Amasengesho y'umugambwe Cndd Fdd yo gushimira Imana arangiza ukwezi kwa Mukakaro.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 сен 2024
  • #Burundi: Ku civugo "Tugendere iragi ry'intwari z'Uburundi zatuye igihugu amaboko, umutima n'ubuzima ", umugambwe #CnddFdd waratunganije amasengesho yo gukengurukira Imana nk'uko bisanzwe bitunganijwe buri uwa kane wa nyuma w'ukwezi kuri uyu 25 Mukakaro 2024. Ku rwego rw'igihugu ayo masengesho akazobera ku ngoro nkuru y'uwo mugambwe iri mu gisagara ca #Bujumbura.

Комментарии • 3