PasteurERIC ushobora KWIHANGANA murugo UKAHAGWARIRA/Urongoy UMUGORE adashobotse IRUKANA😡/ivya Modest

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 23 ноя 2024

Комментарии • 16

  • @victoriabella-257
    @victoriabella-257 Месяц назад

    Soma Mathieu 5:32, Mathieu 10:5-9, Mathieu 19:8-9, 5-6 ( tres important) , 1 colinthien 7: 2-5, Hebrew 13:4

  • @caritasBanyiyezako-b4p
    @caritasBanyiyezako-b4p Месяц назад

    Abakizwa ni sawa kweli!
    Baraja mu caha hanyuma bakakidefanda bakoresheje bibiliya

  • @jennymb9022
    @jennymb9022 Месяц назад

    Ndumiwe!!!
    Nkumbure nosaba uyo aremesha ico kiganiro ko nawe yokwisomera ijambo ry'Imana niho yotahura ububeshi uyo mutumire wiwe yavuze.
    Imana Idufashe caane.

  • @Nahimanajeanine
    @Nahimanajeanine Месяц назад +1

    Divorse ntirekuriwe kumukozi w'Imana knd umugore cane umugabo atawupfuye ntibirekuriw kugira mariage nicaha.kuko mubamwasenzerany muzotandukana nurupfu

  • @Nahimanajeanine
    @Nahimanajeanine Месяц назад +1

    Umuntu mugize mariage mubana forever ntagutandukana gutandukana nicaha

  • @nshimirimanaelie8529
    @nshimirimanaelie8529 22 дня назад

    Abamenyesha makuru murakwiye kuba abanyabwenge ,ubwenge murinabwo ariko murakwiye kuba abantu mutazaniranwa mutemera kumuntu agenda avuze ibintu bitarivyo ngomuce mwifatanya nawee.

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 Месяц назад

    ❤❤Wewe, urasara, ntukomeye, nivi, ninde sho, ufise(??) pantsa(?) ntiwuva, kowasaze😢uwakwatiye, ubepastsa, niweyakuronze😮ntibibaho, umazakuba(?) umungabo(??)

  • @christophekabura5906
    @christophekabura5906 Месяц назад

    Haaaaaaaha sabo Gusa uravye na Nowa ava mubwato wihweje neza umenga Umugore wiwe ntibasohotse baja hamwe kuko Nowa ari kumusozi ararate yarikumwe nabahungu biwe gusa!!!

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 Месяц назад

    Usomvye bible y ikirundi gusa hari ho ivyo udatahura neza

  • @christophekabura5906
    @christophekabura5906 Месяц назад

    Hama ico idini yita Mariage sico Mushobora Vyose yita Mariage

  • @christella5092
    @christella5092 Месяц назад

    Ninde muntu adafise inenge????😢😢😢ngo umugore afs inenge???nawe ho ntanenge ugira????wamupapa we nukuri urabe ntube warazimiye kuko wewe ufise benshi bagukurikira none bose nibagira ivyiyumviro nkivyawe bizogenda gute?????😢😢😢

  • @victoriabella-257
    @victoriabella-257 Месяц назад

    Which kind of bible do u read ? The same bible dusoma really?

  • @suzan427
    @suzan427 Месяц назад

    Jew nkeneye ko un jour uzompe ikiganiro

  • @christella5092
    @christella5092 Месяц назад

    Ntaco basi nimba abobsntu baribaravanye genda nawe umuzane hhhhhh ngo imico yikirundi😂😂😂none sala na abarahamu ni Abarundi?????wewe uzoyovya abantu gusa je sindimwo mubo woyivya

    • @CitegetseAline-d4x
      @CitegetseAline-d4x Месяц назад

      Komerashadad uwukwankakwandureko abavugangontibokwahukana mbeabobacamazosi kuberimibanomubi bungukaiki? Ntimwotuma muvana ukagumaurimuzima eheee zamwitonda uwutaraburogwa avugango yobunya

    • @MichelineBucutibwImana
      @MichelineBucutibwImana Месяц назад +1

      Uwahiriwe nurushako yiyitwa umunyabwenge canke umuhanga ntibamenyoko ibintu vyose biterwa nigihe