Это видео недоступно.
Сожалеем об этом.

Guteka/Niwateka isosi y'umusoma gutya uzokumirwa kubera kuryoherwa birenze.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 11 апр 2023
  • / @jeaninetv
    #cooking #guteka #cuisine #cookingchannel #cook

Комментарии • 59

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 Год назад +2

    Ibi nisawa kabisa

  • @mariegorethnzitonda775
    @mariegorethnzitonda775 Год назад +1

    Mbega mbega ibintu biraryoshe!Eka mbitegur kabisa

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Год назад

      Bitegure uraza kuryoherwa

  • @Darcy641
    @Darcy641 Год назад +1

    Murakoze,muzotwigishe uko bateka ishu kuko ndayikunda gosi

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Год назад

      Sawa ncuti yanje itetse neza iraryoha

  • @user-yq8mq2bu8r
    @user-yq8mq2bu8r 2 месяца назад

    merciii🎉🎉

  • @MediatriceNtibirwira-qu9xu
    @MediatriceNtibirwira-qu9xu 3 месяца назад

    Uzotwereke guteka ibijumbu nimyumbati tuzeturya il teguye neza

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  3 месяца назад

      egome narabiberetse

  • @LeonieKamikazi
    @LeonieKamikazi 9 месяцев назад

    Mutakoze cane muvyeyi turabakurikirana muyinga

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  9 месяцев назад

      muyinga mukomere cane ,ndabayambiriye

  • @mireillemanirakiza1019
    @mireillemanirakiza1019 Год назад +3

    Jeanine nukuri uteka neza ariko ingorane vidéo zawe nindende cane cane uburyo utegura .zutwereka ikintu utanguye kugitegura Hama tukibone giheze nkakurya ubikora uriko urateka uzosanga bifata iminota mike

  • @user-ow2ph9pt7y
    @user-ow2ph9pt7y 6 месяцев назад

    Uteka neza cane

  • @consoniko5234
    @consoniko5234 Год назад +2

    Murakoze. Ni kubera iki mutongeyemwo arya mazi mwatetsemwo umusoma? Kandi niyo aba afise indemamubiri zavuye muri izo mboga.

  • @pascasienimubona532
    @pascasienimubona532 Год назад +1

    Tubwire mabuja soya yi soccer bayigurira hehe turabigusavye

  • @user-et3ln5cn2j
    @user-et3ln5cn2j 5 месяцев назад

    Noe indagara ntiziheza ngo zizigire

  • @jeannineharerimana6186
    @jeannineharerimana6186 9 месяцев назад

    Uzotwigishe guteka ichoux nazo

  • @user-yq8mq2bu8r
    @user-yq8mq2bu8r 2 месяца назад

    nagira
    ushiramwo
    ayo
    mazi
    watekesheje
    umusoma?😅

  • @BlandineMukeshimana-lt4rm
    @BlandineMukeshimana-lt4rm Год назад +1

    Soya sauce bayigurirahe?

  • @evelyne4686
    @evelyne4686 Год назад +1

    kuberiki ukunda ipilipili?ifashiki?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Год назад +1

      Imitesha neza imfungurwa kandi irafitiye akamaro umubiri

  • @jeannineharerimana6186
    @jeannineharerimana6186 9 месяцев назад

    None aho ho ko utongeyemwo ayo mazi uwo musoma watetswemwo? Yo nta vitamine yasigayemwo?

  • @nshimirimanafaustine1618
    @nshimirimanafaustine1618 Год назад +1

    soy sauce itabonetse ndibaza ntakibazo

  • @nininahazwefefe
    @nininahazwefefe Год назад +1

    Unteruburoho

  • @NdayisabaAnatolie
    @NdayisabaAnatolie 3 месяца назад

    Mumez nez? Hama nashak kukubaz uko batek tetanik turya dutumbura dut

  • @natachanihorimbere4259
    @natachanihorimbere4259 Год назад +2

    Ayo mazi wazisabuj ukayamena niyo aba arimwo ivyo tuba dushaka mumubiri.ubutaha uzoyakoresh ivyo vyo kuvuga ko asa nabi nuko aba arimwo éléments zikenew

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Год назад

      Nukuri ndabizi ariko narayayorana mugushiramwo imboga uravonako yari menshi ntarongeramwo narya ashushe'urakoze ncuti yanje

    • @belysendihokubwayo
      @belysendihokubwayo Год назад

      Iyo sose yomukabuni uzodusigurir ivyarivyo

    • @esperancehabimana4719
      @esperancehabimana4719 Год назад

      Muvyeyi uteka neza ariko umengo uteka ushavuye!ba unezerwa .

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Год назад

      Sinzosubira nukuri

    • @jeannineharerimana6186
      @jeannineharerimana6186 9 месяцев назад

      Ego za urateka utwenga Muvyi😅

  • @MawazoEmmanuelline-fx3ov
    @MawazoEmmanuelline-fx3ov 9 месяцев назад

    None uwudafise soyi sose ntakindi kirungo coyisubirira ?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  9 месяцев назад

      Aka onja sauce nisawa

  • @CandideKanderere-ns4bn
    @CandideKanderere-ns4bn Год назад

    Umusoma bawuronga gute?

  • @evelyne4686
    @evelyne4686 Год назад

    vyiza, gusa mutweretse uko batobora umusoma vyoba vyiza ntimba bikunda kuko beshi birabananira

  • @hanoiwacu8668
    @hanoiwacu8668 5 месяцев назад +1

    Ko biteba cane?

  • @sapunanadine9342
    @sapunanadine9342 Год назад

    Umusoma niki?

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 Год назад

      Ibisusa (imboga z'ibihaza)

    • @sapunanadine9342
      @sapunanadine9342 Год назад +1

      @@nirenganira8433 urakoze cyanyeee

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Год назад

      Amababi ava kunzuzi avako inyungu(feuillet de courgette)

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Год назад

      Pardon feuilles de courges ziraryoha cane''ariko niza courgette barazirya

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Год назад

      Nawe urakoze cane