Imico n'Akaranga_Ikiganiro twagiranye na Kinyange: Part 2

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • Aho hambere, inka zari zifise agaciro gakeye mu maso y'Abarundi. Kanatsinda umugisha umurundi yabona ko usumba iyindi yosabira abiwe wari kugira inka n'ibibondo. "Urakagira Inka n'Ibibondo".
    Urukundo inka zakundwa rwagaragarira mu kuzivuga no mu kuzitaka.
    Kinyange n'umwe mubarundi bagishoboye kuvugira amazina n'ibicube inka.
    Turashimiye Kinyange na:
    Fabrice Kimararungu
    Yves Muhimpundu
    Igor Nkezabahizi

Комментарии • 26

  • @MULIGANDEGODFREY-jv5ye
    @MULIGANDEGODFREY-jv5ye 7 месяцев назад +1

    Ndashaka Inka ahonaziibona mu Burundi

  • @torch1tv58
    @torch1tv58 3 года назад +1

    Ndabakunda cyane barundi

  • @semuganzabicusulaiman2353
    @semuganzabicusulaiman2353 4 года назад +1

    Uko bigaragara Burundi niheza cyane kabisa

  • @semuganzabicusulaiman2353
    @semuganzabicusulaiman2353 4 года назад

    Ndaryohewe cyane sinzi ukuntu nabashima kabisa ahubwo ndipfuza iyaba muburundi dufite abandi bameze nkuyo nkibihumbi amajana atanu bazi kuvugira inka nkuyo mwene wacu kabisa

  • @genti2011able
    @genti2011able 3 года назад +1

    Birantangaje! Amazina y'Inka avugwa i Burundi avugwa kimwe neza n'ayavugwa mu Rwanda, harimo akantu gato cyane k'itandukaniro kubera ururimi rudasa neza!
    U Rwanda n 'U Burundi amaherezo bizaba igihugu kimwe, byaca mu masezerano, byaca mu ntambara, bizasaba ingoma nyinshi imbere yacu ariko bizaba!

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 3 года назад

      Ntabwo byagombaga kugutangaza kuko abarundi nabakera cyane mubijyanye namazina yinka niho nkomoko yayo

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 3 года назад

      Nuko dufite leta mbi itabyitayeho idatanga supports kumuco

  • @jeffmarley2450
    @jeffmarley2450 4 года назад +1

    this is soooo beautiful!!!, biraryoshe cane ingorane nuko ari bake babigira ubu sicokimye nko murwanda

  • @fulgencetuyisenge3135
    @fulgencetuyisenge3135 4 года назад +1

    Aho, sagarara sagamba mboneshakure ugarukiye imico n'akaranga!

  • @nicolekaze5379
    @nicolekaze5379 4 года назад +1

    Ibi bintu birateye igomwe caaane. Kinyange ndaguhaye mwiriwe ncuti y'umuryango

  • @elysefrancisngendakumana9986
    @elysefrancisngendakumana9986 4 года назад

    Bwana kinyange ivyo bintu urabizi kabisa naho kuvyukuri nahora niyemera urandusha ariko ngira kabiri

  • @gustave2ful
    @gustave2ful 4 года назад

    floribert ewana nguma uturonsa imicokama y i burundi , ewana ndibuka uvuga ijambo bangalore nkibaza ikirundi umvuze ico gisigura keep it up bro

  • @nsabimanaizidori9659
    @nsabimanaizidori9659 3 года назад

    Urakenuye cane

  • @asterenahimana6437
    @asterenahimana6437 3 года назад

    Kinyange kinyagigwa ntigitote cakigwa ntigituragere girimpundu n'impuzu mubantu

  • @tresormuheto6935
    @tresormuheto6935 4 года назад

    amasho kinyange

  • @benmuhizi1975
    @benmuhizi1975 3 года назад +1

    Enjoyment

  • @theogenentihanabayo8632
    @theogenentihanabayo8632 4 года назад

    Ndimye cyane

  • @jeffmarley2450
    @jeffmarley2450 4 года назад +1

    keep it up btw!!!

  • @genti2011able
    @genti2011able 3 года назад

    Reba kimwe mu bitaramo by'Abanyarwanda ruguru iyo mu byaro, aho baba barushanwa kuvuga inka: byarangiye uwo mu Nduga arishije uwo mu Murera
    ruclips.net/video/9__f1WvjeYc/видео.html

  • @niyonkururichard603
    @niyonkururichard603 3 года назад

    O

  • @jeanmedicnkurunziza9586
    @jeanmedicnkurunziza9586 4 года назад

    Kinyange nawe nokwivuze iyo menya Amazina nka...

    • @jeanninemunezero6469
      @jeanninemunezero6469 3 года назад

      Uyumntu arakenewe kwigisha abandi bakabimenya nibintu vyagaciro cane kumico kama y'igihugu