Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imana yomw'ijuru ihabwe icubahiro nukuri Amen Amen
Imana igukomeze caane mwivugabutumwa ryawe kuko udahengamika ubutumw uvuga nka paulo uhoraho aguhangazee caane.!
Ayamajambo uhoraho aduhaye uyumusi nayubuzima ndiho nahabwe icubahiro
Muyobozi Imana igukomeze kandi iguhezagire
Amen ubutumwa bwiza Imana ibahezagire
Amen 🙏 ndafashijwe vyukuri Murakoze
@Apôtre,ndabaza ese buriya SATANI yihannye buriya Imana yayibabarira koko???
Urakoze kuri Ubu butumwa
Ndiphuza gusengera aho uyu masitori asengera
Amen 🙌 ndafashijwe
Imana itubabarire kuko turabatsindwa imbere yimana
Ndahezagiwe can ndakozweko kbs
Amen
iyo muriko murafata amasanamu muzoze muratwereka no mwishengere kuko mbona ahanini mutwereka Pasteur gusa
Shalom
Bisaba uburyo gukoresha caméra zirenze imwe sha, buriya Mutama uburyo nibwaboneka azobitunganya turindire
Ubutumwa utubwiriza buatwubaka
imana iguhezagire,gosi urukudo,abantu bafise ni ruke
Urampezagira Mushumba hallelujah
Ndi Nathan muri 🇺🇸 nafashijwe
Murampezagira cane n'ubutumwa bwanyu ndabakunda cane., ndi zambia Lusaka..; ariko narasavy contact ya pasteur bikunxe mwoyindonsa plz. Muhezagirwe
Contact irimwo muri video na adress vyose
Ndaheza giwe cane kw I'jambo
Pasta uratumye nkora amarira imana itubabarire can
Ndagukunda cane papa
Komera komera
Amen Amen Amen Amen 🙏🏾🙏🏾 ijambo ryiza ryashitse 🙏🏾🙏🏾
Turabakurikirana cn ngah mu buhindi mwarahezagiwe cn
Uranezeza
Imigisha myinshi kuri pasteur wacu
Asante Mutumishi
Twese Turabakurikiran
IMANA idufashe.
Niwiirambire mutama muhezagigwe
👏👏👏