Wap iyakariy ntigacira w ubona akontoroye neza😂Ayo maso w uyabna GT?Ahubwo ntarabna iyo filme igana,sabbas yagize aba chérie benshi,ubuho araguye kuri w nyawe😂😂
Iyi film irandenze, hari scène ihetswe kunkoroza amosozi nciye nibuka KO ari film gusa mukina neza vrmt, harimwo n'inyigisho, kuko buri scène ukuramwo akantu kigisha, courage cane turikumwe namwe
Kubwa fanny lavine❤️❤️❤️ abakunzi biw musige ut like♥️ tumenyane
Xaw
Abantu mukunda film irimwo Yvette tumenyane
Akanyuma Niko kabi
abant dutangurany nimvo nimvan munkandir❤❤❤
Jew ndahari
Niho turi❤❤❤
❤❤❤
🎉
Abant mukund film irimw sabass mim fani na yvett na costanc mump like❤❤❤
❤
Nukuri iyi film izoba itesa izoba urimwo inyigisho zikomeye kuko ababakinyi barabi viva neeeza nintwari gusa ❤
Nukuri iyi film izoba itesa izoba urimwo inyigisho zikomeye kuko ababakinyi barabi viva neeeza nintwari gusa ❤
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤
abo dutanguranye iyi film tuzoyimarana tumenyane
Ndihan kl naband nibaz tumenyan
Jew
Nange ndahari from Rwanda
Twahageza from Rwanda abarundi mubikora neza cyan❤❤❤❤❤❤
Flime mireille arigukinamo sinareka kuyireba sinzi impamvu mukunda cyaneee akina neza nkaryoherwa❤❤❤❤
Yooooo abakunzi ba. Fanny lavine disi twunge ubumwe ❤❤Ivete na king sabbas disi 🎉🎉🎉🎉
Hagusiba wocererwa,narinatanzwe,abaraba basoma comentaire tumenyane😂😂😂😂😂
Asha naje nukoo
Emw turibesh
Turikumwe
😂😂😂wambonye gute vrm urerekwa pe
Umuntu yabonye ukuntu yvette yakinye arumukenyezi yamajambo yagabanuts mukande Hano❤❤
Naw wabibony??wamfatany isiri
Wap iyakariy ntigacira w ubona akontoroye neza😂Ayo maso w uyabna GT?Ahubwo ntarabna iyo filme igana,sabbas yagize aba chérie benshi,ubuho araguye kuri w nyawe😂😂
😂😂😂😂 nukur kwose@@gertrudecongera8074
Ndabakuda cyane
😂😂😂😂😂 Yvette amajambo yagabanutse kbs ariko arabeneza neza agabanye amaso n'ayo ho ho kuko arigukina arumugore wa pasta ❤❤❤ 😂😂😂
Abishimiy iy series nkanj tumenyan👌
❤❤❤🎉🎉
😂😂😂😂😂😂Yvette na sabbas nkumugor n'umugab😅😅😅😅😅 basha kubabon gus ntangur gusek
Kbx😮😮😮
Hagire hashe kbx harimw ivyamamare gusa fico❤❤ maman lao❤❤❤ king sabas❤❤ mimi hejur mbakunda kubi abishimiy iy série tumenyane
Wibaza ngo uyo muvyeyi w akina. Ninde be na munyare ngo baroroshe 😂
Waapi kWl ab barayoboy@@gertrudecongera8074
Gose
Nkibona Yvette mbampejeje gukunda film
Ego nukur
Cneee gos
Yoo iyi flm Irababaje Nela na mujyenziwe barandijije Mujye Muyiduha burimunsi💞💞💞💞
Nkaba nashits kwirabir imvo nimvano abagiy gukurikiran iyi film nkaj gushikirangiy mundemer nukur constance ndagukund nabafan baw abonkund bos wabazany ngwin twitagatir beza❤❤❤
Umenga bariko barakina ninde sabbas na Yvette arik ndab❤❤❤❤
❤
Ntamuntu atokunda ibintu vya Constance ❤🎉
Iyindi niryari,abumvak boyiduha 2 cnk gatatu mundwi,udu❤️❤️
Yvette urakunzwe uvyunve ukina neza nibaze baragukinisha muma film meshi uraziryosha❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Constance kuree Canee niho nkwipfurije flim yawe iraryoshee kubwivyo yikomeze cane rwosee hejuru hejuru Coco 🥰🥰❤️❤️❤️
Nkibona king sabassi n'a Fanny Lavine mbanahejeje gukunda film
Constance Ndagukunda cyane kandi Ndagushyigikiye mushiki wanjye
Urakoze cyane hillo
Constance hejuru ❤
Nuko
Ndabakundaaa mwese barundi barundikazi ❤❤❤🎉🎉 caurag mwese 🇧🇮🇧🇮
Yooooo ivyamamare vyacu bury ndababwir uburund🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 burafise bukarata buhoro icombon ubu aba tanzania nabaryarwand nibaturush gukin film aho nimuharir turafis❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nella na viola murashoboye🎉🎉🎉🎉
Courage ma fille Mimi ubundi abagiz iyi series murabantu banje mwese hejuru cane❤
Constance iyo film yaw nabn izotesa muduhe vrm turagukunda cn
Nukuri ndaziko nacerewe ariko abazindutse ndaziko atamutima mubi mugire mwampaye liké nkumvuko bimeze
Conso courage vrt ubirimwo neza iyi film Ndayikunze cn vrt❤❤❤
Egosh constance courage ndanagukunda sh bahezagirw abgushgikiy❤
Abakunda Ivete nkanje amaboko hejuru
Jewee mbonye Yvette na francine ntangura kuryohegwa ntaranayirab😆😆🥰🥰
Izo nkumi zibiri nella na viola zirarushe😅😅😅Imana ibatabare
😂😂😂 nukuri izonkumi sha eeh nihatari hariho ndazizi basha ninkuko😂😂
Abotwishimany nkanj tugiye Kuban mwiy film nzira Cyane Imvano nibatamutima mubi mundemek twad🎉🎉❤♥️🙏🙏❤Maz tuhatwik 🔥🔥
Courage constance ❤😂 abakund i film imvano tumushigikire 😅
Yoooooo conso mpore aha siwe wenyene ugowe nabandi bariho ariko komera mwijuru hari IMANA kandi courage 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndashaka cano ya Yvette nawe tumushigikire kuk turabakunda cane❤❤❤❤❤niyeriko narayimaze niyi sinzigera incika🎉🎉🎉
Ndayishimiye biteguye kubana namwe💕💕💕💕💕💕💕💕
Ngo bariya muri mwanzo abakumvise tumenyane
Wawooo 👏🎉🎉🎉 ndayikune cyane turi kumwe kujyeza kundunduro ya film👌💃💃💃💃 nkunda ukuntu mwivugira ❤❤❤❤
Ababonyek kostanse yarabye komanter agashirak ak❤❤ mump utw tuntu
Hahaha commentaire ntanimwe incika
None kutatugarukaniye Mugisha?muri,film iyeriko yaratwika MBE kariwabo series warayihevye??❤❤❤💋💋💋
Nah nahagez ncerew iy film nzoyikurikirana mpaka iheze courage bakinyi bacu turabakunda❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤️❤️❤️💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃
Film yahuriyemwo ivyamamare mugukina tora ❤❤❤❤
Ndabakunda cyane guturuka mu Rwanda
Jamani naomba mnipe like.🔥🔥🇹🇿 TZ
Sha nukuri
Mwarakoze
Gushigikira
Constance
Courage constance iyi film vrt ije kutwibagize oeil nirwa inyuma yogihuko iflm irimwo ivya mamare vyacu muburundi ndabakunda per
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️ Ndakunda sabasi kubera vyose Ashiramo isengesho nukwizera !fanny Constance Yvette mwe ♥️♥️♥️♥️♥️
Abodutangurany movie mwese❤❤❤
Constance sha courrage Imana ibatabare 😢😢😢🎉🎉🎉🎉 courrage
Ewe viola na nella😂😂😂😂😂😂 shaaaaaaa muranyishe💞💞💞💕💕💕💪💪💪💪
Film ndundi hejuru.
Courage constance
Big paster King Sabbas💪💪💪💪💪💪
Yoooh murandemeye umuns🎉much respect constance
Iyifilme ndayikunze cane irimwo inyigisho nzoyikurikirana yose courage constance niyo❤❤❤
Mrc
Ababonako imez nka ninde😂😂 imivunde namavoka😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂
Constance na vio 😂Yvette na sabbas .Fafa na Fiko Aha hantu numuriro kabisa jew ndabina bitazoroha ❤❤❤
Hagusiba wocererwa conso wubahwe turinyuma yawe ❤❤❤
Asha iyi film ije kuyindi mpwemu😅😅
Reka. Ntoragatebe. Basha. Ndabonibintu. NamVuta. Hagiyegusha. Kweri. Mwakiremwese❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Ayayayayayayayay,kwamasaha atava ahari ga benedata ngotwirabire ivyiza vyiwaci 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮.turabakunda cane mukomeze kudukorera viza natwe ama vieux tubahe mwitagatire barundi nabarundikazi beza.🇧🇮🙋🙋🙋🥰🥰💪💪💪💪💪🦸🤸🦹💃🕺🔥👍
Consta courage kandi amasanamu namajwi vyose bimeze neza cne❤
Munsenger
Iyi film
Uko ndayitanguy
Abariko
Itazoncyika ❤❤
Yvette kalibu caaaaneeee pe!film yivyamamare gusa mweese ndabakunda caaaaneeee gose.mukomere.
Courage cane constance Iraryoshe canee .muduh iyindi vuba
Conso felicitation film yaw yakinwe nibihangange pe!Ntawe mbnamwo yoroshe,bose barakaze
Iyi film nzoyiraba du début à la fin kko irimwo abantu nkunda gusa❤
Mwubahwe iy'film iraryosh itanguye nezakabisa❤❤❤❤
Waaaaoooo courage ndabon haza gush harimwo ivyamamare gusa so mbakund kubi bantu banje
Kure cane niho nkwipfurije ❤❤❤
Abishimiye iyo film e ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Harabantu barimwo film ntoyihanganira constance ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤ twagiye kuraba imvano🎉🎉🎉
Iyi film irandenze, hari scène ihetswe kunkoroza amosozi nciye nibuka KO ari film gusa mukina neza vrmt, harimwo n'inyigisho, kuko buri scène ukuramwo akantu kigisha, courage cane turikumwe namwe
Niwihagane nukuri bamwebamwe turicabubamwo ariko imana imbere ❤❤❤❤❤❤
Yooo hazosha kabx courage bantu bacu constance hejuru can niho tukwipfurij🎉🎉🎉❤❤
Jew abantu mwese mwayikinye mwunve KO ndabakunda💋❤️❤️❤️💐
Jembon dukwiy gukurikir sabas atwigish nezacan❤
❤❤❤❤❤iyi film iri kuyindi ntambwe iraryoshe gusa nella nuyu waninde barikundiza gusa ndabakunda mimi Sabas❤❤
Waooo film irimwo abakinyi nkunda cane ❤ Turikumwe gushika kwiherezo✌️
Yooo nukuri iyifrim irarateye Agahinda❤❤❤❤❤
Ndabakunda.cane.❤❤❤❤sizokwigera.bura.murabona.kodutaguramy.nukugira.mugavyoda.akamyemyeri.kbs.😂😂😂😂😂❤
Ivyamamare p!sabas,yvette,mimi,fany, constance....❤❤❤❤❤
Courage vraiment constance wubahwe mwiza wanje
Nkubu nacerewe ndihe gus ndaje abinyuma yanje mumpe🎉🎉🎉
Yooo yasohotse naho nacerew ntaco ndahaturira 🎉🎉🎉🎉 gusa ndabakunda❤mwese ntarobanuye❤❤❤❤
Courage cane turabakunda cane kur cane nihombipfurij gushik 🙏🙏❤❤
Abafanzi tumenyane❤❤❤
Jew ino film iranezerey caaaane.irimwo abantu banje nkunda😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤😊
Costanc ndakwikundir dii ❤❤❤❤
Courage constance wacu ubirimwo neza ndagukunda ukuntu ukina
Ewe fanny wubahwe kweri nayo nyina wanera nasewiwe bankuyeho imbavu ngo umwe nguzofa nkaso uwundi nawe nguzofa nkanyoko😂😂
Constance niwe wacu ♥️♥️♥️
Turagukunda wa muvyeyi weee !
Courage bakinyi beza imana ibane namwe ndabakunda❤❤❤❤
Constance Imana ikujimbere mubikorwa vyawe
Amen
Abo dutangurany mump izo liké👍👍👍
Aka ga film karatovye vrt❤️❤️❤️🔥🔥🔥
❤❤❤❤hagusiba nocerwa🎉😂😂😂😂😂
Naw yashizemwo babandi nyn nsanz nkunda❤❤❤kure cn constance ndakwikundira
Mbony mama lao ncandyohegw🎉
Yvette nifuza lwongera kukubona ndagukunda❤❤
Ewe Fanny uri asase kweli gusa wunve KO nkukunda❤❤
King urihangape wiyemeje gukina urumugabo wa Yvette😂😂uwarakaze