Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Uwazanye ubwoko mubarundi IMANA izobimubaze..Mpole mpole Serge kubimpfuvyi birababaza
Pole wa mugabo we KANTUNGEKO !
Ntabamayimayi bigeze baza muburundi iyo yari government yariko irica kugira baronke ingene batangura kwica
Sad history .burundi bwacu
Hama ukumva ONU ikoma induru none ko itafashe ingingo nkizifatwa ahandi
Uyu muntu ni imvugakuri
Ariko kuberiki bica abantu bize? This is why burundi is poor because a lot of intelligent people they had been killed
Najewe abavukana na PAPÀ ntanumwe yabandanije kwiga; bamaze kubona papa yari yize yishwe muri 72. Baciye bava mwishure Bose uko ari 4
Uwazanye ubwoko mubarundi IMANA izobimubaze..
Mpole mpole Serge kubimpfuvyi birababaza