vya bigore vy'ibinebwe...// ibicuba n'amazina y'inka - Torobeka

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 3 окт 2024
  • Mu mico y’ikirundi inka zirahabwa agaciro cane. Abazikunze zikabakundira barazivugira amazina kurya kw’uwihaya uwamuhaye bakongera bakazivugira ibicuba.
    Ayo mayagwa ajanye n’inka tuyasangamwo ikirundi kiryoshe kwumva . Baba abavuga amazina canke ibicuba bakoresha amajambo yitabana n’ingeromugere y’agahore, wohora urumviriza.
    #burundi #akaranga #inka

Комментарии • 4