Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
wumvee 🎶🎶🎶🎶🎶🎶scriiii paaa abemera Stylozoff ko ayoboye mumpe like
ABEMERA KO UNO MWANA ARI MU KAZI KOSE KANDI AKUBITA AHABABAZA NIMUMPE LIKES ZANJE NIGIRE❤❤❤
Abantu mwemerako hano burundi dufise impano mumpe ama like hano❤
Iyi song ndayiravy incurs 10 nguma numva ndayikunze,uburyoh bwanse guhera
Mugabo mengo zakayo niwe yuriye igiti si zakariya courage papa love papa bikorwa❤
Uwabonye ko uyu mu petit azi kwandika anze tumushigikire💯💯💯
Wumve wumve dirigiza papa love criii paa
Iryambere nari nakubanye ariko Man urashoboye 🎉🎉I' m yo fan from kanyosha❤
Wamugaya wew warumurushije iki?
Abakunz ino Beat nimump liké zanyu#papalove
Nahor nkwank arik ugiy kub umufan wanj courrage 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Man korana ingumvu kuko muburundi kuzima biranyaruka rero wewe kora ugishushe ukiri kuri hit
You are intelligent wandik neza cane ushiramwo ubweng bwinshi komez ntiwit kumajamb yabant go ahead
Zana ama like ngaha muhejeje muvuge uti scriiiiii paaa!!!
Time is up papa Love go ahead..Dirigiza mpaka 🚀🌎🏆
Young Legend ❤ proud of Ya ! big fishes 😊
kbx
Uwumukunda nampe like
Akeza bandany'ukonyene papalove nawe kora cane akeza ntidukeneye kubon'ibiganzavyabo kumugongo wawe muwak'uza dukeney'ama hit ameze nka sida kuburyo nitwakugwara ntituzogukire murakoze keep it up mzeee 😇🤝👌👌💐💐💐 respect
Uwuyumvirije more than one nkanje hands up👋
🙌
Abafana ba music ndundi ndasavye like ngaha
Vyabaye serieux nagira numukino komera
New Legend mumumpere like And share 💪💪💪💪
Turabe👀🤔 Abumvis k Iyi iryosh gusumb why not
Imisumari bari kumbambisha basanze yaheza scriiiii paaaa👌👌
Mumpe like abakunda criiii paa,yumupoil wa ugl😂😂
Ninde yaravye iyi song akarenga 2 nkajwe! Stylozoff Big up
Wumve wumve 😂😂😂😂 iyi ndirimb nyisubiyem incuro zireng 10
courage sana mon frere ubikora neza waduserukiye muri quartier CARAMA
Ni kubayobora ki roma💪🏽 love from 🇩🇪🇩🇪
WE ndakwemera pt uzogera Kure sinarinzi KO muburundi hogaruka umuririmvyi aririmba ibintu vyindero vyerekeye ubuzima courage bro
Yooo...ndakurahiye lyrics zawe ni number one broUratesa kabisa
Congratulations 💯ntuhagarare hubwo komezaa imbere n hezaaaa
Komereza ngaho udutamwo
Songs nyishi sana twirire show
Uyumwak uradirigiz eg sh dirigiza
Wumve love ❤from Rwanda🙌🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Erega narinziko arimikino tera imbere Imana imbere
Wumve wumve scriiiiii paaaaaa tera ujimbere
Mwitege intare kubanyitiranya nagahene,aba hatter's bumve scriiii pa👏👏
Ndashak guhul nuwo mujam disi
Kakajama karafise impano yo kwandika nkeseri😮😮
Uyu mwana aho azoronkera ibiceri agakora ibirenze tuzomukizwa n'iki 😂😂azonatwica ndak 🔥🔥🔥
Uwumwaka nta perdue nimwe twakira 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😊😊mumpe like twirenganira
Woow uyumwana araje kubakoma vrt Iyi songs n hits xn vrt courage stylozoff🔥🔥
Umwete ufise niwo uzotuma benshi bakumenya bakanakwemerera ibikorwa 👌🏿 Dirigiza hit sana 🔥🔥🔥
Akeza yaguhaye support , itonde wandike indirimbo zifise akanovera zizokugeza kuyindi level zinahindure ubuzima bwawe , ntupfushe ubusa occasion waronse man , courage btw
Arikoniyo iraryoshe wibukekokwarimushasha mumuziki bizozabukebuk
Kano gasoresore kaboneka nkakatoroshe🫢🫢🫢🫢
Uyu muntu yaje tumugaya none numva umengo ariko araza ndak
Terimbereee, j kuv nkumenya ur kunyubaka saana, dirigizaa mpak bikunze
From Rwanda turakwemera wumve
uhu fana papa.love Humve scip..Mpa like🙋
Umuntu ataryoherwa niyi ndirimbo ntiyumviriza ibivugwa ahubwo afise ibindi yumviriza
Hejuru can.ubu muBurundi nuwusohoy indirimbo imwe Iza Ari hit song nka Nigéria.burundi hejuru cane
View ndayiguhaye ruca aho ruciye😀😀🤣
Uriko wandika neza musaza komerezaho
Scriiiipa! Umwete ufise ,ndabikunda cane nukuntu ukora igikogwa wagihaye agaciro peeee!!! We follow and support u
Uyumwak uratu dirigiza mwishwanje courage mwana wigihugu
Iyi yo tuzonayitamba❤Respect to stylo and more likes please 🙏
Kudirigiza ntavy gufyina👍🏾, keep going imber niheza👏
Dirigiza 🏃🏃 stylozoff hejuru cane 🔥
Pt yangu urimpano yigendera kwel keep up the good work❤
Mn bandany nukur uzoshik urashoboy p
Stylozoff naho wari kwivugira amajambo gusa mwiyo song narikuba touched ufise revelation ya bien keep shining my broh
Scriiiii paaaaaaa 🎉
Ewana courage san stylozoff imbere ni heza kndi music zaw zifise amajambo meza sana kl🥰
Dirigiza xhaa
Bro uranyemej kbx. Kora vrt usumvya benshi kuririmba br courage
Dirigiza respect *Stylozoff* don't stop still out the hit song 🎙️🇧🇮🇧🇮🙏🙏🔥🔥
Courage kweri bitangura uko bikarangira bemeye
Cyakoze br 👏👏👏🔥 Love from Rwanda 🇷🇼👏
Wumvee Igih bavuga mbambwe imisumari yari yahez
Abompa jm muce mwinjir kuri mahoro TV mumpe sabone muzoba mukoze
Yooooo hing ndayirab ndayiguh disiiii
Scriiii paaa dirigiza na stylo grrrrrrr😎
Ivyo bito!!!!!😅😅😅dirigiza mutama😂😂😂😂
Iyo Imana itabikor war kuvyita ivy abandi,😂😂😂Bandanya uyobore kiroma
Kandi kakagabo karabizi😂
Vyiza cane 🎉 mber akira gatanu🤜🤛
U big fan from Rwanda 🇷🇼 keep up good music always .
Uyumwaka nimpaka tushike kure
It's miracle🤣😂🤣 azohava aturyohera cane turagowe
Kuryamika rimwe iridi rikanuye👍👍👍 impanuro
Big up sana broskiiii stylozoff ❤❤❤❤❤fam 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬
iyo hit kabisa ufite street yawe umusa 🔥
Ngo wumvee scrii 💥
Nice song stylozoff uratwemeje peee dirigiza 😅😅 from rwanda
Azoterimbere
0:42 Papa Love keep it up tur inyuma yae mpakaaa🎉
Dirigizaaaa😂✌🏿🔥
"Mu nzira igihumbi Z'Imana hater, nta nimwe iciwawe" Stylozoff Papa Love
🔥🔥🔥
Dirigiza mwana w igihugu
Dirigiza💯💯💯 good song kabxa🇧🇮🇧🇮
Dirigiza shan❤❤ wumve wumve why not ntakubera umu abonné ❤❤ dukunde ivyiwacuuu❤❤🎉
🔥🇧🇮🔥
Dirigiza 2024🔥🔥🔥🔥
This year its me vs me i love that word mn keep up the good work and u'll accomplish your dream mn🙏
Vyatanguye nkugufyina noe uriko uradirigiza
dirigiza 🔥🔥🔥😀😀
😅
❤❤❤
❤❤@@ArmandNiragira
abonné vous svp
@@NegroTeti Doo
video ninziza cane .muga ijwi noma sana
Love from Rwanda 🚀🚀🚀
Imbere cyane hashoboka niho nkwipfurije papa love ❤❤
0:53 ❤
Sinzi kure uzoshika iyo hari ariko vyoba vyiza uhashitse kugira bihe impamvu yokugira iyo baja
wumvee 🎶🎶🎶🎶🎶🎶scriiii paaa abemera Stylozoff ko ayoboye mumpe like
ABEMERA KO UNO MWANA ARI MU KAZI KOSE KANDI AKUBITA AHABABAZA NIMUMPE LIKES ZANJE NIGIRE❤❤❤
Abantu mwemerako hano burundi dufise impano mumpe ama like hano❤
Iyi song ndayiravy incurs 10 nguma numva ndayikunze,uburyoh bwanse guhera
Mugabo mengo zakayo niwe yuriye igiti si zakariya courage papa love papa bikorwa❤
Uwabonye ko uyu mu petit azi kwandika anze tumushigikire💯💯💯
Wumve wumve dirigiza papa love criii paa
Iryambere nari nakubanye ariko Man urashoboye 🎉🎉I' m yo fan from kanyosha❤
Wamugaya wew warumurushije iki?
Abakunz ino Beat nimump liké zanyu
#papalove
Nahor nkwank arik ugiy kub umufan wanj courrage 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Man korana ingumvu kuko muburundi kuzima biranyaruka rero wewe kora ugishushe ukiri kuri hit
You are intelligent wandik neza cane ushiramwo ubweng bwinshi komez ntiwit kumajamb yabant go ahead
Zana ama like ngaha muhejeje muvuge uti scriiiiii paaa!!!
Time is up papa Love go ahead..Dirigiza mpaka 🚀🌎🏆
Young Legend ❤ proud of Ya ! big fishes 😊
kbx
Uwumukunda nampe like
Akeza bandany'ukonyene papalove nawe kora cane akeza ntidukeneye kubon'ibiganzavyabo kumugongo wawe muwak'uza dukeney'ama hit ameze nka sida kuburyo nitwakugwara ntituzogukire murakoze keep it up mzeee 😇🤝👌👌💐💐💐 respect
Uwuyumvirije more than one nkanje hands up👋
🙌
Abafana ba music ndundi ndasavye like ngaha
Vyabaye serieux nagira numukino komera
New Legend mumumpere like And share 💪💪💪💪
Turabe👀🤔 Abumvis k Iyi iryosh gusumb why not
Imisumari bari kumbambisha basanze yaheza scriiiii paaaa👌👌
Mumpe like abakunda criiii paa,yumupoil wa ugl😂😂
Ninde yaravye iyi song akarenga 2 nkajwe! Stylozoff Big up
Wumve wumve 😂😂😂😂 iyi ndirimb nyisubiyem incuro zireng 10
courage sana mon frere ubikora neza waduserukiye muri quartier CARAMA
Ni kubayobora ki roma💪🏽 love from 🇩🇪🇩🇪
WE ndakwemera pt uzogera Kure sinarinzi KO muburundi hogaruka umuririmvyi aririmba ibintu vyindero vyerekeye ubuzima courage bro
Yooo...ndakurahiye lyrics zawe ni number one bro
Uratesa kabisa
Congratulations 💯ntuhagarare hubwo komezaa imbere n hezaaaa
Komereza ngaho udutamwo
Songs nyishi sana twirire show
Uyumwak uradirigiz eg sh dirigiza
Wumve love ❤from Rwanda🙌🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Erega narinziko arimikino tera imbere Imana imbere
Wumve wumve scriiiiii paaaaaa tera ujimbere
Mwitege intare kubanyitiranya nagahene,aba hatter's bumve scriiii pa👏👏
Ndashak guhul nuwo mujam disi
Kakajama karafise impano yo kwandika nkeseri😮😮
Uyu mwana aho azoronkera ibiceri agakora ibirenze tuzomukizwa n'iki 😂😂azonatwica ndak 🔥🔥🔥
Uwumwaka nta perdue nimwe twakira 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😊😊mumpe like twirenganira
Woow uyumwana araje kubakoma vrt Iyi songs n hits xn vrt courage stylozoff🔥🔥
Umwete ufise niwo uzotuma benshi bakumenya bakanakwemerera ibikorwa 👌🏿 Dirigiza hit sana 🔥🔥🔥
Akeza yaguhaye support , itonde wandike indirimbo zifise akanovera zizokugeza kuyindi level zinahindure ubuzima bwawe , ntupfushe ubusa occasion waronse man , courage btw
Arikoniyo iraryoshe wibukekokwarimushasha mumuziki bizozabukebuk
Kano gasoresore kaboneka nkakatoroshe🫢🫢🫢🫢
Uyu muntu yaje tumugaya none numva umengo ariko araza ndak
Terimbereee, j kuv nkumenya ur kunyubaka saana, dirigizaa mpak bikunze
From Rwanda turakwemera wumve
uhu fana papa.love Humve scip..Mpa like🙋
Umuntu ataryoherwa niyi ndirimbo ntiyumviriza ibivugwa ahubwo afise ibindi yumviriza
Hejuru can.ubu muBurundi nuwusohoy indirimbo imwe Iza Ari hit song nka Nigéria.burundi hejuru cane
View ndayiguhaye ruca aho ruciye😀😀🤣
Uriko wandika neza musaza komerezaho
Scriiiipa! Umwete ufise ,ndabikunda cane nukuntu ukora igikogwa wagihaye agaciro peeee!!! We follow and support u
Uyumwak uratu dirigiza mwishwanje courage mwana wigihugu
Iyi yo tuzonayitamba❤
Respect to stylo and more likes please 🙏
Kudirigiza ntavy gufyina👍🏾, keep going imber niheza👏
Dirigiza 🏃🏃 stylozoff hejuru cane 🔥
Pt yangu urimpano yigendera kwel keep up the good work❤
Mn bandany nukur uzoshik urashoboy p
Stylozoff naho wari kwivugira amajambo gusa mwiyo song narikuba touched ufise revelation ya bien keep shining my broh
Scriiiii paaaaaaa 🎉
Ewana courage san stylozoff imbere ni heza kndi music zaw zifise amajambo meza sana kl🥰
Dirigiza xhaa
Bro uranyemej kbx. Kora vrt usumvya benshi kuririmba br courage
Dirigiza respect *Stylozoff* don't stop still out the hit song 🎙️🇧🇮🇧🇮🙏🙏🔥🔥
Courage kweri bitangura uko bikarangira bemeye
Cyakoze br 👏👏👏🔥 Love from Rwanda 🇷🇼👏
Wumvee
Igih bavuga mbambwe imisumari yari yahez
Abompa jm muce mwinjir kuri mahoro TV mumpe sabone muzoba mukoze
Yooooo hing ndayirab ndayiguh disiiii
Scriiii paaa dirigiza na stylo grrrrrrr😎
Ivyo bito!!!!!😅
😅😅dirigiza mutama😂😂😂😂