Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Waaa👏👏 uwumusi ndazindutse aba fans ba warubizi tumenyane 💥💥💥💥
Rek rek yar yatevy gushik.ntayind ndaba atar warubizi
Gacerewa nkaba ndahageze hagiye gusha koko kandi❤❤❤❤
💪💪🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Abakunzi ba Rujiyorushatse tumenyene ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
We k utakibonek wagiy he?
@@ChachaChanyyarabuze kl
@@ChachaChany😂 ndahari chch❤
@@mamancheiilla0fficial😊❤akanya gato mwiza
@@prenciaiqram9382 mpore none gatanguy kubur hakir kare harakant iramazani niyinjiramwo
Harabantu mutaryama😂😂jeho nacerewe Ariko abaza nyuma yanje namwe mumpe utu like❤
Mama ange rero Sasa yiboney umu boss wimodoka😂😂😂😂rujiyorushatse hejuru 😂😂😂 hhhhhhhhhhhhhh aramuguy nomunda karabay
Harabantu mutaryama Kiel nacerewe ariko ntakundi rujiyorushatse❤❤🎉🎉 ABAza inyuma mwese muri rwarukundo mumpe like
😂😂😂tantine urikiyasho kabisa eee amwihe kndi ngahonyene muhira weee
Ndazindutse pe abaza nyuma mwese mbisabire murirwarukundo mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ange rek mvug akant kabonets nab kumico nimigenzo y, ikirundi ntuzosubir kuramuts umuntu wambay i chapeauUtayikuy cnk uyikorek so ntarwanko rurimw yarinkebuz 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🤝🤝💐💐💐💐❣️
😂😂bura kumwiha😂😂 abagabo barabuz😂😂😂ewe tantine sha😂😂😂😂
Abari murukundo ni yi série twimenyanire maze😂❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥🙏
Gusa tugiy hanze ya film claude na Ange boberana😂😂😂
😂😂😂😂mama wa Anges imodoka iramuhabuye wallah azomutanga ku buntu😂😂
Courage kbs rujiyorushaka mwakir🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mbegaaa ruj iyorushak kel ntimwabshe❤❤❤
Ce film est drôle et instructif. continuez votre bon travail. vive le Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 notre patrie
Merci pour votre soutien
😂😢😮😂😅
Kabisa kari sur
Hagusiba wocerwa😃😃rujiyorushaka❤🎉
Number one,siga LIKE aha👍
Ewe Elsie shaaaa ishing wasamye nkijipo ngaho😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😅
𝐇𝐡𝐡 𝐦𝐮𝐡𝐚𝐧𝐮𝐫𝐞𝐞𝐞 𝐧𝐨𝐧🎉
Patrick ngo ntanurwar rwo kwiyagaza afis😂😂😂😂 yewegayeeee
Couragee
Courage
Rujiyorushatse nyen nayubundi Najuwa Aranka aramudandaza😂 so Big up❤
Nivyiza cane🎉🎉🎉
Film nziza cane turabakunda mwese mukina neza
Nimwebw bambere films ndayikunda sana courage caneee❤❤❤❤❤
Haha ngo gushirisoni ngo kumwiha mam tantine nda❤❤❤
Mukwakwanye muduhigice gikurikira kand courage💞
Mumpe linke abari murundo niyi series plz tumenyane ndasavye Mama Ange ashaka umukwe wamahera 🫣🫣🤣🤣🤣🤣🤣
Ange courage mwiza urukundo ntiruraba amaronko
Ange wacuu courage
Well done ✅✅✅
Mbe ubu ko ama j'aime ntakiyabona yagiye he?
😂😂😂ntukore ikosa abagabo bariho gusa ruja iyo rushatse
Jew rer Tantine wa elsi camwibuk munkuru yinkuba nkacanumv mukumbuye
🎉🎉🎉❤❤turindiranye ko yuguruka gusa kbx
Abavyeyi muturek twishakir Abo dukunda urukundo ruja Aho rushatse
Urukundo s,amahera anges courage
🥰🥰🥰 mwih nyogoseng ataguhay uruhush 🥰🥰
Je vous aime trop. Big up sana❤❤❤❤
Na jew ndazindutse abaza nyuma mundabire utu like twimanukire, abakunzi ba film ndundi ❤❤❤❤
Wau munyaruts muduh yind
Hejuru cn abarimurukundo ba rujiyorushaka mundemere link ngaha
Rujiyorushatse❤🎉🎉🎉
Ivyuririra barabirirana;ivyurirana hakabiririra❤❤
Aho ntiwokwemera Iwo muhungu afise imodoka?ishinge ugume ukunda Patrick atacafise.😅😅😅nibaza Yuko Ubu atawokwemera kuja gusonza abona uwufise
Elycee urimubi pee gs ufse taille nkunda ahandih mumaso ntakuntu
@@evangelinensabimana8121ivyo nivyo bitwishe twebw abakene
Iyi serie naho nacerewe nzoyiraba mpaka iheze
Cadeau ndagukunda ukuntu ubikor❤
We tantune naw xha ngo amwih xha ngo yishing kwasam nkijipo kl😂😂😂😂
Ati nta nurwara rw'ukwiyaga afise😂😂😂😂ewe matungo Sha Aho wosanga arivyo yatiye naho?Kandi kenabo nta n'urukundo baba nifitiye,Ange kunda uwugukunda Sha urekane nabo batunzi, courage ❤❤
Série RUJIYORUSHATSE ndayikunda, abakinyi b'ino série nabo murashoboye peeeee.
Waaaoooh, ndabona irashitse!Kaze tuhatwike🔥🔥🔥🔥🔥
❤❤❤ courage
Courage ❤
Favorite series💝 nzobarwa inyuma
Hasigaye 3min
Wallah vub muduh iyikurikir turabakund ♥️
Kidumbari wange rwose ngo ego urimwiza 😅😅 Humm ntamwiza wabuze inenge erega
Courage 💪💪😘😘
Respect ange uri série muvyukora pe ruja iyorushatse
Mwebw mutwicira mubites😊
Cadeau ndagukunda ukuntu ubikor
toka kurububeshi ngaho inkundo zarizakera ntankumi yubu yokwitesha i bogard nkiyo ifise inoti ngwikunda imbobo🤣🤣🤣
Keep working Bantu bacu❤❤❤
Kwitaza nibiki😂😂😂🙈🙈🙈
Niyasame nkurujipo hhhhh murandenze
Courage ❤❤❤Arko muze murongereza umwanya
Courage turabakunda cn❤
❤❤❤❤ love this film
❤❤❤❤❤ warubizi❤❤❤❤
Hakenew abakobwa nka Ange
Ewe tantine sha😂😂😂😂
Yooo tantine ararenze kwl ndabakunda mwese mwubahwe
Courage !!!mutunyarukirize na suite
Murekure twiryoherererwe💪💪💪💪💪💪💪
Ni vyiza cane 🇧🇮 ❤❤❤❤
Wawoooo mugize iyind mutevye
Ndategerej nanje mpaka mbay num 1
Wap kwl amasanamu asa nabi cn nukuronder caméra nziza
❤❤🎉🎉🎉❤❤❤
Komeza muduha
Wow nice movie 👍
Nimwakire amashurwe yanyu kweri🌹🌹💐💐💐🌷🌷🌷🌷🌹🌹💐🌷🌷🌹💐🌷🌷🌷ko tubafise ntituzicuza murabagaciro
❤❤❤❤ mugume muturonsa ibimeze neza
Roza ndamukunda can
Muduha gatoy courage xanaa
Wari gutanga cadeau serveur yabanje kuzanira Patrick ico gufata. Kuri iyo scène ntivagenze neza
Uyu muvyeyi NGO ntashobora guhomba afise ubwenge😂😂😂😂😂😂 none aradandaje?????😂😂😂😂
💖💖💖💖💖
Courage mes amies.nda❤
Ange ijisho ryawe rirateye ubwoba ushavuye!😂😂😂
Yoooo disi weee gukatirw birabaza xana😢gusa courage imbere ni heza
Nimwongereze iminota plz
🎉🎉❤❤❤🎉
mama ange arazi gukina🎉❤
Amwihe koko tantine!!!😂😂😂😂❤❤❤
😂😂😂ebagabooo
ELsie mwihe nyogosenge yaguhayuruhusha😂😂😂ataha bwije❤❤
Ange abavyeyi bubu bishakira inoti😂😂😂😂
Mama ange kl kukuntu yikundira Claude jekl iyi series izonsaza
❤❤❤❤❤courrage
Wouuuuh😂🎉
Waaa👏👏 uwumusi ndazindutse aba fans ba warubizi tumenyane 💥💥💥💥
Rek rek yar yatevy gushik.ntayind ndaba atar warubizi
Gacerewa nkaba ndahageze hagiye gusha koko kandi❤❤❤❤
💪💪🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Abakunzi ba Rujiyorushatse tumenyene ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
We k utakibonek wagiy he?
@@ChachaChanyyarabuze kl
@@ChachaChany😂 ndahari chch❤
@@mamancheiilla0fficial😊❤akanya gato mwiza
@@prenciaiqram9382 mpore none gatanguy kubur hakir kare harakant iramazani niyinjiramwo
Harabantu mutaryama😂😂jeho nacerewe Ariko abaza nyuma yanje namwe mumpe utu like❤
Mama ange rero Sasa yiboney umu boss wimodoka😂😂😂😂rujiyorushatse hejuru 😂😂😂 hhhhhhhhhhhhhh aramuguy nomunda karabay
Harabantu mutaryama Kiel nacerewe ariko ntakundi rujiyorushatse❤❤🎉🎉 ABAza inyuma mwese muri rwarukundo mumpe like
😂😂😂tantine urikiyasho kabisa eee amwihe kndi ngahonyene muhira weee
Ndazindutse pe abaza nyuma mwese mbisabire murirwarukundo mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ange rek mvug akant kabonets nab kumico nimigenzo y, ikirundi ntuzosubir kuramuts umuntu wambay i chapeau
Utayikuy cnk uyikorek so ntarwanko rurimw yarinkebuz 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🤝🤝💐💐💐💐❣️