Ndasavy cane kimba ivyo Claude avuga atarukuri plz muz mumuhuze n Mimi twumve ico bapfa kimba Koko ib ataribara amwambik cnk amubeshera plz Mimi uzubikor wemeer muhur n Claude kur camera maz turab kwivy avug Claude kwarukuri ndibaza kndi ndizer cnee ko uwuzob arik yambik ibara uyund imana dusenga izomumaramaza.abashingikiy ut like mushireko
@@claudeniyongobo5575 ikosa yakoz mimi naj nshigikira nuk kiry gihe kur kirezi media yihakany kwata ban afis mbere are rekan nintoki ziw ng Hari impeta mumbon an 😱😱😭vrt yaragiz amakos can ivy Mungo biragoy arik kwihakan aban kiry gihe yagiz ikosa azobisabirek imbabaz kuk nivy vyatumy umugab wiw Claude acaj kum camera nawe kubesh uz ivy mimi avuz mber akerekan aban bavyarany rr ukur kumunt kur mur wee ahand hoh turi amashush yabantu kweli jew sinkivug 🤐🤐🤐
Keza ,karire ndagukunda cyane ukina neza urumukobwa mwiza ooo my God ntago mbizi ukuntu nabivuga nukuri
Mpore mpore wangu,gusa hejuru hari Imana itabara ihindura amateka Mw'Izina rya Yezu kristu 💪💪💪💪💪
Ndibuka maman amagorwa yatugorewemwo papa atadusumira tukarara ubusa afise amahera ikirenze kwivyo agaca Aja mubagore ivyo vyose mman aravyihanganira agakubitwa tutarakura ariko tumaze gukura ivyo gukubitwa vyarashize ariko inzara ikomeza idutwika nagira nkubwire papa yarabonye kwataco azoshikako yaridagaduye yarabonye vyose kwarivyubusa Ubu ameze neza Ubu rro papa na maman bibaniye nka Chri chuchu Ubu vyose vyaraheze rro senga musubirane na Claude urere abana knd Imana nzi neza kwishoboye
Pole sana Mimi Imana ivyo tuyisaba vyose irabiduha ico dusabwa nukwihangana 👏👏 Ukomeze amasengesho ukuri kuzogaragare hagati yawe nurya avuga ko wamutereye abana nawe avuga kumuntu ababaye sana
Mimi ndabakunda
Imana irashoboy kweli mwijuru harimana yunv mimi twese turavyipfuz kuko ububabare twagiz bwishi nubwomubuxu nukuri
Imana niyo lrutanga. Niwayihesha icubahiro izogutangaza
Gikundiro wacu Imana niyo izotuma bikunda mwiza wacu
Imana ihezagire ibikorwa vyintoke zawe nct ntazi nkwifurije kuzogira urugo rwiza nokuronka abana watswe knd warabatereye igise ukagirizwa ngo warabataye nukuri Imana usenga ntuzove kwisi utorose umunezero wawe ibibondo murugo rwiza.
Amen cane mwiza
Imana izaguhe urugo rwiza ndumufana wawe
Nibakureke urugo rubi rubaho ndabizi uwutabizi yivugira ivyashaka ntiwota abana utabateshejwe imyenge yinzu imenwa nanyeneyo Imana izogushumbusha ishoboye vyose ndagukunda ukina neza ❤
Pole mimi wanj ndakeney ko tuba abagenzi bahuriy mur kristu yesu
Ndamukunda cyane
Amen Amen mimi ndagukunda nukuri N'Imana irabizi ndakunda ukuntu wiha amahoro❤️❤️❤️dico courage💪💪
ico mbakundiy kurusha vyose nuko mushize hejuru icubahiro c Imana ''' nawe Mimi Ndagukunda ntiwishima nka bandi abo Imana igushumbushe maze
Ameen mwizaa
Uradufasha di mimi courage maze urekane nabagucafuza 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Mimi ndi murwanda ariko ndagunda cyane nkwifurije ibyiza Byose bituruka kumana l love you ! Mimi ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Amen mwiza wanj kand Iman ikwitaho ibihe vyos
Ndasavy cane kimba ivyo Claude avuga atarukuri plz muz mumuhuze n Mimi twumve ico bapfa kimba Koko ib ataribara amwambik cnk amubeshera plz Mimi uzubikor wemeer muhur n Claude kur camera maz turab kwivy avug Claude kwarukuri ndibaza kndi ndizer cnee ko uwuzob arik yambik ibara uyund imana dusenga izomumaramaza.abashingikiy ut like mushireko
Uwo mu Claude ntawenzi na Mimi ntawenzi Bose ndababonera aha ark wumvise ingene amwararaza vrema birumvikana ko aba ariko yishira heza uwo mugabo
jewe nahisemwo kutabikira ibanga satani Dico nejo mumpamagare mimi mukiganiro ndabereke mimi uwariwe sinzigera nemerako satani yihayagiza biragahera ikinyoma kimar,usunsi ntikimara imywaka uwurimimi bakamubaza agir,icabivugako kukozi amanyanga yakoze ngwigihe kizosobanura ukuri none imywaka ingahe iheze garuziko nzocanja mubumaraya nkawe wapi jewe nareze abana kandi neza rero ntukuri urindiriye kwerekana urimwo usaba abagabo kumakamera emera akabi urakuze waramenje guta abana wavyaye ivyabagabo navyo urondera bazuze dusinyure nuwuzogukunda agukunda widegenvya kuko ubu witwa umugore w,umuntu nikenshe nakubwiye banza wemereko u,ugore apana kwigira inkumi wihakana abana wavyaye
@@claudeniyongobo5575 ikosa yakoz mimi naj nshigikira nuk kiry gihe kur kirezi media yihakany kwata ban afis mbere are rekan nintoki ziw ng Hari impeta mumbon an 😱😱😭vrt yaragiz amakos can ivy Mungo biragoy arik kwihakan aban kiry gihe yagiz ikosa azobisabirek imbabaz kuk nivy vyatumy umugab wiw Claude acaj kum camera nawe kubesh uz ivy mimi avuz mber akerekan aban bavyarany rr ukur kumunt kur mur wee ahand hoh turi amashush yabantu kweli jew sinkivug 🤐🤐🤐
Mimi iyondirimbo mwe n'a dico murirvye ndayikunze kandi IMANA ibahezangire beza banje mwirambire mimi ❤️❤️💓💓💋
Amen sha🥰
Mimi ndagukunda cane,
Imana ikomeze kandi ikuze birya bibondo.courage Miiimi gutandukana n'ibibondo kdi ukiriho waratey igise ukabonsa birakomeretsa kuri wewe no Ku bana.Mukomeze kubasengera!
Nokwemera ko bakwicira munzu kandi wabibonye ko ushobora gukubitwa nabi aho udakira! Erega wopfuma uhunga ukazogaruka ishavu ryaheze mugabo muriho mwese
mimi ndagukunda uvyumve ! umwe wes sh mimi afise amateka yiw ukwabantu bakubona ntuvyiteho igikenew kand ciz nukw.Imana ikubona
❤❤❤❤❤❤❤. Nitwsage nkunda keza karire Mimi. Ndamukundacyane. Angwi,e
Sha Mimi uri mwiza nukuri🥰🥰ndakunda ukunt ufis beauté naturelle👌👌Iman igukomez kndi izoguh urugo rwiza nkuk wavyifuje.Jtm more my dear💞
😘m chr urakoze cn
none nyarugo uzogwubakira kurundi ngwina utange ugwambere ariko indaya ziragwira mimi none reka ndakubaze kanke uzocikira nyaruka ndagusinyurire wirongiregwe namwe abantu bamugira ubwenge umugore atay,abana ataye umugabo baraganye imbere y,amategeko ngwino mimi tuvane imbereyamategeko jewe sindakugora ahandiho nvuzeko urindaya ntibasubire kuvugako arugucafuza
@@claudeniyongobo5575 ww ubona warumugabo mwar kubana utagir n'indero nankeya
@@claudeniyongobo5575 nukuri Mimi namanze akemure ibibazo mufitaniye hama aze araza kuma camera harya ntamaramara kuri buri kiganiro akoze kuguma asangaho commentaires zawe ?
@@ancillecilla mwiza burya ingo zihishya byishi biragoye hewe ntawovuga byiahi
Yes,keza uranyigishije cne vrt respect shah
Amen Amen mimi turabakunda n'lmana iragukunda ❤ ❤❤
Amen sh
Ndagukunda du mimi.uratagasepe.hama amahitamonayaweshahuniwuzi igikomere ufise,gusa yesu akwumve agukorere ibibeey
Yeah kbs vuga christo niwe mucunguzi wacu humura Imana izaguha urugo rwiza cyane
Mwiriwe turabakunda cyane keza musuhuze cyane turamukunda
mimi,hezagirwa
urumukobwa mwiza mimi jew ndagukunda kand ndanezegwa iyo ndiko ndakwumviriza imana iguhangaze 🙏🙏🙏❤💋
Mumeze neza hama turabakunda mukazi kanyu katwigishavyinshi mercie
Mimi ndagukunda Imana ibandanye ihezagira ibikorwa vy'iminwe yawe
Uyumukobwa ndamukunda cyane abanyarwanda tumenyane mukunda uyumukobwa
vuga uyomugore yatay,abana 3 heee
We love u mimi wihanganiye vyishi.Christo azokunezereza
@@claudeniyongobo5575 jalousie gusa . N'Imana usenga ntayo uzi
Yoooo sha Claude urarushe kweli!!! Ibigambo uvuga bituma tumukunda birenze.mimi komera imana sumuntu izoguhoza amarira@
Mim nashaka nimeroyaw kandi uzoyimy tuyag uzobukoz
Ooh Mimi ndagusabira iherzo ryiza kand ndagukunda❤
Mpore mwiza Imana dusenga iracari kungoma Mimi baho widegemvya kuko umukama yarakubohoye
Thx chr
Jew nokwishura nkuko Mimi yishuy!Kandi ndimubantu baryohew Can na Film Keza yakinyemwo,numva ndamukunze pe
Kazima washimbere Imana rindira gato izogutonesha Bose babireba💖
Imana igufashe gushika kumbona nziza wifuza❤❤❤❤❤❤❤❤
Claude avuga amagambomenshi atarimeza Mimi❤❤❤ komera Imana izakugirira neza
Imana utwuve idutabare twenawe
Courage cane sha Mireille ibikomey nubwo bikomeretsa bitera gukomera
Love from meme ❣️ndagukunda mwizaa rero Imana ntiyicaye irikugikogwa kugir ikemure ivyowifuza
Amen
Mimi wishuy neza can wokunda uwugukunda can 👌👌👌
Courage mimi mw'ijuru hariyo Imana idacerwa knd izi vyose komeza kuyizera izokugirira neza
Ndakuvugiye amen Imana yumve amarira yawe
Igo Mimi uzakunde uzagukunda cane kuko uwo uzirukra nae azaba yirukira undi ahubwo tegereza kwakirabuje agusanga💞💞🙏
Mimi ndagukunda caneeee❤❤❤❤ ndifuza komwamuhuza na Cloude bagagakorana ikiganiro
Dico Brother courage #Sister Mireille Be Strong you Will get a goal#
Mwena Théophile sha nimwe mwubatse film neza pe.muzoze murumonge
Mimi ❤❤❤igikuru nuko wahisemwo yesu ibindi vyose ninyingera mwiza❤
Sha mimi chr niwihangane ivyomwis nuko bimez uko vyakugendey nanje niko vyagenze ariko ndaz neza ntakekereny Iman izoduhindurir amatek
Mimi nukuri Imana izaguhe urugo rwiza turarukwifurije
Ameen.mimi ndiho akumpere ivyo usaba vyose
Ahubwo Mbona mwogira chorale vraiment !
Courage Mimi .
Imana irumva🙏
Amen mwiz
Turagukunda cane Mimi ❤
Amen mutanguye mumpezagira iyondirimbo ndayikunda
Ni gode mwabanye ndagukunda ndagusengera Imana ikwiteho
Chr ihagane Imana irakubona
Ww mimi urimubisubizo Imana izoguha icumutima wawe wipfuza kuko igufitiye imigambi myiza
Mimi ntaco IMANA itazoguha ncuti, wew gusa ukomez uyizere kandi uyigamburukire
Ndagukunda Mimi IMANA iguhe ivyumutima wawe wipfuza
Ndagukunda kandicane
Mimi Imana ikumpere urugo Gwiza wayisavye kko urampezagiye can mukiganiro ni ornella gihanga
Nibutseko abana bawe mutabana kandi bakiri bato!!!! oooooh iyo MANA igucire inzira pe
Vyukuri abana ntaco bazira .
Mimi narondere uburenganzira bwo kubana n'abana biwe kuko baracari bato.
Abavyonzi nibabura Umuntu Umukunda cank ukeney kumuhanura sukuvuga nabi ndazi namwe ivyanyu nivyera
Mimi ikibazo yacishuye neza cane. Iyo ari Imana yavuze umukobwa yobana n'umugabo amukunda cane naho we yoba yumva atamukunda biraza akamukunda kandi bubaka urugo rwiza cane. Jewe ndabivuze kuko niko vyagenze kandi bimeze neza cane
Mimi courage cane nibindi tuzobikunda
Courage ma sœur Mireille🥰🥰🥰🥰
Mrciii m belle
mimi wicecekere Imana izovuga kuko niyo ica urubnza itarenganya amarira uzoyahozwa
Agasanamu nikeza mwubahwe🙏🙏🙏🙏🙏💗💗💗💗
Mimi ndamukunda. Imana . Imujimbere
Mimi yesu aguhezagire urakina neza vrt ndagukunda
Mimi ni wetu tunampenda sana tena sana
Imana ize iruguhe nukuri urarukwiye
Courage kabisa si nariz ko mufise impano nkiyo.
Mimi wishuye nk'umunyabwenge. Hakubana n'uwo ukunda wobana n'uwugukunda
Nanje nohitamwo uwunkunda cane nukuri
Imana ibikore izaguhe urugo gwiza
Mimi nukur turagukund Can nukuvuga kubWanj mubakiny Bos mukinan film ndakund mimi n'a kigeme
Mimi kimera ncuti, abatagutahura nabatazi ivyisi, nanj ngutahura %%
Be blessed Mimi,Imana Ibabere Masoo
Amen
Mimi ndagufan arikonagusab kowosubiran numugabowwe ukazakurre baryaban kko umwananinyin wobukoz jwe umugabowanje yasizabantanye aragend kkonkundaban ndabarez kandibamezenez ntakibaz
Iman ibiguhe mimi
Courage sha mimi Imana ikujimbere ukina neza urambera sana ibisigaye muvyiza mubibi ubihereze Imana nimutananirwa.
Amen mwiza
Mimi courage ma soeur kumwe n lmana izogera kure uri mwiza uratekereje urasenga lmana izogukoresha vrt kuko ntawayisanze yakozwe nisoni n belyse kda
Keza ndagufana.hhhhh.gusa urazi kurira vrmt
Dico uzohuze mimi na Claude plz ukuri kuzogaragarira live abafana ba mimi tuzohakura icirwa Claude arikwandik amakosa menshi kuri mimi
Imana yumve ugusenga kwawe
Pole sana mimi
Mimi humura Imana izobikora ndakwikundi mwiza.
Ndagukunda cyanee Mimi from Rwanda
Mimi never give up.Imana nsenga ndayisaba ngwikindi gihe uzoze mukiganiro uzananye numugabo mwiza Imana yaguhe kandi agukunda.komeza umwizere Kristo ntatetereza.uterujimbere cane
Amen mugenzi
😜😜😜muratwenza 😄😄 azanany numugabo agira gatatu hahah iyo démo yamwinjiyemwo nimbii ahubwo nimumuhanur
Arek kwihisha mu mana .🤪🤪🤪
@@gogondabituyimana4136 uramuzi ko aridemo?mpore ncuti
Courage m chr ntakure lmana itogukura knd ntanahitogushikana mwijuru har lmana iciziroranye pe uhumure cn uzobon ineza y lmana
Amen dear
Jewe ndakwipfuriza gusubira murugo rwawe kuko udashoboye kwihanganira urugo rwawe nuwundi ukeneye numwana wumuntu sijuru uzoba urose nahone uzoruvamwo ahubwo nyimba umugabo wawe arimubi Saba Imana imuhindure Hama wubake urere abana mimi twese turubatse kandi tubayeho ugutandukanye nuko twipfuza urumumama mwiza reka guharurirwa abagabo urya nyene musengere ndakwinginze urere abana baragukeneye guhamagara mama ndagusavye numva ndize kubwawe mimi mugenzi ubaka nukuri uzobaho wishimye mwiza💗
Mimi courage Imana iguhe kunesha
Utavuga Imana neza kbs
Isanamu isa neza pee. Iyo ndirimbo iraryoshe
Imana yumve gusenga kwawe
Ayomajwi sasa😅😅murahuza mimi na claude
Amen ma chr mimi ❤️ 🙏 courge dico 🙏🙏🙏🥰🥰
Félicitations
Mimi dagukunda cyane ibiganirobyawe biranyubaka cyane ngukurikiye ndi murwanda
Mpol sha mimi ahubona ntawuhora atarize 🙏🙏🙏🙏💗💗💗💋💋💋
Imana izoruguha
Nkunda ijwi Rya mimi kubi avuga neza cane🥰
Mimi imana yarakoze kukurinda 💞👍