Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ningorane 😢😢
😢😢😢😢😢😢
😢😢😢😢
Mukamutibura jewe uyo ndazi konomuvuna neza😢😢
Burya Ibyo hino barabihanira cyane nimutabaz muri poilce murab yokubitwa hamwe yoca afugwa 😢
Hoboneka kabantu bimpuw nka daniel igihugu cobaciz daniel urimwimpwemu imanigombo wubahwe
Baraberekaka basha .none ntimwobayo?????
IcokinyawangKiragapfNabNyaguhurNimangnyakugwMwiwed
Jew narabuz nic mvug kuk jew nkakanyar mft mb numv ivy batobingr kbx 😢
Abagore batanu umugore umwe wu musudani 🤔🤔vyukur uwo twomuha indero bagaca batwuriza indege tugataha
Ariko namwe haraho mwigira ijiji umugore nkawe akagukubita ukaguma uraba ico gi sudani kimene umutwe naco mugikureyo amenyo
Bazobabamara
Nimugitabire aho kwli abarundi tuzoba injiji gushika ryari? Aho mwogifata mukagikbita mukagihonda mwoba iki? Mwishinge muvuga ngo baramwishe😢 aho iyaba arabakenyaa niho yari kumenya ivyoyakoze
Yooo Mana yanjye😭😭
Twebwe twaje duciye mi binywabi dufise amahoro .kandi dushitse gisa nta 2 mints zahera umuBossi yaca aza kugutora waza ubona yinjira ati uwitwa naka ninde naze tugende❤.ariko ibi vyo kurungikwa na Leta nukuri ndabona muzopfa mugahera.abandi muborezwe amgufa .aho umuti nuko mzoza muratoroka ahandi muropfa nabi.ivyo bipfu vy'amaOfice yo mu Burundi mwibaza ko abana babo canke abagore babo?mubahamagara ngo babamarire iki ako gasazi mwari kugatabira ibigaye bikimenya mugaca muja m'ibarabara😢
😭😭😭😭nukur Mana dutabare iturengere Murano mahnga yabarabu
Imana irengere abarundi
Ya illah mubyukuri birarenze pe ubuse koko abagakwiye kubaha agaciro nibo bari kubica y allàh aborohereze. Pe.
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Mpore 😢
Asha raba uko urwo rusudan. Ukorusa namakara a arundi kazi twaragowe ariko mushikame musenge tuzarutsinda nturikumwe n'imana
Ariko mana weee none ibinibik koko kwamarira andenze yesuweee dutabare nukur kuki abarundi barik bafatwa nabi koko
Wewe. None umuntumwe yobakubita mumujeko mumukubite mwese mutole ntimbugita'
Mwoba murabagore barengumwe uwo akabananira
Ivyo bikobwa nibinyabwoba umengo mubirungika mutavyigishije urumva ingene bavuga batetemera bagana gutyo? namwe mujye mubabyira bikureho ibyobibazo nkico bari kugikubita nampa mpaka umuntu umwe akabaka fone mungana gutyo ipu jewe narabitako kandi narumwe munkambi kenya kakuma
Nsishak nokubibonanukur gusabarund murek gutinya afashumw mumujekomwese mumukubite
Abarundikazi murakwiye kuzamwikura akagaye umukecurumwe ikicumuntu mubona kabisa 🤔mwarikumwivanga hakagomba hagashapeee
Hapo sas iy mumukoranira ntimwar kumushishir😏gsa reo office nyish abarundi turagayits usanga dfse icumba batwugaraniriw😢
None.kayemwo.aho.uburundi.ntibwohagarika.ivyobintu.vyokurungika.abakobwa.yemwe
Ningorane 😢😢
😢😢😢😢😢😢
😢😢😢😢
Mukamutibura jewe uyo ndazi konomuvuna neza😢😢
Burya Ibyo hino barabihanira cyane nimutabaz muri poilce murab yokubitwa hamwe yoca afugwa 😢
Hoboneka kabantu bimpuw nka daniel igihugu cobaciz daniel urimwimpwemu imanigombo wubahwe
Baraberekaka basha .none ntimwobayo?????
Icokinyawang
Kiragapf
Nab
Nyaguhur
Nimangnyakugw
Mwiwed