S'il vous plaît, dites à votre président NEVA de créer un département de tenue vestimentaire présidentielle car ce type s'habille comme un clown et manque de respect envers vous, les Burundais, même son garde du corps portait mieux que lui, iyo myambarire mugabo n'ama-singlet mu kote Kweli mbe imisoro yanyu ijyahe niba itabasha kwambika Uwo Mukuru w'igihugu. Quelle honte 😢
Iyi Réponse siyo nagato
Ikimbabaza nuko abarya igihugu baguma babiririmba none ntamategeko gihugu gufise ? Abantu bopfuka munda igihugu nkuko barya nkivyabasewabo ? Indongozi muraturuhije
Président Imana iguhezirr kandi uhezgirwe
Abarundi baramubaza akababaza?
Ibinwigitoro ngubu mufise vyinshi?? Izinyishu ntizishimishije
Mutama ibintu wishuye sivyo wabajijwe ikindi ushaka abenegihugu abe aribo bafata amafaranga yimigambi yabo abe ariyo akora imigambi yareta twige gutandukanya ivyabenegihugu nivyareta
😂😂😂😂😂umuntu abaza Ndayishimiye ivy'igihugu aransetsa.
😂😂😂
Uravyivugiye nawe urimwo mubiyorobeka 😮
Nta nyishu n'imwe atanze ntayo afishe
Maire de la ville Jimmy ngo ninka giswaswa urya mu mère bamurenganure ndabona mashiriki yabitinye😂😊
Bunyoni mutamurekuye, ntak mumwice ntagitoro muzoronka neza ndabarahiy😢
Nn nkahuvuzik???
Non uri nkumukuru wigihugu ugatanga inyishu nkiyo nakumiro
Ntakundi migabozoher urutaro ruzogosora kweli
Nta nyishu atanze nukuri
Bogaragut ataruhusha.bafise.yokukizibira nagira.niwewe ubivuga.niwufise ingabo
Izonyishu ntizifashe nagatoyi ndetse numva atanyishu yatanzwe kukibazo cabazijwe
ntanyishu yatanze kabisa
Mutama wacu abo bantu bashora itunga ry'iguhugu ariko amahera yinjira mukigega ca reta ntabeho mubapfunge bazane ayo mahera kuko ni abasuma basahura igihugu.
Reka reka bivehe? Abatwara barikunda Bobo ntagitoro babura reka gupfana abandi bibaye isoni kuva dd itwara abarundi baracagowe😮
Avunjai docomantasiyo ilalya ibitulile mubavunjai ntibahanwa
Urabishuye mpe
Mutamanihataro nn.bunyoni.nibamurekur hamabigire.onzira
Ico nikirofa
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
S'il vous plaît, dites à votre président NEVA de créer un département de tenue vestimentaire présidentielle car ce type s'habille comme un clown et manque de respect envers vous, les Burundais, même son garde du corps portait mieux que lui,
iyo myambarire mugabo n'ama-singlet mu kote Kweli mbe imisoro yanyu ijyahe niba itabasha kwambika Uwo Mukuru w'igihugu.
Quelle honte 😢
😅
Ntamututsi numwe usigaye neva Yarabamaze ariko nawe ntazahoraho nkigihugu
Ufise indwara yomulutwe.egera psychologue agufashe
Nawe Ayo matiku akurimwo ntazohoraho
Wangu ivyamoko zurabituvanamwo akakaga turimwo twagatewe nayomatiku yanyu yamoko ntasoni?
Nkivyubututsi,ubikurahehe!!?? Erega niwowe ariko aradomaho agatoki!!!!??
Hhhhhhhhhh
,😂😂😂😂😂
komera mutama
Hhhhaaaa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Turi n'umu president w'imbwa kabisa
Nezaaa cane
ruclips.net/video/He3zR495p-c/видео.htmlsi=oA_W-bp6dEXNdc4t
ruclips.net/video/z8B0C8BIKTA/видео.htmlsi=tgN3smyOGx0Xlbnv