YVAN MUZIKI/Ndazirako Maman ari Umunyarwandakazi Papa akaba ari Umurundi/Ashyize ukuri kose hanze

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 окт 2024
  • #YVANMUZIKI#RWANDA#BURUNDI#TRANSITLINETV
    Transit Line Tv we are here to educate , to entertain and to inform!
    feel free to watch our different interviews and subscribe to our RUclips Channel.
    Thank You All

Комментарии • 130

  • @muhishyjonathan5320
    @muhishyjonathan5320 3 года назад +7

    Luck nkunda uburyo wicisha bugufi ikisanisha numuntu muhuye ndabigukundira cyane ❤️❤️❤️

  • @assumptazitoni7408
    @assumptazitoni7408 Год назад +1

    Nous te soutenons bcp
    Born and grew up in Bdi.
    From Joburg❤

  • @chany9950
    @chany9950 3 года назад +10

    Yves muzik tuzogushigikira sha ndu murundi nkawe love you so much 💗

  • @sandysshanny224
    @sandysshanny224 3 года назад +12

    Much love yvan from burundi 🇧🇮🇧🇮ham vyiza mbona wogira conference de press naba nyamakuru bo mu burundi ukavuga ukuri kwose kuko aho aba fans bawe bazoguma bibaz kwari wew ufis amakosa welcome burundi yvan much love 🇧🇮🇧🇮

  • @salomerwiliriza4513
    @salomerwiliriza4513 6 месяцев назад

    Turagukunda Yvan! Heaven is the limit!

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Год назад +2

    Yvan courage rekana nabo bakwipfuriza inabi sibomana we rispect yvan 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🎼🎧🎻🎤💯✅🔥🔥🔥✌

  • @Balalacanasi_
    @Balalacanasi_ 2 года назад +4

    Brooo ndarindiriye story yawe... nivyooo y a des gens qui créent des histoires biragoye vmt ..keep strong👊🇧🇮

  • @assumptazitoni7408
    @assumptazitoni7408 Год назад +1

    Nakunze Remix ya Annonciata
    Intare Dutinya🎉🎉🎉

  • @uweraclementine8971
    @uweraclementine8971 Год назад +1

    Rata Abanyarwanda tur, abantu beza cyaane, God bless you 🙏💞, bihorere bavuge bazaruhw barekere aho, baruhe

  • @kabakaisaie3365
    @kabakaisaie3365 3 года назад +4

    Ihangane big bro bizashira we love you 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @zkwire2617
    @zkwire2617 3 года назад +6

    You always humble bro Luck. Big up to Yvan too, and it was a wonderful interview. Mumenyeshe yuko tumushigikiye twese muri rusangi, much love to both of you

  • @MUDACUMURACallixte
    @MUDACUMURACallixte Год назад

    Yvan be strong kd turakwemera

  • @uweraclementine8971
    @uweraclementine8971 Год назад +1

    Ese mama burya ur,Umurundi? Thank you for to loving Rwanda 🇷🇼

  • @clovischild5926
    @clovischild5926 3 года назад +7

    Cool cane kuva muburundi
    Nimba hari ikinyamakuru canditse inkuru nk'ico
    Sinzi icabiteye Hama gusa ikibazo ni kimwe
    Igihe waraha muburundi wavuga ikirundi cuzuye usangwa n'ikinyarwanda ataco waruzi by the way ntaco vyishe ngira natwe tuvuga ikirundi kubera turaha so keep shine Yvan
    Kuvuga n'aba UP coming sindiko ntahura ico uba uvuze kuko nka Double Jay n'umusaza reka reka n'ukwo buca yidugira

    • @doublegamani8434
      @doublegamani8434 3 года назад +3

      Mn ariko ntimwamurenganya niba afite nyina wumunyarwanda bivuzeko yahereye kera akirimuto akivuga naho ataba aricyane ikind biterwa nabantu mubana umunsi kuwundi,icyakubwira abarundi baba Kentucky Louisville bavuga ikinyrwanda neza cyane Kansas style baracyari abarundi so mumubabarire rero mn murkane nibyamoko kuko sisawa respect 👌kubarundi turabakwirikirana cyane.

    • @nizeyimanagaspard6245
      @nizeyimanagaspard6245 2 года назад +1

      Ase kuva atavuga ikirundi bitwayiki?? Uretseko nubundi abarundi nabanyarwanda turibamwe ntampamvu yogupfa ubusa turabavandimwe erega

    • @richardnininahazwe1706
      @richardnininahazwe1706 2 года назад +2

      Nne ururimi mbe woja iburayi umunyamakuru arikwakubaza wovuga womwishira mukurundi?urimurwanda avugikinyarwanda yagera iburundi akavuga ikirundi yagera murikongo akavuga igiswahili cnk igikongomani pourvues kotuvyumva gusa

  • @SibomanaEmmy-op7gv
    @SibomanaEmmy-op7gv Год назад

    ASaT sana br turagukunda cyane kbx

  • @ZuhuraMugwaneza-em3lt
    @ZuhuraMugwaneza-em3lt Год назад

    Murashimishije mwese muri❤❤

  • @assumptazitoni7408
    @assumptazitoni7408 Год назад

    All the from Joburg
    With lots of Love❤

  • @ernestnzeyimana1486
    @ernestnzeyimana1486 2 года назад

    Luck ndagukunze cyane vrmt nukuri urumwana mwiza uritonda ndabira ushitse umufasha akazi Yvan i like you bro

  • @stipenlamar9470
    @stipenlamar9470 3 года назад +3

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 yvan turagukunda mn abakwanka naba bono xanaa

  • @fabiolafafa9134
    @fabiolafafa9134 3 года назад +2

    Du courage Yvan, ❤❤👌petit à petit uzabigeraho ibyo wifuza ,be strong💪.

  • @umutoniclarisse1269
    @umutoniclarisse1269 3 года назад +3

    Be proud ov who ever you are

  • @niyibikorajc1603
    @niyibikorajc1603 3 года назад +2

    Bro uratandukanye ndagukunda cyane 🥰🎉♥️♥️♥️

  • @Gaspard2
    @Gaspard2 3 года назад +2

    Lucky ndagukunda sana nkunda ukuntu uri humble gusa niyu mujama wasuye nawe mwaduhaye interview nziza kandi muduha na real life

  • @unpamela1244
    @unpamela1244 3 года назад

    Wooowww my Lovely cousin... banguka bana urakumbuwe boo ... uriya nawe ati icyo nzira ni ukoza ibyomboo😅😅😅😅😅😅😅😅 ahwiiii.... ndasetse peee ..... take it easy bro ... here is my Yvan MUZIKI The one and only

  • @hyacintheuwineza1263
    @hyacintheuwineza1263 Год назад

    Luckii humble man🥺❤️❤️

  • @nyiramuzika
    @nyiramuzika 3 года назад +1

    Akokantu ub ubushizemo mn nakadange kbxa ntarutok rumw ntabwo rwimener indaaaaa 😂😂😂goood br

  • @ghawuconarcisse4433
    @ghawuconarcisse4433 3 года назад +3

    Lucky uri umunyamugisha bro ahantu hose usanga bihiye bro

  • @beautifulamour1392
    @beautifulamour1392 2 года назад

    Wow this soooooo sweet 😍

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 3 года назад +1

    Yvan turashaka uzoze Iburundi 🇧🇮 uhe ibiganiro ibinyamakuru uzovuge ukuri kwawe

  • @SibomanaEmmy-op7gv
    @SibomanaEmmy-op7gv Год назад

    🔥🔥🔥🔥

  • @mutuyimanaodette2555
    @mutuyimanaodette2555 2 года назад

    Akadanse shn abantu unkunda bakoranye corabo tanks abasa

  • @KasminaCreation
    @KasminaCreation 3 года назад

    Yvan welcome Burundi turacagukunda bro cane cane abanyabujumbura turagukumbuy goseee

  • @deder2020
    @deder2020 3 года назад +7

    Leave them do good music ubundi uzareba ukuntu baza bakwita umurundi ahubwo umuntu yavuga ko uri umunyarwanda bakarwana

  • @Mela_gtg
    @Mela_gtg 3 года назад +1

    Rucky ndi burundi
    Hama nagira nkubarir kandi ko nkwemera kandi courage vyukuri uratandukany nabandi bakorera kuri tv on line

  • @patrickmuvunyi4610
    @patrickmuvunyi4610 3 года назад +2

    Tu es 🇧🇮🇷🇼 urafise uburenganzira bwo kuba ahushaka bakureke amahoro! By the way, iyo interview muriko murakora isa neza cane gose!!!!

  • @sankarapeter129
    @sankarapeter129 Год назад

    Yvn 😂😂😂😂umuziki uzawureke mn wishakire utunditurimo 😂😂😂😂😂

  • @tuyisabegloria8580
    @tuyisabegloria8580 Год назад

    ohhh uwotwiganye❤️

  • @nahimanaleonce9251
    @nahimanaleonce9251 3 года назад

    Big up Sana bro nukuri turagusavye ubashire hanze abobantu kuko nakamaramaza

  • @kubwayophanuel7428
    @kubwayophanuel7428 3 года назад +1

    Men gurukiwanyu.... Mugihe uzi ko papa wawe ari umurundi so iwanyu ni Burundi kndi urazi ko urumunyakinama.... Hakuvuga nabi worya nabi

  • @niyomwungerekevin2920
    @niyomwungerekevin2920 3 года назад

    Buja we gud Man!!!!

  • @alicemushengezi8184
    @alicemushengezi8184 3 года назад +1

    Munsuhurize yvan

  • @gashemaolivier2913
    @gashemaolivier2913 Год назад

    Yvan urakuze ariko wari ukwiriye kutahukirwa politics. Kandi Kuba neza mu Burundi no mu Rwanda nukwigira igicucu
    I shakire abanyamakuru mube Inshuti batangaze umuziki wawe ibindi ubitere umugongo

  • @shyakabriss8468
    @shyakabriss8468 3 года назад +2

    Look alike major-league twins from south Africa 🇿🇦

  • @MrAllyJay
    @MrAllyJay 3 года назад +4

    Nanje mbona Yuko Uriko Urasenya Uburundi .. Kandi Amanyamakuru Babanyarwanda izo tittle Barazikunda pe … nje mbona wakora umuziki wawe mwiza .. Ushaka ukawugira base in Rwanda..Ntaribi mbona… Gusa Ureke Gusevya Uburundi…

  • @Stevebucumi-gw3zq
    @Stevebucumi-gw3zq Год назад

    Curage ivyan ikwanka akwandureko urumurundi kandi turakwemera Can

  • @raissamugisha1653
    @raissamugisha1653 3 года назад

    Ariko nakunda ururabo song n'a yarumwigeme mwiza kbsa

  • @dirfranz3185
    @dirfranz3185 3 года назад +1

    Don't give up bruuh

  • @nimbonaalexandre1159
    @nimbonaalexandre1159 3 года назад

    Bujumbura be BG fizzo 😍😍😍

  • @UmurabyoEnglish
    @UmurabyoEnglish 3 года назад

    Wapi sinakwemeranya nawe 100/100,hari ibidasobanutse

  • @assumptazitoni7408
    @assumptazitoni7408 Год назад +1

    Think of coming to perform in
    RSA

  • @cmgeoffrey3114
    @cmgeoffrey3114 3 года назад +4

    Keep your head up bro 🇷🇼

  • @MR-PT257
    @MR-PT257 3 года назад

    Yes sir mumahanga turaciye bugufii kandi birigisha gukura no mumutwe

  • @Nono-tm4zv
    @Nono-tm4zv 3 года назад

    Yvan nkwibuka ututeramisha mur boîte mûri tiyamariya havana karvados ariko hariker pe ubu narakijijwe nakiriye umwami wanje Yesu kristo ambera umwami numukiza mubuzima bwanje gusa nawe ndakwifurije kuzoba umuririmvyi uhimbaza Imana beshi bokizwa biciye kuriwew

  • @therealtvshow257
    @therealtvshow257 3 года назад +1

    Iyo mbwa ikora music ibisheee,,,,

    • @darlyigiraneza6744
      @darlyigiraneza6744 3 года назад +1

      Vug make uzubazw bike, ubuse kugir wit umunt imbw biv kuki?? Haritongo mupfa?? Erekaz izaw ziryosh

  • @cubahirodarcy5647
    @cubahirodarcy5647 3 года назад +1

    Bro niyo bokwanka ntibazotubuza kugukunda komeza utera intambwe abantu nkabo bamyeho Mungu mbere Sisi nyuma

  • @igiranezajeltron9000
    @igiranezajeltron9000 3 года назад

    Turabumva
    Man🤣🤣🤣muburundi
    Nadouble Jay
    Nakirikou
    Baratwika
    Na mwe muratwika
    Rwa
    Nukuri
    Uyo
    Musore
    Aduhanuye
    Vyiza
    Ego kweri
    From burundi
    Kandi umuziki
    Bdi bawufata
    Uko bigombeye
    Bukebuke
    Bushikana
    Umusiba ku mugezi

  • @patricmazimpaka9133
    @patricmazimpaka9133 Год назад

    Bro ihagane kukuziza ngo ufite amaraso yurwanda abanyarwanda twe tugira umutima mwiza kbs

  • @nimbonaalexandre1159
    @nimbonaalexandre1159 3 года назад +1

    BG update

  • @pascasientandikiye9911
    @pascasientandikiye9911 3 года назад +1

    Mbega nko kwanka umwana nk'uwo mubiterwa n'iki? Kuba avuka kuri maman rwandaise niyo vyotuma yankwa? Urwanda n'Uburundi turi bamwe dufise na kahise kamwe. Mwa barundi hagarika urwo rwanko kuko uwu musore nta kibi yabagiriye. Ariko rero Yvan ico nokubwira abakwanka sibo benshi. Abaririmvyi bagira amashari hagati yabo bagaca babiteramwo abafana babo.

  • @manishimwejeandamour6733
    @manishimwejeandamour6733 3 года назад +3

    Uti banziza ko ndi umunyarwanda 😂😂😂🇷🇼 humura kwa maman wawe tuzakwitaho

  • @Evrosen12
    @Evrosen12 2 года назад +1

    Muga jewe ico ntategera muri zino problem, nikuki uyo mutipe avuga ko ari umuntu umwe yamwandikiye ivyo ivyo bintu nyogutemagura, muga wewe abivuga nkuko Ari uburundi bwose bavyandiste??🤔
    Jewe ndumurundikazi kandi sikwanka muga nibaza ko woraba uko ukoresha izina" ABA"rundi !!! Kuko si Abarundi bose canke uburundi bwose!!

  • @unpamela1244
    @unpamela1244 3 года назад

    Oohhhh nooooo Humura bambeee..... warababaye peee.. Am suprised.... ufite igikomere gikomeye cousin....... uzatubwire kdi uzasubizwa.... gusa a abana barakunzwe....
    I will always be there nka nyirasenge bambe. Kdi ababikora uzabashyirehanze bazambona👺

  • @Mela_gtg
    @Mela_gtg 3 года назад +1

    Hama Yvan nawe muvyukur nakuze mwumva ariko yavuzukuri aha iwacu hari nababa bavuga ngo tugiy ku manegenga umu artist ariko bashaka kwamamar kuruta umu artist ubwe

  • @denismiziramigabo4606
    @denismiziramigabo4606 3 года назад +1

    Yvan man ndakwibuka kwishure muwicenda urashoboye tu

  • @soniasss2252
    @soniasss2252 3 года назад +1

    Umurundi

  • @jeannshimirimana3955
    @jeannshimirimana3955 3 года назад

    Nihatali kabisa. Uyumunyamakuru wa RTV lucky Nzeyimana numunyamakuru asumba abandi bose? Na Sabin agezweho ntagerako.

  • @Armelsinarinzi
    @Armelsinarinzi Год назад

    Yvan 🇧🇮🇷🇼 ivyo bivuga abantu bagifis ingenga bitekerezo🤦‍♂️🤦‍♂️

  • @ingangareimena5317
    @ingangareimena5317 Год назад

    Luck ur umusore Mwiza warezwe werekan uburere

  • @rwamazalambert3515
    @rwamazalambert3515 3 года назад

    And the problem started when you said yo rwandese but you half rwandese half Burundian so nibaza ko icatumye babara Nico et puis remember ubumenyi bwabamenyesha makuru bacu burihasi et puis today harabiyita Des journalist alors ko batazi mm umwuga

  • @ishimwejacques6002
    @ishimwejacques6002 3 года назад +1

    Uyu munyamakuru ndamukunda kbs aganira numuntu bibereye mukazi 😅😅😅

  • @janathinzinsabira3922
    @janathinzinsabira3922 3 года назад

    Nibuka uwo mumenyesha makuru yiga universite yingozi aza gusengera muhra

  • @samyr9071
    @samyr9071 3 года назад

    Leta iriho muburundi iteye ukundi pe birababaje rwose

  • @koheletitiktok9246
    @koheletitiktok9246 3 года назад +2

    Ntarutokibrumwe rwimenera inda

  • @bijou5038
    @bijou5038 3 года назад +2

    Yvan twahuriye 28 novembre Burundi.agenda n'amaguru yicecekeye .sinzi abarundi ikibazo bafite Ikibazo uzi ukuntu Kigali boys baje bagakora show havana ya dange .aabarundi barundi baririmba ibijuju kiretse abariribyi bakera back back Africa nova .amabano .abandi nibijuju gusa.ndi umurundi ariko ntandirimbo nimwe mbona nakumva usivye izakera
    C
    I
    I
    N
    B
    N
    K
    I
    U

    • @erza6832
      @erza6832 3 года назад +1

      Ww , nturumurundi kabisa si urumurundi, urumurundi perdu Coz ntamurundi windero yikirundi avuga amajambo acuritse nkayo uvuze

    • @bijou5038
      @bijou5038 3 года назад

      @@erza6832 ayahe?reka sha ubu ushaka kuvugango abarundi bafise indero?guhera kuwubarongoye ntandero agira.ariko ntabitangaza wova mubaboyi nabayaya mubuyenzi ukagira indero.sha Burundi yarikera ndabisubiyemwo abayaya basigaye barongoye igihugu nabamaraya ba club du lack tanganyika
      A

    • @erza6832
      @erza6832 3 года назад

      @@bijou5038 sinzi igikomere wagiz but jua tu kama home ni home abo wita abayaya nibenewanyu

    • @nkljk0170
      @nkljk0170 3 года назад +2

      @@erza6832 iyo umuntu amaz kwica mumutw hiw akahashira ivyiyumviro bibi icogih biragoy gukira . Rero kwita benewanyu ukutariko kandi ukavuga nkuko wew wikuyemwo sivyiza. Abarundi tudahinduy ivyiyumviro abonyene mubwira ivyo barabatwenga gusa ntimubibona knd nabonyene ivyiyumviro nkivyo barabifise ariko ntibiyandagaza. Duhinduke dukunde Uburundi kuko uzoguma witwa umurundi

    • @fazeliam8179
      @fazeliam8179 3 года назад

      @@erza6832 Arheee wajyira ngo kuba umurundi ni bintu bya hatari,igihugu cyanyu mwakigize imva.none muri guhatira,abantu kuba abaruñdi.Icyo nigihugu .

  • @patricmazimpaka9133
    @patricmazimpaka9133 Год назад

    Abarundi mweee muracagira amacakubiri iwacu twee nago tubigira ibyo

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 Год назад

    🇧🇮🇧🇮❤❤🇷🇼🇷🇼🙏

  • @oswaldndayambaje5928
    @oswaldndayambaje5928 3 года назад

    Komera siboma

  • @aboubakar7748
    @aboubakar7748 3 года назад

    Wewe Wanse uburundi kubera so yafiriye muntambara

  • @kumurundi3743
    @kumurundi3743 3 года назад +1

    Ngwino ibujumbura🇧🇮 ukure amajambo ngaho

  • @mugishafabrice2173
    @mugishafabrice2173 3 года назад +1

    Uburundi tugira mashari kd ntaho bizatugeza

  • @kamanzicrouch3881
    @kamanzicrouch3881 3 года назад

    Yvan acha usenge video zako zilivujaga kampala walikukamata na Drugs Sema nakuzarau sana kwa sababu unataka kuchonganisha rwanda na Burundi

  • @TheNibikoraLtd
    @TheNibikoraLtd 2 года назад

    Do you really think ko uzobaho kwisi ntabagambanyi cnk abagambanyi??? Si realema arivyo prove them nibikorwa... Abantu babaye successful bose baca muvyago.... Stop amajambo yurwanko bro, ntateka bitanga umugabo apambana nibibazo

  • @gentillessebutoyi2366
    @gentillessebutoyi2366 3 года назад +1

    Nukwihangana

  • @kundejohnroussel7809
    @kundejohnroussel7809 3 года назад +2

    Irire sha lucky😋

    • @cedricgikundiro4113
      @cedricgikundiro4113 3 года назад

      Ndi Dyna wa nyakanyaka si juwi kama unanikumbuka gusa turagukunda turakuzi ivyo uvuga ntubesha.Maman ni rwandaise.Ivan nanjye ubu niko Rwanda.ndagusavye umpe number zawe.turakuzi uru muntu wumu gabo.imana ibandanye ikwihere umugisha ubapitire.umpe number

    • @nyiramuzika
      @nyiramuzika 3 года назад

      Wamushatse kur ig ko comment arinyibsh ra

  • @vavaloveonlinetv204
    @vavaloveonlinetv204 3 года назад

    Nicogituma atamuziki wiburundi nkurikira jew nikurikirira tanzania rwanda kenya uburundi wapi

    • @Nono-tm4zv
      @Nono-tm4zv 3 года назад +1

      Biragusha

    • @fazeliam8179
      @fazeliam8179 3 года назад

      Ubundi se,hari indirimbo bagira bariya barundi.BIRIYA BYA WA MUSAZI W'UMUGORE WISHWE NI MOGI.NGO NI LAMBAMBA.,i Burundi nta muziki uhaba.

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 2 года назад

      @@fazeliam8179 niwiririre Abarundi ntubaririre sha.

  • @pflaofficial6347
    @pflaofficial6347 3 года назад +1

    Kbx musaza ihangane

  • @raissamugisha1653
    @raissamugisha1653 3 года назад +1

    Honyene uvuga ikinyarwanda gusa

    • @fazeliam8179
      @fazeliam8179 3 года назад

      Aramaze,uvuga ni Kirundi,Swahiri,France n'ibindi.Abarundi muri abanyamashyari cyane,kugeza ubwo mugirira,ishyari na Président w'u Rwanda,mutari kuri Level imwe,mudateze,no kujyera kuri iyo Level.Mwa bicucu .mwe

    • @raissamugisha1653
      @raissamugisha1653 3 года назад

      @@fazeliam8179 mwe ko mutavug ikirundi cnk mudashigikir abarundi?knd navuze we sinavuze abanyarwand ahubwo niwe Uri igicucu uvuga ibitajany nivyo ubonye.gateranya

    • @pascasientandikiye9911
      @pascasientandikiye9911 3 года назад

      Kuvuga ikinyarwanda sivyo bica bisigura ko ari umunyarwanda. Yoreka kuvuga ikinyarwanda gute kandi maman wiwe ari umunyarwandakazi tukaba tuzi ko umwana wese aba proche na maman wiwe gusumba uko biri kuri papa wiwe? Ariko ico kinyarwanda avuga ntibica bimubuza kuba umurundi kuko umwana atwara ubwoko bwa se.

    • @raissamugisha1653
      @raissamugisha1653 3 года назад

      @@pascasientandikiye9911 ngo numurundi akwongera kuba umunyarwanda aho afise nubwenegihugu bwohanze hahahhh aho hoho nabafise abavyeyi babanyarwanda nibaje gutora ubwenegihugu.yakunze ahari inoti natore hamwe arek kujurajura abarundi nabanyarwanda turi bamwe

  • @Afandest
    @Afandest Год назад

    Nibe namwe mubamufite ibyomukora bibaha amafaranga sinka africa ahubwo umuntu wirwanyeho muri africa niwe ukwiye respect nahomwebwe mubamuri mumata nubuki hhhhhhh

  • @zuzuzizi3519
    @zuzuzizi3519 3 года назад

    Uziko musa na lack

  • @Heritagetv23
    @Heritagetv23 3 года назад +1

    Urakotoye ari imurindi

  • @eriheritier7427
    @eriheritier7427 3 года назад

    Lucky turakwemera nta Shari wigirira nka baginga nka ba sabe bafitiye yago ishari gusa imana izaguhe imigisha tu

  • @niyomwungerekevin2920
    @niyomwungerekevin2920 3 года назад +1

    Keep faking your old story.,bro!!!!
    B.j ntaco bagukoze,gusa warikanzee urahubbukkaa!!!!

  • @joelnimubona9147
    @joelnimubona9147 3 года назад +1

    Ariko nuko wiyemera ngowakoze hiti kurusha abandi

    • @nyiramuzika
      @nyiramuzika 3 года назад

      Ubwo nibwabwenge buciririts br 😂umufitiy ishar

    • @rwamazalambert3515
      @rwamazalambert3515 3 года назад +1

      Ariko yvan I think it's better you do music instead of entering muri game ya politics yibihugu vuga abantu pas pays kuko uvuze igihugu la uzoba uri muri dangers kuba baragukomereke toi you have grown up Bujumbura urahazi kuko urabazi mind yr business bro coz what you are talking yo right but remember climat ihari man

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 2 года назад

      @@nyiramuzika toka satani. Yvan muziki ntanubwo yigeze aba muri top 20 bambere muburundi bazi kuririmba

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 2 года назад

      @@rwamazalambert3515 kabisa uvuzukuri bro gusa yvan muziki wagirango yitwara nkumwana cyane aba ari ku blaminga igihugu muri rusange aho kurebana nabo ashinja ayo makosa bamukoreye hama ikindi naco maze kubona izo title zabanyamakuru babanyarwanda nimbi cyane kabisa

    • @SibomanaEmmy-op7gv
      @SibomanaEmmy-op7gv Год назад

      Waman turagukunda cyane kbx

  • @DAMUSAFI
    @DAMUSAFI 3 года назад

    THIS NINJA MAN, WE DON’T CARE IF YOU ARE RWANDAN OR BURUNDIAN YOU ARE VERY SO STUPID ninkokuvuga ngo ndi impanga ariko kwapapa baranyanga mushake munyange njye Ubungubu ndi KWA mama ukahuma ufokasinze KWA papa baravuga ibi barakoraibi kora ivyawe uwanze kuvugwa yaheze munda ya ndina ndatangara kubona umuntu mukuru nkawe ukaba nutabasha guhangana na criticism

  • @Ven_ruk
    @Ven_ruk 3 года назад

    Ivyo yvan avuga nivyo je nakoze music irenze ariko kunkina umunyamakuru akansaba 50k man nkibaza ibibazo umuziki Wacu bizarangira ryari
    ruclips.net/video/T5tVyp90DfU/видео.html