Hokorwa iki kugira ngo amafaranga y'Uburundi agire agaciro kanini?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 сен 2024
  • #Burundi: Kugira ifaranga ry'uburundi rishobore kugira agaciro kanini ngo n'uko horwiza umwimbu hakaboneka umusesekara wo gushorera hanze. Umukuru w'igihugu c'Uburundi yabivuze mu gihe yariko arishura ku bibazo vy'abamenyeshamakuru ariko aho asaba abarundi kugira umwizero kuko imbere ari heza.

Комментарии • 42

  • @mbarushaminingtv1406
    @mbarushaminingtv1406 28 дней назад +10

    Byiza cyane murihe ngo munkandire kwifoto yanjye nikomereze ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @fistonhakizimana2142
    @fistonhakizimana2142 28 дней назад +2

    Ukwo n,ukuri excellence Mr le président

  • @DanielMusaborakire
    @DanielMusaborakire 2 дня назад

    Ndagushigikiye mutama gumakwivora

  • @Fiacrendihokubwayo-x6c
    @Fiacrendihokubwayo-x6c 12 дней назад

    Ah baba bahaze

  • @Burundian-k3q
    @Burundian-k3q 26 дней назад

    Egooo caneee goseee 🎉🎉🎉
    Vuba bidatevye tuzoshika 🎉🎉🎉
    By Jeremiah Burundian man ❤️

  • @Fiacrendihokubwayo-x6c
    @Fiacrendihokubwayo-x6c 12 дней назад

    Amafrang yacu nibipapur kwr uvunjij dimil AB ahez

  • @KwizeraNadine-qu3zm
    @KwizeraNadine-qu3zm 17 дней назад

    Urakarya amavoka

  • @user-uu7qz8pk8n
    @user-uu7qz8pk8n 12 дней назад

    Izonyishu ntizibereye namba😂😢😅

  • @VyizigiroObède-s4b
    @VyizigiroObède-s4b 17 дней назад

    Amafranga y,amarundi nink,ivyatsi kabisa

  • @NiyonkuruAliera
    @NiyonkuruAliera 13 дней назад

    Oyatwazuye twararonsekorota

  • @draye3357
    @draye3357 23 дня назад +1

    Umbabarire president uri ikijuju na wewe nkuko wama wita abandi

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 18 дней назад

    Siwewabikoze urikurabirya gusa nturikuragwiza ukuramwo ntugwiza none

  • @jchuma5417
    @jchuma5417 28 дней назад

    Oya urabeshe

  • @rugemintwazaumurundi6388
    @rugemintwazaumurundi6388 18 дней назад

    Komera mwubahwa igitoke nibiraya kubiharage nimboga ninyama 3500 urarya ugahaga duhagaze neza kuko ndamaze kurya 80 Doral nsimpage

  • @Fote40
    @Fote40 20 дней назад

    Oya reka kubishura ibyobadatahuraneza 7000fbu =1$yose

  • @TuyisengeEric-r4r
    @TuyisengeEric-r4r 12 дней назад

    Uvuga neza kbx Ubundi African tuzava mubukoroni ryari wowe urimugihugu cyuburundi none ngo I dollar ryazamutse ibyo binu birahura kweli wagiye kugura ikibanza canke ibyo ufugura barakubwira ishyura muma dollar?

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu 28 дней назад +1

    Ijana ntirikiboneka mutama.nukuraba inoti zijana zikarwira knd zikagira agaciro

    • @KennoKanse
      @KennoKanse 26 дней назад

      Aho niho kenshi twihendera inoti ntishobora kurwira hatagwiriye ibikorwa, ahandiho niho ica ikoroka agaciro.
      Kenshi ifaranga ry'igihugu rita agaciro kubera leta isohoje amafaranga menshi yo gukoresha ibintu ataco vyongera kumwimbu w'igihugu. Kandi aho kuyasubiza muri BANQUE CENTRALE (BRB) ,ikiringo kigeze ,kuko leta iba yayafashe nk'ideni ah'ubwo ugasanga ishaka ayandi. Iruhande ya leta kandi aba privés bashobora gufata za crédits muri banques commerciales kuri za dossiers zidafashe ,nabo bikabananira gusubiza ayo mafaranga kandi banque commerciale nayo yoba yaramaze kuja kuyaka muri BRB , kugirango isubizeho amafaranga y'abenegihu (déposants) yatanze ko ideni ; bityo bikongera amafaranga mu gihugu kandi k'umwimbu ataciyongereye bisigura ko la DEMANDE augmente alors que L'OFFRE n'augmente pas ou même diminue. Leta lero itabifatiye politique ityaye bishobora kugera aho ,nkuko vyagenze mu Zaïre ya Mobutu, umuntu agatwara inkorofani yuzuye amafaranga kugura ikilo c'umuceri; canke umuntu agatwara umufuko wa kilolo gushiramwo amafaranga y'umushahara ; canke ugasanga leta yakoze inoti y'umulioni ,canke y'imilioni cumi.....😅.

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 18 дней назад

    Murahendwa niwazoterimbere simwebwe nabanabiwe sabanabanyu numugorewiwe sumugorewanyu ntimuhendwe

  • @user-qp3uy8cy7u
    @user-qp3uy8cy7u 26 дней назад

    Vyukuri ivoka rya 200 ubu koko rirabaho,uheruka kera kweli

  • @NiyongereZackalia-fp7tz
    @NiyongereZackalia-fp7tz 27 дней назад

    Komera mutana

  • @BurundiBwejo-y9g
    @BurundiBwejo-y9g 28 дней назад +3

    😂😂😂 il est vraiment ridicule! Buyoya yarishe igihugu yagihaye imihimbiri

    • @MporanimanaDonacien
      @MporanimanaDonacien 28 дней назад

      Abayoboye batabaye imihimbiri vadugayiki aturukwisamirako mumyak 15 bayoboye badugayiki urikigoryi gunsa😅

    • @MacareJosue
      @MacareJosue 27 дней назад

      Aho yagitanga cari CA Se canke Nyina ubwibone nkubwo burasesema Abantu.Mwatumariyeki atarukubuza Abahutu kwiga nokuja mubutegetsi shaa urisubize ahurikiye ryaraboze .

    • @BerchimasBigirimana-do2sf
      @BerchimasBigirimana-do2sf 27 дней назад

      Erega kandi niwe yatanze nakarorero kabi kanatsinda baravuga ngo ugiringeso uriko urosa umwana ibere bwaca agakora ivyo nimuwote uwomuriro mubona mumitwe yanyu Muga nimwicare mwige ntanzu irikwirasha birambaba iyo ndimahanga nguma ngwana nivyo bambaza ngo Mbega abarundi mwarahevye ingwano kibaza none ivyo bizohera mumaso yabanyamahanga gut mbebasha Buyoya ahari ubu ariko umunyororo urehe gut incungu yacu rwagasore,ndandaye uwabakoreye ikibi mwaramubonye ko yihoye ubusa nimutugirire ikingorwe mudusabire kumana igihugu cuburundi nabuzukuru banyu amahono yakozwe nabobadukurira atuveko

    • @MacareJosue
      @MacareJosue 25 дней назад

      @@BerchimasBigirimana-do2sf Mwamenyeye kurya Leta aruko mufukamye kubandi izo ngeso zarasenyuwe dukore twese uwanse yemere inkurikizi.

  • @JeanBosco-e3i
    @JeanBosco-e3i 27 дней назад

    Ariko ubu koko byagenze gute kugirango Uburundi bwisange bufite presida uvuga ibintu bimeze gutya koko😢

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 28 дней назад

    Diminuer les importations et acheter dans les industries locales ou magasin ou resto Burundi.construisons les maisons en terre moderne comme en Afrique de l'ouest,kenya ou Australie.faites un train Tanzanie Burundi plus tard

  • @GonzalveNitanga-yx8lj
    @GonzalveNitanga-yx8lj 27 дней назад +1

    Nta mu président tuzoronka akora nka Neva

  • @gustaveniyitegeka8608
    @gustaveniyitegeka8608 28 дней назад +1

    🤣 🤣 🤣 🤣 🤣 🤣 🤣

  • @YADANGER1212
    @YADANGER1212 26 дней назад

    Ase uyu mugabo burigihe atanga ingero kubiryo😂🤔🤔

    • @user-yl3mr5hy5s
      @user-yl3mr5hy5s 22 дня назад

      Nawe tanga ingero muvyo ushoboye.Voce e cão

  • @MacareJosue
    @MacareJosue 27 дней назад

    Mutama uvuze ukuri nkukurima Uburundi buratunze gusumvya ibihugu vyinshi gusa Abarundi benshi ntavyo bazi Icomwobasha nuko mwojukira igisata cuburimyi bakaronka ivyobashora hanze ayo ma dollar boyegeranya ahanyene muri Africa kuberako Abarundi turakora gusumvya ibindi bihugu rero turonderere ubwigenge tuyatoze ibikorwa uburundi ntagisivya buratera imbere vyihuse . kuberako ufite abakozi .

  • @Schadmc
    @Schadmc 27 дней назад

    Urabona iryo jisho rya ndakugarika 😂😂

  • @Jeannelysa
    @Jeannelysa 28 дней назад

    Ngozi il y a une usine d'habits sportive mais les jeunes sont pas suivis par exemple

  • @kigazimotors9583
    @kigazimotors9583 28 дней назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @CharlesMPAWENIMANA-wv1zl
    @CharlesMPAWENIMANA-wv1zl 28 дней назад

    😂