MONNA WALDA: Abahungu barantinya😂 Ndaronka amahera mukazi nkora/Mowkanzie & Kelly baraduteramishije🔥

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 фев 2025

Комментарии • 76

  • @gabindya13
    @gabindya13 2 года назад +11

    Ndagize mwiriwe.
    Ndaryohewe n'ikiganiro nsanze kuri TYS kuko nsanzwe nkurikiranira hafi ibiganiro vyanyu. Nagira nshimire uwo mwigeme WALDA MONA. Uri umukobga aciye ubgenge kandi afise indero. Aratera iteka abavyeyi.
    Ndashimye ingene wishura ibibazo.
    Nta muvyeyi nkanje atokunda kugira umwigeme nka wewe!

  • @gycedarina5298
    @gycedarina5298 2 года назад

    Kelly townaire urakoze kukiganiro. Nagira nsabe mutuzanire Megan Ndahiro nawe. Twaramukunze caane. Miss popularity 2022. Asante

  • @jeankwizera4719
    @jeankwizera4719 2 года назад +9

    Ndakunz kotwicaranako😂😂😂😱

  • @Nininahazwe
    @Nininahazwe 2 года назад +1

    Ton sourire oui

  • @confitbienius6903
    @confitbienius6903 2 года назад +12

    Ndakunze ukuntu monna atagum atwenga Ama erreur ya Kelly 🤣🤣
    J sinokwihangan 😭😂😂😂

  • @emilemoya622
    @emilemoya622 2 года назад +3

    Komera Kelly Townaire

  • @jacqui702
    @jacqui702 2 года назад +10

    Kelly hasigay b.face na Mukombozi💪💪😅😅

  • @kercybty
    @kercybty 2 года назад +5

    Mona Wada u are so beautiful girl😍 I like u and u music 🎶 u keep do good every time. Keep try Mona Wada🇧🇮👊🏿 let visit Burundi now 👊🏿🇧🇮

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 2 года назад +5

    Monna ndagukunda cane ntiwishima uze wiyamire uko Kelly merci kumutuzanira🥰🥰🥰👌

  • @aishalove4599
    @aishalove4599 2 года назад +6

    Monna ndagukunda sana ino muri 🇰🇼 niyumvira music ya yawe🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰💋💋💋💋💋💋💋💋💋

  • @esangira3648
    @esangira3648 2 года назад +3

    Elle est magno🤓🤓🤓ahuiii

  • @lavieprincendayisenga9973
    @lavieprincendayisenga9973 2 года назад +6

    The interview is full of vibes......but why have you delayed!

  • @arsenemugabo1436
    @arsenemugabo1436 2 года назад +8

    😹😹😹😂😂😂urantwenza homie! Uze utumire b face on the flow

  • @mananzimatv7802
    @mananzimatv7802 2 года назад +6

    Monna, you really seem genuine in your words and conversation.

  • @emmanuelnzambimana5569
    @emmanuelnzambimana5569 2 года назад +4

    😂😂🤭🤔nguronse umwanya wo kumwicyarako😂ngukiri mukwa kera🇧🇮🇧🇮🇰🇪🇰🇪tuko pamoja

  • @omerstyliste
    @omerstyliste 2 года назад +5

    Kelly keep up bro Good work🔥🔥🔥🔥

  • @ButotoMB
    @ButotoMB Год назад +1

    6:48(Nkili mukwa kelaa😂😂)

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 2 года назад +5

    Show After show Big up sana Kelly kutuzanira Mona walda..🔥🔥💥💥🇧🇮

  • @JimmyBlaise5
    @JimmyBlaise5 2 года назад +6

    Monna Walda je suis vraiment excité de te voir devant moi, ukaba wemeye ko nkwicarako 🤣🤣🤣

  • @امنهالسناني-ث4س
    @امنهالسناني-ث4س 2 года назад +4

    Ewe Kelly uzonyica nugutwega😂👌👌👌

  • @marcelsindayigaya5250
    @marcelsindayigaya5250 2 года назад +1

    Caméraman nukuri ndaguhaye 1/20 gira Aka effort mugure trépied nivyiza bizobafasha kuma images Ari stable

  • @nanina6428
    @nanina6428 2 года назад +5

    😅igifaransa ca Kelly kiranyica 😂🤣

  • @EmelyneNshimirimana-p7m
    @EmelyneNshimirimana-p7m Год назад

    Mon hejuruu cne😂😂❤❤❤

  • @Serges2024
    @Serges2024 Год назад

    Monna walda yaronse amahera akiri muto muto

  • @africartoons8215
    @africartoons8215 2 года назад +4

    Akanyamerika😂😂😂😂😂😂

  • @ريمالريم-ح2خ
    @ريمالريم-ح2خ 2 года назад +2

    Komeza uterimbere ma fille ❤

  • @ButotoMB
    @ButotoMB Год назад +1

    13:09😂🤟🏾

  • @umucomwiza4794
    @umucomwiza4794 2 года назад +3

    Kelly turagusavye bishoboka uzogirishe ikiganiro mu congereza gusa one day! Vyoba bitesa, ariko bisaba ko uronka uwukivuga bien sûr 👌🏾

  • @muhirenadianaomi5231
    @muhirenadianaomi5231 2 года назад +3

    Monna ndagukund ndagusab muzokorane na meill

  • @abelntirandekura857
    @abelntirandekura857 2 года назад +1

    Uyo mujama izo ndimi avuga atazazi navuge ikirundi azi

  • @cedrickniyonsenga6695
    @cedrickniyonsenga6695 2 года назад

    komwajanishije nne bleu bleu uwo mu sister Sha asaneza atwenganeza aririmba neza

  • @aliciaayinkamiye5296
    @aliciaayinkamiye5296 2 года назад +4

    Kelly urakajuju😅

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 2 года назад +3

    Belle nièce nawene umuzane man

  • @inkuru_nziza-kumagara_yacu
    @inkuru_nziza-kumagara_yacu 2 года назад +2

    Kelly Big up sana

  • @hafpixels4172
    @hafpixels4172 2 года назад +11

    Kelly: oh tu es magnone....
    Bakunzi bakanyamerika
    Mona: bakanyamerika?
    Ndahwereye😂😂😂😂😂😂

    • @TYSTV1
      @TYSTV1  2 года назад

      Ni hatalii😂😂

  • @Ms-Veve
    @Ms-Veve Год назад

    Ikiganiro ciza .gituma umenya umuntu . Ikiryoshe nuko kwa townaire tuguma dutwenga😅

  • @merrynzoyisaba1921
    @merrynzoyisaba1921 2 года назад +3

    Kelly uranyica vrema ndagukwirikirana sana

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 2 года назад +5

    Baguteye kunda ntuyivyaze😅😅🤔🤔🤭🤭🤭🤭🙈🙈🙈

  • @eriyseking5258
    @eriyseking5258 2 года назад +3

    Bakunzi bakanyamerika😂😂😂😂

  • @BLACKTV257
    @BLACKTV257 2 года назад +2

    👁️👁️👁️ni cours kbxa

  • @djchachouromantic9025
    @djchachouromantic9025 2 года назад +3

    Kelly wadukoreye umuti

  • @emmanuelnzambimana5569
    @emmanuelnzambimana5569 2 года назад +2

    Rekuriramo vyume vyume

  • @habibapristie1881
    @habibapristie1881 2 года назад +2

    Nguriko uramota nezaa😂😂😂😂😂

  • @juniorndibanje2250
    @juniorndibanje2250 2 года назад +5

    Ndashaka kumenya ko iyo mvugo yuwo mu type ari marque de fabrique yiwe canke arikamere kiwe.

  • @relaxationmusiktv8025
    @relaxationmusiktv8025 2 года назад +3

    🔥🔥😀

  • @edithndirahisha6915
    @edithndirahisha6915 2 года назад +2

    Reka mbe nditwengera 😂

  • @张鑫-o7m
    @张鑫-o7m 2 года назад +2

    Cameraman n'ukumugurira trépied

    • @BLACKTV257
      @BLACKTV257 2 года назад

      Ego vrt wabibonye nkanje

  • @جوزيهجوزيه
    @جوزيهجوزيه 2 года назад

    Unomumenyesha makuru aratwengej kwer igene avunga kwer yooooo man.

  • @mireillendayikeze
    @mireillendayikeze 2 года назад +1

    ATI kumwicarako kucakera Mana vyanse k nihangana NC ndaseka🤣🤣🤣🤣🤣

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe 2 года назад +3

    🔥🔥🔥🔥🔥💯💯💯❤️❤️❤️

  • @mikeoscar5631
    @mikeoscar5631 2 года назад

    Weho ntuje kutimurimirimi

  • @jajasoldado198
    @jajasoldado198 2 года назад +2

    Turarindiriy

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 2 года назад +3

    Chris brown 😂😂😂😂

  • @angenoellaimanirakiza
    @angenoellaimanirakiza 2 года назад +2

    ❤️❤️😍😍😅😅

  • @confitbienius6903
    @confitbienius6903 2 года назад +1

    A la prochaine uzozan drama t

  • @mamouyakanzo9657
    @mamouyakanzo9657 2 года назад +2

    Nukur kuba yemeye ko umwicarako birahimbaye

  • @justeingabire3823
    @justeingabire3823 2 года назад

    Bakunz bkanyamerica c mayonaise

  • @dembelelala493
    @dembelelala493 2 года назад +2

    Mona urashoboy tuuu ndagukunda

  • @evelynekaneza9885
    @evelynekaneza9885 2 года назад

    Jewe noguhanura kubaza ibibazo mukirundi vyoba vyiza cane nabubaza bakagutahura

  • @bigirimanabenigne6200
    @bigirimanabenigne6200 2 года назад +2

    😅😅😅😔😍😍😍

  • @evelynekaneza9885
    @evelynekaneza9885 2 года назад +2

    😂😂

  • @pichionerappeur2810
    @pichionerappeur2810 2 года назад +3

    🤣🤣🤣

  • @carinenisubire
    @carinenisubire 2 года назад

    Ururimi utaruzi woreka kugwonona

  • @dvjlanez
    @dvjlanez 2 года назад

    😂😂😂

  • @angenoellaimanirakiza
    @angenoellaimanirakiza 2 года назад +2

    na drama t uzomuzane

  • @Melodicasd257
    @Melodicasd257 2 года назад

    Ibindi bikurikiya hano 👇👇
    ruclips.net/video/pChHr2ljVdce/видео.htmliou