Murakoze caaaane ikiganiro cari gifise akamaro cane kandi sinduhije yatanze impanuro ku barundi bave hasi bibohore bareke guta umwanya mu majambo...tuje twese mu bikorwa...murakoze cane merci a alexis...komera komera
Nagira Alexis Sinduhije ndamuhe impanuro nk'umugenzi : va muvya politique kuko aho bigeze ntiwoba ukibishobora ! iki gihugu IMANA yahaye aba CNDD-FDD ngo bagitware ntibazokirekura uko biri kose ! Urabona umaze imyaka myinshi uri mubuhungiro , urwanya CNDD-FDD uri mubuhungiro gushika ryari ??? Umuntu anyegeza imyaka umubiri ukayerekana bivemwo usabe HCR igutahukane avec la bénédiction du gouvernement Burundais uzoc'utaha ! de tel façon que amatora ya 2025 na 2027 azoshika utakiri en exil c'est mon souhait le plus absolu voilà ! Niwirambire nukomere .
Reka kuba mukinisha Imana SVP !!!! Imana ntikinishwa, Imana si système CNDD-FDD kandi système CNDD-FDD izovaho nkuko n'ayandi ma systèmes yose yigeze gutwara Uburundi yavuyeho, mu buryo ubu canke ubundi ! CNDD-FDD sibwo Burundi, Uburundi bwariho imbere ya système CNDD-FDD kandi n'inyuma ya système CNDD-FDD, buzokwamaho gushika Yesu agarutse !
Ce SINDUHIJE est un vrai manipulateur. Il a tjrs joué un double jeux. Ari kumwe n' ABAHUTU ababwira ko ari umu HUTU, arikumwe n' ABATUTSI, akababwira ko ari umu TUTSI. Or, en 1993, ses proches affirment qu'il soutenait le Président NDANDAYE et en 2005, il a voté clairement pour le CNDD-FDD et a transmis, en direct à la RPA, le dernier meeting du CNDD-FDD, ce qui l'a refusé de faire pour d'autres partis politique. > LES FAITS : - Sur les événements de 1972: Il a clairement pris position pour les HUTU. - Sur les événements de Ntega, Kibimba, Buta, Bugendana, Teza, tueries des banyamurenge à Gatumba : Il a tjrs été muet. Jamais de déclaration pour la mémoire des victimes, juste parce que ils sont TUTSI. - Affaire des machettes: Il s'est transformé en avocat du CNDD-FDD alors qu'il se présente comme le plus grand opposant du CNDD-FDD. - RED TABARA: BAYAGA, le Chef d'Etat Major du mouvement a exécuté, très récemment , sur ordre direct de SINDUHIJE, GISIGA et REVERIEN, tous TUTSI, respectivement chargé des opérations et de la logistique sous prétexte qu'ils sont proches du RWANDA et du M23. - Géopolitique: Sa haine contre le RWANDA n'est plus à prouver. Sur son ordre, le RED TABARA a massacré des milliers des banyamulenge, en complicité avec les MAYI MAYI.
Je suis un curieux qui ne connaît pas le passé de Sinduhije, none hoho ko twumva Red TABARA igeze très loin de la frontière du Burundi, comment Red Tabara est tjrs qualifié comme actif au Burundi ??? 8 ans ntaco mbona bashitseko !!!
Ewe Burundi 🇧🇮 urambaye😅😅😅😅
Georges, ahubwo raba ingene wohunga umwana uvyaye ntazobone ivyo abo bicanyi bakora yohava akora nkabo. Erega CNDD-FDD ni abamenja.
Amakuru yamahama
Msd na sinduhije na Red tabara nibo duhanze amaso gusa birababaje sinduhije na Rugurika batumvikana kimw gusa Bob aho ageze nikibera sinduhije
Sinduhije ninkozi yikibi cane numugome numuheme ntavyiyumvuro arwanya kuko nawe ivyiyimviro vyiwe nibibi cane numwicanye numwicanyi numuhemu numugome
Murakoze caaaane ikiganiro cari gifise akamaro cane kandi sinduhije yatanze impanuro ku barundi bave hasi bibohore bareke guta umwanya mu majambo...tuje twese mu bikorwa...murakoze cane merci a alexis...komera komera
Muburundi igikenewe nuko imigabwe yose yo uburundi hoba itegeko riyaka ugwaruke kuva kumyaka 18-30 ko boba ugwaruka gwigihugu bakayoborwa nagisirikare
Amahoro yobatashe iburundi
Imigambwe yokoraneza nurwaruka namategeko yigisoda cu Burundi
Muri ibi bihe ivy'umukazo nk'uwo ushaka vyoshoboka nko muri Coree du Nord.
Ni jojo paparazzi 😂
Ako ka dd kariko kabesha ibiki?
Sinduhije numuhemu skorera cnddfdd twaramumenye
Sinduhije cga Ndabaruhije
Sinduhij vraiment ari so naive kuko yemeranya nabamwe bita ndadaye icungu kndi yari umumenja mubi mbere nivyo cnddfdd igenderako ni genicidal ideology yabivy mu bahutu. ikindi niw yahayagiza abamenja ba cnddfdd 2015 abagira ko barenganijwe yirengagij ihonyabwoko bakoz non vyaramugarutse. Icungu ni Michel Micombero yarinz igihugu kitagwa mwihonyabwoko nkiryabay 1993 rikaba ribandanya. Micombero yarinz iyicwa ryabatutsi 1965 ndetse agwannya inyigisho zihonyabwoko za kayibanda ziherekejw nibitero 1972. unfortunately, sinduhij na bandi banyepolitique nkaw bagumy bavyina indirimbo yaba genocidaires ko Micombero ari umwicanyi. ikintwenza sinduhij imbonerakure naba fnl yahay ama poste nibo baberey maneko ba cnddfdd ndetse 2015 hapfuy aba msd babatutsi ariko abandi bidibamiy that is why nanj nsigay ntizera mbona ko msd yarifis mission yokumara abatutsi.
Nagira Alexis Sinduhije ndamuhe impanuro nk'umugenzi : va muvya politique kuko aho bigeze ntiwoba ukibishobora ! iki gihugu IMANA yahaye aba CNDD-FDD ngo bagitware ntibazokirekura uko biri kose ! Urabona umaze imyaka myinshi uri mubuhungiro , urwanya CNDD-FDD uri mubuhungiro gushika ryari ??? Umuntu anyegeza imyaka umubiri ukayerekana bivemwo usabe HCR igutahukane avec la bénédiction du gouvernement Burundais uzoc'utaha ! de tel façon que amatora ya 2025 na 2027 azoshika utakiri en exil c'est mon souhait le plus absolu voilà ! Niwirambire nukomere .
Reka kuba mukinisha Imana SVP !!!! Imana ntikinishwa, Imana si système CNDD-FDD kandi système CNDD-FDD izovaho nkuko n'ayandi ma systèmes yose yigeze gutwara Uburundi yavuyeho, mu buryo ubu canke ubundi !
CNDD-FDD sibwo Burundi, Uburundi bwariho imbere ya système CNDD-FDD kandi n'inyuma ya système CNDD-FDD, buzokwamaho gushika Yesu agarutse !
Good response
@@davidkaburaadavid8626 Blind fanaticism is a real disease among some Burundians ...
@@davidkaburaadavid8626 Blind fanaticism is a real disease among some Burundians ...
Ce SINDUHIJE est un vrai manipulateur. Il a tjrs joué un double jeux.
Ari kumwe n' ABAHUTU ababwira ko ari umu HUTU, arikumwe n' ABATUTSI, akababwira ko ari umu TUTSI.
Or, en 1993, ses proches affirment qu'il soutenait le Président NDANDAYE et en 2005, il a voté clairement pour le CNDD-FDD et a transmis, en direct à la RPA, le dernier meeting du CNDD-FDD, ce qui l'a refusé de faire pour d'autres partis politique.
> LES FAITS :
- Sur les événements de 1972: Il a clairement pris position pour les HUTU.
- Sur les événements de Ntega, Kibimba, Buta, Bugendana, Teza, tueries des banyamurenge à Gatumba : Il a tjrs été muet. Jamais de déclaration pour la mémoire des victimes, juste parce que ils sont TUTSI.
- Affaire des machettes: Il s'est transformé en avocat du CNDD-FDD alors qu'il se présente comme le plus grand opposant du CNDD-FDD.
- RED TABARA: BAYAGA, le Chef d'Etat Major du mouvement a exécuté, très récemment , sur ordre direct de SINDUHIJE, GISIGA et REVERIEN, tous TUTSI, respectivement chargé des opérations et de la logistique sous prétexte qu'ils sont proches du RWANDA et du M23.
- Géopolitique: Sa haine contre le RWANDA n'est plus à prouver. Sur son ordre, le RED TABARA a massacré des milliers des banyamulenge, en complicité avec les MAYI MAYI.