Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imana iguhezagire canee ku bumenyi uduhaye ku bijanye n’urugo.. Apôtre wanje urampezagiye mu buryo udashobora kw’ibaza..
Much thanks bro for the teachings. Very constructive. bless u.
Jewe ndabashimira goooose kuko muriko muradana imitima muriko murafasha abantu bubakanye cane cane ingene ibintu bimeze n'a cane cane nshima KO abatubereye akarorero bubaha Imana ARIYO mushinge wa vyose.
Apôtre Apollinaire Imana ikomeze kukwagura
Amen ameenn Yesu abahezagire caaane inyigisho nziza cane
Turagukwirikiye pasteur Amen
Imana Ihezagire cane mwese
Babwire Mtu !Habwirwa benshi hakunva benevyo
Hezagirwa apotre :Nfashijwe Nuko agakiza Aricyo kintu cyambere gituma tugira couverture nziza
Imana iguhe umugisha Apôtre
Nukuri wigisha nezaaa urabizi warize peee imana ikomeze kubarinda impande zose❤
Muzoduhe link ya Apostle Apollianaire aho asigaye ashir indirimbo ziwe nshasha
Uko niko kuri ❤🎉
We love you sir
Merci
❤❤❤
Yambu Darlene weee. Nari nkumbuye kukubona
Yambu Alice
Pasteur don't say akagore vraiment numugore umupfasoni nunvise izina akagore busona nabi cane nijambo rituma Aho abagore turi twunva bidasona bien changer
JW siko ndabibona n invugo y urukundo!!kubera abivuze barikumwe n ibazako ari ww bidasona neza c est pas question y ubufasoni,haruwukitwa mugore wanje indani atakirimwo
🙏🙏
5/5
Imana iguhezagire canee ku bumenyi uduhaye ku bijanye n’urugo..
Apôtre wanje urampezagiye mu buryo udashobora kw’ibaza..