Ndabashimiye kubona mutumiye umuntu atwubaka twese. Arababwiye ico les médias zikora ni message ikomeye. Muze mwame Mubaza umutima à chaque émission mukoze ico mwipfuza kurema mu bantu votre audience, notre jeunesse. Les médias sont des outils puissants d'influence. Gardez toujours cela dans votre conscience. Amajamabo musohora mubanze mwibaze neza ico mushaka guha abantu mushobora kwica canke mugakiza. Bizovana nico mutoye gukora. Mwirindi gukurikira les tendances des médias occidentaux, ils savent ce qu'ils veulent. Soyons des créateurs, non pas des suiveurs " NTITUMIRAGURE" "TWITONDE GOSE" Mwakoze cane
Bonjour. Mes grands respects à cette bibliothèque viavante, un notable avéré, Président du jury dans mon travail de fin d'études universitaires.
Ng'uri n'umutima sha,umuvukanyi wacu Père Ntabona araguhezagiye sha.
Abbé Gilbert SIRYUYUMUSI. ❤❤
Uri n umutima sha! Uyo ni umuhezagiro ukomeye ! Uzowugendere 🙏
Wakoze Rosy kutuganiriza umutama wacu naho atavyemera, agomba ko tumwita UMUVUKANYI (notre frère)!Merci beaucoup !!!
It’s a very big privilege and honor to have such wise people and get to learn from them. Hosie thank you 🙌🏾
Lorsqu'un sage raconte une histoire, je l'écoute attentivement. Merci @Siren Vibes TV
Wow quelle sagesse ! Thanks Hosy 🙏🏾
Ndabashimiye kubona mutumiye umuntu atwubaka twese. Arababwiye ico les médias zikora ni message ikomeye. Muze mwame Mubaza umutima à chaque émission mukoze ico mwipfuza kurema mu bantu votre audience, notre jeunesse. Les médias sont des outils puissants d'influence. Gardez toujours cela dans votre conscience. Amajamabo musohora mubanze mwibaze neza ico mushaka guha abantu mushobora kwica canke mugakiza. Bizovana nico mutoye gukora. Mwirindi gukurikira les tendances des médias occidentaux, ils savent ce qu'ils veulent. Soyons des créateurs, non pas des suiveurs " NTITUMIRAGURE" "TWITONDE GOSE"
Mwakoze cane
Hosy wahorahe? It's been a minute!!! Welcome back ...
😊😊😊❤
Burundi Shall Smile 1Day 🎩
mrci sh Hosy kutuzanira Padiri NTABONA
Umukurambere turashimiye cane hosy kutwereka umutama wamateka🎉🎉
Émission très intéressante
❤❤❤🎉🎉🎉
Un véritable Mushingantahe👏uzotumire uwitwa KWIZERA Emile (Kinyange)nawe ivyakaranga bimurimwo cane nuwo Mutama aramwemera cane
Merci beaucoup 🙏
Arko Maman siren vibes udukorera ibintu bitesa namuheruka kera cane
Ancuuuuu😍😍 ndi ngaha with a big smile😁 ,umngo iyo mihezagiro nije ndiko ndayironka.
@@bellampundu1640 wi sheya twarashikiriwe hosy ntayirya wnyn....karya karirimbo ko numva umnga nshaka kuzognda nanj ndakaririmba🤭😍
Turashimye cane kukiganiro
"Nugucekera" nitumire ibikumbi...
Natowa salamu za azati baba padri nyakabiga tunamu misi mno
Mukaza muratuzanira abatumire nkaba turabishima
Hosy akira uwo muhezagiro uhawe nuwo muntu adasanzwe
Uvuze ukuri😊❤
❤️❤️❤️
Ubwishime bwatumye Yesu agurishwa.
Akagoye kokerezwa akagoye. Souvenir Gacanyi-Barashirukanya-Marius Gahungu-Deo Gacanyi Barashirukanyaè Komera PADIRI ruratetereza rwarayovye rurigito
Akagoye nakogori kokerezwa umucemanza
Nico cari kibura🙌🙌
Nice
Dushimire IMANA
Yooo patirii wacu🙏
Mutama yubahwe 🎉
Iyo logo mwayikoresheje hehe
Umuntu agirwa n'uwundi, umvira uwo mwana ntumuhinyuze. Muhe ijambo Padi ko uvuga nk'uwuraga. Ahubwo wari kumureka kuko ntiyaje mw'isengero yaje kubaza
Ikiganiro ciza cane
None ntiyamwumvurijr??urakeneye ugume utera commentaires yyyy urarushe??wabonye yamwirukanye?hosy wacu courage mwana wigihugu ibiganiro nkibi nivyo tuba dukeneye
Ikiganiro ciza cane :)
Nari numvise ngo yarapfuye
Sha uwo mukobwa yubahwe kuko gushobora kuganiriza uwo mutama bisaba ubwenge n'ubwitonzi kuko uwo mutama araciye akenge cane
❤❤❤❤
Ngirukonakugize niwe agora.
Igihe abantu biyunvira ko kutavuga Ikirundi arikwo gutera imbere mumutwe niho twapfiriye.
Ndashimye uyu mupfasoni Hossy ko ashoboye kuvuga Ikirundi kuko ndakunda ivyo akora bifise akamaro kanini ariko dupfa ko hari igihe udatahura ikiganiro ururimi yagihariye.
Je parle Swahili, kirundi , Français, Anglais , Allemand, ariko Ikirundi sinduha iyo ndiko ndaciga kuko ni umuco kandi ni akaranga kacu.
Ubwo rero ndashimiye Uyu mupfasoni ko ashoboye gukora ikiganiro mu Kirundi.
Iyo Chanel GIHUGU Y,UWO MWUBAHWA KO TUTAYIBONA NTIRATANGURA GUKORA?
Muyitugirire pin ngaha.
Wanyandukije gutwenga nani, wanyandukije kuzinduka...
Urambariza uwo padiri impamvu abatutsi n'abahima babaho ari kwica abahutu no gutegeka abandi badashaka gufashanya n'abahutu gutunganya ivy'igihugu?
😢😢😢😢cira ubwo burozi
Murabakamaro mwese, nukuri biramfashije caane.
Akaranga kabarundi nuburundi.
Muhezagirwe caane
Muduhe numero za telephone za Ntabona.
Ivyo vy'ubushingantahe vy'ingeso y'utuyoga no gucira mu kanwa.
Turakengurutse ico kiganiro murahore mutuyagira
Jewe ndemeza ko uyu mutama ari inzu y'ibitabo kabisa. Kuba igihugu kitamuvoma mwo ubwenge ni akamaramaza
iki kiganiro kiraryohera amatwi kabisa
Tuvuge ko uyo Mwana yataye umwanya
Muhe akubaze
Urishoye twavyumvise Padi. Ariko wihane nawe nturi umweranda.
None nka wawe uwo mwete wogucira urubanza patiri uwukurahe??je nihweje ubu commentaires bwawe nca sanga umengo uriko.ushaka kurenganya umuntu w,Imana zurabaza amateka ya patiri urekane nivyo ??yakubwiyeko ari mweranda?,uwo ibikorwa vyiwe birivugira sha uzobaze je nkubu numva umbabaje??umuntu yikuriye wumuvyeyi wacu uzobaz vyinshi vyiwe hama umenye kurwiza ubu commentaires bwuburofa yooo numva ushavuje pee
Ariko araraga
Ni umushingantahe, ariko arashinga intahe. Ntariko araraga, ariko iragi ryiwe ni ukurizigama.
Ba mwubaha abakuru. Uyu mushingantahe ni umuntu udasanzwe
Narafunywe sinafuye kandi sinzopha nzohoraho nshimagiza UHORAHO ari mu maso yanje.
KWANDUKIZA ntaguhindurire na kera, bifata ineza canke inabi. n'uko wamwubashe gusa