Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Trop beau!!! Quelle élegance! Les dances masculins et mixtes nous ont manqué. Bravo à ce jeune avuga amazina y'inzuki.
E
Venez chez club culturel Impundu vous y trouverez plein de danses masculine
Tellement vraiment magnifique ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Waaoouh😍je ne me lasserai jamais de vous regarder👏mutamba neza caane👌mubandanye muteza imbere akaranga kikirundi club Girizi🤗💯
Mukomereze ngaho turabishimiye
I love bulundi❤❤❤, much love from Uganda ♥️♥️♥️♥️♥️
Jolie spectacle!!! Felicitations!! Un vrai regal les enfants de la diaspora
c tro bo jador surtout a 1h46 de la video c ma partie préféré
Nkunze cane ingene urwo rwaruka rushajije, rwikwije kuva kumushatsi gushika Ku kirenge.
Gir'Izi mubereye ijisho,ntawobara ngo areke kumwenyura, emwe eka no gutamba, mukomere ku karanga👏👏👏👌👌❤💚💌
Mbegabakobwa bezaaaa weee kandi batamba neza😍😍
Bravo 100%😍❤️
Beautiful dances and beautiful ladies ❤
Birampimbaye kubona ibi. Wewe urongoye Gir'izi ndakeneye contact yanyu
c'est vraiment joli
Wawooo nice and beautiful 🇧🇮🥰
Basha mutamba neza caane.muririmba neza.muribeza.muzemurashiramwo nivy' imana tuze turabatumako ahoturi
Ikintu mbonyemwo kitanezereje nuko mutashimiye les clubs zavyinye izo imvyino mwakoresheje. Kuko abazivyinye bakoresheje umwanya munini n'uburyo bwabo. Vyarikuba vyiza muvuze banyene imvyino 😢
Izo ndirimbo zirimwo umuntu ntaho yozikura imwimwe imwimwe???!!
Mbenga iteka Ku Burundi bwacuuuuu
Dorine Bahembe 🔥🔥🔥🔥🔥💪🏿💪🏿
Ntibabace intege abavuga ngo muracarikure nabadsahaka akaranga ku Burundi kamenyekwanwa
Twoshobora kuronka gute izi ndirimbo zavugijwe muri iki giteramo ?
Vyiza cane gose
Magnifique👌
Ndabakunda cané
Murakoze cane.
Magnifique
Ndabonyemwo miss Burundi 2023😂
Ndabakunda cane ....
Wapi kabisa iyo ndirimbo kanyobwa yinyarwanda izo tuma abanyarwanda babiyemerako ngo mukunda ibyiwabo
Au cas où tu l'aurais pas remarqué, irya ndirimbo bayitamvye mu mwanya w'indirimbo za none zishobora gutambwa mu kirundi co kimwe nkiriya ndirimbo yi nzairois, rero sinibaza ko harico bitwaye, kanatsinda no gushima akumubanyi nta kabi kabirimwo.
@@Ntwri ngo ntacyo bitwaye? Njye mbona bigitwaye kuko nizikirundi zose zirahari nyinshi cyane barikuzishiramwo kandi urumva abarundi la majority ikibazo cyabo bakunda ibyabandi bakirengagiza ko nabo aribo ahubwo bafite byiza cyane
Komera Gir’izi!!!
Mutamba meza kandi mwambsye neza
Bravoooo. Uwubakeneye yobakurahe?
Wow nice
When is the next one
Ndabashimiye cane gwoseMuraturemesha uburundi burafise
Ndashaka kumenya ikikigo cizintambo ahoziri zazen abana banje ndakunda intambo zimico yacu
Gutamba no kubyina bitandukaniye hehe none?
Kuvyina n'ukuririmba indirimbo z'ikirundi hanumya bakazitamba.
@@Ntwri ntabyo narinzi kabisa
Aman Kubyina ni ijambo ry'ikinyarwanda mu kirundi nta mperekeranya ihari yitwa "by"
@@iradukundaarsene83 abarundi muragoye kabisa none ivyo vyikinyarwanda bijemwo gute? Kandi nimwe muri intovyi
@@semuganzabicusulaiman2353 erega kubyina n'ikinyarwanda bisigura gutamba niyo mpamvu wanavyitiranije ndibaza!
Impinga iracari ndende
iyihe mpinga se ushyatse kuvuga mn? ahubwo waruziko bano bantu aribo barenze cyane?
Where that’s at
💪💪😁💪💪✋✋✋
Gira izi = Gira izina
Ndashaka kumenya aho mukorera,nagomba kwinjira muri club nimba bishoboka
Vyari bibabereye murakenuye cane
Iyi ndirimbo muherejeko ngo saga usagambe ndasavye uwoyimpa yoba akoze nimba yoboneka number yanje ya wastup ni +7017936650 murakoze mbaye ndashima

Ndabashimiye cane gwose
Muraturemesha uburundi burafise