Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Bonjour,mfashe akanya keza ko gushimira uyo mupatiri yubahutse kuvuga ijambo nk'iryo,Imana imuzigame, Uburundi Nico gihugu cambere kw'isi mbona coroshe gutwara kuko Nico gihugu conyene kw'isi ubesha abanyagihugu hakaguma bakoma amashi.
Imisi yose, Iyo hegereje amatora,ababeshi,bafise ababatumye baca bava mw'ikonje.Mbega ko avuga ivyo nawe akaba ari umurundi,ni hehe yakoreye imigambi yo kugwanya ubukene,ngo atwereke akarorero.Ururimi ruranyaruka kuvuga.Imyiyerekano twarayibonye,hakwubaka irasambura.Wotwereka ikintu na kimwe cubatswe n'imyiyerekano ?Tuze tuva ibuzimu tuja ibuntu,tureka gukurikira ivyiyumviro biboze,bishaje.
Uburundi bwacu Imana idufashe nukuri 😢oya ndaziko utaco azogira uyo mupatiri kuko ntajambo ribi yavuze ❤
Numva uwo mupatiri ndamukunze cyane imana imurinde❤❤❤❤
Uwaguhaye gusoma ivyo bintu azoguhembe kuko yaragumemukiye. Azotohoze ivyirwanda abe arivyo aguha, kanagatsinda arabizi neza, hama ubisomere abanyarwanda, birahari vy' umurengera vyo kuvuga, kandi vyovyo uzobabasha kubisoma neza.Uwo mu padiri Imana Imubabarire, kuko acira abandi imanza. Ibisigaye yokwiyuzuriza.
Ukuri kiravugwa,kufeza ubu ntamuntu atabona ko Uburundi bugowe😢
Manifestation IBA mu bihugu biri democratic...reka reka ....bora uzima .burundi mwoba kwibagira ningoga kavisay
Bonsoir Ndadaye ati ndapfuye ariko bandadaye barasigaye kommer padili
Uyo mupatiri Imana Imurinde peee ntiyavuze nabi🎉
Birakwiye ko Tanzania basubiza Uburundi ahobatwaye ivyo nukuri
Patiri nkuyo....Funga!!!Uretse Ijambo ry Imana wiyemeje ukaja muri Politique, ukwiye gufatwa nk umunyapolitike!Biblia na Politique ubivanze,ni nko kuvura Abantu, ,uri Umuvuzi w Ibitungwa!
Fugwa nawe.urumwanzi wigohugu
@@FabriceIrankunda-pk6id mbe harya witwa Irakundwa?uragakundwa n Ubworo wa Mugore w'ubwana we!Banza wige kwandika ijambo"Gupfungwa"wantama ikurikira Umumenyeshamana yataye Ibanga akigira Umusesanguzi wa Politique y uBurundi!Mbe ntimukaraba ngo Muce iyo mukomoka??
Abari n'amatwi nibumve ico padiri abwira abagumyabanga
Ntabwira abagumyabanga ambwira basindumuja
Mwebwe muvuga Coup d'Etat , barinda kuyitegura ahera canke reka Ni MUCEZO wandani .
Patiri Imana imukomeze kandi iyamuremye izomurinda ibinwe yabansi
Les prêtres ont aussi le droit Civil .
arabaja imbere hama bagumuke ingurube ikuze igurwangahe?impene ikuze igurwangahe?ikiro cumuceri kigurwa angahe?yubahimiriza kworora nukurima bokenyiki?canku yubahimiriza kureka kunyegeza iciment inzoga ntitwoteyimbere
Imana imukomeze
Nyakubahwa Patiri Viateur ,lmana nikwongere ubutumwa ,inguvu n'urukundo rw'intama lmana yakuragije .
Avuze ukuri Patiri.ahubwo.lmana ikurinde cane ntamwungere.mwiza.yoguma.acokora intama aragiye.kozihaze.kandi.ziswe inzara.ahubwo.mbona.abarundi.borinda.tukiyamiriza intwarombi
Hhhhhhh aba never, m7, kagame nabasivile nka ruto ngaho nimwiyahure
Uyumuntu ateguye imyiyerekano Jew ntashiremwo,mbega kuki atagenda wenyene kuyigira,uwomupadirinawe narabe ,umukuru wigihuguwacu siwe akorana nabamwe baguka
Imyiyerekano nimuyikore murwanda rwanyu apani iburundi
Abantu Boba beshi uyu mupatiri avuze ukuri uyu imana yamushinze umurimo wayo reta ya cn.dd Efdd niyabambuzi abasuma Kandi uwuri kwisonga ni president neva ubwiwe hama aza kuririra imbere yacu twebwe abanyagihugu umengo aratubabaye Kandi aba yivye abarundi nuburundi
Ntapatiri urimwo. Nawe urumusuma. Wibiaha. Ijamboryima.
Ahubwo bagute mugasho. Ubwo subutumwa nugukokeza. Intambara mugihugu
Iyo myiyerekano patiri ari kuvuga ngira uwo mu oatitiri nayibonye mukanyina kasamye.Nagomba nkwibutse ko Never atandukanye n'a bamwe uzi kahise gategura kazoza rirya gabanywa mwakorewe 2015 ryosubira omihimbiri n'abambuzi bogabanuka
Hahaha ntamigumuko izohaba nimuhore😂😂
Padiri yavuze neza ❤❤
Ariko ivyo mwebwe mubifata ukutariko ntamigumuko yigeze avuga yavuze impande zose kimw ntumutahure nkuko umenga Ekleziya irivanga cane muvyapolitike namwe banyamakuru ntimuze muhindura imvugo yumuntu kugirango mucishe agatwe umuntu
😂😂mbega ayomakuru mukura mumasoko muyahabwa nibisigo 😂😂😂😂
Ntibyoroshye
Nibaza ko atamuntu azubwenge yosubira mumiguko Kuko dinibaza naho mwoza mwibarabara siho coca kiboneka.Ariko naw naw nagize icakoze kugira akizane Kuko nawenyen numurundi Ikindi none igitoro niwe akizibira😂 ira ko tuzi we tama arira avuka ko harabanzi 😂😂😂😂😂😂 bakizibira
Nahezagigwe patiri yavuze ijambo nkiryagwagasore yavuze kuri endepamdance erega nukwikukira kwakabiri agira adushikaneko
Ubusya ubundi buroroha vuga ivyo murwanda navyo
Gusoma vy’uyo mumenyesha makuru biracari ingora bahizi. Prépare Monsieur avant de lire en publique.Merci😅
Izo ajejwe nawe azifasha iki?Abivuze uko avyumva kuko n’abanyamadini barafise aho bahengamiye
Le peuple Burundais doit être définitivement délivré, respecté, retrouver son entière souveraineté et la vraie démocratie!!!.
Patiri uvuga ni umurundi nk'abandi.Ashaka imigumuko,aragerageza abe ariwe atangura kuja mw'ibarabara.None yoba aruta abapatiri bandi bo mu burundi batavuga uko ?N'umupatiri yoshaka gukubita coup d'état,agashaka kuvuguruza twebwe abarundi twitoreye indongozi,uwo yohanwa n'amategeko kuko yoba akoreshwa na shetani,ashaka kudusubiza mu kaga.Ntamuntu n'umwe yokwitwaza icari mu gutoba igihugu.Abarundi ducanye ku maso,kuko twabonye vyinshi 1965,1972,1987,1993,na 2015.Nagende agire imigumuko mu rwanda,niho umengo abaturage bari mu gasho,atawucira amate hasi ngo akofore.Bose baguma bakoma amashi ngo bari mw'iterambere ,inzara itema amara.
Mubura kureba ibyiwanyu mukavuga ubusa ubusa .ko ari patidiri wiwanyu u Rwanda rwacu uruzanyemo gute.
Farao aroko aracura bufuni na buhoro ab'israel ntiyibazako bafise umutabazi.amaze kurungika uwubatabara ingabo ziw zaherey mukiyaga gitukura.
Uyumuntu avuga ayamakur ni rofa canke nukugira aronke vues gus.rek nze ndata UMWANYA numviriza ivyae umusi twahuye uzombon
Na yesu yigishiriza mumigani
urikigugu cumupatiri uraza ukine politique uvemuvyimana kuko ntamakuru ufise kuko abaguhaye amakuru nibo banyegeza igitoro nisukari kuko abakenye nibamwe atacobareza amaboko pati dugarugure ubone abarimye aboroye ubutunzi bafise nyimbu uhabwa amakuru natatinya kwicafuza birirwa muri bata mbega iryane zabaye mugihugu warihe?wavuziki?ndaguhanuye warikubanza ukagira ingendo kumitumayose igize igihugu hama nawe ukamenya ukuri kubatubuze amahera yagaciro wariguhimiriza abakirusi bakarima ibijabuka hanze kuyazana uhabwa amakuru nakarwi kishize hamwe mukunyegeza isukari ibitoro nama dolard
Ubwo nubucacanya kubesha gusa none patiri avuze iki cogukombora intwaro ya NEVA
Reka nitwengere😂😂😂
Murabentimwibeshere mutazozirubusa ubonako mukundakubesha.
Ntawuhisha inzu iriko irasha. Ushobora kuvyemera canke ntuvyemere nuburenganzira bwawe.Nibibi kuvuga ko abantu bamerewe neza kandi bari mumarira . Ngo kuberiki mukenye mudafise ivyo kurya? Ngo je ntavyonzi ko mukenye ngo genda mubikore nkuko ndabikora. Ngo abatuma igitoro kitaza ndabazi narababariye . Ushobora kuba ufise ivyo urya ukabona birakwiye arko igihugu gikeneye iterambere. Igifise itango kigira niherezo nimba hageze ko avako ntivyokunda ko akomeza. Arko ntaco arko arakora yokinjura. Uwubona ico arko arakora yokimbwira jewe ntaco mbona. Arutwa cane na Nkurunziza. Duhamagare imbwa mwizina tureke intara namazuru nimigambwe. Mugire amahoro .
Padili turamuteyintege muguhararira ukur imana imuzigame
"Silence in the face of injustice is complicity with the oppressor.” - Ginetta Sagan.
Urarenge urugero [ngo kwiyamiriza ubutegetsi warikuvug ikibazo cigitoro nibind apana kurenzuruger mukuvuga]
Uwamutumye kuvuga Iryo jambo niwe azomurwanira kuko Umumurwanira aruta cane uwumugwanya!Kandi nubwo yopfa yavuze ukuri impera yiwe azoyironka abandi nabo impera zabo nizonyene
Mubesha abanya ngihungu bamara kubarasa mungaca mubihangarika amaraso amaze kumeneka mwebwe mufise ivyo mushaka numuje kurusoma banabacu muvyime amatwi musenge imana kuko imana irashoboye
Mbega yemwe iburundi ntawukivuga ukuri ?mushaka abavuga ibinyomagusa imana yomwijuru yamutumye niyo izomugwanirira Kandi nihizomuhemba nahoyokwicwa imperayiwe irahari musenyeri ruhuna nasizekuvuga ukuri nkuwo arikonahobiruko abavugukuri bazokwamaho imana itabare uburundi
Nabagumutse bafise inkoho 2015 baromotse umwene gihugu yikunda aritekanira irinde ubuzima bwiwe
Mumureke yivugire ashobora kuba yasaze. Kuba umusaseredoti ntibikuraho ko yoba yasaze
Niko turagowe cane cuti imana yonyene
Vuga ugende nigihe canyu
Hahaha muribuka 2015. Ariko muzogendeyo mufise kumufuko ayazobashikana muri Canada
Padiri uwugucunze ninde imana tu yonyene
Abarundi murantenzwa Ko mumwumva nimusubire muryane none .Taubirabe
Benewacu nkunda muribuka 2015 si akwanka akuraga urubanza gwamunaniye muragumuk muzobibona
Kuja mwibarabara siyo nyishu. Ahubwo nibaje kumavi. NtakinNira. Uhoraho
Patiri ntaribi yabuze gusa ukuri kurababaza nibamureke nibamureke
ariko abarundi bo muri oppositions bose ni ibigoryiiiiiii ntamuzima urimo muhora murota ibitabapfu mwabatindi mwe ntimubona ko mwatsinzwe kweli?bazabamesa mwa mihilimbiri mwe.
Ahubo muzoba mukizanye,uretse abohasiga ubuzima ntakindi iyo mwiyamamazo izoshikako
Aho avuze neza patiri arabitoye apana about bishinga gutyoza nyenicubahiro kubinyoma
Sokuru ati uwuzowatsa uzohera owe.!!!
Nimureke kubesha sha nimukore iyomyiyerekano none ahubwo ntimukwije
Ntakudeta izokwigera isubirakubaho,mugihugu,gisengeye,nkuburundi!abayipfuza,barambiwen'ukubakwisi?ntamahoro ya kudeta,vyarabonetse,n'a ndadaye yakubiswe kudeta,ariko,igisodayarakivanze,kandi,bamwishe,bungutsiki?iyohegerejamatorahose,iburundi,ibisigo,haduga, ibigoren'ibigabo!kristo yaratsinze.abasumaboba,barimubarongozi,barikukanyuma,reka dushigikire gen.wacu.ntakabuzako bazofatwa.bisubiye,ivyumuntavukana,nivyo azojana,bavyibira ubusa bazobisigaho,bizoribwanabandi!tujekumavi,Kuko iyamasasu,ntahoyogera.
Abo baro ndera inyungu zabo mwebwe nta nyungu bibaha mureke abobabatuma kungumuka nashire abana biwe babe aribo baja kungumuka bavyeyi mubuze abana banyu ngira murazi akahise
Umupadiri wikirofa yivanga muvya politique bamwita"BABILONI"malaya asambana nabami bokwisi.cfr le bible.
Ivya sezari kwa sezari ivyimana kumana kirazira kwnjirira ubutegetsi kandi witwa umuvugabutumwa ahubwo nyabuna dukure amaboko mumpuzu dukore kuko uwuzorukarisha ruzomumwa.by Nkurunziza petero
@@jeanmaridadi7376 ariko ndababaze Yesu yavuze ngwiki ntimuzi koyatumye abantu ngobagende babwire iyo ngunzu(Hérode) none Patiri haruwo avuze mwizina nimumena amaraso namwe ayanyu azamenwa nabandi Intanguriro 9:6 Bibiliya niyo ibivuga kdi mumenye komuzaba mwikururiye umuvumo numuryango
Ahubwo arikugukebura none muruzabibu rwe Yesu urikebuke urebye ingendo ya we kwarinziza Umukama nawe atazoguhongora amenyo
Nimba mugombako tubsmena imitwe bashire mwibarabara turabe none abaja mwibarabara nihajeyo abafise imiduga jewe ntagira imodoka singera mwibarabara muribako
Muyisubizwe mutayisavye?
Hubwo ntbwemgukigira abarumdi ntitucumviria abasazi mbe ayomabarbara niterambere
Uyumupatiri amjambo yavuze yayatumwe nimana ahari niyubahwe
Twarabahinyuye .murayikora mwenyene.mwabonyeko ubutare bwabonetse mukiru do.mushaka kudisamaza .
Hakwiye kuba invuga kuri benizo
Murisema. Mwabapadirimwe nimugende murayo mabarabara mwenyene mureke guhenda abanyagihugu Bobo barigorewe. Ubwo buzima barabumenyereye
Ivyigitoro bizotora umuti Leta ihevye gushinga ibeyi yi DOLLAR. Kandi kwisoko ryaraduze gose .
Reta siyo ishinga ibeyi Yi dollar ahubwo niyo yiba ama dollar ikaja kuya dandaza kuri marche noir yayadugije ibeyi 😊
Urihenda cane
Ico yabitse Nico sha
Abo bakozi baba nazi ngo nabimana burya amadini turiko turahinyura
Abo bakozi babakoroni twarabahaze nibaje muri occident gusarirayo.kwigaragaza siyo nyishu.
mananzima niwewukudutabarap
Uwovyababaj niwamwunger mubi nyen adashakakumvukuri
Nakomenyin ariko arasesemw atumbiw naj kuryama kk ivyaporitik ntavyaz kk biragoy kand nidorare ryaraduz
Kagame niwe yegereye cane kaguta. Muragabe nyabuna ngaho mu Rwanda. Kagame agafatwa muzojugumira!
Hari umuntu afata intare 😂😂kagame nintare
Yemw ntimwibaze ngo mweho vyoborohera
Iryo jambo rya padiri rirakaze
Souuuuu
Urosopfa 😂😂😂
Premier ministre ndamwizeye nibaje mw'ibarabara babone
Nukobabwirintumba babwigwa
Murisema abanya ngihungu ntimubijemwo muze mwingumire munzu
Muraziyuko I'mi ngumuko bayikorera Aho abatutsi baba kuko baba kamenge canke kinama hangafya abata ngumutse kuko baza ngusarira Aho abatutsi baba muze mbunge nde mubikorere Aho muba
Murwaye mumutwe
Kwarihomba ibujumbura iyo myiyerekano irihe?mwarasaze p bamukura uburofa ngaho
Uwumupatiri nimvugakuri
Yewe kirogorogo tanga imihoho Ahandi hoho wewe na Yezebeli wawe muzogenda nka Ahabu Umwami wa Abisirael yatwaye imbere ya YESU KRISTO imyaka 780ans
Murasara!
Padiri yubahwe kwl
😂😂😂
Bonjour,mfashe akanya keza ko gushimira uyo mupatiri yubahutse kuvuga ijambo nk'iryo,Imana imuzigame, Uburundi Nico gihugu cambere kw'isi mbona coroshe gutwara kuko Nico gihugu conyene kw'isi ubesha abanyagihugu hakaguma bakoma amashi.
Imisi yose, Iyo hegereje amatora,ababeshi,bafise ababatumye baca bava mw'ikonje.Mbega ko avuga ivyo nawe akaba ari umurundi,ni hehe yakoreye imigambi yo kugwanya ubukene,ngo atwereke akarorero.Ururimi ruranyaruka kuvuga.Imyiyerekano twarayibonye,hakwubaka irasambura.Wotwereka ikintu na kimwe cubatswe n'imyiyerekano ?Tuze tuva ibuzimu tuja ibuntu,tureka gukurikira ivyiyumviro biboze,bishaje.
Uburundi bwacu Imana idufashe nukuri 😢oya ndaziko utaco azogira uyo mupatiri kuko ntajambo ribi yavuze ❤
Numva uwo mupatiri ndamukunze cyane imana imurinde❤❤❤❤
Uwaguhaye gusoma ivyo bintu azoguhembe kuko yaragumemukiye.
Azotohoze ivyirwanda abe arivyo aguha, kanagatsinda arabizi neza, hama ubisomere abanyarwanda, birahari vy' umurengera vyo kuvuga, kandi vyovyo uzobabasha kubisoma neza.
Uwo mu padiri Imana Imubabarire, kuko acira abandi imanza. Ibisigaye yokwiyuzuriza.
Ukuri kiravugwa,kufeza ubu ntamuntu atabona ko Uburundi bugowe😢
Manifestation IBA mu bihugu biri democratic...reka reka ....bora uzima .burundi mwoba kwibagira ningoga kavisay
Bonsoir Ndadaye ati ndapfuye ariko bandadaye barasigaye kommer padili
Uyo mupatiri Imana Imurinde peee ntiyavuze nabi🎉
Birakwiye ko Tanzania basubiza Uburundi ahobatwaye ivyo nukuri
Patiri nkuyo....
Funga!!!
Uretse Ijambo ry Imana wiyemeje ukaja muri Politique, ukwiye gufatwa nk umunyapolitike!
Biblia na Politique ubivanze,ni nko kuvura Abantu, ,uri Umuvuzi w Ibitungwa!
Fugwa nawe.urumwanzi wigohugu
@@FabriceIrankunda-pk6id mbe harya witwa Irakundwa?uragakundwa n Ubworo wa Mugore w'ubwana we!
Banza wige kwandika ijambo"Gupfungwa"wantama ikurikira Umumenyeshamana yataye Ibanga akigira Umusesanguzi wa Politique y uBurundi!
Mbe ntimukaraba ngo Muce iyo mukomoka??
Abari n'amatwi nibumve ico padiri abwira abagumyabanga
Ntabwira abagumyabanga ambwira basindumuja
Mwebwe muvuga Coup d'Etat , barinda kuyitegura ahera canke reka Ni MUCEZO wandani .
Patiri Imana imukomeze kandi iyamuremye izomurinda ibinwe yabansi
Les prêtres ont aussi le droit Civil .
arabaja imbere hama bagumuke ingurube ikuze igurwangahe?impene ikuze igurwangahe?ikiro cumuceri kigurwa angahe?yubahimiriza kworora nukurima bokenyiki?canku yubahimiriza kureka kunyegeza iciment inzoga ntitwoteyimbere
Imana imukomeze
Nyakubahwa Patiri Viateur ,lmana nikwongere ubutumwa ,inguvu n'urukundo rw'intama lmana yakuragije .
Avuze ukuri Patiri.ahubwo.lmana ikurinde cane ntamwungere.mwiza.yoguma.acokora intama aragiye.kozihaze.kandi.ziswe inzara.ahubwo.mbona.abarundi.borinda.tukiyamiriza intwarombi
Hhhhhhh aba never, m7, kagame nabasivile nka ruto ngaho nimwiyahure
Uyumuntu ateguye imyiyerekano Jew ntashiremwo,mbega kuki atagenda wenyene kuyigira,uwomupadirinawe narabe ,umukuru wigihuguwacu siwe akorana nabamwe baguka
Imyiyerekano nimuyikore murwanda rwanyu apani iburundi
Abantu Boba beshi uyu mupatiri avuze ukuri uyu imana yamushinze umurimo wayo reta ya cn.dd Efdd niyabambuzi abasuma Kandi uwuri kwisonga ni president neva ubwiwe hama aza kuririra imbere yacu twebwe abanyagihugu umengo aratubabaye Kandi aba yivye abarundi nuburundi
Ntapatiri urimwo. Nawe urumusuma. Wibiaha. Ijamboryima.
Ahubwo bagute mugasho. Ubwo subutumwa nugukokeza. Intambara mugihugu
Iyo myiyerekano patiri ari kuvuga ngira uwo mu oatitiri nayibonye mukanyina kasamye.Nagomba nkwibutse ko Never atandukanye n'a bamwe uzi kahise gategura kazoza rirya gabanywa mwakorewe 2015 ryosubira omihimbiri n'abambuzi bogabanuka
Hahaha ntamigumuko izohaba nimuhore😂😂
Padiri yavuze neza ❤❤
Ariko ivyo mwebwe mubifata ukutariko ntamigumuko yigeze avuga yavuze impande zose kimw ntumutahure nkuko umenga Ekleziya irivanga cane muvyapolitike namwe banyamakuru ntimuze muhindura imvugo yumuntu kugirango mucishe agatwe umuntu
😂😂mbega ayomakuru mukura mumasoko muyahabwa nibisigo 😂😂😂😂
Ntibyoroshye
Nibaza ko atamuntu azubwenge yosubira mumiguko
Kuko dinibaza naho mwoza mwibarabara siho coca kiboneka.
Ariko naw naw nagize icakoze kugira akizane Kuko nawenyen numurundi
Ikindi none igitoro niwe akizibira😂 ira ko tuzi we tama arira avuka ko harabanzi 😂😂😂😂😂😂 bakizibira
Nahezagigwe patiri yavuze ijambo nkiryagwagasore yavuze kuri endepamdance erega nukwikukira kwakabiri agira adushikaneko
Ubusya ubundi buroroha vuga ivyo murwanda navyo
Gusoma vy’uyo mumenyesha makuru biracari ingora bahizi. Prépare Monsieur avant de lire en publique.Merci😅
Izo ajejwe nawe azifasha iki?Abivuze uko avyumva kuko n’abanyamadini barafise aho bahengamiye
Le peuple Burundais doit être définitivement délivré, respecté, retrouver son entière souveraineté et la vraie démocratie!!!.
Patiri uvuga ni umurundi nk'abandi.Ashaka imigumuko,aragerageza abe ariwe atangura kuja mw'ibarabara.None yoba aruta abapatiri bandi bo mu burundi batavuga uko ?N'umupatiri yoshaka gukubita coup d'état,agashaka kuvuguruza twebwe abarundi twitoreye indongozi,uwo yohanwa n'amategeko kuko yoba akoreshwa na shetani,ashaka kudusubiza mu kaga.Ntamuntu n'umwe yokwitwaza icari mu gutoba igihugu.Abarundi ducanye ku maso,kuko twabonye vyinshi 1965,1972,1987,1993,na 2015.Nagende agire imigumuko mu rwanda,niho umengo abaturage bari mu gasho,atawucira amate hasi ngo akofore.Bose baguma bakoma amashi ngo bari mw'iterambere ,inzara itema amara.
Mubura kureba ibyiwanyu mukavuga ubusa ubusa .ko ari patidiri wiwanyu u Rwanda rwacu uruzanyemo gute.
Farao aroko aracura bufuni na buhoro ab'israel ntiyibazako bafise umutabazi.amaze kurungika uwubatabara ingabo ziw zaherey mukiyaga gitukura.
Uyumuntu avuga ayamakur ni rofa canke nukugira aronke vues gus.rek nze ndata UMWANYA numviriza ivyae umusi twahuye uzombon
Na yesu yigishiriza mumigani
urikigugu cumupatiri uraza ukine politique uvemuvyimana kuko ntamakuru ufise kuko abaguhaye amakuru nibo banyegeza igitoro nisukari kuko abakenye nibamwe atacobareza amaboko pati dugarugure ubone abarimye aboroye ubutunzi bafise nyimbu uhabwa amakuru natatinya kwicafuza birirwa muri bata mbega iryane zabaye mugihugu warihe?wavuziki?ndaguhanuye warikubanza ukagira ingendo kumitumayose igize igihugu hama nawe ukamenya ukuri kubatubuze amahera yagaciro wariguhimiriza abakirusi bakarima ibijabuka hanze kuyazana uhabwa amakuru nakarwi kishize hamwe mukunyegeza isukari ibitoro nama dolard
Ubwo nubucacanya kubesha gusa none patiri avuze iki cogukombora intwaro ya NEVA
Reka nitwengere😂😂😂
Murabentimwibeshere mutazozirubusa ubonako mukundakubesha.
Ntawuhisha inzu iriko irasha. Ushobora kuvyemera canke ntuvyemere nuburenganzira bwawe.
Nibibi kuvuga ko abantu bamerewe neza kandi bari mumarira . Ngo kuberiki mukenye mudafise ivyo kurya? Ngo je ntavyonzi ko mukenye ngo genda mubikore nkuko ndabikora. Ngo abatuma igitoro kitaza ndabazi narababariye . Ushobora kuba ufise ivyo urya ukabona birakwiye arko igihugu gikeneye iterambere. Igifise itango kigira niherezo nimba hageze ko avako ntivyokunda ko akomeza. Arko ntaco arko arakora yokinjura. Uwubona ico arko arakora yokimbwira jewe ntaco mbona. Arutwa cane na Nkurunziza. Duhamagare imbwa mwizina tureke intara namazuru nimigambwe. Mugire amahoro .
Padili turamuteyintege muguhararira ukur imana imuzigame
"Silence in the face of injustice is complicity with the oppressor.” - Ginetta Sagan.
Urarenge urugero [ngo kwiyamiriza ubutegetsi warikuvug ikibazo cigitoro nibind apana kurenzuruger mukuvuga]
Uwamutumye kuvuga Iryo jambo niwe azomurwanira kuko Umumurwanira aruta cane uwumugwanya!Kandi nubwo yopfa yavuze ukuri impera yiwe azoyironka abandi nabo impera zabo nizonyene
Mubesha abanya ngihungu bamara kubarasa mungaca mubihangarika amaraso amaze kumeneka mwebwe mufise ivyo mushaka numuje kurusoma banabacu muvyime amatwi musenge imana kuko imana irashoboye
Mbega yemwe iburundi ntawukivuga ukuri ?mushaka abavuga ibinyomagusa imana yomwijuru yamutumye niyo izomugwanirira Kandi nihizomuhemba nahoyokwicwa imperayiwe irahari musenyeri ruhuna nasizekuvuga ukuri nkuwo arikonahobiruko abavugukuri bazokwamaho imana itabare uburundi
Nabagumutse bafise inkoho 2015 baromotse umwene gihugu yikunda aritekanira irinde ubuzima bwiwe
Mumureke yivugire ashobora kuba yasaze.
Kuba umusaseredoti ntibikuraho ko yoba yasaze
Niko turagowe cane cuti imana yonyene
Vuga ugende nigihe canyu
Hahaha muribuka 2015. Ariko muzogendeyo mufise kumufuko ayazobashikana muri Canada
Padiri uwugucunze ninde imana tu yonyene
Abarundi murantenzwa
Ko mumwumva nimusubire muryane none .Taubirabe
Benewacu nkunda muribuka 2015 si akwanka akuraga urubanza gwamunaniye muragumuk muzobibona
Kuja mwibarabara siyo nyishu. Ahubwo nibaje kumavi. NtakinNira. Uhoraho
Patiri ntaribi yabuze gusa ukuri kurababaza nibamureke nibamureke
ariko abarundi bo muri oppositions bose ni ibigoryiiiiiii ntamuzima urimo
muhora murota ibitabapfu mwabatindi mwe ntimubona ko mwatsinzwe kweli?bazabamesa mwa mihilimbiri mwe.
Ahubo muzoba mukizanye,uretse abohasiga ubuzima ntakindi iyo mwiyamamazo izoshikako
Aho avuze neza patiri arabitoye apana about bishinga gutyoza nyenicubahiro kubinyoma
Sokuru ati uwuzowatsa uzohera owe.!!!
Nimureke kubesha sha nimukore iyomyiyerekano none ahubwo ntimukwije
Ntakudeta izokwigera isubirakubaho,mugihugu,gisengeye,nkuburundi!abayipfuza,barambiwen'ukubakwisi?ntamahoro ya kudeta,vyarabonetse,n'a ndadaye yakubiswe kudeta,ariko,igisodayarakivanze,kandi,bamwishe,bungutsiki?iyohegerejamatorahose,iburundi,ibisigo,haduga, ibigoren'ibigabo!kristo yaratsinze.abasumaboba,barimubarongozi,barikukanyuma,reka dushigikire gen.wacu.ntakabuzako bazofatwa.bisubiye,ivyumuntavukana,nivyo azojana,bavyibira ubusa bazobisigaho,bizoribwanabandi!tujekumavi,Kuko iyamasasu,ntahoyogera.
Abo baro ndera inyungu zabo mwebwe nta nyungu bibaha mureke abobabatuma kungumuka nashire abana biwe babe aribo baja kungumuka bavyeyi mubuze abana banyu ngira murazi akahise
Umupadiri wikirofa yivanga muvya politique bamwita"BABILONI"malaya asambana nabami bokwisi.cfr le bible.
Ivya sezari kwa sezari ivyimana kumana kirazira kwnjirira ubutegetsi kandi witwa umuvugabutumwa ahubwo nyabuna dukure amaboko mumpuzu dukore kuko uwuzorukarisha ruzomumwa.by Nkurunziza petero
@@jeanmaridadi7376 ariko ndababaze Yesu yavuze ngwiki ntimuzi koyatumye abantu ngobagende babwire iyo ngunzu(Hérode) none Patiri haruwo avuze mwizina nimumena amaraso namwe ayanyu azamenwa nabandi Intanguriro 9:6 Bibiliya niyo ibivuga kdi mumenye komuzaba mwikururiye umuvumo numuryango
Ahubwo arikugukebura none muruzabibu rwe Yesu urikebuke urebye ingendo ya we kwarinziza Umukama nawe atazoguhongora amenyo
Nimba mugombako tubsmena imitwe bashire mwibarabara turabe none abaja mwibarabara nihajeyo abafise imiduga jewe ntagira imodoka singera mwibarabara muribako
Muyisubizwe mutayisavye?
Hubwo ntbwemgukigira abarumdi ntitucumviria abasazi mbe ayomabarbara niterambere
Uyumupatiri amjambo yavuze yayatumwe nimana ahari niyubahwe
Twarabahinyuye .murayikora mwenyene.mwabonyeko ubutare bwabonetse mukiru do.mushaka kudisamaza .
Hakwiye kuba invuga kuri benizo
Murisema. Mwabapadirimwe nimugende murayo mabarabara mwenyene mureke guhenda abanyagihugu
Bobo barigorewe. Ubwo buzima barabumenyereye