Arahakanye ko atamahera ya Drama T yariye kandi yabivuze incuro nyinshi ko yahawe ivyunguka kugira amucafuze B face. Ubunaho avuze ko icobapfuye ari Monna. Ariko arondera induru kugira asubire a trending ! Simbizi numu hypocrite bwabundi!
Weye uko na nini apo Burundi Bujumbura 🇧🇮 kazi yako niku lewa weye ibwa! Burundi Burundi 🇧🇮 Burundi 🇧🇮 kuna nini! Ulaya ni Ulaya tu! Weye lewa tu! Kuna watu wana ishi Ulaya! What is Burundi 🇧🇮 nothing work In Burundi Bujumbura 🇧🇮 problem is every way! U bring Burundi 🇧🇮 and Europe 🇪🇺 American, Australia 🇦🇺 Canada 🇨🇦 Simbizi u are very stupid 🙄 i wish u know. What u like to talk😅
Nd'umufana wawe Gael🔥🔥
Nukuri kw'Imana uzoze inyanza basi tuyage ivyirya kugakeke
❤❤❤❤❤❤❤
Ivyo bintu vyo gufatira muri rusangi abantu bose bivugwa n'abantu bafise ivyiyumviro biciriritse nka Simbizi nyene.
Da way da way da burundi way
Uvuzukuri simbizi
Indoto za dream 😅😅😅😅😅😅 urasarishije ndak
Indoto za dream, hariho indoto za vision ikirirundi kirakenye amajambo amwe amwe
We simbi yambuu
Simbizi ivyuvuze ntakuri kurimwo kuko uwahomvye ni Monna walda ntiyashoboye kugira ibiganiro namafranga yahomvye kuki yabonyeko igiteramo bakoze cahomvye ntiyemereko uwamuzanye nawe nosangira sha urihenze uwamusabiye visa afise uburenganzira iyo abandanya bari kumwirukana monna akazogaruka bimugoye
Naw😂wavyibushe
Uzajy utuzanira simbizi kubera arazi ukuri
ruclips.net/video/OeagKu9C7a8/видео.htmlsi=38fTjPY2lhwhySGx
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
SEMAVUMBA iyo yishakiye araba UMUSHINGANTAHE akavuga ijambo ry'abagabo!!!
Arahakanye ko atamahera ya Drama T yariye kandi yabivuze incuro nyinshi ko yahawe ivyunguka kugira amucafuze B face. Ubunaho avuze ko icobapfuye ari Monna.
Ariko arondera induru kugira asubire a trending !
Simbizi numu hypocrite bwabundi!
Kirya gihe B face ntabantu yarungits bazomer drama ahbw kiry gih drama yaratakaj aba fans vyaranatubbj
Gael ayo ma publicite hagati muri interview are very disruptive!
Mureke kwihinguza muvanga indimi atari izanyu. Ngo indoto za dream😢. Uvuze Kdi gusa woba ugayitse?
Hari abitiranya Vision, target na dream vyose bakavyita indoto... za mutahura ico mba nshatse kuvuga
Weye uko na nini apo Burundi Bujumbura 🇧🇮 kazi yako niku lewa weye ibwa! Burundi Burundi 🇧🇮 Burundi 🇧🇮 kuna nini! Ulaya ni Ulaya tu! Weye lewa tu! Kuna watu wana ishi Ulaya! What is Burundi 🇧🇮 nothing work In Burundi Bujumbura 🇧🇮 problem is every way! U bring Burundi 🇧🇮 and Europe 🇪🇺 American, Australia 🇦🇺 Canada 🇨🇦 Simbizi u are very stupid 🙄 i wish u know. What u like to talk😅
ruclips.net/user/shortsSS_Wyqf8zIg?si=1nFA9MZ2RxjBoDWy