Это видео недоступно.
Сожалеем об этом.

UBUHANUZI KUBURUNDI// Kuri President Evariste mumusengere cyane 😭 mukwa 8,9, 10 iki kizaba IBURUNDI

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 12 авг 2024

Комментарии • 16

  • @JeanneNimpaye-yv2rw
    @JeanneNimpaye-yv2rw Месяц назад +1

    Mwami Mana yacu tabara igihugu cacu uturinde iyo mipfunda na canecane yubwo buyobe bwubutinganyi mwizina rya Yesu

  • @JeanneNimpaye-yv2rw
    @JeanneNimpaye-yv2rw Месяц назад

    Hezagigwa mukozi w'Imana kuri izo mburi uduhaye Imana ikongere imbaraga n'amavuta kandi ndagushimira cane Imana igutuma kuburira abarundi kuko ibona ko ubafiseko urukundo

  • @user-yy3uz7do8i
    @user-yy3uz7do8i Месяц назад +1

    Imana idushoboze guhagarara dushizamanga dukomere tuzotsinda mwizina rya Yesu

  • @user-hm8yt5ob8d
    @user-hm8yt5ob8d Месяц назад

    Mwarahezagiwe mushumba,namwe ndibazako mudusengera

  • @NdayikezaMagnifique
    @NdayikezaMagnifique Месяц назад

    Muhezagigwe nukuri kubuhanuzi muduhay imanidutabar

  • @FlorianeManiragaba-ul2ei
    @FlorianeManiragaba-ul2ei Месяц назад

    Nukuri yesu araje vuba cane

  • @JeandedieuJeandedieu
    @JeandedieuJeandedieu Месяц назад

    Tuyita impene.

  • @JeandedieuJeandedieu
    @JeandedieuJeandedieu Месяц назад

    Yezu ashimwe vyukuri imana iradukunda twebwe abarundi nikore ikibereye abarundi tworohegwe kuk sibose bamerewe neza turaterereje isengesho.

  • @FlorianeManiragaba-ul2ei
    @FlorianeManiragaba-ul2ei Месяц назад

    Tuyita impene

  • @edouardcubwa4898
    @edouardcubwa4898 Месяц назад

    Ihene mu kirundi ni impene

  • @BizimanaSimon-bu4or
    @BizimanaSimon-bu4or Месяц назад

    Yesu nashimwe kariya kantu gasobanura umuyaga nukuri urakoze arikowansobanurira zino nzozi nari gutembera mumuji noneho mbona umukobwa umo mukobwa ndamumenya noneho icyo nakoze natangiy kumusaba ibintu akomeza kwanga ariko aguma atambuka nonehonamukurikiye nca ntagira kubona ivyoba byishi ndavyamura nawe nsanga arikwamura nsobanurira

  • @jeannettehatungimana7793
    @jeannettehatungimana7793 Месяц назад

    Nukuri ntivyoroshe ,uburundi budahindutse ,burarimbuka kuko yezu akomeje kububurira.ndetse nanje ndabihamya

  • @jeannettehatungimana7793
    @jeannettehatungimana7793 Месяц назад

    Erega ntukivune caane ,ikirundi n,ikinyarwanda birya gusa

  • @jeanniyonkuru7899
    @jeanniyonkuru7899 Месяц назад

    Urwaruka=urubyiruko

  • @user-cx6kx2si9r
    @user-cx6kx2si9r Месяц назад

    Mwizina rya Ndiho ndafatishije mpiri imigambi ya satani ashindwe

  • @FlorianeManiragaba-ul2ei
    @FlorianeManiragaba-ul2ei Месяц назад

    Tuyita impene