#KuKAYI
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- Ku bantu baba mu gihugu, aba diaspora ni abarundi baba mu mahanga. abo nabo baba bagiye kurondera ubuzima mu kwiga, akazi, canke bajanywe nizindi mvo. Mbega abari mu gihugu babana gute n'aba diaspora? Baganira ibiki? Ivyipfuzo vy'aba DIASPORA ni ibihe?
#pamchanneltv #thepassword #Burundi #Smartmind #indundi #tvshow #Diaspora #Diasporaburundi #Communauteburundicanada #Voa #Murisanga #Burundionthemap #+257 #Communauteburundibelgique #bujasanstabou
Retrouvez tous nos émissions sur nos plateformes en ligne:
Website: www.pamchanneltv.com
Facebook: PAM Channel TV
Instagram: pam_channel_tv
Twitter: @PAM Channel TV
TikTok: @pamchanneltv
E-mail: info@pamchanneltv.com
Telephone: +257 76 284 000
Présentatrice : Pamela Irène IRAKOZE
Réalisateur(Director) : Jean Calvin NDABIHIMANA
CameraOperators: Jean Calvin, Nina Gloire INGABIRE & Darcy MWUHIRO
Editing: Jean Calvin & Nina Gloire
Lighting: Darcy Mwuhiro
Graphics: Darcy MWUHIRO & EmmaB
Am I the only one who loves her sincerity???? Ikiganiro ciza gose . Well done Pam Channel 👏 et toi Kylie👏
Blanche Muco merci pour le compliment ndaryohewe cane ça me donne courage yo gukora birushirij. N’oublie pas de partager aussi, merci d’exister 🙏
Iki kiganiro aba Diasporas bazogikunda !! Tout a été dit 😊 big up 👍🏾
ben shaka merci beaucoup pour ton commentaire,n’oublies pas de partager ahantu henshi hashoboka kugira dushobore gu transmetta le msg
Urasubiye ngo aba diaspora hahaa
Uyumukobwa azajya mwijuru namaguru
Kuko avuze ukurikose...👍👍👍
hahhah Olivier guhinga A-Z urakoze cane iki kiganiro u gi sharinge abandi benshi.hama continues a suivre les emissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois.
Rwose nzabakurikirana ariko mutuzanire abantu nkaba rwose Diaspora ikanguke
Kylie umvugiye ibintu kbs
Aga 100dollars kagoye ica urara amajoro wanagatanga ntana merciii pee
Pame nawe wakoze kutuzanira umucugakuri ❤from 🇫🇷
Iki kiganiro ntakuntu coja kur télévision nationale iy message igashikira plus de public
Kylie ❤️❤️❤️ urakoze kutubera ijwi sh
Kwani umelazimishwa kutoa hizo hela??
@@trophywilson7211 unateseka ukiwa wapi😏
Kabisaaa
egooo vrt
Wauooh ikiganiro kiza cyane njyewe ndi umunyarwandakazi uba hanze ariko ibi bintu biri hose peee
ooo Zahra Ruhimbana ntushobora kuibaza ingene nryohewe k namwe mugihugu kibanyi cU Rwanda ikiganiro cabagezeho kandi kikabashimisha turikumwe namwe☝hama continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
Pa channel uri vrai journalist. Iki kiganiro ni number one.
Kylie, n ukuri uvuze ukuri 100%
Ahubwo uratuvugiye 👌🙏😘😘
merci Emmanuella Irambona pour ton commentaire continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
Nukuri murakoze cyane ikikiganiro nicyiza pe ubucuti burazima da Imana ijyitwirindira ubuzima nibuto
oo ndaryohewe cane ko ikiganiro cabagezeho mu Rwanda mukomeze ku gi sharinga abantu benshi bashoboka kugira msg ishikira abantu benshi☝hama continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛intasho zi BUJUMBURA
Bravo les filles tout est dit👌
Bituma umuntu non seulement depression na tromatisme, franchement il faut que bihagarara gusabiririza les problèmes zama ziriho kandi des deux côtés bivanye nubuzima umuntu arimwo. Keep up PAM 👌❤️
Bravo vrmt muvuz neza 🤝birarusha nubwo ntariyo 🤣ndabatahuye.Pam ikiganiro kirasukuye from A to Z👌
Thankx Pamella urakoze kutuvugira nabanyarwanda mufitizongeso mwigireho
ooo Mbanza Barinda ndaryohewe cane ko nu mu Rwanda ikiganiro cabashimishije mubandanye mu gi partagea canke gusharinga abandi iyi message ibone benshi hama continues a suivre les emissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois
Bravo et merci pour Cette entrevue!! Mugisha atuvugiye ibintu neza!!! Burya nta kuntu kibabaje nk umuntu akubwira ngo *Nta naga 100%!!?*
Atazi ko wirashe ikiremve kugira ukaronke!!! Wakaronka ukakarubgika wewe winize ugaca ubona uwundi yaciye ayaja mu kiroro Ku kiyaga! Uhakwa kudeprima inzigo ikakwica!
Justine Nkurunziza pole sana🤦 ibi bintu hari hageze ko bivugwa kabisa!n’hesite pas de me suggérer ikintu mwunva cank ikiganiro mwunva ntogenda nakoze ndahari kubwanyu☝️ merci d’exister🙏
Ntanaga 100%$ waraba imbeho,neige ugendamwo gukorera akoga 100$ ukumvaakagusaba yagaciye amazi birababaza
uvuze ukuri kuzuye. natwe aba Diaspora from Rwanda bitubaho cyane.
Merciii Kylie kuvugisha ukuri. Kandi bamenye kuwo mwanya wa vacances nécessairement ntamahera abariko arinjira. Ni sacrifice kugira uruhuke uje kuramutsa abiwanyu.. ni épargne muri mouvement yose uwuvuye hanze agira
yormel2001 ugize neza kuri commentaire yawe fo ko abantu bamenya ukuri kuko twari twarengeje !hama just n'oublie pas de partager les autres kugira dushobore kubatahura kabisa.continues a suivre les emissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois
Bravoo pour le beau travail. Ego turabakurikiraet on va partager
Merci sana kutuvugire. Hezagirwa 🥰 🇨🇦
Joselyne Kamana 😅 merci trop, n’oublies pas de partager le msg. Merci d ‘exister🙏
Ego kabis uzukunt baturush mumutw
Sha,
Babwire kweli. Utamenya urwanko batugirira narwo! Nkuko umrnga umu diaspora ategerezwa gu sauva toute une famille élargie.
Nuwaguhaye ifanta utaraza akakwibutsako yakuguriye ifanta un certain jour, 20 ans passés.
Nuko bimez kwl
😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Za murishura amadeni
Ukuntu tuyabona twavunitse se sha !
🤣🤣🤣🤣🤣🤣weho nuko abamaze nokuyikugurira nubusa barabukuziza
Ikiganiro ciza caaane!!!ukuri kwuzuy👍👍👌🥰ikikiganiro coja kuri television🙏
Hey ! girrrrls you look great 🙌images nzizaa, incredible interview."abarundi we need to change our mindset and body language communication mbi no gusaba amahera birica ubugenzi. I personally lost many friends cos of brutal words.. cases like that.hariho abantu bantuka muri audio ngo nsigaye nishima 🤣🤣🤣🤣 honestly hariho abantu ninaza nzokubita😁😁uziko mwasaze hariho aka message ubona mugatondo kagaca kica umusi wose surtout iyo tubonye aka kantu 100$😂😂 ! Most of burundians in diaspora often keep distance bcz of it.Try to understand fast. Kylie yakoze! she has mentioned everything.peace up y'll beatifull ladies🇧🇮😍👌!
Fabrice Semahoro ndaryohew cane k ikiganiro cagufashij wibuke ugipartager benshi bashoboka vrm kuko urunva c’est grave!!!
Yatuvugiye ibintu vraiment 😂😂🥰🥰
Yooo pore sha nuko bimeze ncuti yanje
@@habiyamberenadege8957 muzohore muzana nibindi ndabavugire☝️
@@chany9950 pole
Murakoze cyane mwavakobwa beza mwe ibyo muvuze byose nukuri Imana iduhubwenge bwo kwishira kumwanya wabagenzi bacu thank you 🙏
urakoze cane kudukurikira wagize neza cane ndagusabe u sharinge ku bantu benshi bashoboka bashobore kumva iyi message.merci encore une fois
Merci bcp chère Kylie... Très bien dit
Sha uratuvugiye nukuri imana ikumpere umugisha 🙏🏽❤
merci chany hama continues a suivre les emissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois
Thank you so much for being our voice. ❤
She is honest
Umengo hari iyindi nationalité yitwa Diaspora😏 ceci est une belle discussion ! Merci à vous deux 🤩
Thk u Dee ne ratez pas alors les émissions de Pam channel Tv na cane cane #kukayi yama iba tous les vendredi 18h heure du Burundi
Uvuze neza caaane ,hari ijambo abantu twasize mugihugu bakunda kuvuga ngo abantu bagiye hanze baca bahinduka ariko par contre abotwasize nibo bahinduka ,uva i Burundi mufataniye Relation Amicale washika mumahanga Relation igahinduka ikaba monaitaire
Uvuze ukuri!
Wooooww umufasoni n umukenyezi babanyabwenge kabisa.mugiz ikiganiro ciza cane.vyatumye ndaba n ibindi biganiro mwagize nukuri ngize week-end nziza peee murakoze.Imana ibahezagire cane gose.Merci beaucoup
waouuh merci pour ce beau compliment JM continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois
🙏
Bravo énormément pour ta conclusion et ainsi que le plus important dans Vie , C'est d'avoir le sens de l'humanisme, Mais pour tester comme l'amour qui est fondée sur les matériels sont tellement très très dangeureux, Car Nous risquons de perdre Nos valeurs comme les êtres humains ainsi notre Société,et également aussi notre Planète terre
Merci beaucoup à vous deux et d'une façon particulière à ce journaliste ,Car Vous aviez bien posé des questions très très fort intéressant.
Kylie urakoze kuntegurira vacances😂😂😂, nzoza nemye ntya💁♀️💁♀️.. Thank you kukiganiro ciza❤. Pame, ndisabiye ikiganiro vuba😊
OO Nicole Kaze tu es le bienvenue muri pam channel TV N’hésites pas de me faire part de tes idees ushaka k zoba mu kiganiro nous sommes la pour vous☝
Moving back home soon , and I'm so scared of pressure iri mugihugu ya status . i
Merci bcp Pamela '.. c'était un sujet sensible❤
Nama ndiko ndatanga akarorero ko aba "diaspora" abantu twasigaye mu gihugu tubabona nka kurya abakozi bo mu nzu bafatwa iyo baduze iwabo ruguru. Ab iwabo aho bari baba bazi ko i Bujumbura baje kwamura amafaranga nk ahantu ku giti.
Kylie merci bcp pour ta franchise nabndi basigayeyo nukubigisha kuza muratubwiza ukuri kugira ayo ma fausses images tuyikuremwo burundu.
bien dit Dushima Allegra hama continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
Merci beaucoup de dénoncer ça, c' est trop difficile la vie d' immigré.
Barundi Barundikazi.. sinibaz ko bikenew ko umuntu yisigura ngo amahera nayakoreye ngo nico gituma ndiko ndi permetta ku loua v8 ( ivyo nibiza ko it’s common sense) .. just stop excepting money from someone else!!
Iyo ugiye mu kabare cnk plage hari mushika mwisigura ngo mwakoze!!
Ku kayi, so wonderful my lovely sister , you are on top , well done 👍 we hear you all the way from Australia 🇦🇺 much respect
Big love from Pam channel Tv my sis💛
Bonjour Madame. Courage pour tes émissions kandi please abantu mwese mugire like dufashe abantu bacu
Merci Richard -Kelly MBONIMPA Très touchant 😪🙏
ne ratez pas de suivre chaque vendredi l’émission #kukayi a 18h de Buja des émissions divertissante en mm temps éducatif☝️👌
Vraiment, c' est vrai je suis aussi diaspora, c' est trop difficile de comprendre que nous ne sommes pas compris pas nos amis et nos famille restés au pays., Mee quand nous envoyons ce 100$ ils ne nous comprendrons jamais.
Merci kutuvugira ugize neza cane ubandanye uhezagirwa,bibwirwa benshi bikumva benevyo!
bien dit Alice Habonimana hama continues a suivre les emissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
Thank you Kylie for speaking the truth about Burundi Diaspora and those who are back in Burundi. Thanks to Pamela for asking insightful questions.
Nibazako ivyo mwayaze bizotuma abari i Burundi batibazako abari hanze dutora amahera kubiti.
Félicitations et grand merci à Madame Kylie pour votre sincérité et à PAM CHANNEL TV. Ndahamenyeye vyinshi ntari nzi vyerekeye nos frères et soeurs baba mu mahanga pour ne pas dire " Diaspora " . Abari bafise ibitutu ku buzima babayemwo babite.
milles merci Sue Ngenz continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois
🙏
Nanje ndashimye ico kiganiro, malheureusement abari mu gihugu cacu si benshi bakurikira You Tube kubera ibibazo vya connexion n'uburyo ariko mwakoze gose iyo ni intererano ikomeye mutanze. Sinzi ko Pamela yotubwira uburyo twomutora uwokenera kumuha imitwe, tel or email adress plz
Yambu cane Macha. Turashimye cane cane goose nukuri imana ibahezagire. Murashobora kutwandikira kuri info@pamchanneltv.com canke mukatuvugisha kuri 76 284 000 (Whatsapp canke appel isanzwe)
Je viens de découvrir cette chaîne, merci Pamela. Hanyuma utwo tuntu twooooose mwavuze turi hose n'abanyarda turatugira🤣diaspora tuzabaha amahoro vrmt mutubabarire, erega biterwa n'uko twakuze twumva amahanga ari sawa, nibyo tubona kuri TV, IG na newspapers. Rero plus mutuganiriza, plus tugenda twiga.
bien dit Pascaline Umulisa☝hama ndaryohewe ko mu RWANDA mudukurikira c'est trop cool continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
Très belle émission 🙏🤝🏾 Gutahurana mu Burundi biracatugora cane ! Ibiganiro nkibi bitubwira ukuri kubintu bimwe bimwe birakenewe cane kuko birafasha. Merci beaucoup 🙏
Ham ndagusab pame udutegurire ikiganiro cama couple ari séparé donc nkum diaspora akundana numuhungu cank umukobwa arihano muburundi merciiii
Wow!! Merci Pamela et Kylie!
Je salue le professionalisme et la bienveillance de Pamela. C'était excellent!
Well done Pam 🥰🥰 bamenye ko amahera atama ku biti !!! Merci à Kylie kuvuga toute la vérité . Très belle émission! 🤩🤩
Abo muri belgique baronke agahengwe!
😂😂😂😂😂 barya bararuhutse caaaaneeeeee !!!
je suis burundais de Montréal. Je suis natif de Bwiza.Nakunze ikiganiro wagize na Kylie Mugisha. Je suis 100%d'accord Nivyo Kylie yavuze. Turagowe twikoreye imiryango twasize mu burundi.
I love these shows and they make me connected to home away from home. Great job everyone!
Murakoze cane kudukurikira Maya Nzeyimana !
merci maya🙏
She responded with wisdom, honesty and intelligent. ndagushimiye cane. #Reality of Canada
ooohhh.. ikiganiro ciza cane!! Pamella ,une vrai "journaliste"!! Ubazanya ubwenge vraiment👌Bravo
Elle est vraiment excellente...Elle y met tout son charme
Je suis d'accord avec ça 👌 kuko hariho abantu bihebuye complètement kubw'iyo comportement y'imiryango iba yasigaye i Burundi. Twikubite agashi vrt. Merci Pam et Kylie
Basha ikiganiro ciza nanje nzokurondera nshitse I Bujumbura ndamwunganire nibindi atavuze kuko dusigaye dutinya gutaha kubera izo ngeso za benewacu
Ikiganiro ciza cane nukuri nkabarimumahanga usanga ivyowavuze, arivyo twiberamwo gusa, ntakanya kaboneka kokuruhuka, iyotugize amahirwe yokuza iburundi, usanga harahotwibaza nti nkubu twaje gukora iki? Uva muma stress ugashikira muyandi, mumiryango, incuti nabagenzi ugasanga usibiyinyuma urushe kandi ivyowazanye vyose wabibasigiye. Kandi ntanagashimwe . Well done 👍🏾
ooo pole sana Benine Manirakiza iyi emission yaje hageze vrm abantu bari barakomeretse mu mitima vrm,ugi partager n'abandi benshi bashoboka bashobore kunva le msg.hama continues a suivre les emissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
Nikindi harabantu nukuri bavuga amajambo akomeretsa, ngo mbega ngo mwibazako ko hiyo ari nwijuru , ngo turabandikira ntimwishura, harinuwo uha nibihunbi na 20000 agaca avugango hanyuma uzompe agatubutse. Ukibaza nti uyumuntu atashimye bike azoshima vyishi? Abandi ni ngurira, imodoka, akamanyu kitongo, amakaye, nimirije urubanza, ubukwe nibindi vyishi. Bakibagira konawe udafise abana, nibindi vyishi bisaba uburyo. Ikindi nuko iyo umuntu aje hiyo ntanuwuguha namazi yokurywa kuko bibazango uje wayatekeye? Nitatwakirize ivyobafise hanyuma natwe aricodufise tugisangire.Iconoherezako nukuri hatanga umutima . Imana itubabarire can
Mbe kylie arubatse? Kubera ndabona ko ari umukobwa aciye ubwenge 🙌🙌🙌,nashaka nzoce ndamwitwarira 😘,🇸🇪🇸🇪🇸🇪
Muraryoheye Diaspora Mommy ga yemwe…nti mushobora kwibaza ❤️😂. Kylie avuze ukuri kwamye🤦🏾♀️👏🏾👏🏾👏🏾!
Diaspora Mommy merci beaucoup kudukurikira natwe kugukora uko dushoboe kugira tubandanye tubashimisha 👍
Sha ubabwije ukuri vraiment kandi turashima ingene Pamela abarije abantu avec sincérité. Unyibukije ingene naje i Burundi n’abana 4 mvuga amahera naguze ama tiquets yo kuva muri Canada nja i Bujumbura, baca bavuga ngo ayo mahera iyo wayarungika ntituba twimaze ubukene??? Umutima w’urukundo waragabanutse kandi tuba tuje tubakumvuye dukumbuye igihugu cacu!!! Merci beaucoup encore à notre chère Montréalaise!
Mugisha yibagiye kuvuga ko hariho abaza bafashe amadeni kugira baze *Gutua* abasigaye I Burundi! Bagapfunga roho!! Urumva tuba twiyerekante ukwo tutari!!!
Excellente emission! Aratuvugiye neza abantu "duca ibiti".
😂😂
hahah Justine Nkuunziza vyose yatubrie kabisa,wakoze kudukurikira hama continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
@@pascalbuyoya9373 kabisa kabisa
Superbe interview. Ukuri kurabohora cane. Je suis super heureuse ko abantu abarundi en particulier bavuga ukuri kwababa hanze. Imana iguhe umugisha nukuri...
Ikiganiro ciza cane : ni kubajinjimuraa abantu bafise ingeso yo gusa aba diaspora
bien dit orlan Kevy IRAMBONA
Ikiyago ciza cane,mwarakoze.Imbere ya vyose turi abantu bafise ubucuti ,ubugenzi , ntidupfana amahera!Hama(nivugiye kukintu kimbabaza mubindi vyinshi) abantu batubwira ngo aho twigiye ntituraza duheza, give us a break!!
Kylie merci kutuvugira utarya umunwa.Pamela merci kumuha akaryo ko kutuvugira.
This is exactly what was needed to be said!! 👏🏿👏🏿
Ukuri vrm kwizuye et très intéressant et touchant
Bon débat kbs, Merci à l'invitée, avuze ukuri kose👌👌
@ NDAYIZEYE chanel 🙏🙏.n’oublies pas de partager aussi☝️aussi si hari ikintu mushaka gushikiriza turi hano ku bwanyu.hama continues a suivre nos emissions#kukayi tous les vdi 18h heure de Buja et #Smart mind tous les mercredi a 18h Heure de buja🙏🙏
Merci beaucoup PAM Channel na Kylie. Kylie wanavuga ko iyo 100$ ari ibiribwa (courses de tout le mois).
Hari les petits foyers ku kwezi zifungura ibyo zaguze 100-150€
Tekereza gutanga ration y'ukwezi ku bantu batanayaha agaciro (un petit 100$😂)
True
Murakoze gukora iki kiganiro ,bambabarire bunve bazoba bakoze caneeee
Merci beaucoup Kyle na Pamela , nakunze cane ico kiganiro canyu ! Vraiment yavuze ukuri ntanakimwe yabeshemwo .
merci charles Karorero ndagusabe rero iyi emission uyi partager n'abandi hama continues a suivre les emissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois
Hari igihe batera umuntu umutima mubi akabakupila kontacts boseeeeee.
Ibaze kwumva wifuza gufasha umuntu w,umukene atanico mupfana, ukamubwira ko wifuza kumufasha ngo ashobore kudandaza utuntu twomutungira umuryango,
Nyawayo atarafata n,umuduga uja Kampala ukaza wumva akubariye ngo arakeneye umutahe wokuja kurangura i Dubai 🤷♂️🤷♂️🤷♂️🤣🤣🤣🤣.
Nk,uwo muntu kabisa wumva wosubira kumuvugisha. ????????😭😭😭😭😭
Ikiganiro ciza kirimwo ukuri kwose. Uyo mupfasoni aravuze ukuri. Ndamushimiye. Naho benshi mutaza kubitegera nuko bimeze. Ndabashimiye bose yaba uwateguye ikiganiro n'umutumire wiwe. Mu mahanga si mw'ijuru. Iyo uhashitse niho wibuka ko dufise igihugu ciza caane.
BIHIZI Pierre-Bertrand ati uwambae ikirezi ntamenya ko cera 😊merci cane kuri commentaire yaw hama continues a suivre les emissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois.
Hariho uwashitse ino muri Canada...aca abazango" ya mahera bavugako yuzuye arihe? " ..naratwenze nduma
😂 Claire Rukundo hariho ibitutu vyinshi twamye dufise.merci cane kudukurikira hama continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
hhhh
This channel is just fire dede. Pame avec créativité yo kurwego rwo hejuru .
merci NTABIRENZE SHN
Hari akandi Kantu katavuzwe: ukuntu abadiaspora barungika cash yo gukora ibikorwa ariko abo ayarungikiye bakamuhemukira ntibabakorere ivyo babasavye.
Merci Merci Madame enfin quelqu'un qui dit les choses vraies sans détour.
Merci beaucoup pour l'éclairsissement!
asha ..ndatahuye Pam big up ugum udutahuza ..
Ukuri ! Mba Belgique
Nice say 🙏🙏🙏👍 urakoze kuduserukira nukuri
Ikiganiro kiza cyaneee. Ubundi ijambo “Diaspora” ryaje, igihe barimo bagabanya intara zigize u rwanda, bashyiraho intara ya diaspora nk’intara ya 6( kubera abanyarwanda benshi baba hanze y’u rwanda) Kubanyarwanda kwitwa umudiaspora ntacyo bidutwara.
Merciii nanj ndaryohew cne pamele merc na kely🙏
Waouuuu ico kiganiro nt'i 1 kw'isi nukuri réalité yose ayishize Ku mu garagaro
Thx sis rwose uvuze ukuri bagabanye bamenye ko natwe twagiye kurondera ubuzima kndi dukeneye iterambere nkabo.
Uko nukuri kwuzuye peee!! Avugiye aba diaspora bose!😉😉😂😂
Very true and well said sis following from Columbia MO USA
Merci Thierry Nehemiya de nous suivre continues a suivre nos émissions #Kukayi chaque vendredi a 20h de Buja et Smart mind( business et entrepreneuriat) tous les mercredi a 20h de Buja🙏
Slt umutumira arasubiza Neza nina mwiza sana
bien dit
Naradyohewe un jour ndonse 100$ US zivuye Ku mujeune I Bujumbura! C etait comme si c etait 5000$ ! Kandi jaje ndayikeneye caaaaane !!! Uwayandungikiye arakunda gusona aca yimenta! Amenye ko les 100$ zanshitse Ku mutima!!!?
waouuuh akarorero keza☝uwo muntu yubahwe ahari hose
Imana Iguhezagire Justine nibake bibuka ineza umuntu yamikoreye.
That’s true
What a beautiful interview!💝
Keylla Kimana continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois🙏
Nukur vrm bravo👏🏽👏🏽👏🏽Pame waragiz une bonne idée comme thème yo ku Kayi 🥰jew vrm nanyuzwe 😌😌😌
Wubahwe ncutii yacu Mugisha, uvuze ukuri 100%
ntaco atadusiguriye vrm Emelyne kanyamuneza merci d’être la ,hama continues a suivre les emissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
courage Pamela , tes émissions sont très instructives contrairement aux autres Tv online
Mutama Thierry Irakoze wubahwe🤝
Imigenzo yo gufukafuka ntabwo ari myiza, we need to learn to be honest and ruthless! Gufukafuka nivyo bituma abantu badaterimbere
Thank you so much Iki kiganiro ni ciza canee
Mutoyi wanje ari i Burundi yampamagaye ambwira ndabe iyi vidéo, ambwira ko iza kumpimbara!!! Yari abizi kuko iyi émission iranezereye cane!🥰🥰🥰🥰
Peut-être que pour une suite logique la prochaine fois mwosaba témoignage sur le parcours de vie des burundais vivants à l'étranger 😉
hahah Mushitsi Diane ndaryohewe cane k Emission yaguhimbae cane☝et surtout je vais tenir compte de ta proposition. Hama continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
Je viens de decouvrir cette chaine cette semaine a travers un frere a moi. En tout cas, chapeau! It's sooooo entertaining and I can tell the channel will grow tremendously. Well done Pamela! You have such a lovely personality.
Waouuuuuh waouuh kel compliment! Diane K N les mots m manquent vrm sache k tu touches mon coeur.merci d’exister🙏
Ndakwifuriza umugisha kandi rwose uzame uri umunyakuri. Ukuri kararyana
Je nibazako bidakenewe kwisigura igitum wipermetta kuloua v8 kko ubaze umaze umwaka wose witegurira voyage winize wakoze ubuzi nk butatu
merci
The first interview is always hard🙆♂️🙆♂️ OMG thanks kutuvugira nizere ko abanyabujumbura muvyvise🙈✌
twumvise vrm😊 Habiyambere Nadege n’hésites pas de me dire ikintu cose muifuza k abantu bamenya nous sommes la pour vous servir☝hama continues a suivre les émissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛
Can barakoz kutuvugir
Félicitations ma sœur,ndaryohew terimbere
Great job guys, well done
Inspiring vraiment,
Merci uvuze ukuri
Well done les filles! Très bonne entrevue! À Pamela nukuri bravo bravo kubiganiro mukora! Kurijewe vyampaye image nziza caaane kandi shasha kubiganiro bica ku ma Tv yi i Burundi.
merci beaucoup kadidine151 biraryoshe kumva k hakiri abntu bazima bashobora kw'encouragea umuntu guco jt promets ngie kurushiriza vrm☝n'oublies pas alors de partager l'emission ahantu henshi hashoboka kugira abantu bashobore kumva le msg.hama continues a suivre les emissions de PAM CHANNEL tv #kukayi chaque vendredi a 18h de BUJA et #SMART MIND tous les mercredi a 18h de BUJA, merci encore une fois💛