Guteka/Karibu twigane gutegura isosi y'indagara zibisi yo gukoza ubugari.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 авг 2023
  • / @jeaninetv
    #cooking #guteka #cuisine #cook #recipe

Комментарии • 39

  • @user-yq8mq2bu8r
    @user-yq8mq2bu8r Месяц назад +1

    ❤❤❤ndagukunda
    sha
    ukuntu
    utwigisha
    guteka
    ubu
    nteka
    ndiko
    ndakurabirako
    kandi
    bikaryoha
    sana
    merciii

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Месяц назад

      murakoze ncuti gushima❤️

  • @jeaninetv
    @jeaninetv  11 месяцев назад +3

    Iyi sauce iraryoha cane 'woyirisha ivyarivyo vyose

  • @kwizerafrancine7895
    @kwizerafrancine7895 11 месяцев назад +1

    Urakoze cn mwiza

  • @kamanavenerande1408
    @kamanavenerande1408 17 дней назад

    Urakoze cane ❤

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  17 дней назад +1

      murakoze gushima❤️

  • @GahimbareYvonne
    @GahimbareYvonne 2 месяца назад +1

    Murakoze cane ariko ndababaze gato iyo farine nimwe dusanzwe tuzi cank niyo guteka indagara gusa

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  2 месяца назад +1

      farine original

  • @jeaninetv
    @jeaninetv  11 месяцев назад

    Nawe urakoze gushima❤

  • @ChakilaNdayishimiye
    @ChakilaNdayishimiye 3 месяца назад

  • @NiragiraFlorence
    @NiragiraFlorence 10 месяцев назад +1

    Courage mama ufasha beshi nacane cane abakuze unuzima bworoshe

  • @nyiramugishabrigitte1037
    @nyiramugishabrigitte1037 7 месяцев назад

    Urakoze cyane mama

  • @user-rz9oe4iu2p
    @user-rz9oe4iu2p 5 месяцев назад

    WaOoo❤❤

  • @user-os8cr3fw7p
    @user-os8cr3fw7p 7 месяцев назад

    Asante sana

  • @ClaudetteNiyomwungere
    @ClaudetteNiyomwungere 2 месяца назад

    Nkunze ukuntu adakoreshaa cauce tomate

  • @RoseAleose
    @RoseAleose 7 месяцев назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  6 месяцев назад

      ♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @ClaverNAHABANDI
    @ClaverNAHABANDI 11 месяцев назад +2

    Soyisosi igurigwahe ?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  10 месяцев назад

      Mumasoko hose

  • @user-lo5fs9jx5q
    @user-lo5fs9jx5q 9 месяцев назад

    Nn iyo farine niyariyoyose canke?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  9 месяцев назад

      egome ariko original niyo sawa

  • @NikizaValentine-nq2bb
    @NikizaValentine-nq2bb 11 месяцев назад +2

    Uzotwerek uko duteka isombe irimwikigufa

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  11 месяцев назад

      Ntakibazo

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  11 месяцев назад

      Vuba cane mugenzi ndiho kubwanyu

  • @user-kf4gv9lx9f
    @user-kf4gv9lx9f 4 месяца назад

    Mbega mbega iyo usenga ugire ubirye uzohore uvuga twumve utwigushz nukubisengera

  • @flaviaflavia3793
    @flaviaflavia3793 5 месяцев назад

    None jeanni, ko wavuze ko maggi atri nziza ariko ukayikoresha😀. Urayiheba kuyikoresha mu videos yawe tout simplement. Kandi iyo unatubwira ikibi cayo vyari kuba vyiza kuruta, kuko abantu benshi barayikoresha.

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  5 месяцев назад

      yoooo narazihevy😄

  • @mariemadeleinekanyange3696
    @mariemadeleinekanyange3696 4 месяца назад

    Uzoteke agatoki ko mu gitondo

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  4 месяца назад

      Sawa ncuti♥️

  • @nrukundojeanette9170
    @nrukundojeanette9170 11 месяцев назад +1

  • @ChakilaNdayishimiye
    @ChakilaNdayishimiye 3 месяца назад