Bénise Sweetbeats - Kera naririmba seculier ubu narakijijwe/ Ndabatumiye mwese muri Hosanna Concert

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 ноя 2024
  • Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 75 410 862

Комментарии • 19

  • @ev.marthaakama8556
    @ev.marthaakama8556 2 дня назад +1

    Amen amen woman of God. Powerful

  • @ChristopheNzohabonayo
    @ChristopheNzohabonayo Год назад +2

    ❤ vyizacane bénisse courage Imana ishishikare kuguhezagira wahisemwo neza cane kristo ntiwihenze

  • @PatrickBIRASHOBOKA
    @PatrickBIRASHOBOKA 3 года назад +2

    BURUNDI GOSPEL TV IMANA IBAKOMEZE

  • @PatrickBIRASHOBOKA
    @PatrickBIRASHOBOKA 3 года назад +1

    IMANA IKWONGERE AMAVUTA UYIKORERE KUKO IGIHE NICAWE KANDI USHINGE INTAHE IBIHE VYOSE.

  • @yvesoliviersabukunze7301
    @yvesoliviersabukunze7301 2 года назад +2

    Kuki mugira interview mu ndimi 3? Ubwo vyabananiye gutora ururimi rumwe?

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  2 года назад +1

      hari ugituma twabikoze uko bivanye numu invite

    • @jennymb9022
      @jennymb9022 2 месяца назад

      Waragize neza kubakebura. Burundi Gospel TV itanga ibiganiro vyiza.
      Nibaza ko ico gihe bakora ico kiganiro batari bwige neza umwuga. Nk'uko wabivuze bari gutora ururimi rumwe akaba arirwo bakoresha canke umutumire akaba ariwe akoresha izo ndimi 3 kuko bishoka ko atari azi neza ikirundi mu gihe bakora ikiganiro. Uyo aremesha ikiganiro yari kuvuga ikirundi kuko mu zindi ndimi yakoresheje harimwo amakosa menshi vyumvikana ko yaba igifaransa canke icongereza kwari ugukwegerako.
      Ikindi naco kubakurikira ikiganiro, birazazanira umuntu kwumviriza indimi zitatu hatarimwo gusobanura.
      Nico gituma abamenyeshamakuru bavyigiye iyo batanga amakuru canke bakora ibiganiro, bakoresha ururimi rumwe rumwe ukwarwo, ntibazivange kandi boshobora kuzivuga neza zose.
      Murakoze.

  • @nzirimwojeanclaude4458
    @nzirimwojeanclaude4458 3 года назад +2

    Amen

  • @evajeremiema
    @evajeremiema 3 года назад +1

    Praise the lord

  • @evajeremiema
    @evajeremiema 3 года назад +1

    Can get connect with her

  • @hahahehe6921
    @hahahehe6921 3 года назад +1

    🙏🙏🇧🇮🇴🇲