Stylozoff - Thank You Jah (Visualyzer)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 29 сен 2024
  • Prod by Kolly Da Magic
    Video Edit by The Bronze
    Akeza Music - 2024
    ====================
    Lyrics
    Warahabaye igihe nari nuzuye ivyiyumviro.
    Ubu nta Mama singiye kubona n’akishwe n’iziko.
    Mana ntugirisha Inama kugira umpe Umuhezagiro.
    Kwizera wewe vyampaye kuba Tranquillo.
    Wampaye ukwihangana nk’ukwa Mandela mu gasho .
    Ngabanya ubwana ikibazo cose ndagwana naco.
    Bamwe bantwengana agahemo
    Bumiwe they don't know how you put food on My table
    Natanguye nsamirana mu biti
    None iri jwi Ubu rimokora no mu miji
    Now "much confidence” inside me
    Ku bikorwa Papa Love Me sinaga utani.
    Hari umunezero inyuma y’amaganya .
    Jah wankuye kuri Zero unshira no kwi 100
    Umpa ku kwizera mu mutima .
    Unyakiriza itara ndi mu mwijima.
    Thank you Jah
    Jah niwe Papa
    verse2
    Iyo igisiga ntaguruka sinari kumenya aho amababa yanje yoshika.
    Iyo uku kuzimu kutanyigisha I couldn't never know life is a better teacher.
    I was in the State of Mawazo.
    Mawazo ntibazi inyishu y’ibibazo
    Isengesho rinyereka impano .
    Hirya nino Stylo rouge bamenya insiguro yayo
    Jah warakoze kungira the Guy
    Atihebura Wallai
    Much Believing me don't know Why.
    Na confidence nyinshi in my Heart.
    Wumvehhh
    Hari umunezero inyuma y’amaganya .
    Jah wankuye kuri zero unshira no kwi 100
    Umpa ku kwizera mu mutima .
    Unyakiriza itara ndi mu mwijima.
    Thank you Jah
    Jah niwe Papa
    This my message to the youth.
    no matter where you from or what you do
    Give the Best of you
    Trust Jah you can make it too
    Thanks so much God
    Asante sana Mungu

Комментарии • 318