🍻 HangOut na Micka Sengazi Ep.48: ''Ubu star bwatumye mbura umukunzi''
HTML-код
- Опубликовано: 22 дек 2024
- 😎 Umwe mu ba comédiens dufise hano mu #Burundi yishuye ku bibazo vyerekeye ubuzima bwiwe
🙈 Benshi bakunze kwibaza ko aruta Kigingi, burya ni vyo ?
🤗 Ivyo vyose agira ico abivugako, mumutege yompiii
🎞️: @akadirishaprod305
Kabos 4 real. Nugukora hang out na boss wa Jimbere magazine
Atwenga neza cane michel
🤣🤣🤣non le gars arantwengeje vraiment du debut a la fin I'm 🤣💀
We ndo wangu Senga urampaye idée yibintu ngiye kugerageza gukora🤣🤣🤣
Micka et Rasko muratrogarniriza événement
Muhu uracafis itete yukuboroka urasubira mwishure butarasaza ubwng...cnk urafis agapapuro kar imber yaw?
My favorite comedian😍😍
It's Mika's face for me kuri introduction 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Micka vrt!😂😂😂ndamanyuts ako kantu ka mauvaise haleine niko kabi🤭 love you guys❤
Kiboss 🔥
Ndakunda création ya kabos kbx🔥🔥💓💗
urazi kuboroka nukur😂😂😂ntanguy gutweng ariho kigitangur
Sengazi 🔥😍 a whole vibe!
Il est vrmnt amusant 😂
YB❤💜🤍
Ako kantu ubundi👌👌🔥🔥
Haaaaaha emission ya bien sana
Ngo ni omnivore 🤣🤣🤣