Arik kwel abarund twabay gt muriko muvuga ko yvan atigez akor hit musique ngir nta muziki mwumv yvan ntaho wigez uvug ko wihakany uburundi ncuti rekan nabajinga ukomez sh soit fort frère ❤️❤️❤️❤️💪
Man urantengush kbs .sinari nzi kumez utyo kwihakana igihugu cakuvyaye ntabwo ari Saw Man .Amakungu yose arata ubwiza wamanye ngutuye iyo Song .Much respect to 🇧🇮🇧🇮
Urabeshe pe nimba wazize ikindi ntiwazize ko ufise maman w' umunyarwandakazi. Indirimbo za Bruce Melodie nizo zivuzwa mu ma fêtes naravyiyumviye mûri iri ci mu ma mariages umunyarwanda aririmba neza baramukunda. N' ibibazo vyatanguye 2015 kandi uvuze ko Leta itari mubagufashe nabi kandi ariyo yavuga ivy u Rwanda. Ni benshi i Burundi bafise ba maman wabo w' abanyarwandakazi kandi bateye imbere. Ahubwo urafise complexe utazi nawe ko uyifise.
Nareke kurondera ivyitwazo uwo mu type yamye adakunda u burundi😂😂..warigez ubona umunyarwanda afise mman wie w'umurundikazi acayihindura umurundi🤷 so kora ivyo ushaka urek kuzana ama excuses nimb ushk ubwenegihugu bw'u rwanda numube on s'en fou ...😂😂😂😂kuko nturuwambere yoba aronse nationalité yindi knd ntco bidutwae
Ubwo ni ubwenge buke bwana Yvan Mziki. Jewe ndakuzi ukiri i Bujumbura wamenyekanye kubera aba presenters b'abarundi🇧🇮. Iciza ntikwari ugucafuza abanyamakuru b'abarundi kuko bizogukorako soon or later. WAMUBESHI WE! Ngo Bujumbura niwe waririmba hit gusumba abandi bose?Reka nitwengere😂😂😂 Ufise ibi hits wabuze aho uvuzwa?ubu rero washitse heza reka turindire turabe ko ugiye kuba super star ube hit more than other rwandan stars😂...ba Bruce Melody, ba Meddy.... barasohora hits tukazumva nawe
Man, kurya wabivuze iyo imana iguhay umugisha ntamuntu number ashobora kuwukwaka. So keep it up homie. Work hard and niwakora umuziki mwiza ntamuntu numw atazawumviriza. Nama haters yose azawumva. Hardships are winner's hearth
Ushima Ari igisuma umuntu naheruka avuga ikirundi ubu Usigaye uvuga ikinyarwanda ewe Mana mureke kuza muratukisha igihu cacu kabisa urabe usabe ikigongwe abarundi Ba Big fizzo na kidumu na Big star kuva kera barabaye hanze ariko ntibigeze Basuzuguza igihugu canke Bacihakane
Yvan birumvikana birababaje ariko urabizi neza nk’umuhanzi ko iyo uririmbira mu gihugu nk’umunyamahanga ko bitagenda neza kuko ndibuka ko wiyita umunyarwanda par exemple nD claude ko yawukorey mu Rwanda yigez atera imbere ntasubiy kuri hit arubwo agarutse
Broo ntawukundwa n'a bose,,shimira abagukunze,,abatagukunda ubihoze,,, hama ntiwitwaze ng ni kubera ur umunyarwanda kubera nindirimbo zikunzwe cane buja ninyarwanda😂😂😂
Petit unajuwa muziki shida ya bujumbura dufise aba Dj badateza imbere umuziki w'Iburundi n'impano z'imiyabaga. Aba animateurs d'émissions musicales rero nta c'umuziki w' Ikirundi bitayeho.
Yacu besha abantu Ivan ntamunsi numwe wari bwigere utwika imbere ya fizzo cnk satb kuva ba fizzo na lolilo bari hanze yigihugu umuziki wasigaranye satb na yoya kuki ubesha ugashaka kuvuga nabi igihugu pumbafu
@@moyambiri257 numubeshi nimba ariko arondera kuvuzwa mu rwanda nabisabe ariko areke kubesha kwanza ubu naho yogaruka i burundi abana bashe buja fleva ni benshi ntiyokora na hit nimwe
Yvan Muziki je ndakwemera sana mais urabizi ko wakora neza ariko gusa ntabwo wohava uza kwigereranya na Big Fizzo canke kudum! Abantu b'imitima mibi muba promoteurs muri industry barahari na Big Fizzo yama yabivuze ariko abo nabo azobasanga hose! Man ntabwo wazize maman wawe ahubwo abantu b'imitima mibi babaho nawe ubwawe urumva ntabwo widogera abarundi ahubwo widogera aba promoteurs babi m'umuziki! 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 is your home & kirundi is your language!!!
Uyo mubeshi ngo kuri Lycee Africain nta section ya informatique yari ihari, uyo ntiyize kandi arabesha, ngo uyo yarariye hit🙄 aba stars bariye hit mu Burundi ni Kidum,big Fizzo,Lolilo, Chany Queen na Soso k, uyo mukajama arabeshe kandi sivyiza
Yvan sinari nkuzi uri star kabisa kandi nahora ndondera umuziki wi bdi nkabona kidum na natacha gusa none ndakuronse pe uririmba neza nzokwama nkuraba pe
@@semuganzabicusulaiman2353 ubwose ko wowe uvuze ko ari umurundi 100/100 amaraso ya nyina nukubuga ko uyatesheje agaciro? Jyewe icyatumue mvuga ko ari umunyarwanda sukuvuga ko nyobewe ko ari n’umurundi. Naho kuba real Rwandan byo nibyo kuko afite ubwenegihugu bw’u Rwanda. Nubwo yaba umuzungu utanagira amaraso y’abanyarwanda ariko afite ubwenegihugu bwemewe n’anategeko abari real Rwandan.
Ntakitagira iherezo kandi umwana wanzwe niwe ukura Imana yo ntirenganya humura and what God let us through is the lesson for the future be stronger we love you
Keep shining bro jya ureka abasivire bahora kwishaza kora music byose bizacamo iyo njye nayita rasism nihohoterwa wakorewe,Yago uyu mujama asa na social mula
👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽yvan you made such a great impact muburundi… you made history in Burundi kandi we are proud of you as African …
Arik kwel abarund twabay gt muriko muvuga ko yvan atigez akor hit musique ngir nta muziki mwumv yvan ntaho wigez uvug ko wihakany uburundi ncuti rekan nabajinga ukomez sh soit fort frère ❤️❤️❤️❤️💪
Yva wew niwe wivugiye ngo nturi umurundi mukiganiro wakoze urikumwe nandimbati kandi ariwe warivye ngo umurundikazi ahubwo urabisabira imbabazi.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
UYU MUJAMA ARARENZE KWELI INDIRIMBO YA MBERE YAWE NAKUNZE YITWA URURABO 🔥🔥🔥 RESPECT KBX AHUBWO KORA IZINDI
Yago ndumurundi ubu butumwa bwashitse muri industries muburundi ankundire ejo tumurondere kwi radio ivyobintu abisigure merci
Hama christella asabe ikigongwe kuvyo yavuze
Jabe ni quartier nziza Yvan yabivuze neza basket uyumvise muburundi wumve mwi jabe thx yago
Love from #StarTV257 Burundi 🔥🔥💪👑Terimbere Yvan
Star boy wahashitse nawe😁🔥🔥🔥
Yvan ndagukunda cane aho waja hose kuvuza nagusangayo! Warabarusha bose🤷♂️sinumva abantu bariko bars gituma🤷♂️🤷♂️sinzi iyo bavuye? Ivyo azira niwe abizi wewe umutima ntuzi umubabaro yagize!!! Aho kugira ntihagire uwo bizoshikira murabo ba jeunes babaririmvyi bariko barakura!
Warakunzwe birazwi! Reka nabo!Love you🥰🥰
kuba umunyarwanda ni ishema Yvan muziki we bravo 👌👍👏👏
Uwakwambutsa umupaka wu Rwanda bakagenda baguhishe munsi yintebe yimodoka niho wamenya icyo umunyarwanda wo kungoma yinkotanyi afatwa mubundi bwoko kutuye isi? Uwakubwirako utomboye akambuka atajya avugako ari umunyarwanda kuko umututsi yiyita umunyamurenge naho umuhutu yiyita umurundi cyangwa ubundi bwoko ariko butari umunyarwanda rwose
@@turibamweali8661 oya pe abarundi babatutsi barahari benshi cyane nabahutu barahari kandi no murwanda abahutu nibenshi cyane rwose kimwe nabatutsi rero ntampamvu yokwita abarundi ngo nabahutu kuko so nanyoko arabahutu na leta ariyabahutu ntibisobanuye ko abarundi bose ubitirira ubwoko bwawe kuko njye ndumututsi wumurundi wuzuye urumva ntiwanyita umuhutu ngo mbyemere pee
Nibakwanga twe tuzagukunda uruwachu musore mwiza abanyarwanda turagushigikiye 🇨🇦🇷🇼
Man urantengush kbs .sinari nzi kumez utyo kwihakana igihugu cakuvyaye ntabwo ari Saw Man .Amakungu yose arata ubwiza wamanye ngutuye iyo Song .Much respect to 🇧🇮🇧🇮
Ntiyigez ahakana igihugu kuko numurundi gusa aravanze kurikirana ikiganiro neza wumv
Ufite amatwi cg wigeze wumva hari aho yihakana uburundi??
@@Dinosucre10 ni umunya Kinama Quartier Bukirasazi i Bujumbura
Yago mwubahwe ✊ Yvan wareka kuvuga nabi Uburundi impano urinayo rero kora ibikogwa niho saw
Abaririmvyi bataja muma award bari bensh nabwo yari wew nyen ntivyaca bisigura ko mwes muja muma award mwes
❤️❤️Ash ndumiw kweli sinarinz ko aruko vyagenda Kandi nabesh ama Karaoké haruzura ariko arazigira nama hits menshi muga ntanarimw yaba ari muba nominé muma Awards singera ntahura igituma hubwo ni hatari!!🇧🇮🇧🇮🇧🇮stay strong
Urabeshe pe nimba wazize ikindi ntiwazize ko ufise maman w' umunyarwandakazi.
Indirimbo za Bruce Melodie nizo zivuzwa mu ma fêtes naravyiyumviye mûri iri ci mu ma mariages umunyarwanda aririmba neza baramukunda.
N' ibibazo vyatanguye 2015 kandi uvuze ko Leta itari mubagufashe nabi kandi ariyo yavuga ivy u Rwanda.
Ni benshi i Burundi bafise ba maman wabo w' abanyarwandakazi kandi bateye imbere.
Ahubwo urafise complexe utazi nawe ko uyifise.
2008 gushik 2013 warekuye hit zingahe yvan jew kuva kera naragukurikirana ,,ururabo,wapambe,sibeza,akabizu , ivyo kuvuga navyo ngo baguhor kurumunyarwanda vyose vyaje kumwakuheze ahubicugiye
Ariko ashaka ubufu
Nihatali
Ururabo, akabizou, hit maker !!!🤝, urazi k j viens d remarquer kutigeze waparaissa muma awards🤔, bivuge shaaa ukize n'abandi
Yago umuziki ndundi abahanz baha iwacu ntarukundo bafise barikunda bonyen so Burundi impano zihari zirarenze papa so much love in 🇧🇮
😂😂😂
Bro pambana n'a hari Yako
Udadutandukany n'abavandimw kubwi nyungu zawe siwe ugize URWANDa n'UBurundi🇧🇮🇧🇮
Bro Yvan n'ukuri nta murundi kubera umuvyeyi waw nibaza n'aboba babikora ko ari bake nabone wosanga ari abo muri insustrie ya musique ivyo biba hose courage kndi wewe ube wewe tu bizogukomeza ahubwo abo Bantu ubababarire
Nareke kurondera ivyitwazo uwo mu type yamye adakunda u burundi😂😂..warigez ubona umunyarwanda afise mman wie w'umurundikazi acayihindura umurundi🤷 so kora ivyo ushaka urek kuzana ama excuses nimb ushk ubwenegihugu bw'u rwanda numube on s'en fou ...😂😂😂😂kuko nturuwambere yoba aronse nationalité yindi knd ntco bidutwae
Kukise utagarutse mu Rwanda. You should not be complaining you have both countries
Sha yago ndagukuuuuuunda ubyumve p ntawundi munyamakuru nkunda nkawe KBC🙏❤️❤️❤️❤️❤️❤️
I feel you my bro
I'm proud of 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 gus #yvan urabesh nta hit warufis usiby #wapambe izind zavuzw nabajam baw ntizar hit kubury wovug ivyo vyos ugashimir urwand rutanakurez man uzosabe sorry
Yvan Wewe courage man Imana izagufasha man ntuze ucike intege tu.
URURABO BY YVAN MUZIKI upinga ko uyu mujama atari arenze ayumve! Uyu mujama ni Legend Buja kbx! Respect Yvan🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙌
Ubwo ni ubwenge buke bwana Yvan Mziki. Jewe ndakuzi ukiri i Bujumbura wamenyekanye kubera aba presenters b'abarundi🇧🇮. Iciza ntikwari ugucafuza abanyamakuru b'abarundi kuko bizogukorako soon or later. WAMUBESHI WE! Ngo Bujumbura niwe waririmba hit gusumba abandi bose?Reka nitwengere😂😂😂
Ufise ibi hits wabuze aho uvuzwa?ubu rero washitse heza reka turindire turabe ko ugiye kuba super star ube hit more than other rwandan stars😂...ba Bruce Melody, ba Meddy.... barasohora hits tukazumva nawe
Nanje yaranyemeje nanje namumenye akiri ngaha harigihe azicuza
Stay strong brother ✊🏿✊🏿
Wandemeye subscriber kundi rimbo yanjye cunga zone by different color
Yvan numutype yaririmba neza ariko kuvuga ko yari number 1 sinovyemeza hama ikibazo yagiriye muburundi burya ntaho bitari ahubwo akore cane kuko isi yuzuyemwo abansi n'abakunzi b'umuntu . Abanyafrika benshi niko tumeze ntidukunda abaterimbere !! Hama yvan aratubariza impamvu badakina indirimbo z'abarundi kdi izabanyarwanda zose zikinwa mu Burundi .
Uzi gute ko badakina indirimbo zabarundi kandi utaba mu Rwanda
Yago ! Nkunda ibiganiro vyawe ariko Yvan arabeshe can bro . Izo hit kwatanimw yavuz? Gusa ni mumufash aronk hit bamuvuge si no numwangushi.
Yvan hit arazifise vrt mwomuhor ikindi kbisa
@@armanditka1145 izih?
Ndakunda musique yawe bro respect
Mana yanjye mbega akaga!!! Humura imana izakurengera ❤️
Upinga YVAN MUZIKI AREBE NJYANA JYANA BY YVAN MUZIKII RESPECT BRO
@Yago ndagusavye ikigongwe ndakomye amashi kwiyo sujet nyene udumirire Davis Carmel womumpanga aze aguhe umuco kwivyo avuze kko yari mubantu bakunda gutegura Ama awards Nukuri arabesha Sivyiza Avuga nabi areka uze wubahe unasonere aho wataye uruzogi Bacumugani mukirundi bati? Iyuva ntihakuvinyuma Gusa nareke gucoz
Nindirimbo z'abanyarwanda 100% ziguma zivuzwa ahantu hose nibazako indirimbo za Yvan zitovuzwa.Ahubwo nta hit songs afise..
Niba warakuriye iburundi kucyi uvuga icyinyarwanda gusa? Ataruko aricyibazo ahubwo nuko wakurikiye inkuru yawe haribintu bidahura
Yvan muziki urumugabo !!!bareke bagufate nabi,ariko ishari ntirizigera ritsinda.je nd'umurundi ariko ndazi mur Industrie y'uburundi har ishari rirenze !!!ariko Jew nkunda Abanyarwanda !!!
Yago wubahwe 👊 Gusa Yvan Tubabarire plz ureke gu tyoza Uburundi
Gashiga izomuzana ,navuge ibindi areke gutyoza igihugu ,ese niw afise abavyeyi batandukanye?,mu Burundi bamuhora ibiyayura mutwe yadandaza
Man, kurya wabivuze iyo imana iguhay umugisha ntamuntu number ashobora kuwukwaka. So keep it up homie. Work hard and niwakora umuziki mwiza ntamuntu numw atazawumviriza. Nama haters yose azawumva. Hardships are winner's hearth
Wew ubona woronka hit imbere ya Big fizzo hhh kidumu na lolilo niwitwengere Ntamusi wigeze uba hit industry mweneyo Ari Fizzo
Mutama isi nimwe vuga make igihugu cakwirukanye kubera urumunyarwanda sha vuga make Sha igihugu cawe nicawe
Oh c'est triste courage bro👊👊
Sha ndakuzi vraiment uririmba neza
Noneho yago ahiwanyu ntabibazo bihari muri muzika bwira uwomuhungu yicishe bugufi akore cane yiteze imbere ahubwo ukuri kuracyana mugutwi ivyo nkabarundi turabizi
ibibazo biri ahantu hose
Mukomerezaho dukunda ibiganiro byanyu 🎼🎼🎶🎙️🎧🎙️🎹🎶📢📢📢🎼🎶🎙️🎧🎙️🎶🎼📢📢🎵🎵🎵
Ushima Ari igisuma umuntu naheruka avuga ikirundi ubu Usigaye uvuga ikinyarwanda ewe Mana mureke kuza muratukisha igihu cacu kabisa urabe usabe ikigongwe abarundi Ba Big fizzo na kidumu na Big star kuva kera barabaye hanze ariko ntibigeze Basuzuguza igihugu canke Bacihakane
Arko usibye imyumvire yawe itandukanye nogushaka kuvuga ibyushaka, ntabwo yanga uburundi ndetse nabarundi ahubwo nabamugirira amashyari nkibyo byawe especially muri industries yamuzika kuba afite ababyeyi rwanda burundi nikibazo?
FEELING BY YVAN MUZIKI FT BRUCE MELODY!
NIWE MUHANZI WI BURUNDI WENYINE UFITE SONG NA BRUCE MELODY NONE NGO NTARENZE! RESPECT BRO
So what? Kiriya gihutu cyiwanyu ngo ni Bruce melody nicyo mwiratira?
Respect kbxxx 🙌 yvan
Imbere cyane kbxxxxx👑🙌🙋
Yvan birumvikana birababaje ariko urabizi neza nk’umuhanzi ko iyo uririmbira mu gihugu nk’umunyamahanga ko bitagenda neza kuko ndibuka ko wiyita umunyarwanda par exemple nD claude ko yawukorey mu Rwanda yigez atera imbere ntasubiy kuri hit arubwo agarutse
Ariko arabesha uwo mugabo .Ko mbona indirimbo ziwe zivuzwa buri musi? niz'abanyarwanda buzuye ziravuzwa, horeka kuvuzwa iza Yvan?
Yaaaa it's true ntabwo ari igihugu ni industry y'umuziki ndundi 👊
Kbs ndashobewe . reka twebwe abana dukuze ubu turabe ko hari ico twohindura . hama pole sana warakomeretse ariko abarundi rundi banaho .
❤😢😢😢😢 bro uribwa vrm kwihakana igihugu caw uribwa kabis kuk ugir ubwenegihugu aho papa waw avuka
Broo ntawukundwa n'a bose,,shimira abagukunze,,abatagukunda ubihoze,,, hama ntiwitwaze ng ni kubera ur umunyarwanda kubera nindirimbo zikunzwe cane buja ninyarwanda😂😂😂
2021 !! Yego shenge nyina wumuntu nakabura ntikaboneke !! Urumugabo .
YVAN MZIIKKIII YARITANGIYE UMUZIKI WUBURUNDII,BIG UPP...!!!!
Icogihungu kibuze ivyokivuga mbga ico kitari kinazwi bocirukana gute? Ngira kibuze ivyokivuga cank ngra nama drogue cirirwamwo icokibeshi
Arko yago mwazadusurie jaypolly mn muri ger ukabwira nka bulldog na pfla mukajyana please🙏🙏
Igitecyerezo cyiza ariko ntibyemewe
Arigiriye kweli
Yooooooooo 😭
Uri umuntu wumugabo
Pole disi , hejuru yabana babantu haba hari imana .. humura ntago imana yo izakwanga
Bro haric batazi Uburundi n urwanda n igihugu kimwe,abavuga ivyo batwawe ubwenge n poritike Imana niyo ifise ubuzima bw`umuntu bro
Nuba wihakanye uburundi ntacobidutwaye kuko ntiwari rwagasore yatwihakanye kuko urumuntu muto cane ,abahungu baba nyina nuko
Be strong brother
Ururimi gwumwe rukamw’ifyufyu ... Why ukiri hano utigeze widoga nkuko? Komeza gucafuza abo wasize ariko ntaco bizovyara ...
Petit unajuwa muziki shida ya bujumbura dufise aba Dj badateza imbere umuziki w'Iburundi n'impano z'imiyabaga. Aba animateurs d'émissions musicales rero nta c'umuziki w' Ikirundi bitayeho.
Mwijabe yambu natwe turagukunda cane bro
Yacu besha abantu Ivan ntamunsi numwe wari bwigere utwika imbere ya fizzo cnk satb kuva ba fizzo na lolilo bari hanze yigihugu umuziki wasigaranye satb na yoya kuki ubesha ugashaka kuvuga nabi igihugu pumbafu
yigeze gukora igiteramo hazamwo copine wiwe nabagenzi biwe gusa nico kintu yakoze ubundi song umuziko niyahe
@@moyambiri257 numubeshi nimba ariko arondera kuvuzwa mu rwanda nabisabe ariko areke kubesha kwanza ubu naho yogaruka i burundi abana bashe buja fleva ni benshi ntiyokora na hit nimwe
Yvan akeneye urukundo rwanyu abarundi, nimumufashe rwose dore afite impano ikomeye cane.
@@kasemirojr3991 naswere nyina twe muburundi ntidukunda ibigwari
@@semuganzabicusulaiman2353 egoko Mana
Shakuvuge uzicwanagahinda urivovota ntaco uhindura ntuzoruta kidumu bg fizzo sat b nabandi urabazi nawe ntahiti wakoze zirenze reka kubesha manayanje turakuzi kandi cane
Hit yakoze ntihebeshe ntizirenga zitatu😎ahubw menga nizibiriii😅uwomuswa arabesha vyahatari
#yago umva jabe yarakubeshe naho azi pe!!!!!! niyo Quartier iryoshe
Isi ni imwe wamuvandimwe we! Ibyo ntaho utazabisanga!.
Thanks for bringing Yvan yago ndakwemera kabsa
Wandemeye subscriber kundi rimbo yanjye cunga zone by different color
Nivyo vraiment hit wakoze wakabay wararonse award nyishi yvany music abafana baw turagukunda hama urabishira hanze kuko hariho abantu bariko bica umuziki wuburundi
turagukunda Yvan
Yvan Muziki je ndakwemera sana mais urabizi ko wakora neza ariko gusa ntabwo wohava uza kwigereranya na Big Fizzo canke kudum!
Abantu b'imitima mibi muba promoteurs muri industry barahari na Big Fizzo yama yabivuze ariko abo nabo azobasanga hose!
Man ntabwo wazize maman wawe ahubwo abantu b'imitima mibi babaho nawe ubwawe urumva ntabwo widogera abarundi ahubwo widogera aba promoteurs babi m'umuziki!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 is your home & kirundi is your language!!!
Rofa wewe iwanyu ni imuramvya none uriko urabika nkinkoko 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮ubuhoho hano hararyoshe shahuliyako yago tv. Ndabakunda ariko uyomujama vyamucanze ndake ntakinyagwanda azikuvuga nanje ndakimurusha
Yago ndagusavye uzubaze Davis Carmel azoguha amateka y’a Yvan Nukuri yari mubantu bigeze gutegura ama Awards Nukuri nareke kubesha
Tels kuba uvuga igihugu cakuvyaye nabi ukibeshera.urimbwa ico ukoze.ivyumuziki hui ntavyo uzi ushatse wonabiheba
Merci kuvugira jabe
Uyu mujama abe areka gufatira ibintu muri rusangi!!! Abarundi areke kudutuka dukunda ivyiwacu kand nawe twaramukunda nareke inzigo!!!!
Cakora @yago tv show uranyemejjee!!!!
Vuga make uzigama,none ko ubonye mu Burundi bagupfungirana utaciye uja kuba mu Rwanda numva urata???
birababaje
Uyo mubeshi ngo kuri Lycee Africain nta section ya informatique yari ihari, uyo ntiyize kandi arabesha, ngo uyo yarariye hit🙄 aba stars bariye hit mu Burundi ni Kidum,big Fizzo,Lolilo, Chany Queen na Soso k, uyo mukajama arabeshe kandi sivyiza
Wagiye uvuga ikirundi nkuwagitojwe nabavyeyi
Nturi poud nigihug cyaw
Mwibuke kandi ko yigeze kubesha avuga ngo yahunze igihugu ngo kubera akunda n'umukobwa w'uwahoze atwara igihugu c'uburundi PIERRE BUYOYA.Rero uyo ni umu escrot.Rero namwe abamenyeshamakuru mwirinde kuza muraha ikiganiro abantu bacoza igihugu cacu kuko umubano w'Uburundi n'Urwanda uriko ugenda neza.🇧🇮🇧🇮🇧🇮Vive le Burundi
burya ibintu biragoye kweri navuge ayo maradion atamucuraranga tuyumve cank abo banyamakuru bahawe gasopo?
ivyo ndabivuze kuko bruce melody,bulavane,medy,the ben,king james,papa cyangwe......ko bavuzwa muma different statin yigihugu cUburundi wew boreka kumucuraranga gute?
co nomuhanura nakore imizigo imez neza arab ko batamucuraranga
kugiti cyanj ivyo vyongora kwemera kimwe nemeza ko yazimyeeee
Sha yvan reka kubesha vrt ntama hit ntayoo😅😅😅 boreka kuvuza i songs zaw gute knd ibuja havuzwa inyarwanda cane??🙄🙄🙄
Be sorry Big bro
Lets get it,give us Real n hits
Yvan sinari nkuzi uri star kabisa kandi nahora ndondera umuziki wi bdi nkabona kidum na natacha gusa none ndakuronse pe uririmba neza nzokwama nkuraba pe
Yvan muziki ndakwemere kuva nkiri muto ndakwibuk kur centre jeune kamenge
Stay cool
We were looking for the way is was culture what we found @blacklivematters✊🏽
Yvan Muziki my brother, you are a real Rwandan✊🏾💙
Yaririmba neza cane Yvan
Wapi ni umurundi wuzuye 100% kuko papa we numurundi 100% ubundi dore ikintu mupfa nabarundi nuko muhora mushyaka kwiyitirira abantu nibintu byose bitari ibyanyu kandi bitazigera binashoboka ko biba ibyanyu
@@semuganzabicusulaiman2353 ubwose ko wowe uvuze ko ari umurundi 100/100 amaraso ya nyina nukubuga ko uyatesheje agaciro? Jyewe icyatumue mvuga ko ari umunyarwanda sukuvuga ko nyobewe ko ari n’umurundi. Naho kuba real Rwandan byo nibyo kuko afite ubwenegihugu bw’u Rwanda. Nubwo yaba umuzungu utanagira amaraso y’abanyarwanda ariko afite ubwenegihugu bwemewe n’anategeko abari real Rwandan.
@@martinhabimana twe muburundi ntabwo aruko tubifata rero kuko iyo mumaraso yawe harimo ayuburundi icogihe uba urumurundi 100% kandi ntawubihakana rwose niyo mpamvu yvan muziki arumurundi 100% tutitaye kurinyina we sha kabone nubwo papa we yaba arumunyarwanda hama mama we akaba umurundikazi nanone still yvan muziki asigara arumurundi 100% sha ibyacu nitwe tubizi ntawe tubiburaniraho
@@semuganzabicusulaiman2353 erega dinahakanye ko ati umurndi. Ndabyemera ko ari umurindi arimo kandi ni n’umunyarwanda kuko afite n’umubyeyi w’umunyarwandakazi kandi n’amategeko arabimwemerera. Ahubwo subira kuri comments urebe abarundi bamwe bamwe nibo batamushaka.
Yago👌
Ntakitagira iherezo
kandi umwana wanzwe niwe ukura Imana yo ntirenganya humura and what God let us through is the lesson for the future be stronger we love you
Stay strong bruh💪💪💪
Yago umwanzi ukwanga ntakabeho.ndakwikundira cyane
Courage bro kd be strong I m your funny 💪 hejuru cyn
Abarundi barayamaze ngo uwutema urwiw bamutiza umuhoro
Keep shining bro jya ureka abasivire bahora kwishaza kora music byose bizacamo iyo njye nayita rasism nihohoterwa wakorewe,Yago uyu mujama asa na social mula
Arko ntukabesh wamuhungu w... 😂😂Nta hits nimwe ufis bro.... Izo show wuzuza abantu wazikorera h? Yvan emera defaite umuziki vyarase.. Warahatiriza ga ariko nukuri sindakubesh umuziki wakora ntiwar ufashe vrma... Meme n ama texto yaw ntakigenda nukuri.... Composition zaw zari izo gutomboza brother!!!indirimbo nziza imwe wakoze kndi nkayigushimira niyo wasubiyemwo y umwe mubatama bakera"nkumbuye"ntayindi papaaaa🤣😂😂ntukabeshe mon frere!!!
🤣🤣🤣arkunyumvire nukr up muG ukuntu abarko yikina kwl mn abarundi kuberki bavuy mgihugu cabibaruts usanga barko babesha wallah kugrango bironkere umugati mn sio sawa
Ibaze ngo fizzo na kidum ntaco bamusunvya jhahhhhajhahhahaha
Urategura tour IBujumbura ubivugiremwo.Vyoba sawa cane ukavurirayo nivyobikomere.
Boca bamumesa😁
Ntitumushak
Yago uwo mutyp konunva yazanye ibintu byinshi bya politique ???? Nareke kubesha nta hit ziwe yigeze agira buja wanashaka ntazo afite naho kigali
😹😹😹😹😹 kweri Shan ww ukubitiye mumavi