Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Murakoze cane.Iyo microfinance turayizi kandi nsanzwe ndanayirimwo. Asha twozokwishikira muturonse ingurane kuko dufise imigambi yo kwiteza imbere itari mike.
Murakoze mugwizatunnga wacu Siyoni nzoza kubitura kabisa
Komera komera Mutama Steven Biko 👍🏾👍🏾
Thank you pour la vidéo
Komera Steven Bantu Biko,Guma ku kivi kandi turagukunda.Mbega wari wagiye hehe?
Duhe phones za Sioni bantu b"Imana
Thank you sir
Urakoze cane
Tworonka abarundi cumin nkabo twotera intambwe muburondezi❤❤❤❤🎉😂
Ico kintu ni kizima c'uko m'UMUCO microfinance ico ukora gica kiba garanti, ni kizima kabisa.murya garanti zirananiza abantu
Yubahwe kbsa sion
Murakoze cane.
Iyo microfinance turayizi kandi nsanzwe ndanayirimwo.
Asha twozokwishikira muturonse ingurane kuko dufise imigambi yo kwiteza imbere itari mike.
Murakoze mugwizatunnga wacu Siyoni nzoza kubitura kabisa
Komera komera Mutama Steven Biko 👍🏾👍🏾
Thank you pour la vidéo
Komera Steven Bantu Biko,
Guma ku kivi kandi turagukunda.
Mbega wari wagiye hehe?