Gabriel RUFYIRI ntaco asigarije ABADIASPORA //Abavugako naguzwe//Barashobora guteza/UBURUNDI bukeney

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 27 сен 2024
  • Gabriel RUFYIRI ntaco asigarije DIASPORA BURUNDAISE//Abavugako naguzwe//Barashobora guteza
    #rufyiri #diaspora #president

Комментарии • 125

  • @germainenahimana3465
    @germainenahimana3465 3 дня назад +13

    Merci bcp Gaël émission nziza cane ❤

  • @FabriceKassim
    @FabriceKassim 3 дня назад +6

    True bro👊🏿🇧🇮 kweli kabisa👊🏿🇧🇮 Burundi Bujumbura first 🫵🏿👊🏿🇧🇮 no matter what! Burundi first 🫵🏿👊🏿🇧🇮

  • @Rubuka264
    @Rubuka264 3 дня назад +6

    Rufyiri n'abo muri kumwe. Iyo muhera ku bategetsi bakabanza gutahura igihugu ic'ari co. U Burundi bukenye kubera ubutegetsi ntibukenye kubera uburyo. Rero igihe ubutegetsi bwokwipanga bugafata igihugu nk'itunga rusangi, uwutwara akitaho kugiteza imbere ku neza ya bose, ibindi vyokwikora. Diaspora yozana ubuhinga irahuye mu mahanga, Leta ikabereka aho ubwo buhinga bukenewe gusumba. Ariko ibiriko biraba n'ukuresha diaspora kugira baterere Leta gusa. Raba nk'ubu mu Burundi ntibazi akamaro kw'ibarabara mw'iterambere ry'igihugu. Diaspora irabizi. Bohera guhanura gusumba gusimbira kuvyo babareshesha.

  • @MartinBucumi-f5h
    @MartinBucumi-f5h 3 дня назад +3

    Jewe ndipfuza ko igihugu cacu coterimbere. Nicogituma nshigikira abantu bukuri.bashaka wuburundi butera imbere. Courage.Uhoraho abashoboze. Kandi abarinde

  • @alfredbarutwa2131
    @alfredbarutwa2131 3 дня назад +5

    Courage mes frères

  • @ELOGERUHIMBASA
    @ELOGERUHIMBASA 3 дня назад +2

    Thank you Gabriel God bless you 👊🏾✊🏽✊🏽

  • @democritenzoisaba9117
    @democritenzoisaba9117 3 дня назад +1

    Gael Big up brother for your good conversation .

  • @izerebrandon
    @izerebrandon 3 дня назад +3

    Gaël uri Incabwenge ubaza ibibazo vy'ubwenge kabisa

  • @izerebrandon
    @izerebrandon 3 дня назад +8

    Gabriel RUFYIRI ubu ariko araza Munzira y'iterambere ry'igihugu
    Ivyo guponda yabihevye❤❤❤

    • @Elvistwagirumukiza
      @Elvistwagirumukiza 3 дня назад +1

      Ese toponda gushika ryari uburundi ntibushaka amajambo bushaka gukora kuko ibikorwa bihindura vyinshi.

    • @NIYONIZEYEMelchior-ms1gy
      @NIYONIZEYEMelchior-ms1gy 3 дня назад

      Je nanje mbona umenga Rufyiri yahinduye ingendo. Asigaye avugisha ibikorwa.

    • @nsengiyumvaemmanuel9776
      @nsengiyumvaemmanuel9776 3 дня назад +2

      Mon ami burya nkubwire icishe abarundi nuko dufis culture yukwihisha mubandi kutavuga ibitagenda neza sikosa ahubwo bituma umuntu yikosora nta Reta itagira ikiyihanura yoshobora gutorera inyishu abenegihugu nkubaze gato:burya nkivyo SE avuga iminsi myinshi kubihanze uburundi yaba arumu oposant bibabimez gt?rero kwihisha hishanyamwo kwa barundi nikwo kuzotuma tudatera imbere

    • @BwitonziAime
      @BwitonziAime 3 дня назад +1

      Guhanura cank kuvuga ibihari ntibisigura guponda menya gutandukanya ibintu

    • @nsengiyumvaemmanuel9776
      @nsengiyumvaemmanuel9776 3 дня назад

      @@BwitonziAime Harabatabitahura bapfa gukurikira bataziyo tuza bakrikira abantu cnk imigabwe aborero uvuz ibitagenda neza iwabo ubuvuze nabi uburikuponda

  • @Bizimana-p9g
    @Bizimana-p9g 3 дня назад +2

    Ndi muri Canada ahari rufyiri nanje sinohabura

  • @EsperanceKanyange-hs5wc
    @EsperanceKanyange-hs5wc 3 дня назад +1

    Nubutungane,buvuge bisubireko, surtout président wa cour d'appel mukaza

  • @Bizimana-p9g
    @Bizimana-p9g 3 дня назад +1

    Twagira Dusabe numero zindpmgozi za diaspora

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 3 дня назад +2

    Rufyiri nabanze avuge bafungure Dr sahabo umunsi bagize Ico bakora kuri Dr sahabo nzomenya ko muri mukuri

  • @NiyimubonaJmarie
    @NiyimubonaJmarie 3 дня назад +1

    Amajambo yogutyoza tuyareke twubake igihugu ibitagenda neza bivurwe kugira abakora nabi bikebuke

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 3 дня назад +1

    Rufyiri yarauzwe kuko arenga kuvyo yarwanije bitakemitse.imbonesi ntizihinduka kandi nizo zibuza Aba diaspora kuza gukora

  • @murekambanzeasmani2491
    @murekambanzeasmani2491 3 дня назад

    Bwana Gael twifuza fone number za president wa DIASPORA Burundian
    Hama uduhe na Address yaho DIASPORA Burundian bakorera ngaho mugihugu

  • @nsabimanaeric3006
    @nsabimanaeric3006 3 дня назад

    Uwoba afise numéro ya Rupfiri ayimpe yoba agize neza!.Arinkahamwe yoba ari whatsapp vyoba ari vyiza kuruta.

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 3 дня назад

    ❤❤❤❤❤❤❤😮

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 3 дня назад +2

    Rufyiri yibagira Aba DD vuba kabisa.rufyiri ufise inguvu zingana iki wew zo guhagarika aba DD????ivugire hama wigire kuryama ncuti

    • @dontresorirantije769
      @dontresorirantije769 3 дня назад

      😅😅😅

    • @IngabeMwambutsaMulokole
      @IngabeMwambutsaMulokole 3 дня назад

      Ivyo vyiyumviro vyawe nivyo bagomba gufuta mugihugu. Hinduka umenye ko igihugu atar ic'abo badd uvuga.N'ic'abarundi bose.Kandi yabivuzeko.

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 3 дня назад

      igihugu sicabadede nicabarundi twere ntuzoreke gukora imigambi mugihugu caw ngohatwara aba dd ahubwo wew ukwiye guhinduka nugukunda igihugu kuko umugambwe urahinduka ariko igihugu kizokwamaho

  • @Goldgrou
    @Goldgrou 3 дня назад

    Ivya environment mwarabutse
    Ntaco muriko muvuga cokwubakirwako ngo uburundi buruhuke

  • @GabbyNzoyisaba
    @GabbyNzoyisaba 4 дня назад

    Ubahwa bwana Gael

  • @GatagariRubano
    @GatagariRubano 3 дня назад +1

    Ntumuriye basha diaspora irimeo Samweli twebwe tuzi ntamahera yacu muzobona namee ngirango ntumuramumenya uwariwe!!! Kirya nigisuma rulokora muramunaze abadiaspora bo muri Amerika bazobabwira uwariwe, ntabahende nomuri amerika azigaruka yinyegeje kuko yagiye yivye yo

    • @Favour3558
      @Favour3558 3 дня назад

      Naravyumvise ibi bintu
      None yivye gute?

    • @yesunimwema4497
      @yesunimwema4497 3 дня назад

      Barabesha,uwutabishaka nareke kwanduza abandi ubwo bujajwa mubukure ngaho.

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 3 дня назад +1

      igisuma niwew kuko ufise numutima mubi ntiwipfuza iterambere ryigihugu

  • @Elvistwagirumukiza
    @Elvistwagirumukiza 3 дня назад

    Nivyiza cane kugira urunani bagakorerahanwe bashaka iterambere rusangi! Gusa ntivyaribikwiye kubaba kuba diaspora gusa ahubwo ivyovyaribikwiye kuba nokurwaruka bitashobotse ko Baja mumahanga nabo bakiyegeranya bagashinga ishirahamwe twese duhuriramwo ryotuma tuja kukivi ivyo leta idashobora kuduahikanako twebwe ubwacu tukishakamwo iterambere ryacu niryigihugu murirusangi!! Icoconyene nicokintu dusigaje kugire tuze dushike kumbono igihugu cacu dushaka kugishikanako. Urwaruka rubishatse rukaja hamwe tukagira ishirahamwe rimwe eiduhuza twese mumyaka ibiri gusa mworaba ah'Uburundi bwoba bushitse🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @tutumbatutumba
    @tutumbatutumba 3 дня назад

    mubanze mukubure umwanda urimugihugu wamacakubiri ,igiturire ,amategeko adakingira bose ,kamwana wa mama ,ibiturire ,kubaha umuntu nutwiwe nukumukingira ibindi bizokwirikira .Mubanze murabe Dr SAHABO Christophe ayarikubona kiriya nigicapu ciza cereka abandi akamaro kokuzana imitahe.murakoze

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 3 дня назад

    Samuel bamwe abita imihimbiri ataranabegera ngo bavugane hahaha

    • @KC-wj7yh
      @KC-wj7yh 3 дня назад

      Abo yise imihimbiri barazwi kandi bariyizi. None nkumudiaspora ariko yiruka kubazungu ngo babufatire ibihano abo wewe wobita gute? To be honest!!!!!Nkabariko bavuga ko Fablice yubaka mutongo yabo yabivye wewe wobita gute? Wewe ba wivugira

  • @kanguka-drumsnkurunziza3186
    @kanguka-drumsnkurunziza3186 3 дня назад +1

    Mwiriwe neza.
    Vyiza muzoze mureka abatumire bidondore

    • @PrudenceTuyisabe-rc5ov
      @PrudenceTuyisabe-rc5ov 3 дня назад

      Wew Aho kwumviriza ibivugwa mukiganiro urikuzana ivyo kurondera ubunenge Aho bitari ngo kwidondora non Ubu rero ivyavuzwe hano ntanakimw umvise ?ariko icifuzo canyu kirubashwe ariko uzurategamatwi ibivugwa mukiganiro.

    • @georgettenahimana1695
      @georgettenahimana1695 День назад

      Nama ngira iyo commentaire y' uko baterera ibiganiro kuri chaine sans introduction ni présentation kugira tunyugwe!.

  • @EricIrakoze-s7b
    @EricIrakoze-s7b 3 дня назад

    Mwakoze kutuganirira ariko ico gukora amasaha yose muburundi kirakunda muga abajejwe umutekano nano bategerezwa kubigira mwuruhara rukomeye cane

  • @DesireNsengiyumva-f7r
    @DesireNsengiyumva-f7r 3 дня назад

    Gayeri turakunda kuganiro vyiza unduha disipora turashigikiye kumigabiyabo

  • @DesireNsengiyumva-f7r
    @DesireNsengiyumva-f7r 3 дня назад

    Gayeri

  • @PrudenceTuyisabe-rc5ov
    @PrudenceTuyisabe-rc5ov 3 дня назад

    Umvukuri

  • @Obasaniyo
    @Obasaniyo 3 дня назад

    Interest yuwuzotanga intererano niyahe? Ubu ni ugukora ikintu umwana azosigara aramura nayo ngo tangatanga ntacobimaze.
    Uyo mugabo ngo ni Rufyiri ari muri Diaspora azobamena umutwe mpaka mwicuze.

  • @ericmusuku7865
    @ericmusuku7865 3 дня назад

    Kubera iki batariha ama taxes?Nibo bakenye?Mugomba igihugu gitunge gute?

    • @venistendayishimiye1885
      @venistendayishimiye1885 3 дня назад

      Attracting investors

    • @kanimary5642
      @kanimary5642 День назад

      Oya ibi nibisanzwe. Bavyita "bénéficier des avantages du code des investissements". Barya Bose bagize ama usines y'isima, imyavu n'ibindi ; izo avantages barazironse. Gusa sinzi ko bagitanga 5 ans gusa.

  • @NijimbereGREGOIRE-u4u
    @NijimbereGREGOIRE-u4u 3 дня назад

    Narakunze ikiganiro wakoze

  • @arakazasuavis6812
    @arakazasuavis6812 3 дня назад

    Mudashizemwo ivyo politique aho ndavyumva twotera imbere ariko sinibaza ko bizokunda ko haburamwo ivya politike ngaho

  • @HervéCIZA
    @HervéCIZA 4 дня назад

    Rufyiri aranyic ng uwuzozan ivyimigambw bazomusohoz igit😂😂😂😂

  • @jayavatar1577
    @jayavatar1577 4 дня назад

    None bahiriye mu citwa ngw'iki? Bahurira he?

  • @NiyindereyeProsper
    @NiyindereyeProsper 3 дня назад

    Non docta wa rirya vuriro kira nticarigikorwa yakoreye igihugu ubu arihehe???😢😢😢

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 3 дня назад +1

      Ayonamakuru ya RPA yakwuzuye😂😂😂😂

    • @NIYONIZEYEMelchior-ms1gy
      @NIYONIZEYEMelchior-ms1gy 3 дня назад

      Ivyo ni ibiri mumutwe wawe mwe na Bob & Pacifique

    • @ENOCKboyTv-fm5ye
      @ENOCKboyTv-fm5ye 2 дня назад

      ​@@NIYONIZEYEMelchior-ms1gysha kubwugukunda umugambwe nukuri ntukikuvuga ndikwumvira urumu DD sahabu Dr arikwazira utwoyirondereye😢😢

  • @suzan427
    @suzan427 3 дня назад

    Burundi bwacu songa mbere

  • @JeanKazungu-c8z
    @JeanKazungu-c8z 3 дня назад

    Wisunziki kuvuga ko politics itabamwo? Kuko mfise ubuhamya
    Kandi nanje ndi diodpora kandi for 30ans

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 3 дня назад

    Il faut accueillir le bitcoin et les cryptomonaie et le trading différents comme le Salvador

    • @Favour3558
      @Favour3558 3 дня назад

      Ushaka baze kwiba abantu bssanzwe batagira ubuzi?
      Ibi bintu nubusuma gusa reka kuzana topic zaba scammers hano

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 3 дня назад +1

    Mugende muhagarike ubusahuzi bukorwa na general habarurema na Ndagijimana charles umunsi Sahabo yashubijwe ivyiwe kira igakora neza muzoheza muvuge abantu bumve

  • @RichardDickson-b4j
    @RichardDickson-b4j 3 дня назад

    🤔🤔🤔🤗🤗🤗❓❓❓👀👀👀👀👀

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 3 дня назад

    Ivyo kuvyara ntibikuraba bireke siwe wabiremye

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 4 дня назад

    Imigambwe iratwicira gahunda cane.

  • @DesireNsengiyumva-f7r
    @DesireNsengiyumva-f7r 3 дня назад

    Kuraje

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 4 дня назад

    Komera cane gose

  • @DesireNsengiyumva-f7r
    @DesireNsengiyumva-f7r 3 дня назад

    Tes

  • @LovelyForestHills-vm2wy
    @LovelyForestHills-vm2wy 3 дня назад

    Turabashigikiye cane tubarinyuma kandi tuzobasengera ntimuzocikintege kandi igihugucacu tucubake

  • @EsperanceKanyange-hs5wc
    @EsperanceKanyange-hs5wc 3 дня назад +1

    Araka Ama dossier aba juge bafise imanza en délibéré kugira ahuvye imanza.ntibakoreshe amategeko mukuzica.

  • @alfredbarutwa2131
    @alfredbarutwa2131 3 дня назад

    Courage mes frères

  • @DesireNsengiyumva-f7r
    @DesireNsengiyumva-f7r 3 дня назад

    Gayeri turakunda kuganiro vyiza unduha disipora turashigikiye kumigabiyabo

  • @DesireNsengiyumva-f7r
    @DesireNsengiyumva-f7r 3 дня назад

    Kuraje

  • @mikegent2774
    @mikegent2774 3 дня назад +1

    Ndafise akabazo abo bari muri iyo comité ya diaspora ninde yabatoye?

  • @tuyisabeevariste3251
    @tuyisabeevariste3251 3 дня назад +2

    Gabriel rufyiri numu patriote ntibomugura ngwavyemere

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 3 дня назад +3

    😂😂ewe rufyiri sha ngo ntawozohohoterwa urabanza usabire ubutungane ernest manirumva.Rufyiri wew uzobuza général habarurema gusahura uwo ashatse?rya hama uryame ncuti yanje😂😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @SindayigayaDeo-ox8bx
      @SindayigayaDeo-ox8bx 3 дня назад

      Nn bavuze abarenganijwe wumvako nabakoze amakosa bazoca bezwa ego nukuri uwukoze amakosa arahanwa nubu tungane sogo gusa kuworenganwa nukumurabira tukiyamiriza akarenganyo

    • @DevotteMajambere
      @DevotteMajambere 2 дня назад

      Wabibony?😂😂😂😂Abarundi bintakorwak bamyeho

  • @GilbertNdayishimiye-dx8pm
    @GilbertNdayishimiye-dx8pm 13 часов назад

    Mwubahwe turabashigikiye turifuza kurengera ibidutandukanya tukubaka igihugu cacu mubutandukane bwacu

  • @NdikumwenayoClovis-p7q
    @NdikumwenayoClovis-p7q День назад

    Izina nya Rufyiri nanyoniri
    YItwa ❤❤❤❤❤invugakuri ❤Gabrielle yubahwe

  • @TuyagaJean
    @TuyagaJean День назад

    Muratubesha intwaro na politique bitabayeho iterambere ntirishoboka, ahubwo n'ugifasha intwaro kugira intumbero nziza

  • @lydi791
    @lydi791 2 дня назад

    Verry Nice Interview 🎉 ivyo muvuga nimba bizoba uko nukuri bizoba vyiza cnee nimba mwakuyemo politice

  • @inababirigaga3645
    @inababirigaga3645 2 дня назад

    D’abord une bonne gouvernance. Abobanyoni bagirwara,mugihugu kitagira ubutungane, aho unyarwa utwawe ugatabwa mu mvuto…investissement ntikunda. Ariko courage

  • @NiyonkuruSuleiman-x2w
    @NiyonkuruSuleiman-x2w 3 дня назад

    Mbega aba diaspora bari mubihugu vyose?komuri germany atanumwe yumvikako ahari?hokorwiki?

  • @Biragoye-l2v
    @Biragoye-l2v 2 дня назад

    Igihugu ndake carafashwe nabeneco kandi nico kibahuje bwana rupfyiri.
    Aho utari umuhutu ntajambo😊

  • @GatagariRubano
    @GatagariRubano День назад

    Kurugutura ugutwi nkubarire, ubwambere twamutoye kuba umukuru wa diaspora yatwe twarinmuri America dushiraho ikigega cugufashanya muvuago no manza, icokigega cagiye kiyoyoka amahers yosi yahereye muruyo Samuel. Hanyina ubundi busuma beobwo bukomeye yabukoze muri reta yaho yaratuye muri Arizona yashinze irerero ryabatama nabakeha bwenke yivye reta mukuyihenda ko afise abatunze kurayo marerero yowe atiha ibitigiri adafise, kandi yunjiza meshi yubusuma bamaze kubagundura we nabo bakorana bakora akazi nkako barafashwe nubu bari mugasho ariko uyo Samuel yayabangiye ingata nibujumbura naburya yaramase kwiyubakira impango mumahera yari yasahuye diaspora yacu nubu imanza ziriko ziramirundiriye l. Namwe nimuhe yirire

  • @PascalNduwimana-fw1ht
    @PascalNduwimana-fw1ht День назад

    Amajambo akenew. Ninkaya yene niyo avura imitima yabarundi

  • @barutierikkaganza2748
    @barutierikkaganza2748 День назад

    Birirwa mu masengesho atagera ku Mama Barundi kanguka reka amacakubiri .

  • @DieudonnéKWIZERA-y3o
    @DieudonnéKWIZERA-y3o 2 дня назад

    Iyo migambi ni myiza kiretse uwo kugabanya imvyaro! Burya igwiririrana ry'abantu mu Burundi, jewe nibaza ko rivana n'ububegito bwa bamwe bamwe. Ahubwo aho kuvuga ngo abantu ni bavyare batatu, ni higwe ivyokorwa kugira hatuzwe ingendo yo guharika no kuvyara abana b'amashushu! Ariko abubatse biciye mu mategeko nta kibazo bateje igihugu!

  • @AFRIKA257
    @AFRIKA257 2 дня назад

    None nkiyo video ndiko ndayiraba gute kandi ntari numu diaspora😂😂?

  • @ENOCKboyTv-fm5ye
    @ENOCKboyTv-fm5ye 2 дня назад

    Kwinziza ama modoka amakinga nibindi vyovyo birimwo??

  • @BitangimanaNorah
    @BitangimanaNorah 2 дня назад

    Gaël merciii pr l'émission

  • @ENOCKboyTv-fm5ye
    @ENOCKboyTv-fm5ye 2 дня назад

    Madame bunyoni??😊😊😊
    Canke??😮😮

  • @Nta-m4z766
    @Nta-m4z766 2 дня назад

    None Gabriel numu diaspora ?

  • @kingf1511
    @kingf1511 День назад

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja День назад

    ❤❤❤❤

  • @germainnibizi9118
    @germainnibizi9118 2 дня назад

    Iciyumviro ciza caane

  • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
    @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 3 дня назад

    Tubwire hotel izubakwa kuntererano yaba diaspora amahera izoza irinjiza azorya bande azodufasha gt abazoba baratererey cank nugushaka gufasha nkuwutaye gusa atanyungu

  • @ukweri98
    @ukweri98 3 дня назад

    Rufyiri arishitse kwisumba ry'Inuma ! Ngo nabanyepolitike bazobereka umurongo ! Ukwo kwizera kwabaporo kura kwerera ! Abo ba DD mwebwe muzobashobora ! Turabarindiye kukivi ...

  • @GatagariRubano
    @GatagariRubano 3 дня назад

    Bwana Gayer uzotubazirize Mr. Sameeli uti wewe na komite yawe ya diaspora uti muri badiaspora yabahungutse ?!!! Canke muri no muri diaspora yanatwe tukirikiriganze???!!!???kuko samweli twaramwiyamirije

  • @yvonnekwizera-n3n
    @yvonnekwizera-n3n 3 дня назад

    ntavyo niba ko diaspora ari ivyapolitik kuko bose abari hanze bariyo kugiti cumwumwe wese , kiretse hari abiyise aba diaspora hama bagaca biyita irindi zina , ariko ubundi sivyo nagato

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 3 дня назад

    None numero zabo bubahwa komutaziduha tuze turabitura

  • @mfatiyimanaanasie-bh2wr
    @mfatiyimanaanasie-bh2wr 3 дня назад

    Ukwo meze kwose ndabashigikiye kandi ndabasengeraa

  • @mauricendayishimiye3102
    @mauricendayishimiye3102 3 дня назад

    Rufyiri n'incabwenge ndamukunda

  • @theophilebujeje7484
    @theophilebujeje7484 3 дня назад

    Basaba guterera quel projet?

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 3 дня назад

    Rufyiri bamushizemwo ngo banyegeze ibigoryi biri Muba DD

    • @IngabeMwambutsaMulokole
      @IngabeMwambutsaMulokole 3 дня назад

      Bande bamushizemwo?Rufyiri umusumvya ubwenge kuburyo apfa gutwarwa nk'intama?

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 3 дня назад

    ❤❤❤❤❤

  • @AuthenticAccurate257
    @AuthenticAccurate257 4 дня назад

    Nice gaël

  • @tutumbatutumba
    @tutumbatutumba 3 дня назад

    Muzodufashe muhungure Pacifique na Bob Rugurika na mutama mbonimpa na Bavunginyumvira.aba batama nibaza mugihugu bakahaba amahoro uwobazohamagara wese azoza yiruka.Ibindi bisa nuguhamagarira imbeba mukamashu ndabarahiye

    • @TuyagaJean
      @TuyagaJean День назад

      None harivyo biyagiriza? Nibatahe bubake igihugu ariko bareke intwaro ikore ivyayo hanyuma niba ar'abanyepolitike iyo amatora aheze duca tuja kubikorwa

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 4 дня назад

    nimwirambire

  • @mariesinadatuma9641
    @mariesinadatuma9641 3 дня назад

    Mbega abadiaspora barabafatiye ideni? Ni Kuki abadiaspora mubagwaye ?

    • @ntakisadock2239
      @ntakisadock2239 2 дня назад

      Haherana umugabo kuba arabana buburundi biba ngombwa kugira icubumariye wase ni ideni

  • @julesjulius2694
    @julesjulius2694 4 дня назад

    Irambire Mireille

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 3 дня назад

    Rindira gatoya bamwe bamuyomba buca bamwita imbonerakure😂😂😂😂
    Kuko ingorane yabo nico cose cotezimbere uburundi ukazobona bakwise imbonerqkure uzoce umenya ko urikukivi

    • @DevotteMajambere
      @DevotteMajambere 2 дня назад

      Maramara, nyakubahwa wenyen avugako atunze ibisuma nn ww uharira nkande

    • @DevotteMajambere
      @DevotteMajambere 2 дня назад

      Ntamashirahamw yahonvye kubera imigambw?😂😂😂ww ntamakuru ufise 😂😂😂😂