonje,arik nturi umurundi kk iburundi turahaz twese
Mwubahwe baririmvyi bacu.🙏
Mkombzi nyenye💪
Nukuri ndanezerew cane kubwiyi interview mwakoze kuba mwatuzaniye ababatumirwa beza. Mimi et Bella mrc bcp B face and Tom umukama abatuzigamire bana bi burundi 🇧🇮💖♥
Nibaduhakandi karirimbo barikumwe indirimbo yabo yaratunyuze.
BELLA, nubu nturatahura ko MINOUCHE yahereye *kunyishu* atabajije ikibazo, ... naje nagasubiyemwo kenshi kugira ndagatahure
Mkombozi na b face 🔥❤️💯
Wawoooo nice interview ,abo ndabakunda cane Minouche
Cyakoze turabakund 🇷🇼
Mbegikiganiro wéeeee !!! nukuri muterimbere impano ibarimwo.
B.face na mkombozi bokina comédie
Voilà interview iba ikenewe courage Minouche na bella mukora avec perfectionnement
B-face na mukombozi ndabemera cane cane ikirundi mumvuga kiraryohera gose peee . Imiganiyo , nimigani mwifondeye hahahaha courage
Icambere félicitations @Minouche ikiganiro kirakwiriye iminota Hama congrats to these guys indirimbo yarimwo ubutumwa bwiza buhanura ahubwo barakeneye views kuriyi ndirimbo. It was good interview. Be Blessed fam!!!!!!!!
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅Ange wakozeee ,, Imana ituzigamire abaririmvyi bacuu ibandanye ibah ubuzima burebure ibarind abansi😍😍😍😍
B face barakwemeje ch mwaratwegeje ryandaje🤣🤣🤣🤣🤣🤣💯💯🙏🙏💝
Much love🤣🥰 B face &Mukombozi muratwenza sana🤣🤣🤣🤣🤣🤣
i love this 😆😆😆 double rapers 257. courage Minouche
Uwabony nkanje mukombozi koyambaye ibirato bifise imigozi idasa namp izo like
Ange uti keep it up turabashigikiy babikora bieee
From BK Tv much respect Magic channel
Big up xan wakuu*❤❤
B Face ndagukunda pee ❤❤
Nice conversation ❤️👊😍
🤣🤣🤣🤣🤣👌👌💋muranyishe kbx ubumaray gus😁😁😁nyumbakum namwe mwikebuk🤨🤨
Mkombozi. 😍😍😍💯💯💯
Miss you mukombozi end bfs 😂😂😂😂❤
Ndabemeraaaa basazaaa❤❤😂😂😂🎉🎉
Mkombizi bifes,ndabafana♥️♥️
B.face and Mkombozi full respect to you guys 🙏🙏🙏
Cakora muramvunye imbavu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Minouche terimbere
Twari dukumbuye aba rappers
Big up magic and our best rapper 👍
Toujours de l’avant 💪🏻✌️👌🏻🇧🇮🇧🇮❤️
Muranyica cane vrmnt so murashoboy
Muratwitse muratwitse muratwitse 💕💕🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Iki kiganiro ndakk😂😂Mkombozi sawann,😅
😂😂😂 sawa imbavu zanje muravunye🙌
Sha mutama papa makamba uranyica ayeeee
Kabisa muratweguye
2 rapper nice
Ikiganiro cambere kbsa ,, big up kubatumire
Mkombozi soga mbere sana.
b face and mkobozi turabakunda sana
Vos eclairecissements sont vraiment constructifs.
Aba batyp bararuenze p🔥🔥🇧🇮🇧🇮
Bifes n'a mukomboz ndabakund Can kand indirimb zany zifis akanover ham naw mukayanz iwac uraheshej ishem
Iy interview ihez ntashaka 🤣🤣😂😂
Mukombozi na B-face wote muko sawa kabisa Big up
Mukombozi na b face bury ntimufyine comedy nayone barayishoboye sana
Like u guys. Inspired people like u are needed
Merci mi nouche na Bella ariko agire mesure yisha nikinini patalo ni bien Bella geragez ushire kur mesure Tonto bigab
iki kiganiro nicambere cumwaka wa 2020, 2021 na 2022
Respectful Mukombozi
Magic hejuru❤️❤️❤️❤️
Ndamanyuts😂😂😂😂munkorey umu6 😍😍nynyeeeeeee😂😂😂😂
Abo Bahungu bacu barasazeee nimubahebere
Ndashwanyaguritse 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥
B face j ndakwemera kbx ntiwibagira nabatigaba kbx abayay nidanj umwany urabagora
Mukombozi on top🤣🤣🤣🤣
Mwarasaze 🎉
Big up brother's
Walllah munkorey umunsii😅😅😅😅😅😅😅
Mmependeza sana
Kimwe kukindi aba banje nemera caane.
Mwubahwe
Wallah🤣🤣
J ako ka bébé gakoran n minauche ndagakunda gateye neza
# 1 rapers!
Nukuri abo bajama baratwika kbx nayinyishu zirakzzije ndak
Mbay ndatwenga ntararaba🤣🤣🤣🤣🤣
B-face nuwambere kweeri irwanda ni Burundi
Mukombozi mbwirira B-face yumve yararembej aba journalist
Iyi ndirimbo ni iyambere mu Burundi guyz
Minouche urakwiye gutanga akazi kubahungu nabo.ntutubwire caméra man uwo ntitumuzi ahubwo turamwumva.
Hahaha icamwa kiryoha hagati. Abo baririnvyi NDA bafana Bose
be face na mukombozi mukuwe na campany yenu plz
Ndabasavye muzombarize iyo mistari yamajambo mukombozi iyo ayikura.maana arandenga pe
Mukombozi ft B face vrt mwatanz akarorero keza kubandi baririmvyi kanatsinda msg zanyu zifasha benshi p
Ukuntu biheze🤣🤣🤣🤣😅😅😅😘😘muranyishe wallah
Muba muhazee😂😂❤🔥🔥
Ver ; Ouvir 👉Curtir✨🇧🇮
Umwan w makamba wubahw mukomboz buragan
B face agiye yaronka uwumushira hasi
Mukombozi na comedie urayishoboye
Never Give up