Hari umutumire agira 2 nagira nsabe yitondere terme "génocide" ariko avuga ubwicanyi bwakorewe abanyamulenge mu Gatumba. Génocide irafise sa propre définition na conditions zisabwa kugira massacre ibe génocide.Pour Gatumba le terme "massacre" niyo iri approprié. Merci !
Yooh Pacifiue aha Sweden mbese Europe yose iramwemera kuko avuga ukuri yatabarije nabamwanka ( bunyoni ) nabandi
Ego vraiment 😊
Courage mutama Pacifique
Please abantu bose babona pacifique nkinkingi y uburundi imwe muzindi afashe ino channel ikurikiranwe nabarundi benshi bamenye ibiriko bibera inyuma yaamaridooo
Inkingi y'iki?
Hari umutumire agira 2 nagira nsabe yitondere terme "génocide" ariko avuga ubwicanyi bwakorewe abanyamulenge mu Gatumba.
Génocide irafise sa propre définition na conditions zisabwa kugira massacre ibe génocide.Pour Gatumba le terme "massacre" niyo iri approprié.
Merci !
Partageons nous aussi le lien.
Pacifique un homme unique❤🎉
Mutubwire isaha iyi space icaho
Ndafisikibazo kubijanje nabanyamurenge baguyemugatumba kuberiki bagarukako kshi iyohimirije amatora?
Karibu paciphique
"On rencontre sa destinée souvent par les chemins qu'on prend pour l'éviter". Disait Jean de La Fontaine.
suite yiki kiganiro please
🎉🎉🎉🎉
Wew nsinumva ivyuvuga ko ubivugana umutima?canke nishari wakuranye
YOO! nubwambere mumenye ko umushingantahe pacifique ari umugabo wumurundi adasanzwe! jewe ndabizi kera! gusa , tumuhomvye tuzoba dupfakaye abarundi twese! ni umuntu ntazi nuko no musigura ndavye ivyo akora kubarundi , tumenya vyinshi kubera we! hari nabandi mbona bariko bamwigana mugukora neza! muhezagirwe mwese abifuriza uburundi ko bumererwa neza
Ese umusi twabonekewe Imana ikaduha Monsieur Pacifique akaba President wu Burundi.
Nukuri mfise icizero ko Imana izibuka u Burundi .
ntamututsi azoba president muburundi urazi ikibi cabo abarundi baciye ubwenge ntanumwanya twota dutora umututsi
Izo nindoto
28:54 28:24 28:38 courage Pacifique turagufise
Iciyumviro. Ciza
Dutangure bishasha abarihanze surtout abajeune
Igihugu kigeze ahunwansi ashaka. Uyo mwansi ninde? Abansi nimwebwe nyene ariko imirioni zirenga douze zirazi utwigoro indongozi zikora kugira inyishu ziboneke.
None umutima n'uwuhe!
UBURUNDI busigaje gushika kw'iterambere vyonyene. Abatari mu gihugu, bazoza ku bushake bwabo baje guterera ubumenyi bariko bararonka/bafise mu kwubaka igihugu/iterambere rusangi.
Ibijanye na Demokarasi, intango yaratanguye kuva 2005, hasigaye ko Abarundi bayiyoboka, bakayitsimbataza.
Pacifique wewe nimba wiyemera ko uvuga ukuri kuki ublockant abantu kuri Facebook badashigikiye ivyiyumviro vyawe kandi atabitutsi biba birimwo?
Umwanya utubikiye vyinshi
Komera ntucike intege
None kuberiki abatutsi mufise ishari ntanarimwe mwigera mushimishwa kubona umuhutu ayobora
cane cane muze musaba ubutungane kur bene wanyu mbega abarundi 13000 biciwe ibuvira ahitwa kavinvira na kirononi bishwe n'abanyamurenge barikumwe n'abasilikare b'rwanda muri 1996 mugabo bobo ntimusaba ubutungane kuribo ariko uriko usaba ubutungane ku banyamurenge nkuko umengo nibo bantu bonyene !!!!
Wew nsinumva ivyuvuga ko ubivugana umutima?canke nishari wakuranye