ABAPARA BAKOZE IBITANGAZA KURI STADE INGOMA🇧🇮 IBIRORI BIRYOHEYE ABARUNDI UMUNEZERO URABATAHA👏
HTML-код
- Опубликовано: 30 июн 2024
- "No matter where you're from, your dreams are valid"
----------------------------------------------------------------------------------
#FulgenceMika #kwikukiraAt62 #burundi
Bana natwe umenye kandi wige vyinshi!
Wibukuke gukora Subscribe Like Comment na share maze dukomeze kubana 5/5
Ukeneye kwamamaza twandikire kuri: (+257) 69 241 403 / (+57) 79 395 900 canke ku mbuga dukoresha: Faceboo|Twitter|Instagram|Tiktok
_________________________________________
Follow Us On:
INSTAGRAM: / iamfulgencemika
TWITTER: / fulgence_mk
TIKTOK: www.tiktok.com/fulgencemika Развлечения
A very Happy Independence Anniversary to my fellow Burundians ❤️ 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana itube hafi iterambere, ubumwe n'ibikorwa bibe arivyo bituranga!🙏🙏🙏
Icubahiro n'amashimwe ku Mana Mushobora vyose, maze Ingabo n'intwazangabo z'igihugu cacu zubahwe kandi zikomere ku mirimo!🙏🇧🇮❤️🤝👏💪
Twese tureke amatiku kuko turi abavandimwe, ahubwo dusengera abayobozi bacu Imana ibahe guhuza
Uvuzenezacane nicogikwiye kukontanicoba pfakigaragar
Abarundi ni abavandimwe mu maraso,mbimenye vuba ariko turi umwe pe.kndi ntawakanga umuvandimwe.Imana ibahe iterambere n’umutekano birambye
Happy independant day bavandimwe bi Burundi God bless you 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
🙏🙏🙏🙏🇧🇮🤝❤️
Thank u my dear God bless you 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
TUBIFURIJYE ISABUKURU NZIZA,
IMANA IBAKOMEREZE AMAHORO,
BARUNDI BEZA.
🇷🇼 turabakunda nukurip ❤❤❤❤❤
Turabakunda burundi from🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Kp it up Burundi ncuti zacu , nkunda abarundi 🎉❤❤ cyne....from Rwanda 🇷🇼
Natw turabakunda
Natwe dukunda abanyarwanda
Biraryosh🎉🎉🎉❤❤❤ ndumurundikazi
Muracyakeneye kwiga byinshi. RDF yacu yaciye Impaka,🇷🇼hejururu💪💪
Birabcha kazotubakunda
Bazoze kwigahe mugihe nawe waje kwiga kuri FDNB kutagiye kwiga kubiwanyu?
Hangana nivyawe ureke ibitakureba kandi tukavunwe nico utiremetse
@@chacterickoffice8243 izugende ivyigishe bene wanyu muri Congo ureke amatiku.
Uburundi n' urwanda turibamwe kbx nge abarundi ndabakunda
Congratulations notre chère fille
Burundi 🇧🇮 more 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
I like this ❤
Ndakunda🎉❤❤❤❤🎉
Good kbx
Wawuuuuu vyiza cane.
Courage Courage rwose!!!
Burundi ooyeeeee🎉🎉🎉❤❤❤🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮❤️🙏🤝👏💪
Yewe ntacyo mwifitiye. Muri kwikirigita mugaseka kweri....
Bigumane weho ubifise ntawubikwambuye
Big up snaaa bro🤜🤛
Abasoda buburundi nibitangaza Bari bien déterminés❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Cane Uburundi hejuru!🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️
@@FulgenceMikaOfficial kabisa
@@user-us8sk8gq2d hhhhhh M23 yarabamaze musigaranye interahamwe gusa ngo mufite igisirikare hhhhh
waretse gushinyagura koko😅
Uyu mu perezida aratangaje cyane pee🤣🤣🤣
Imana ihezagire uBurundi bwacu.
respect TO BURUNDIAN
Fire 🔥🔥🔥🔥🔥
Mwagize imyiyereko myiza cyane ❤
Respect 🎉🎉🎉
Abarundi murigenga Koko ndebye barugigana ndababura
Courage
Notre pays Burundi❤❤
Burundi🇧🇮💪🏽
\🇧🇮🦅🇺🇲Happy🤩 Endepandance day\ Imana ibarinde nc'uti zanje Zu BURUNDI* Allahuma Amiin 🤲✍️⌚⭐🌙🇿🇦?
Haruwaguye inyuma ya stade
nta myitozo
❤❤❤❤
Burundi munje mwigira ku Rwanda
❤❤❤❤🇧🇮
Gusa mwibuk ko habuze igitoro, ifumbire, isukari, idolari, umutekano😢
Ubonye murwanda rwanyu muri kwicwa ninzara uca wibaza ngo vyabuze hose?nimwiririre twe twibereyeho neza ntacotubuze pe!!!
Hari umurundi araza kukuririra ko yishwe ninzara ? Ivyo uvuze bihuriye hehe numusi wokwikukira ?
Bajye no kuyimanukiramo muri kanyabayonga na masisi
Ugende ntawakubujije kandi uzagende ugiye
good❤❤❤❤
Twerek abantu bari hejuru
Twe tuzakorera igihugu kugeza kumushiro.mudusengere gusa.
mwe mwiteye umwaku mwacumbikira FDRL
mwiyahuza ubugambo ngo muzatera urwanda
none murikora utuntu two mukinyejana 2
none muraza turabe tubavugutire nayokwiigira ibivejuru neva
Mbega stadium
Happy Independence Day🇧🇮
🙏🙏🙏🇧🇮❤️👏💪🤝
🇷🇼💜🌹🍏 love 🇷🇼
Iyo stade irasa na stade agahinda y' i Mageragere.
😂😂😂 mwaretse komo
Murigereza,yewe,urumuti,wamaso
Ahubwo yiwawe murugo
Onoooo😂😂😂 wagirango nimukibuga twakiniragamo kera bahitaga mukidiha😂😂😂
Stade Ubworoherane from Musanze😂😂😂😂😂
❤❤❤🇧🇮🇧🇮😘💯
Happiest Independence Day to you all Burundian 🇧🇮❤
Uburundi igihugu cizacane akayaga keza amasoko yamazi umurengera ahokurima mumasebura umurengera imana iduha imvura urushana ici iburundi ibiyaga ubutare amazahabu abarundi niki imana itaduhaye ? Abarundi dushize ivyiyumviro hamwe guterimbere numwanyamuto abatugaya bosigara batangaye
Ese ibikorwa by'inzego z'umutekano bifatwa nka football?
Ibitangaza cg ahubwo bararutanze?
Nihe wabonye parachuter agwa inyuma ya target?
Ntitwakoze izi festivities ngo tunezereze abanyarwanda.ndabona ubu commentaires bwanyu bwo gu critiqua stade... ariko twe tunezerejwe n'uko turi abarundi kandi turigenga.namwe munezerererwe ivyanyu ntitubabuza.hama izi stade mudutukira nizo ba bakinyi ba football mukinisha aho iwanyu bakuriyeko.mbe ko mufise stades z'ibitangaza kuko ata talents muri football mufise?turazi ko ata kintu na kimwe twokora ngo mugikunde,nico gituma ivyo dukora c'est pour nous,mwe ntimur'abagenzi bacu.
Twese turi bamwe
Yego rata babareke abanyarwanda barirata ngo muzaze murwanda mwige?
Exctlly ! Je suis Rwandaise ariko nkunze iyi myiyereko y’abarundi ! Abantu ntimukagire umutima mubi mu byiza abandi bakoze , mujye mureka amatiku buri wese ni proud y’igihugu cye , so tureke ubwibone bwo kumva ko nta wundi wagira ibyiza uretse abanyarwanda ; c’est faux !
Muracyari inyuma nkumurizo muzicare mwige
Hhhhhhh Ndayishimiye arasetsa kweri 😂😂😂ubuse Koko bari kogeza iki😭😭😂
Hhhhhhh Mbega abarundi
Nivyiza cane gose
❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏
BIRARYOSHE CANE.EWE BURUNDI URAMBAYE NO MUNTWARAMIHETO.
Ni❤❤❤
Ark mana yange we Abarundi murasetse
Seka cane urushe aho
Mbega stade! Genda Rwanda uri nziza! Ese ko mbona Umugore wa Neva aba yumiwe kd yitangiriye itama? Ababazwa nubujuju bwumugabo ...
😂😂😂😂😂
Ngaho ibi bazabyikore hanze y'igihugu turebe😅😅
Sitade nyamukumba onoooo😂😂😂
Ubuse barimo kogeza iki koko?? Ese mana koko wahaye iki gihugu abantu bakoresha ubwenge kurusha gukoresha inda gusa?😂😂😂😂, Nukuri bajyaga bavuga iki gihugu kiri inyuma nkagirango baragisebya naho kiri kure bikabije, mu buswa, ubujiji, ariko disi nabo ubanza ntahandi bajya babona ahandi bikorwa uko bikorwa😂😂😂😂.mbega Burundi weee😂😂😂😂
Mwebwe mugira kabiri kwisi konomur mirongitatu vyambere mutarimwo urikijuju
Uriya waguye inyuma mumuzane
Twereke vyabifobagane vyanyu navyo aha vyaguye???barya atarukwiba amabuye yagaciro Congo ntabindi bishoboreye mawe WE!!!hhhhhhhhh!!!!!!!
Yewega comedy 😂😂😂😂😂😂 noneho muri kwogagiza basha muratwengeje cyane mwisigaye inyuma peee niyo mpamvu m23 ibamaze.
Wowe ùrinyenzi zitagira ubwengye
hubwotuzonabica. ibiharahandubizi ahigwandiwanyu icarawig broth
Iwawe vyooose nivyiza rero ntawaguhamaye aho bitameze neza
Muraciriritse mwebwe cyane
Abantu baciriritse baba iwanyu mumuryango wawe. Iwacu mugihugu ntawuciritse arahari.
Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
2EME PARA TRES MECHSANT
Ararenze cane!🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪👏
President wuburundi uko yambaye
Sha reka mbabwire abarundi murasetsa pe ubwo koko ibyo birakaze koko kwelli murebe stade mwicayemo ubujyo iciriritse
Abantu mufis ikibazo n hatali ntawabivukany mbaga noza kuraba iwanyu hasa gute usanga uri muyibobo ukacuza wishima ngaho toka
Erega wew uri tête vide non stade Niki? wibaz istade ir mugihugu kariyo yonyene ?wew ngaho wacomye kwel ikind natwe tuzosab ideni nkuko mwabikoze tubak stade ijan nkizomufis ikizo gihere!🤣🤣🤣muranatwenza kwel achat wivu malafiki zetu kila kitu kinamwanzo namwisho usilete mambo ya gisenge
@@user-un2ne5nr6t hhhhhhh abarundi mwese muri njiji arko mwabonye ikigal ibyabaye kuri independence yacu twaguze ibitwaro kirimbuzi muri mumitaka muzatubona
@@MunezeroParfait-hx4churamumbwiriye ubundi ingunguru irimo ubusa niyo.....
Tubwire independence yanyu ryari izizihizwa hama tuzogaruke yuvugane
Nibabeho ingoran'irihe?
Abanyarwanda i wanyu abarundi i wacu!
Nta vyiza mwaturusha kuri President Bagaza,na hirya y'ejo dushobora kubarusha iterambere nka mbere kuko ivyo gushingirako birahari!
Ibihe?
@@JeandamourRinguyenezaturigihugu cakabiri kwisi gifise nickel havuye uburusiya turabambere muri afrika dufise terre rare dufise uranium dufise zahabu dufise igitoro dufise isi imere dufise igihugu kinini kurusha urwanda none abarundi turafise turi kugahiye
None,perezida,wanyu,kwaririmba,injanga,birakoneye,da
@@user-xy5xv8tb3fivyaririmba vyose ntibikureba rebana nivyawe ndazi neza ivyo mufise ntibirenze hari ibindi bihugu bibarenze cane kandi bitirirwa birasara nkuko kwanyu biturije mubutunzi bwabo
Ariko nkibyo muba murimo nibiki wagirango muri abana Abarundi bafite ibyabo byiza nurwanda narwo nuko so twubahane kandi dukundane
Aba parants comando kweli
Uwabitoye nuwaguye hagati mu gisambi bashashe. Bamuhe amanota menshi ,abandi bakorotse, ariko ntibaguye kugisambi.
Nibabajane I Congo babereke uko babahanura nka avoka
Kombona amaraso yakubiranye uguma uvuga ivyokwica,wagiye kwiyahura nyene ugahanuka nkuko uvyipfuza ko ntanico warumaze
MBE ntimurafata ubutegetsi ??
Mon pays la paix de Dieu circulerons sur vs Prèsident et peplées🙏🙏
Ko batajya kubikorera muri Congo ngo M23 ibavune?
😂😂😂
Muri congo hajya abasirikare bake cane kubari mu gihugu
Umusi action yatanguye uzobabona cangwa nimba bashaka kubabona neza bazomanuke Sud kivu
Kavunike nawe wamwakuwe weho ntiwarwayo wamuhambirwa we
Hhhhhh....nibajye Congo nivyo turabe@ Fred.
Bagende bamanuke nk uku nyene bariko barabikora hama M23 ibamenagure.
CYokoza perezida wanyu asa nkumuhinzi mworozi pe😅😅😅
Nako nakazi muzalau Kazi kufa masikini punda wewe
Ibi ni ukwikina sha!!!
Bikuryahe!🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️🙏👏💪
@@FulgenceMikaOfficialUtwo tumeze nka game 🎮 z'abana bari kubarangaza kuko nta jambo rizima yovabwira, mutegereze le 04 ijambo ry'umukuru w'ugwanda azogeza kubanyagihugu biwe.
@@FulgenceMikaOfficialwere ironkere views atakindi udugaye gifatika😂😂😂
@@yromy6665hari bigutwaye gumanire ibikoko vyawe has sbafise toys nabo bavyigumanire
Abarundi ntangorane dufise umutima wacu uragutse dufise amahoro nibindi bizoza.🙏 Abavugango biteguye kudutera baraza turahari.
Dufise ayahe huuuuu
@@NinaZouzou-p4d nn ww woyafita gute kandi urumugambanyi?(redi Tabara)
Uravye nabi youtube iraguhana
Ubwose imitaka niyo ibarangaje
Eee ese hitwa Ingoma nkiwacu huuuu yemwe tyrabavukanyi disi
Uretse ko mugira umutima wikakaza ibintu vyishi ntitwari tubihuje uretse satani wubwibone wabatuyemwo
Abo sabasoda murindire Niyombare niwe azobaha igihugu ciza gisobanutse
Genda gahoro!
Zemurabareka. Ndibaza. Umwamabatuma .azobahemba
Amaze imyaka hafi 10.
😂😅😂😅
Atwe ntitubuz igitoro ngonamwe ngaho.muri.mubiki
Ngo ibi x mubimaze iki M23 ibakanda ijisho
cakora murazi gucina comedie mugabo
urikingungu ntuzi nakomedi icarico bwabindi nibaza kusoba ahuryamye
Ingana na pet stadium ya amahoro stadium 😂😂😂
Erega ino stade siyi Bujumbura
Ahubwo irinyuma yimwe iri muri gardin iwawe abana bawe bakiniraho 😂😂😂😂
Mwebwe mugirimwe ?? Iyibuja iriko yubakwa wa njijiwe aha ni muntara ya gitega kumuugwa wa politipue
@@user-qt3tw7km4x nubwo yaba imwe ntibibareba nibamune ubutunzi bwabo ntawububasavye .iyumuntu arose ivyo atariyibwira ko azoshikira niko bigenda aca asara nabo niko bibagendeye.
Mbe murwanda mufise stade imwe gusa??ikindi naco womenya muburundi ntihari stade imwe gusa hari nyinshi hariho iyindi isumba iyo ubona
Abarundi nshutizacu nimureke tubatumire kuwakane 4/7 muzetubereke ibirori ikigali
Iwanyu niho wibaza ko arivyiza caane.tekana ncuti africain nimwe.!!!
Muzi guhinda ubuse basi wariye
Mbega ko ivyo batabikora muri congo?
Rutayisire genda ubikore niwewe unishoboye ntawundi ukoneye kunywa amaraso nkawe
Arikokomuzemubarungi kemurikongo. Murabekomwotsind23
Murarurushe namwe Kwr kuberiki muraba ibitabaraba muranshishe noe nkubu muguma mwivugana ntimumaramara atawuriko abishura imburakimazi gusa mubuze icomukora
Mwegerane kiramujanye
Uburyo abo bafana baba babikajije 😂😂😂
Turarenze
Kobatajya babiteerekase
Uburund nubwacu si mu rwanda murumv ntimukavug uburundi bwanj nab
Abarundi harimo abagiramatiku nkabitumbarayewanyu😂😂😂😂
Kiragutuna MBE iyanyu ibaryari???😂😂😂 Niyompamvu twabanyaze intara yose 🤔🤔🤔kubera ubwiyemezi bwanyu 😂😂😂kirundo rega niyanyu
Muzaze mu Rwanda mwicare mwige
Nawe uraza mu Burundi wige
😂😂 mbombo clate wayasedede ndashimiye😂😂😂
Banza umenye kwandika meza wizehe ???
@@user-qt3tw7km4x kd wowe uzikwanduka nonex wowe biriyani wanditse meza Niki? Cg warikwandika neza mbombo clate wayasedede 😂🤣🤣🤣
Ahubwo bibihiye amaso
Urabireberiki Ako nagashyari
Aka ni akamiro 😂😂😂😂
Umwe yarenze stade sha😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂