Imanikwongere Amavuta Bwana Pasteur Iguhishe ishari ry'abadayimoni, Nanje yarankoreye nk'Imana inkura ku musego w'imyaka ibiri, aka karirimbo ndakaririmba plus de 5 fois par jour❤❤❤❤
Ndagushimira Mwami Mana ku vyiza udahengeshanya kungirira Kugira mu buntu bwawe ntaco nobigereranya Agakiza kawe kampaye ivyiza ntokwibajije Thank You Lord 😭🙏❤️
🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌❤️❤️❤️❤️❤️❤️IJAMBO RIMWE GUSA MANA NIRYO RINZANYE,RIMPA KUVUGA WAKOZE,WAGIZE NEZA MWAMI WANJE YESU 😭😭😭😭😭😭😭😭LES MOTS SONT TELLEMENT FAIBLE 😭😭😭😭U MWAMI WACU YESU AKOMEZE KUBIHISHURIRA PASTOR LOPEZ NININAHAZWE,YARAGIZE NEZA KU KUDUHA
Wankoreye nk'Imana❤ Rwanda & Burundi muri he?
Turi hano❤
Turi hano❤
❤
Umunya 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 yahageze akande like hano👍
,'n😢😮tu vu euh multifonctionnelik l
😢😊😅😅
3:37 😮
Uhagaze neza🎉🎉🎉🎉❤
Warakoze pe! 👏👏👏👏
Nsubije amaso inyuma nkibuka ibikorwa vyiza wanyeretse sinoronka Nico mvuga😭😭😭 amajambo ntakwiye, indirimbo ntikwiye n'amashi ntakwiye k'uvyiza wanyeretse ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤😂😅
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ijambo rimwe gusa Mana niryo rinzanye nukuvuga ko wagize neza Mana abakunda Pastor nkuko ndamukunda bampe like nukuri mudashizemwo inzigo
Imanikwongere Amavuta Bwana Pasteur Iguhishe ishari ry'abadayimoni, Nanje yarankoreye nk'Imana inkura ku musego w'imyaka ibiri, aka karirimbo ndakaririmba plus de 5 fois par jour❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤abakunda past mump liké👏
Ndafashijwe, merci Pasteur Lopez
Pasteur Lopez UHORAHO Imana yacu ikwongere amavuta❤❤❤
Amajambo ntakwiye,Indirimbo ntikwiye,n'amashi ntakwiye😭😭😭😭😭😭😭😭 kubwivyo wankoreye
Thk u papa🙏🙏🙏
Aww à
🎉🎉🎉🎉 yesu arakiza cane Amen amen abo yatabaye nkanje mumvugire amen
Ijambo rimwe gusa Mana niryo rinzanye , kukuvuga KO wakoze🎉🎉🎉🎉❤❤ Pastor Lopez IMANA Ibandanye Ikuduza, Ibakomeze n'abawe n'ishengero
I love you papa abamukunda nkuko mukunda bampe like
Iyi ndirimbo irampezagira caane imvugira ivyanje weee. Urakagira umugisha
Jambo rimme Mana niryorinzanye Yesu shimwibihe vyose turagukundacane Imanibashe kugukoresha❤
Good Job 😊😊😊😊
Nawe urakumbuwe mukoziwimana
Dudu raba uduhe nawe vraiment uriko uratumbanira sanaaa
🎉🎉🎉🎉🎉🎉Pasteur Lopez Imana yomwijuru yaragutoranije ❤❤❤❤❤❤❤❤indirimbo zawe ziruhura benshi
Imana y'akandi karyo yongeye kuduha iyindi ndirimbo❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nagusengeye mumpishoooo ariko wewe nkImana unyishurira ahabonaaaaaaaaaa sinki genda mbundabudishwa nawamutwaroooooo warakooozeeeeew❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen ❤
Abakunda pasteur lopez mumpe linke❤❤❤❤
I like this part ,Nagusengeye mu mpisho nawe nk'Imana unyishurira ahabona mu maso ya benshi🥹🔥🔥🥳🥳Bless you again Our Pastor 🙌🙌keep shining ❤
Uhoraho abandany kugukoresha ivyinkomezi kugirango beshi bamenye Imana biciye mundirimbo zawe🎉🎉🎉🙏🏻🙏🏻Ijambo rimwe gusaa Mana niryo rinzanyee🇧🇮🙏🏻🙏🏻🙏🏻
*Nagusengeye mu mpisho nawe nk'IMANA wansubirije ahabona mumaso yabenshi" Hallelujah Hallelujah
Merci kubw'iyo ndirimbo n'intahe yanje!🎉🎉🎉🎉🎉
Imana ikumpezagirire ihezagira nuwowese Imana yahezagiye nuwo igiye kuzohezagira maze ajane imbere y'Imana ijambo rimwe ryogushima
Oooooh mrciii pasteur imana ishishikare kuguha imbaraga yokuyikorera🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 ❤❤❤❤
Warakoze Mana 🙏 kuba tugez muri 2025 turamahoro ishimwe niryawe 🙏
Ooohh Hallelujah !!! Mana wagize neza, warakoze.
"Wagize neza Mana" 🙏🙏 wow!!! Pastor Lopez may God continue to bless you
I love it so much ❤❤❤❤❤and I love you God and happy Barthday 🎉🎉
Wankoreye nk, IMANA , amajambo ntakwiye , indirimbo ntikwiye , n,amashi ntakwiye kuvyiza wanyeretse . Oooh n,ushimwe MANA. Pasteur Lopez , IMANA iguhezagire,ibandanye ikwongerereza amavuta, indirimbo zawe ziraduhezagira peeee
Ndi mu bihe gushima Imana bisaba kubuzi rirya jambo ATI ubabaye usenge uroraniw uririmbe ishimwe ariko Nzanywe nukuvuga Ijambo rimwe KO Yagize Neza Iyo Manaa Yikoreye nk'Imana Iri nyene🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳More anointing Pastor y're highly blessed🙏❤️
Iyororororoo🥳🥳
Wagize neza wankoreye nk'Imana wagize neza Mana
Ijambo rimwe gusa mana Niryo rinzany😢 wankoreye nk'imana man of God stay blessed 🙌 🎉❤❤
Wagize neza Mana yanje 🎉🎉🎉amajamb ntakwiye Icubahiro nicawe Mana 💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼thank you Pastor
Amajambo sabiri Mana uyumusi nirimwee gusaa ni WARAKOZEEEEE❤❤❤❤❤❤
Ijambo rimwe gusa niryo rizanye ..🎉wagize neza Mana❤Ukomeze uhezagirwa mukozi w'Imana.
Yesu ashimwe mwarakoze cyane twarishimye kubwirimbo nziza mwaduhaye ❤❤❤
Ma chanson la plus préférée de tout ton album.Keep flourishing Pastor ❤
Imana ishimwe ndagukundacane paster
Ijambo rimwe gusa niryo rizanye kuvugako wagize neza MANA simfise ayandi majambo papa😢❤
Hallelujah nukur indirimbo ntikwiye amajambo ntakwiye amashi ntakwiye nukuri kuvyo wakoze ijambo rimwe gusa niryo rikwiye wagize neza mana 💥💝❤️👐👐
UHORAHO weeee i remember wagize neza🎉 Ninibagira uzonyibutse 🙏🙏
Thank u Mukozi W IMANA Lopez❤ UHORAHO aguhe kugasara🎉
Ijambo rimwe 🎉🎉🎉🎉 pasteur uririmb nez can Imana iguhezagir can kuk nanj urampezagir mundirimbo uririmba kand ndi pfuza kuririmb nkawe urampezagira vrmt
Wanyishuriy mumaso yabnt warakozeee😊😊😊😊😊
🧎🏻♀️🙏🏾ijambo rimwe gusa Mana niryo rinzanye nukuri kuvuga ineza yawe Mana 👍🏾🙏🏾 …amajambo n’indirimbo n’amashi ntibikwiye yooh Yesu wee merciii 🧎🏻♀️👏🏽👏🏽
Imana irakunda uburundi nabarundi pastor lopez uje nkinyishu muri gospel music uraduhimbara kundirimbo zawe
Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Nukuri wagize neza Mana nange niryo rinzanye❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Wagize neza Mana, tugusengera mu mpisho ukatwishurira ahabona ,mana turagusavye ,uhezagire cane umukozi wawe,ukomeze kumwagura ,Aze arava mu bwiza Aja mubundi.
We're EVIN SOUND We're Future of Entertainment😍😍!! Proud of you Pasta....🤗
🎉❤🎉❤
Ndagushimira Mwami Mana ku vyiza udahengeshanya kungirira
Kugira mu buntu bwawe ntaco nobigereranya
Agakiza kawe kampaye ivyiza ntokwibajije
Thank You Lord 😭🙏❤️
🇺🇬 Aho mpererey nkumva 100% . Wagize neza Mana, nagusengeye mumpisho unyishurira........❤
Mwami wacu,mana yacu birakubereye kuguhimbaza,kuguha icubahiro,nububasha
Wao lmana igushyigikire nange mfite impano ariko nabuze umuterankunga wamfasha
Ijambo rimwe gusa Mananiryorinzanye Mana wagize neza Mana❤
N'ukuri warakoze ntaco tworonka tukwituraaa Mana ❤️❤️🥰🙌🙌🙌
Ndahezagiwe kubw,Iyindirimbo pasta🥰Iman iguhezagire cnee🙌🙌🙌 ndashima Iman yampaye kukumenya🙏🙏
Halleluya Indirimbo yumugisha uhoraho aguhezagire Paster Lopez
Nukuri Mana.wumve ko ndagushimiye kuvyo wankoreye❤❤❤
Ijambo rimwe gusa Mana niry rinzanye🥳🥳🥳wagize neza Manaaaa🙌🏽🙌🏽🥳🥳🥳🥳
Waouh thx pasteur Lopez , ukomeze guhishurirwa
Mana Warakoze
Amajambo ntakwiriye peee Wanyiyeretse keeeeeeeeeeeenshiiiiiiiii Mwami Mana Wagize neza
Ayayayayayaya indirimbo inshitse kumu❤ ijambo rimwe gusa niryorinzanye ryokuvugako waoze wagize neza Mwna
🎉🎉🎉I'm catholic but I like this tremendous song❤🎉🎉
ijambo rimwe gusa niryo rinzanye nukuvuga ko wakoze wagize neza Mana❤️❤️
Ooooooh mbega ubwizaaaaaaaaa. 🎉🎉🎉🎉 Yagize neza Imana yacu
Wankoreye nk' Imana wagize neza Mana🙌🏾😊
Be blessed Pastor🤗
Wow 😮 That's The Meaning Of Power Of God❤
God Bless You For This Song 🔥 It's Touch Me On My Heart ❤❤❤❤❤
This one 🥺🔥🔥😍😍 n'ijambo rimwe gusa Mana rinzanye nukuvuga ko wakoze🥺🙇🏼♀️ wagize neza Mana 🙏
We are really blessed with such an amazing vessel Man Of God ❤❤❤ from here to the whole word , Hallelujah praise Jesus 🙌🙌🙌
🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 Imana yakandi karyo
Wagize neza Mana ❤hallelujah🎉🙏🙏🙏
🔥🔥🔥 thank God kubwiyi ndirimbo yo gushima ukugira neza kwawe kuko urimana yakandi karyo kandi utabesha
Imana ivyo idukorera birengeye ubwenge bwacu,Amashimwe Naya Rugira🙌🏾🙌🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉Mana ntakindi jambo nzanye ni warakoze kuvyo wakoze nivyo ugiye gukora🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Kabisa amajambo ntakwiye ,n'indirimbo ntikwiye kuvyo udukorera Mana🙌🙌
Amen Imana igukomez pastor ndakunda amajambo yomundirimbo zawe nayinkoramutima kumutima wanj amen
Ayayyya Imana yacu niyo izi ivyo tuyisengera mu mpisho nayo ikatwishura kumugaragaro amenn Imana ikumpere Umugisha pasta
Amashi ntakwiye😢 nindirimbo ntizikwiye namashimwe ntakwiye kubikorwa ukora Mana ❤❤Turashimiye lmana rino hishurwa yankoreye nk’lmana 😢warakoze yesu 😢😢😢😢
Nagusavye mumpisho unyishurira kumugaragaro wankoreye nkImana wagizeneza mana ijambo rimwe niryorinzanye kuvugako Wakoze wagize neza Mana🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 amavuta ayandi paster Lopez
Wagize neeeeeeeza🎉🎉 wankorey nkimana🥳🥳🥳💫
🎉🎉🎉🎉🥳🥳Wgize neza Mana🙏🙏🥳🥳
wauuu🎉🎉 ngo wagize neeezaaa Wankoreye nkImana #haa urankoz kumtim pasta🤗🤗🙌🙌
Ijambo rimwe gusa niryo rinzanye ryigushimira uwo Mwamii❤❤
Imana ikwagure caneee❤💕💐💐💐💐💐🌷🌷🌷🌷🌷
Hezagirwa Pasteur Lopez ur'ingabire Imana yaduhaye
🎉🎉 Ijambo riwe gusa Mana niryo rinzanye 🎉🎉 ukuvuga ko wakoze wagize neza Mana ❤❤❤🎉🎉🎉
Hallelujah Hallelujah thank you Jesus warakoze wagize neza mana 🎉🎉🎉🎉🎉
Umu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮akandeko ngah
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤Ijambo rimwe gus Mana niryo rinzanye nukuvuga KO Wakoze wagize Mana🎉🎉🎉
Pasteur imana ikutuzigamire kabisa kuko urimwo kwubaka imitima yabenshi ijambo rimwe gusa mana kuvuga ko wampaye agakiza
My favo Imana ikomeze kugukoresha ibihambaye# ijambo rimwe🙏🙏🙏#Abarundi turakwishimiye🇧🇮🇧🇮
Mana hezagira Pasteur Lopez😭😭🙌🏾🙌🏾Amennn🙇🏻♀️🙇🏻♀️Thank you for the song🙌🏾🙌🏾
Imana iguma ikorana nawe nukuri Imana iguhezagire ko uyemerera ikagukoresha
Ntawokwumva message iciye kuri pasta Lopez rireke kudukorera ❤❤
Ijambo rimwe gusa niryo rinzanyeee✍️
Amajambo ntakwiye,indirimbo ntikwiye,amashi ntakwiy kuvyiza wanyerets🎉🎉
🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌❤️❤️❤️❤️❤️❤️IJAMBO RIMWE GUSA MANA NIRYO RINZANYE,RIMPA KUVUGA WAKOZE,WAGIZE NEZA MWAMI WANJE YESU 😭😭😭😭😭😭😭😭LES MOTS SONT TELLEMENT FAIBLE 😭😭😭😭U MWAMI WACU YESU AKOMEZE KUBIHISHURIRA PASTOR LOPEZ NININAHAZWE,YARAGIZE NEZA KU KUDUHA
thx lord❤, thx lopez🤙
Ijambo rimwe GS mana niryo rinzanye❤❤nukuva ko wakoze 🎉🎉wagize neza mana❤muhezagigwe cane
🎉🎉🎉🎉wagize neza wagize neza wankoreye nk'Imana wagize neza Mana ayiiiiiiii💃💃🔥🔥
Ndafashijwe from Toronto🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦
Warakoze Mana. Amajambo ni makene kugira mvuge ubukuru bwawe n'ubuntu ugirira abakwizera.
Waouuu🎉🎉🎉mbega indirimbo nziza inkoze kumutima wanj.❤nagusengey mumpisho unyishurira ahabona🙏