Imico n'Akaranga_ Ikiganiro Twagiranye Na Kinyange: Part 1

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • Muvyo kera na rindi abarundi bakora mu kubaho kwabo, harimwo guhanahana inkuru ziranze ba sekuru. Bakiganira ibibereye ababo n'ibitababereye.
    Mu Mico y'abarundi Inka zari zifise ikibanza gikomeye. Nico gituma zavugirwa amazina,zararirimbirwa.
    Kinyange muri Vyinshi yatuganiririye, harimwo no kuvugira amazina n ibicuba inka.
    Turashimiye cane : Kinyange ariwe Kwizera kubw'iki kiganiro.
    Turashimiye kandi aba bakurikikira:
    @Kimararungu
    @Muhimpundu
    @Nkezabahizi

Комментарии • 11