#ElCapitaine
HTML-код
- Опубликовано: 18 сен 2024
- 19th yaraye yeretswe ko indirimbi ziwe zitigeze zizimangana. Mugiteramo araye akoze m'Ububirigi aho asanzwe aba, abantu batari bake baracitabiriye. 19th aratangazwa n'ukugene abantu bacibuka ujambo kurindi indirimbo ziwe akanababwira ko agiye kubazanira ibikorwa vyiza bigezweho
Uyo muntu niwe naje ndamwemera🎉
Le seul artiste yotuma nja muri show
ndakwemera tonton return once again mur game uduhe ivyo bintu
Uracar umu king 👑 mu mitim yac🙌❤️
❤❤❤❤
King wa Rap💯
Nibisazii!! Sema tuu narinzi ko concert yabereye scheppers apana 🇪🇺
Kuri Kaminuza kbxa waranyemej🌹🌹🌹💐
Impressive
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Barya bana ubu twarakuze so uzogaruke uduhe show kuber imitima yatuntuye inkumbu😢
Iyo ndirimbo yitwa gute? " 19th turatesa, yes baby..."
King ♔ never die
Uyulutype kabisa yarigez gufata buja arumwe kabisa
Vyarakunaniye
El captain is back
🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🦅
🫶💯👌
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️
🐐
Turagukeneye muburundi
Akabirya
Cabereye mucumba
Negative mind will never win jamais😎
🔥🔥🔥🔥🔥
❤❤