Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Merci beaucoup ❤
Magnifique ❤
Namwe murahiriwe
I'm in Rwanda but honestly you still have a long way to go compared to even my muhanga city
Ntituriko turagira comparison hamwe n'ibindi bihugu kuko umwe wese afise uburyo bwiwe, turagushimiye kubona wafashe aka kanya ukadukurikirana uyisangize n'abandi bayibone.
mwebwe atar ubwiyemez ntakindi mushoboye Na Kigali murirya misozi sigisagara wogereranta na buja 😂😂
😂😂😂😂@@ntwarifranck1622
🎉🎉🎉🎉 igitega home 😊
Urakoze gusoza utwereka mu Bushinwa kbx nkaho ibindi wadupfunyikiye
Merci
Nice
Thanks indeed
Yewe ahombonye imbele nimuburundi kalabaye twamaze gutela imbele tugume kukivi
Nitwaguma dukora tudasubira inyuma ntakabuza iterambere tuzorishikako
😂😂😂wabikoze neza ariko ayomasanamu yanyuma siyo ariko ntaco hasigay igih gito turi kurugendo G.T.G ndo nyumbani🇧🇮🇧🇮❤️❤️
Ego ayo masanamu ya nyuma si ayo i gitega ni bonus hama tuzobishikako
Hariho ikintu conona isura y'ibisagara vy'Uburundi.Mbere yo kwubaka inzu, Abarundi babanza kwubaka urukuta kw'ibarabara.Iyo ngeso si nziza. Nta kindi gisagara co kw'isi usagamwo inkuta nko mu Burundi.Ico kintu, Reta izogikorereko kugira ngo igabanye inkuta mu bisagara.
Urakoze kuri iyo ntererano nibazako babikora kubera umutekano wabo
Ariko bemuza muratubwira ahomugeze
GITEGA NI UMUJYI MWIZA ARIKO UKENEYE RENOVATION
Bizoza turiko turabaka
Ukwiye gukubitwa mumutwe ubwenge bukaja kumurongo, ntasoni ugira.
Kubera iki ga mwene wacu?
😂🎉😢
Iyi Gutega mbonye mu Rwanda ntiyaza mumugi 20 kbx ,
Ntabwo turiko tugira comparison
Tok mugwanda mwiyemera kwaburya bu étage butandatu bwakagame
K
Nyimba ari iMANA nyen mugabo atari IMANA
Urakoze ku ntererano yawe
Ngozi naho turarenze harakantu......!!!!!!?????
Aho watanguy kwerekana niho kwl ariko aho hanyuma wapi
Kirya kindi gice ni video nafashe ndi m'ubushinwa nayo nzoyibahereza igihe kigeze ubu gusa ni bonus nabahaye. Turabashimiye kuba mwafashe akanya mukadukurikirana
Iciyumviro cariciza ariko iyokamera yanyu siyo.
Murakoze turiko turarondera iyindi hama kandi namwe muduterereye vyoba ari vyiza cane uraziko ibintu bigoye muri ino misi 62931499 niyo Lumicash
Mugihe tugezemwo ntabubeshi dukeneye erekana ivyiza mu Burundi biriho apana kuza guhenda abantu
Mwodutomorera iciyumviro canyu?
❤😂😂
😅😅😅😅bazobatweng
Kubera iki?
Aho ni vyiza ariko noe 😂 ayo masanamu yanyuma nayiki kwel atar nibujumbura ikindi Ni Gitega ntiwaherekanye nez har ahandi hantu hubats nez war kwerekana hose neza
Ayo masanamu yanyuma wabonye ni mu gihugu c'ubushinwa rero nayabahaye nka Bonus kugira mwitegurire iyindi nakoreye muri ico gihugu, ku vyerekeye kwerekana igisagara cose navyo tuzobikora hanyuma uburyo budushobokeye
Merci beaucoup ❤
Magnifique ❤
Namwe murahiriwe
I'm in Rwanda but honestly you still have a long way to go compared to even my muhanga city
Ntituriko turagira comparison hamwe n'ibindi bihugu kuko umwe wese afise uburyo bwiwe, turagushimiye kubona wafashe aka kanya ukadukurikirana uyisangize n'abandi bayibone.
mwebwe atar ubwiyemez ntakindi mushoboye Na Kigali murirya misozi sigisagara wogereranta na buja 😂😂
😂😂😂😂@@ntwarifranck1622
🎉🎉🎉🎉 igitega home 😊
Urakoze gusoza utwereka mu Bushinwa kbx nkaho ibindi wadupfunyikiye
Merci
Nice
Thanks indeed
Yewe ahombonye imbele nimuburundi kalabaye twamaze gutela imbele tugume kukivi
Nitwaguma dukora tudasubira inyuma ntakabuza iterambere tuzorishikako
😂😂😂wabikoze neza ariko ayomasanamu yanyuma siyo ariko ntaco hasigay igih gito turi kurugendo G.T.G ndo nyumbani🇧🇮🇧🇮❤️❤️
Ego ayo masanamu ya nyuma si ayo i gitega ni bonus hama tuzobishikako
Hariho ikintu conona isura y'ibisagara vy'Uburundi.
Mbere yo kwubaka inzu, Abarundi babanza kwubaka urukuta kw'ibarabara.
Iyo ngeso si nziza. Nta kindi gisagara co kw'isi usagamwo inkuta nko mu Burundi.
Ico kintu, Reta izogikorereko kugira ngo igabanye inkuta mu bisagara.
Urakoze kuri iyo ntererano nibazako babikora kubera umutekano wabo
Ariko bemuza muratubwira ahomugeze
GITEGA NI UMUJYI MWIZA ARIKO UKENEYE RENOVATION
Bizoza turiko turabaka
Ukwiye gukubitwa mumutwe ubwenge bukaja kumurongo, ntasoni ugira.
Kubera iki ga mwene wacu?
😂🎉😢
Iyi Gutega mbonye mu Rwanda ntiyaza mumugi 20 kbx ,
Ntabwo turiko tugira comparison
Tok mugwanda mwiyemera kwaburya bu étage butandatu bwakagame
K
Nyimba ari iMANA nyen mugabo atari IMANA
Urakoze ku ntererano yawe
Ngozi naho turarenze harakantu......!!!!!!?????
Aho watanguy kwerekana niho kwl ariko aho hanyuma wapi
Kirya kindi gice ni video nafashe ndi m'ubushinwa nayo nzoyibahereza igihe kigeze ubu gusa ni bonus nabahaye. Turabashimiye kuba mwafashe akanya mukadukurikirana
Iciyumviro cariciza ariko iyokamera yanyu siyo.
Murakoze turiko turarondera iyindi hama kandi namwe muduterereye vyoba ari vyiza cane uraziko ibintu bigoye muri ino misi 62931499 niyo Lumicash
Mugihe tugezemwo ntabubeshi dukeneye erekana ivyiza mu Burundi biriho apana kuza guhenda abantu
Mwodutomorera iciyumviro canyu?
❤😂😂
😅😅😅😅bazobatweng
Kubera iki?
Aho ni vyiza ariko noe 😂 ayo masanamu yanyuma nayiki kwel atar nibujumbura
ikindi Ni Gitega ntiwaherekanye nez har ahandi hantu hubats nez war kwerekana hose neza