Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Bakunzi mukunda IBIKORWA DUKORA turabashimiye cane ukuntu mwatwamye hafi mugukurikirana iyireresi yanyu VYAMAHO vuba tuzobaha izindi Series nshasha Kandi nziza murakoze ❤❤
Komera natwe turabafana cane nunu ntamunu numwe yizigiye imana azomarara courage
Please 🙏🙏 muduhe part nono yageze mumahanga
Wowooo 🎉nukuri tuzaba dutegereje mutegura neza cyane ariko ntimuzatinde dore urukundo ruba rwadusajije 😊😊😊❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iraheze bahe
Thx you for the good end
Abakunzi ba Vyamaho Imana ibahumugisha cane ❤❤❤Mwarakoze kuyikurikiranaa turabakundaa
Guys abakunzi ba vyamaho Abo twayitanguranye kuyiraba tukaba tugeze kuri final mumpe like mugukanda kuriyi foto Yanje pls 🙏❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Vyamaho yayayayaaaaa firm yanj firm yumwaka 🎉🎉🎉ndakunda vyamaho numutima wanj wose❤❤❤ abashak s3nkanj munkorere twatuntu🎉❤❤🎉
Akaryoshe ntigahora mw'itama mwarakoze cane muhezagirwe
Vraiment courage abaduteguriye vyamaho kuva igitangura yari umuriro❤❤🎉🎉
Mwarakoze kuduteramisha niyi film nziza yigishije benshi Iyaba vyashoboka yari kubandanya Mukomere Mubikorwa vyanyu vyiza vyigisha Imana yama iseruka hageze.
Ameen
Mwarakoze cn Imana ikomeze kubashira hejuru🙏🙏🙏🙏🙏
Saison3 ntimuzoyitevye tura❤❤❤❤❤❤❤❤
Ako kantu ka final niko kabi ababona kwari kabi mumpe udutima
Waaaa🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤nikabi muduhe iyindi nyene
Eka nivyamaho nyene uwomukobwa yihindurishetani
Waouuuuu ihez neza ❤❤❤🎉🎉🎉🎉mwakoze kuteramish ndabifurij umwak mushash uze ubaber umugish🎉❤
Imana ni nziza ibihe vyose❤❤❤❤❤❤
Nukuri bahe warakoze cyane❤❤
Much love from King Dany ❤❤❤❤❤❤
Ariko ibigabo nibigome bahe imana ibafashe ahubwo miriyamu umukobwa mwamusigiye nawe sizi uko amaze nitwa kayitesi ndi Uganda 🇺🇬 ndabakunda cyane ❤❤❤
I'm the first🎉🎉 Ama like yanyu ndayakeneye❤❤Nongera nshimira xray bam kubikorwa vyiw vyiza❤❤Imana ibandanye ihezagira my bro
Mwarakoze kuduha iyi film ariko narifuzako mwoduha s3 yaridyoshe cane kweli muvyiyumviriye mubikore😂😂
Byamaho ndabakunda cyane❤❤❤❤🇷🇼🇧🇮
Ndabakund cn ds imana ibahe umugisha
Waoh mbega film iryoshe iheze tutabishaka❤❤❤❤
Asha Vyamaho kweri 😢😢🎉🎉❤❤
Mbeg flim ndundi zirasara mukiryoh
Film yaratessa sana big up vrt kure cane niho ndabifurije hama muduhe saison 3 muzoba mukoze
Sha nukuri mukinaneza cyane
Bahe urategura kabisa❤❤❤,tunyarukiriz séries zikurikira 💪💪💪
Mwarakoze can imana ibah umugisha turabakunda
Ameen 🥰🥰🥰
Mubandanye na Season ikurikira WE ❤❤❤
Courage bantu banjeu ndabakunda🌹
S 3 yiza xray nkeuwa karatwika please mumpe❤❤
❤
Iman ibakomez mugikorw mubikor nez natw tubar inyum vub rer mudutemwo nimutwicish inyot kand mili tuz tumubon❤❤❤❤🎉🎉🦸🦸
Byamaho kwel mubikora nez cane❤❤❤
Merciiiiiii bcp
Umwana w; Imana Iramugwanirira kwel Alice Imana Iramugwaniriye ndaryohewe Mili n'a bahe mwubahwe ndabakunda
Mana urengere bahe arimubibazo like❤❤❤❤🎉🎉🎉
Mwebwendabemera can couraģe❤❤❤❤❤❤
Bakunzi vyamaho tumenyane❤❤
Life's life ❤❤❤
Duhe saison3 kl kuko iyi film irasara ndabakunda cane milly bahe na nono kl mwubahw murategura❤❤❤🎉🎉
Ndabaramukije. Bahe nukuri iyi series ntabwo yari bwagere guhera. Plz mudutegurire iyikwirikira
Courrag non Iman ikuj imbere
Ndabakunda cane mukina neza goooose mwirambire mudutegurire iyindi vuba
Courage ndabakunda kanini🎉🎉❤❤
Ex mbifurij noher nziza ndi umunyarwanda Kaz Arik nkund abarund cyane
Iman ni nyum ya zer irakor muyimaze nez 🎉🎉❤❤😂😂mwarakoz
Xray BAM, turipfuza season 3
Kweli
Mwubawe ❤❤❤
Nimwirambir mubikin nez cne courage ❤❤❤
Karyosh nigahor mwitam so3 tuyihabw vub ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Mwarakoze kudusoso❤❤❤❤🎉🎉
Mwadukiniy neza caàaane courage
Ndabakunda.cane ❤❤
Film muzoduha izoba iri mwo nono
Bahe❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Good 👍
Vyamaho nahishikiye courage 😂😂🎉🎉🎉
Hama respect vraiment kuri Bahebiyake na Équipe yiwe mwubahwe guko mubikora neza🎉🎉🎉🎉
🎉🎉🎉❤❤❤
Vyamaho😢😢
Mwari mwateguy kbx muz muduhe nizindi twaryohew asant
Bahe imaniguhe umugisha
Hahahaha 😅😅😅 vyamaho kl irandyoheye guko irangiye neza gusa rro mwari mukwiye kujubandanya mukaduha S3 kl nimba bikunda mwoba mukoze aba Fans ba vyamaho tuvyumva kumwe munyihere utu tuntu❤❤❤❤❤
❤❤❤
Murakoze gusa turasavye ntimuzotebane seson3 turashaka kumenya ibiri mwikete nacagikoko muri yabona
❤❤❤ oy muduhe season yagatatu
Courage cane turabakunda cane 🙏🙏💝💝💝💝
Imana ninziza iratabara
🎉🎉🎉🎉Udushugwe twishi iwanje
Courage iman ibibemwo
Oyaye bahe oyaaa nukur harakenew saison 3 tumeny ivy nono yasiz avuze kand uwo mukobw nawe akenew kumaramazw yihane avuge nimpamvu yaje aroga nono agaruke mubane mwishime nk famille atabibazo mufise😠😠😠😠🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mukomere bantu bacu, nizo zindi turazikeneye kabisa
Good 👍😁
Non nyen barayiragij non atagarutse ngaban nabah kok ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Ese izabandanya vyaba arivyiza ibandanyije
Ndashak ind vuba so bah Iman ikirnd
Turabakunda cyane mu Rwanda
Courage 🥰
Yeremiya 16:21
❤❤🎉🎉 Mili, Nono ,Bahe
Kwl ihez nez pe inkoz zikib zigiy ahabona 🫡🫡🫡🫡
Courage encore
Oky poa❤🎉
Courage team vyamaho
Ihezentabishaka❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Yoooooo🙆🙆🙆🙆
Vyamaho
Welcome😊
Hejuru cane vyamaho❤
Ndabakunda.cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Waouh
Bahe jye sindabyemeye kiher kbx jye ndumv ni so raba bas mudutemw bas akand
Irahezkweli!
Wow good final
😂😂😂😂ndaryohewe banimfash ivyo bikoko mbay milii
❤❤very good
Ngo the end???!!!😢😢😢Next season please 🙏 😭 😢 😫 😩 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
Ababona ko botunyarukiriza iyikurikira munkandi ngo yes
Please season 3
Vyiza
Ntuzocike inteke ntugacike intege🎉😂😅
Mana Tabara abawe
Bakunzi mukunda IBIKORWA DUKORA turabashimiye cane ukuntu mwatwamye hafi mugukurikirana iyireresi yanyu VYAMAHO vuba tuzobaha izindi Series nshasha Kandi nziza murakoze ❤❤
Komera natwe turabafana cane nunu ntamunu numwe yizigiye imana azomarara courage
Please 🙏🙏 muduhe part nono yageze mumahanga
Wowooo 🎉nukuri tuzaba dutegereje mutegura neza cyane ariko ntimuzatinde dore urukundo ruba rwadusajije 😊😊😊❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iraheze bahe
Thx you for the good end
Abakunzi ba Vyamaho Imana ibahumugisha cane ❤❤❤Mwarakoze kuyikurikiranaa turabakundaa
Guys abakunzi ba vyamaho Abo twayitanguranye kuyiraba tukaba tugeze kuri final mumpe like mugukanda kuriyi foto Yanje pls 🙏❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Vyamaho yayayayaaaaa firm yanj firm yumwaka 🎉🎉🎉ndakunda vyamaho numutima wanj wose❤❤❤ abashak s3nkanj munkorere twatuntu🎉❤❤🎉
Akaryoshe ntigahora mw'itama mwarakoze cane muhezagirwe
Vraiment courage abaduteguriye vyamaho kuva igitangura yari umuriro❤❤🎉🎉
Mwarakoze kuduteramisha niyi film nziza yigishije benshi Iyaba vyashoboka yari kubandanya Mukomere Mubikorwa vyanyu vyiza vyigisha Imana yama iseruka hageze.
Ameen
Mwarakoze cn Imana ikomeze kubashira hejuru🙏🙏🙏🙏🙏
Ameen
Saison3 ntimuzoyitevye tura❤❤❤❤❤❤❤❤
Ako kantu ka final niko kabi ababona kwari kabi mumpe udutima
Waaaa🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤nikabi muduhe iyindi nyene
Eka nivyamaho nyene uwomukobwa yihindurishetani
Waouuuuu ihez neza ❤❤❤🎉🎉🎉🎉mwakoze kuteramish ndabifurij umwak mushash uze ubaber umugish🎉❤
Imana ni nziza ibihe vyose❤❤❤❤❤❤
Nukuri bahe warakoze cyane❤❤
Much love from King Dany ❤❤❤❤❤❤
Ariko ibigabo nibigome bahe imana ibafashe ahubwo miriyamu umukobwa mwamusigiye nawe sizi uko amaze nitwa kayitesi ndi Uganda 🇺🇬 ndabakunda cyane ❤❤❤
I'm the first🎉🎉 Ama like yanyu ndayakeneye❤❤
Nongera nshimira xray bam kubikorwa vyiw vyiza❤❤
Imana ibandanye ihezagira my bro
Mwarakoze kuduha iyi film ariko narifuzako mwoduha s3 yaridyoshe cane kweli muvyiyumviriye mubikore😂😂
Byamaho ndabakunda cyane❤❤❤❤🇷🇼🇧🇮
Ndabakund cn ds imana ibahe umugisha
Waoh mbega film iryoshe iheze tutabishaka❤❤❤❤
Asha Vyamaho kweri 😢😢🎉🎉❤❤
Mbeg flim ndundi zirasara mukiryoh
Film yaratessa sana big up vrt kure cane niho ndabifurije hama muduhe saison 3 muzoba mukoze
Sha nukuri mukinaneza cyane
Bahe urategura kabisa❤❤❤,tunyarukiriz séries zikurikira 💪💪💪
Mwarakoze can imana ibah umugisha turabakunda
Ameen 🥰🥰🥰
Mubandanye na Season ikurikira WE ❤❤❤
Courage bantu banjeu ndabakunda🌹
S 3 yiza xray nkeuwa karatwika please mumpe❤❤
❤
Iman ibakomez mugikorw mubikor nez natw tubar inyum vub rer mudutemwo nimutwicish inyot kand mili tuz tumubon❤❤❤❤🎉🎉🦸🦸
Byamaho kwel mubikora nez cane❤❤❤
Merciiiiiii bcp
Umwana w; Imana Iramugwanirira kwel Alice Imana Iramugwaniriye ndaryohewe Mili n'a bahe mwubahwe ndabakunda
Mana urengere bahe arimubibazo like❤❤❤❤🎉🎉🎉
Mwebwendabemera can couraģe❤❤❤❤❤❤
Bakunzi vyamaho tumenyane❤❤
Life's life ❤❤❤
Duhe saison3 kl kuko iyi film irasara ndabakunda cane milly bahe na nono kl mwubahw murategura❤❤❤🎉🎉
Ndabaramukije. Bahe nukuri iyi series ntabwo yari bwagere guhera. Plz mudutegurire iyikwirikira
Courrag non Iman ikuj imbere
Ndabakunda cane mukina neza goooose mwirambire mudutegurire iyindi vuba
Courage ndabakunda kanini🎉🎉❤❤
Ex mbifurij noher nziza ndi umunyarwanda Kaz Arik nkund abarund cyane
Iman ni nyum ya zer irakor muyimaze nez 🎉🎉❤❤😂😂mwarakoz
Xray BAM, turipfuza season 3
Kweli
Mwubawe ❤❤❤
Nimwirambir mubikin nez cne courage ❤❤❤
Karyosh nigahor mwitam so3 tuyihabw vub ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Mwarakoze kudusoso❤❤❤❤🎉🎉
Mwadukiniy neza caàaane courage
Ndabakunda.cane ❤❤
Film muzoduha izoba iri mwo nono
Bahe❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Good 👍
Vyamaho nahishikiye courage 😂😂🎉🎉🎉
Hama respect vraiment kuri Bahebiyake na Équipe yiwe mwubahwe guko mubikora neza🎉🎉🎉🎉
🎉🎉🎉❤❤❤
Vyamaho😢😢
Mwari mwateguy kbx muz muduhe nizindi twaryohew asant
Bahe imaniguhe umugisha
Hahahaha 😅😅😅 vyamaho kl irandyoheye guko irangiye neza gusa rro mwari mukwiye kujubandanya mukaduha S3 kl nimba bikunda mwoba mukoze aba Fans ba vyamaho tuvyumva kumwe munyihere utu tuntu❤❤❤❤❤
❤❤❤
Murakoze gusa turasavye ntimuzotebane seson3 turashaka kumenya ibiri mwikete nacagikoko muri yabona
❤❤❤ oy muduhe season yagatatu
Courage cane turabakunda cane 🙏🙏💝💝💝💝
Imana ninziza iratabara
🎉🎉🎉🎉Udushugwe twishi iwanje
Courage iman ibibemwo
Oyaye bahe oyaaa nukur harakenew saison 3 tumeny ivy nono yasiz avuze kand uwo mukobw nawe akenew kumaramazw yihane avuge nimpamvu yaje aroga nono agaruke mubane mwishime nk famille atabibazo mufise😠😠😠😠🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mukomere bantu bacu, nizo zindi turazikeneye kabisa
Good 👍😁
Non nyen barayiragij non atagarutse ngaban nabah kok ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Ese izabandanya vyaba arivyiza ibandanyije
Ndashak ind vuba so bah Iman ikirnd
Turabakunda cyane mu Rwanda
Courage 🥰
Yeremiya 16:21
❤❤🎉🎉 Mili, Nono ,Bahe
Kwl ihez nez pe inkoz zikib zigiy ahabona 🫡🫡🫡🫡
Courage encore
Oky poa❤🎉
Courage team vyamaho
Ihezentabishaka❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Yoooooo🙆🙆🙆🙆
Vyamaho
Welcome😊
Hejuru cane vyamaho❤
Ndabakunda.cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Waouh
Bahe jye sindabyemeye kiher kbx jye ndumv ni so raba bas mudutemw bas akand
Irahez
kweli!
Wow good final
😂😂😂😂ndaryohewe banimfash ivyo bikoko mbay milii
❤❤very good
Ngo the end???!!!😢😢😢
Next season please 🙏 😭 😢 😫 😩 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤