Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Murazi gutamba neza mura bambere muburundi mbega vyiza nimukomere murashoboye Wamengo noguma ndorera iyo group niyo nari naratevye kuraba iyivideo nacerewe umunsi umwe Part3 please ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Waou komeza shaka murabiryosha
wooooow😍😍good job🎉
Murashoboye🎉🎉🎉🎉🎉
Nukuri murashimishije cane munkumbuje iwacu Uburundi nukuri buratatse ivyiza. Komeza urabe ryiza Abarundi bose na Barundi kazi aho bari hose Mana .Uburundi ugume ubuzigama uburinde intambara nubukene ubuhe gutera imbere muri vyose nahose
Wow! Mbega vyiza weee
Que Dieu soit loué éternellement
C'est vraiment du waaaoooh❤❤❤
Nibahige nka ❤❤
Un bon concert une Belle vue sur scene.
Muzabyinire isumba byose Nyagasani Yezu
Is like aRwandan traditional dance.
❤️🔥
👏❤
I pray to 🤲God one day I reach in my country Burundi 😢😢 but I don't know who Will take me there because I have lost all my parents 😢😢😢
Ndabakunda bz
Vyiza cane
Woo
Waoooooo
❤❤❤❤
Akakantu karanshimishije cane gose. Nipfuje kuba muriyi club. Hasabw'iki ngo umuntu abane namwe?? Nukuri nukuri ndabibabwiye, bireza umutima
@@NoelNdugu nukubandikira kuri compte yabo bakoresha kuri instagram hama bagaheza bakukubwira uko wokwinjira m'umugwi wabo
'
Murazi gutamba neza mura bambere muburundi mbega vyiza nimukomere murashoboye
Wamengo noguma ndorera iyo group niyo nari naratevye kuraba iyivideo nacerewe umunsi umwe
Part3 please ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮