Murashobora gukurikirana Urukurikirane EP ya DRAMA T SHINE SHINE by DRAMA T ruclips.net/video/Z_BXHSTHVa0/видео.html ROTATE by DRAMA T ruclips.net/video/IM4qPIM5rdA/видео.html SOMEBODY by DRAMA T ruclips.net/video/6Y5hY9M5Qmk/видео.html HASTALAVIVI by DRAMA T ruclips.net/video/rtvdJzHKjWc/видео.html
@@umukubito257 Gaël nahora ndagufana ariko iyi émission uradekonye sana vrmnt gute ufata umuntu amaze 15 ans muri game akiri hit ukaza kumuminimisa kumwana akicaruka mumuziki mbe hoho Yoba Yoba ariwe yanditseko yose warikubivuga kurya KO Na Chris Brown bishika akandikirwa bivuze iki uretse iciyumviro wumva yaterereye bivanye na relation Bari bafitaniye ww wagaragaje kufitiye bif b face ushaka kumushira hasi ngo yogusaba kumwandikira Indirimbo woyimwandikira Na drama yivuye KO atandirimbo yigeze amwandikira yose uretse KO yaterereyemwo iciyumviro none ww waguma wumvisha abantu ngo ni drama yayanditse kubera iki vrmnt !!!!?ntamujournaliste ahengama ubwo nubukungu nuzosubire
This guy will reach over the sky. He is strategic. And we can feel and understand where he wanna be in the future. He is constructing his brand. Congrats. Very good emission.
What you say, is true beacause I'm a burundian and i live in Burundi but it’s my first time to see Drama T but i find that he is very clever and funny, i like him, So Trust me, he has a good future, i like the way he speaks, so wonderful❤
Gael ndagukunda mais je deteste enormement ton côté yo kwinjira muri bf yabantu babiri. Uz guterany kenshi uwo wonka kk à maintes reprise wama ugaruka kuri B.face iyo hari akantu kabi womuvugakoo juste pour l haîne....uzohindur iyo côté broo.Ntibigukuza knd ntibikubereye man...
Gael ww ufise diri yogushafiza b face urumva ivyo bibazo vyo kuminimisa umuntu kweri none nimba yaraterereye iciyumviro bivanye na relation bari bafitaniye icogihe bisigura kumwandikira nukuntu wabibaza urenzako nivyawe biragagara kufise icupfa na b face guhengama urumujournaliste sivyiza encore ukavyerekana erega abafana barafise ubwenge
@BizimanaDivin wigeze wumva drama avuga ngo niwe yanditseko yavuze KO yaterereyemwo iciyumviro atariwe yanditseko yose Gaël Nawe Wewe yaje wumva kwari kwidiri yokuminimiza b face mbe hoho Na Chris Brown KO bishika akandikirwa uretse iciyumviro yaterereyemwo bivanye na relation Bari bafitaniye ICO gihe mbe b face kwataraza kuvugira Kuri media ivyo yamufashije murabizi ngubujuju ahubwo ww ufise ubujuju exposant n 😃
Murashobora gukurikirana Urukurikirane EP ya DRAMA T
SHINE SHINE by DRAMA T ruclips.net/video/Z_BXHSTHVa0/видео.html
ROTATE by DRAMA T ruclips.net/video/IM4qPIM5rdA/видео.html
SOMEBODY by DRAMA T ruclips.net/video/6Y5hY9M5Qmk/видео.html
HASTALAVIVI by DRAMA T ruclips.net/video/rtvdJzHKjWc/видео.html
@@umukubito257 Gaël nahora ndagufana ariko iyi émission uradekonye sana vrmnt gute ufata umuntu amaze 15 ans muri game akiri hit ukaza kumuminimisa kumwana akicaruka mumuziki mbe hoho Yoba Yoba ariwe yanditseko yose warikubivuga kurya KO Na Chris Brown bishika akandikirwa bivuze iki uretse iciyumviro wumva yaterereye bivanye na relation Bari bafitaniye ww wagaragaje kufitiye bif b face ushaka kumushira hasi ngo yogusaba kumwandikira Indirimbo woyimwandikira Na drama yivuye KO atandirimbo yigeze amwandikira yose uretse KO yaterereyemwo iciyumviro none ww waguma wumvisha abantu ngo ni drama yayanditse kubera iki vrmnt !!!!?ntamujournaliste ahengama ubwo nubukungu nuzosubire
Nazikorere ama video
This guy will reach over the sky. He is strategic. And we can feel and understand where he wanna be in the future. He is constructing his brand. Congrats. Very good emission.
What you say, is true beacause I'm a burundian and i live in Burundi but it’s my first time to see Drama T but i find that he is very clever and funny, i like him,
So Trust me, he has a good future, i like the way he speaks, so wonderful❤
Big star from 🇧🇮🇧🇮
In 🇷🇼we ar proud of u🎉
Ngo akavyuka akavuga nfisumugabo😂😂ndagufan atabunebwe di dram t wacuu❤
Umukubito TV irakwiye gukoresha inteview Juste Gael tukumva story yiwe nawe.
Iki ciyumvira ndagishigikiye
Nanje ndagishigikiye nukuri. @@mugishatherence20
Nanj ndagishigikiye
Nanje narimaze kuvyiyunvira
Hahahah kabisa
DRAMA T ndakunda song zae 🥰 na réponse zae🫡 tjr tu réponds bien comme Umuntu ari très sérieux 🤗🫡🫡🫡
Ndabikunze walahi naka leçon morale ❤❤❤❤ mubikora nezaa.mukomeze mukoresha abandi.
Drama T love from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼❣️💕💕❣️❣️💕💕
Our artist💐💐💐💐💐💐🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🙏🙏🙏🙏
Ikiganiro kiryoshee vrt😅😅😅😅😂😂😂juste rr uknt akavya mutubazo drama nae agashiramw blague😅😅
My Fav. Star Baby killer 🎉🎉
Courage Drama-T urimukazi keza🎉🎉
Ndagukunda Dram T
Umuhanzi wabanyarwanda nabarundi❤❤
Ariko drama Shine shine sweet uzoyikorere video kabisa 🎉🎉❤
Umukubito hejuru cane❤❤❤🎉🎉🎉
A vrai dire je ne suis pas fan de ses chansons mais j'aime la façon dont il aime sa mère. Ça fait chaud au cœur ❤️
Baramuha namakea baramurenganije
Nakubali msaza
Ikiganiro cyiza Chane🔺◾️㊗️
Much love from uganda bby killer
Drama i really like how you are open 🎉🎉🎉 cheers
Araryoshe birenze❤❤❤ n’igi chéri disi, ndamukunze cane ❤❤❤
Keep on shining bruh
None of them Can stop you baby🥳❤
Drama t us the best
Gael urarushee caane .pole sana urwanko rwakurushije inguvu
Umukubuto hejur cane❤❤❤❤
😁😁😁😁😁😁👆💪💪dramat urumuti
Uwubona ko Drama T looks like Millard Ayo from Tz,likes hano
Talent of burundian i lik
Tu avais des blessures dans ton coeur les filles n'ont qu'aucune honté
Thx so much Drama T
Drama t ndamukunda ❤❤❤
Baby Killer ❤🔥
Just gael🎉🎉❤ umukubito RUclips channel yambere 🇧🇮 why natwe zitoduka nkab🇷🇼 bby killer akwije condition zumusani international❤
Good 📷 (camera)
🔥🔥🔥🔥🙌🏽
Drama t kl aranyish❤❤❤❤
Muguma muryana ❤❤❤❤😂😂😂😂
Å 18ans umuntu aba akuze!❤
Love is crazy
nomusi Drama T yakoz ikiganiro ari humble
Drama sha😊😊😂😂😂😂uranyish ngo ubona ndi sérieux wewe
Gaël urabaza 😂😂😂 mmmm
GAEL na DRAMA mube hange. Umuntu iyo ashushe yoga amazi akanye! Mutitonze ivyo vyogukura impuzu bishobora gutuma babakebura!!!!!!
Drama T vrt ndamukunze cn avugisha ukuri aratuje yishura neza numwana mwiza cn
Number one
Drama t❤❤❤
Drama t urukundo ukunda mama wawe ruzotuma ugera kure
Camera umukubito ikoresha n'uwuyikoresha ni mwenyewe kabisa
Drama💪👊
Ati bihere vrt ndumuntu wumugabo 😂😂😂 nibakureke hari abakuze kukurusha badakora nkivyo ukora
Ng mur za show zububare juste Gaël hariyo akantu Ww urank b face sivyiza hoshiii ikiganiro yar bien ariko sivyiza
Gaël gateranyaa. Urangije umwaka ufise ishari ,inzigo nurwanko. B face aho ajemwo gute???
Abo yavuze Bose wumvise B Face rekareka
❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉
Umuntu nikundira reo sasa mu Burundi buzima 😂
Uyo dogo ni kazi kazi 🇧🇮🇿🇦
😊❤
🎉🎉🎉❤❤❤
Drama T ni umu moraliste
🤍❤️From Makamba
Uriko urateranya Gaël
Drama T nta shitani agira
❤❤❤❤❤
Dramat arapanz cnk ?
❤
😂😂😂drama t uransekej 😂😂
Dramat yama yarway ibicurane
I love your works here from the store and get some 😴
Drama-T🫶😘❤️
I like you m boy
Gael ndagukunda mais je deteste enormement ton côté yo kwinjira muri bf yabantu babiri. Uz guterany kenshi uwo wonka kk à maintes reprise wama ugaruka kuri B.face iyo hari akantu kabi womuvugakoo juste pour l haîne....uzohindur iyo côté broo.Ntibigukuza knd ntibikubereye man...
Ico kiganiro Juste Gael yerekany kwafitiy inzigo B Face kuko yaguma amuzanamwo naho bidakenewe ngo ibiteramo vyo mububare shaa ntaco azomugira kuko nubundi siwe wamushikany ahari
😂😂😂😂
❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
igihe cose wama uhig aho ukoror B.face...bro bugufash iki kubayeho neza???uzi ko umusi wagabanij amatiku nogushak kwankish umuntu uzoshika kure bro? erega les journalistes muba mukwiye kumenya ko nababarab baciye ubwenge qd même..
Dram harivyo uvuz bitar bikenew
Erega succes zirasaza hamwe umuntu yiyibagira
None icongerez uzi nico gusa?tuma uvuga ikirundi sha iyo (enden😮😅 ingeze ahantu
Gael ww ufise diri yogushafiza b face urumva ivyo bibazo vyo kuminimisa umuntu kweri none nimba yaraterereye iciyumviro bivanye na relation bari bafitaniye icogihe bisigura kumwandikira nukuntu wabibaza urenzako nivyawe biragagara kufise icupfa na b face guhengama urumujournaliste sivyiza encore ukavyerekana erega abafana barafise ubwenge
Ah umuhoyik kowumv n drama t avuze mwenyewe yandikiy nosara y b face iy ukunda umunt reka kwerekan ubujuju bwaw umviriz nez Ivy barik bavug
@BizimanaDivin wigeze wumva drama avuga ngo niwe yanditseko yavuze KO yaterereyemwo iciyumviro atariwe yanditseko yose Gaël Nawe Wewe yaje wumva kwari kwidiri yokuminimiza b face mbe hoho Na Chris Brown KO bishika akandikirwa uretse iciyumviro yaterereyemwo bivanye na relation Bari bafitaniye ICO gihe mbe b face kwataraza kuvugira Kuri media ivyo yamufashije murabizi ngubujuju ahubwo ww ufise ubujuju exposant n 😃
ruclips.net/video/QJ0YrG8Rx8k/видео.htmlsi=fPgfRd8eq_AoYBNM raba iyindirimbo ya drama t coppy by star light burundi
"And then " yabihije ikiganiro.igabanuke atakirinze gusabwa!
@@joyeuxniyonkuru2701 complexe ???J' en sais long plus que toi.
Adolphe and then yishiki
😂
Yankuyeho😅😅😅😅
Imbwa zirahuye nuwo mwana adakura mumutwe
Uwo mwana uvuga aragusumba ntaho muhuriye yogutunga wewe numuryango wawe wose😂😂😂
@@joyeuxniyonkuru2701 aratunga ww utagira icukora nayo jew ntiyongaburira barakubeshe
@@Nestor800 Uworaba neza imbwa yosanga ari wewe nahonyene y'umusega😂
@@joyeuxniyonkuru2701 kubera ubonye ko wewe yokugaburira uhisemwo kumwihorera 😀😀😜
Ni mumureke none ntimubona uko ubwonko bwiwe bungana
Gaël wewe ntabwenge ugira!B.face na nurworuhinja Ninde yafashije uwundi???IKU yanyu tugenda tuyibna!
Ubweng niwew utabugir ufan umuhogi aririmb nibitagir msg tahur n nosara k ar n drama t yayimwandikiy
Thx so much Drama T
ruclips.net/video/QJ0YrG8Rx8k/видео.htmlsi=fPgfRd8eq_AoYBNM raba iyindirimbo ya drama t coppy by star light burundi
❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤
❤❤❤