Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Shaa ivya Zambia muvyihorere bimenya abariyo ingene ufashwe bigenda ivyovyose vyangombwa uvuga utabibajijwe ugifatwa wibitangira hehe komugutata atarikumwe muzi ngo zanibikuranga ahubwo ubibarizwa mugasho nahabikuzanira mugenzawe ukonyene Akaba yinjiye mpaka kunyishu babwigwati ntidukene umunyamahanga mugihugu cacu
❤❤❤
Merci David ❤
Uti yambu abarundi benewacu baba muri zabiya
Zambia barafatana nabi cane
Lesotho yitwa Swaziland ubu😢😢😢???
Ngira Adolphe c'est son oncle😢
Ivy,izambia vy,ihorere aba suma baraturembej badufata twiberey mu mirimo ya misi yose.
Lesotho (capital:Maseru), Swaziland ariko Eswatini(capital:Mbabane).Ni deux pays differents,Lesotho iikaba igoswe hose Na Afrique du Sud,n'aho Eswatini yo igoswe Na Afrique du Sud na Moçambique.
Yanbu cane benewacu bab zanbia
Iyo nkuru y'urwaruka irakenewe cane kuko urwaruka hari ivyo rusanzwe ruzi gusumba abo bakuze , umuntu yakuze akoresha internet nuwutakuze ayikoresh baratandukanye kandi ni vyiyumviro si bimwe , ndizera ko urwaruka baruhaye umwanya ko hari ivyohinduka
Lesotho ntaho ihuriye na Swaziland ahubwo Swaziland niyo yahindutse Eswatini
Bro za ushira impapuro ku meza nkabandi .. niwigera w'improviza urasoma biraboneka , rek kuza wifata neza nkumuntu ari kwishur ,ahubwo za ukinisha impapuro kumez ukubita akajish kugir bib proffesionell ukuntu
Swaziland si Lesotho, ni ibihugu bibiri bitandukanye. Ahubwo Swaziland yahinduye izina, ubu yitwa Eswatini
Wyaduyegkxvc yw😂hjk😅
Lesotho ntabwo yitwa Swaziland
David uze uraraba ibintu uvuga, nkubu narinanguye kuraba iyi vidéo nzanbona uvuze Adolph umwicanyi karuhariwe ciye ndayiheba kuyiraba habuze gato ni désabonner 😡😡
Eeee wavyegereje umutima cane kabisa none ugomba kumwigisha akazi kiwe ko kumenyekanisha amakuru reka reka suko gabanya inzigo
Kimw womenya Nuko Ivyabay kuri Adolph David ntaruhara narimw abifisemwo Kuri Wewe Uvuga Ngo Numwicanyi aha wohura nuwo Yahay Uburarl nutwo afungura Ww wokwicishwa Amabuy
@@Bigenergy94Imbonerakure nkawewe nizishobora kwunva ivyo vyuga, wewe birunvikana kowarimwo mubamufasha kwica, ariko murihenda muzovyishura Adolph amaze imyaka 9 ariko aravyishura mumuriro namwe muzomera ukwo kandi nimwe muzokwicana hagati yanyu
@@IduhangazePrince-pp3pn nibaza yuko Abo yabaye uburaro barutwaca cane nobo yishe Abo yishe nibo benshi cane, canke bobo uriko uvuga zirya maraya ziwe yaha inzu namuntu atwara abantu yoba fasha kugira babe abamaraya biwe Adolph yari umuhimbire wambere yabayeho muburundi
@@ViniciusJr12345 abantu nkawewe ntaco bamaze
Nimurekane na Zambia kuko iragoyeyihoreye. Migration igufashe uriha 2.500.000Fb atarukobagufunga amezi 6canke 8 nukobimereye. Ntakotutakoze dusabakobotureka bagapfumabazabaradutoza amatagisi kugiradukoremubwisanzure baranse. Urumvakobamazekutugiramwo business. Twarongeyeturasabako boduha urupapurotwozaturarihirako kirakumwaka vyosevyaranse. Uravyabarundibari mumpimba ahobita kumwembechi nibenshicane. Rero President Evariste namazagendeyokubagarukirako.
Shaa ivya Zambia muvyihorere bimenya abariyo ingene ufashwe bigenda ivyovyose vyangombwa uvuga utabibajijwe ugifatwa wibitangira hehe komugutata atarikumwe muzi ngo zanibikuranga ahubwo ubibarizwa mugasho nahabikuzanira mugenzawe ukonyene Akaba yinjiye mpaka kunyishu babwigwati ntidukene umunyamahanga mugihugu cacu
❤❤❤
Merci David ❤
Uti yambu abarundi benewacu baba muri zabiya
Zambia barafatana nabi cane
Lesotho yitwa Swaziland ubu😢😢😢???
Ngira Adolphe c'est son oncle😢
Ivy,izambia vy,ihorere aba suma baraturembej badufata twiberey mu mirimo ya misi yose.
Lesotho (capital:Maseru), Swaziland ariko Eswatini(capital:Mbabane).
Ni deux pays differents,Lesotho iikaba igoswe hose Na Afrique du Sud,n'aho Eswatini yo igoswe Na Afrique du Sud na Moçambique.